Kurikirana ikiyago umukuru w'igihugu yagiranye n'umu jeune afise umurima w'inanasi w'ihegitari 50

  Рет қаралды 58,867

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 136
@SezeranoElisa-wk1ok
@SezeranoElisa-wk1ok 6 ай бұрын
mba mu RWANDA Uyu musore ndamukunze cyane wagirango twavutse hamwe EAC nziza mu buhinzi💕💕
@nemeyimanadenys3581
@nemeyimanadenys3581 5 ай бұрын
Turi bamwe , uyu musore ni urugero rwiza kuribato b'abanyafurika.tumwigireho.
@Ndahiro-gv2nx
@Ndahiro-gv2nx 6 ай бұрын
Nyamara uyu mugabo azi ibintu reba ukuntu yicisha bugufi cyane
@rukundolukatony5064
@rukundolukatony5064 6 ай бұрын
Ni ko ibisambo byose bimera
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 5 ай бұрын
​@@rukundolukatony5064bamwisonera niko ibisambo bimera ?ahowewe uwokugenzura ntiyosanga waramaze abantu komuvuga ibisunitswe n'impwemu mutiyumviriye
@habumuremyiadolphe2873
@habumuremyiadolphe2873 5 ай бұрын
Nimwiza rwose nibamuhomba bazicuza
@NzeyimanaLaurent-z5e
@NzeyimanaLaurent-z5e 5 ай бұрын
Gusurwa numukuru wigihugu namahirwe ntuzamutenguhe kunama yaguhaye ndi murwanda ndabakunda cyane
@KaboyiJuma
@KaboyiJuma 6 ай бұрын
Uburundi n’igihugu ciza cane. Urwaruka turabona ko ruri ku kivi. Ahasigaye tubumbatire amahoro. Twumvirize indongozi. Ibisigaye imbere ni heza cane. Abakunzi b’amahoro muduhe like.
@mutsinziaugustintonny6220
@mutsinziaugustintonny6220 5 ай бұрын
Nyamara nkunda Evariste
@Nkurunziza-w8l
@Nkurunziza-w8l 5 ай бұрын
Vyiza cane ❤
@NiyonzimaEmmanuel-q8d
@NiyonzimaEmmanuel-q8d 5 ай бұрын
Perezida ndamwemeye pe ndi murwanda❤❤❤❤
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k 6 ай бұрын
U Burundi bukeneye les usines de transformation partout dans le pays de produits agricoles. Il faut aussi intéresser les pays désertiques ( saudie arabia, Koweït, Qatar, Irak...) pour exporter dans ces pays et miser sur la qualité Bio
@TumjhgGhimvf
@TumjhgGhimvf 6 ай бұрын
Wooowwww abarundi mufite president mwizapeee❤
@AbubakRauf
@AbubakRauf 2 ай бұрын
Burya n'ukoo critics I wacu ariyo iza imbere mugaa excellence Uyagaa nezaaa Kandi ni vyiza pe komera k muheto
@MCdarius250
@MCdarius250 6 ай бұрын
Whouuuu ,c'est vraiment un plaisir de voire ce genre de reportage, ça me donne envie d'entreprendre au burundi 🎉🎉tout est possibles dans ce pays
@FelecienHIRWA
@FelecienHIRWA 5 ай бұрын
mufite president mwiza cyneee wicisha bugufi
@lovazi
@lovazi 6 ай бұрын
Magufuri of Burundi keep moving ahead
@bbmevents
@bbmevents 5 ай бұрын
Gusa uyu my sore numukozi nizereko Atandukana na perezida Amwemereye imodoka nimashen itunganya inanasi
@TuyishimeDanny-bo2me
@TuyishimeDanny-bo2me 6 ай бұрын
Ubundi uyu niwe president
@NibasangeAline
@NibasangeAline 6 ай бұрын
muhungu ngirumwete imana.ikujimbere
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 6 ай бұрын
Urikukivi ata gufyina na president wacu arikukivi naho ibimuciramwo bitabura 🎉🎉🎉
@sisqospecialtv4114
@sisqospecialtv4114 6 ай бұрын
Africa president kbsa
@Alex-cb4rt
@Alex-cb4rt 6 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@charlesntigurirwa2653
@charlesntigurirwa2653 6 ай бұрын
Mukomere barundi bavandimwe. Rero ndashimye uburyo muri gukora murongowe nuwo se barundi Imana imuhe umugisha. Hanyuma Inama nabaha nkurikije abahinzi Bose nabonye basuwe numukuru wigihugu. Nuko mukora ubihinzi ariko mwibagirwa akantu ko gusigasira igihugu nkuko uwo mu jeune yahinze inanasi kuri 50ha nta giti kirimo ibyo nugutuma ubutaka butwarwa nisuri ( erosion du sol ) rero nibyizi kumva ikintu cya agroforestry cyanee cyanee mwibanda kubiti gakondo byaho muburundi. Niba mukeneye ko tubunganira muguhugura abahinzi mwatugeraho muri ARCOS network
@baheg1
@baheg1 6 ай бұрын
uBurundi busa neza
@HabonimanaLeonce
@HabonimanaLeonce 6 ай бұрын
Ub nibwo Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 dushaka 💪💪💪
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 6 ай бұрын
❤❤ Imana ihezagire akazi kamaboko yacu nuburundi bwacu bwiza
@FelecienHIRWA
@FelecienHIRWA 5 ай бұрын
Neva imana imuhe imigisha myishi cyneee
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 6 ай бұрын
Good job❤
@congomurenge2927
@congomurenge2927 6 ай бұрын
African hero we lvu neva
@bbmevents
@bbmevents 5 ай бұрын
Cyokoze mdayishimiye yaba gitifu mwuza hano i Rwanda
@rukundolukatony5064
@rukundolukatony5064 6 ай бұрын
Mbega imihanda weee genda Burundi uratindahaye
@theogprms2900
@theogprms2900 5 ай бұрын
Nkawe Koko!!! Urumva ibyo uvuga biradufashiki? Izo ntambara zanyu muzazirwana kugeza ryari
@karahaeric3438
@karahaeric3438 6 ай бұрын
Abarundi murakenye mumutwe peee😂😂 ni igitanganza visiting Rwanda👍👍
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 5 ай бұрын
Mwebwe mufise mumutwe harabariko barabasaba ubufasha
@lovazi
@lovazi 6 ай бұрын
President wisanisha nabaturage be, ni sawa rwose
@ityazotv7749
@ityazotv7749 5 ай бұрын
Good
@nyandwijeancloude4913
@nyandwijeancloude4913 6 ай бұрын
Kbs, 👏👏👏👏👏
@HadidjaAlly
@HadidjaAlly 6 ай бұрын
President NEVA yicisha bugufi cyane Rwose! Africa dukeneeye ABA president nkawe
@ildephonsengoma2398
@ildephonsengoma2398 6 ай бұрын
Wapi nge mbona wagirango ni Mudugudu
@hosannakwizera106
@hosannakwizera106 6 ай бұрын
​@@ildephonsengoma2398kubra ww ufise uburwayi mumutwe niba urumurundi ntahandi nikwarojanti niba urumuturanyu nindera😮😊
@lovazi
@lovazi 6 ай бұрын
Nuko wamenyereye aba president biyemera, uzajye wibuka magufuri uko yakoraga birasa na ndayishimiye​@@ildephonsengoma2398
@lovazi
@lovazi 6 ай бұрын
Magufuri of Burundi ❤
@MBARAGA
@MBARAGA 6 ай бұрын
Mundamukirize Sebarundi👋
@bikorasysteme8852
@bikorasysteme8852 6 ай бұрын
Uyu mugabo arahinga kweri
@PascalineIradukunda-zs4lk
@PascalineIradukunda-zs4lk 6 ай бұрын
Kbx❤❤❤
@NitungaGuyHubert
@NitungaGuyHubert 14 күн бұрын
Iyo ukora ibikorwa nkib ukac ubon umukuru wigihigu ara kugufat mumugongo bashe nagateka kakomeye cane banyamugi muze dusubire iwacu kugatumb ntiho hari amaher
@JamesNduwimana-ik1de
@JamesNduwimana-ik1de 5 ай бұрын
Uyu muhungu aba hehe??? Nzoje kwiga. Imana imushoboze cane. Ari kukivi
@NshimirimanaChristophe-g8c
@NshimirimanaChristophe-g8c 5 ай бұрын
👍👍👍👍👍
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 6 ай бұрын
uburundi nibwiza
@Aiuoex
@Aiuoex 6 ай бұрын
Mutama yamara uze uribuka no kuja mubihugu bivamwo igitoro
@gentilleirakoze4
@gentilleirakoze4 6 ай бұрын
Ushaka aguhitane mujèe kucimba? umunwa gusa ataco muhereza amaboko😭😭😭.
@JustinNzayisenga
@JustinNzayisenga 4 күн бұрын
Neva ngukundiyeko uca bugufi, arko gucabugufi ntibisigura nkuba nkumwana munshingano
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 5 ай бұрын
Eeeeeh udusozi twose yaratwigaruriye ntawumuvangira 😂😂 Courage beaucoup
@JohnHabiribanje-eg9cj
@JohnHabiribanje-eg9cj 6 ай бұрын
Oya mumushakire imodoka mujye mureka ubusambo
@kayumbaJeanPaul
@kayumbaJeanPaul 6 ай бұрын
Imodoka innywa amazi se?
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 5 ай бұрын
​@@kayumbaJeanPaulmumbarize rata bapfa kuvuga batarinze gutekereza kukibazo kibakihari cikena ry'ugitoro
@byemaltvshow
@byemaltvshow 5 ай бұрын
Uyu mugabo ni Perezida pe
@CitegetseElias
@CitegetseElias 6 ай бұрын
Kumbe igihugu cacu cuzuye amahera imana nibandanye kutwungura ubwege ndashimiye perezida wucu ukuntu ayaga abarimyi
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 6 ай бұрын
❤🎩 ✊🏾🇧🇮
@KahiteMbayo-po5eh
@KahiteMbayo-po5eh 6 ай бұрын
Un bon président pour le Burundi ndayishimiye est toujours dans projet agricole alors que kagame pense a piller les minerais congolais et être toujours smart
@kayumbaJeanPaul
@kayumbaJeanPaul 6 ай бұрын
IL pille les ignorants qui ne savent pas la valeur des minerals et vivent dans la pauvrété
@Ndahiro-gv2nx
@Ndahiro-gv2nx 6 ай бұрын
Clause your mouth
@Supershopdubai-ck8td
@Supershopdubai-ck8td 6 ай бұрын
Neza can biraberey kbs 🇧🇮🙏🔥
@NshimiyimanaDavideDavide
@NshimiyimanaDavideDavide 6 ай бұрын
Nizereko mufite inganda zitunganya ibiva mwuyumusaruro
@rudasingwaemmanuel9269
@rudasingwaemmanuel9269 6 ай бұрын
Nabahe kaburimbo
@gateraange3642
@gateraange3642 6 ай бұрын
Sindabona president muri bariya bantu asura haruwo yateye inkunga😅😅😅nukuvuga gusa
@sabitijohn2770
@sabitijohn2770 6 ай бұрын
Byaba bibabaje niba avuga gusa,nta president qui parle pour parler IL peut risquer de se devalorizer.il doit quand meme donner son appui
@MitimidacyaMitimidacya
@MitimidacyaMitimidacya 6 ай бұрын
Paeje,se ntuziko itanga ingurane!!?? None se sumugambi w,umukuru w,igihugu!!??
@nirenganira8433
@nirenganira8433 6 ай бұрын
Bank itanga ingurane kandi ibintu akora urabona ko batomwima ingurane afise ubutaka bunini cane nivyo arigukora birunguka
@shumbushojobs1796
@shumbushojobs1796 6 ай бұрын
Leta nimugurire imodoka kdi biratera nabandi gushora muburimyi
@nirenganira8433
@nirenganira8433 6 ай бұрын
Nakore azoyigurira birashoboka ivyo bintu vyokumva umuntu akeneye kunguka ivyo atakoreye navyo sivyiza
@PascalineIradukunda-zs4lk
@PascalineIradukunda-zs4lk 6 ай бұрын
Azoyigura
@NsengimanaAloys-df2uv
@NsengimanaAloys-df2uv 6 ай бұрын
Hano muri kenya inanas igura hagati ya 100-200ksh ,nihagati ya5000 ni1000 fb mu murwanda,inanas n 1000,1500fr ubwo ni 4500-7000fb ubwo Imana izabigufashemo
@telesdusabe1583
@telesdusabe1583 6 ай бұрын
Noneho twikorere iyo business yo kuzana inanasi kenya?
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 5 ай бұрын
​@@telesdusabe1583😂😂😂😂😂
@aleinnikiza5555
@aleinnikiza5555 6 ай бұрын
Terimbere Terimbere
@M23tv_z8k
@M23tv_z8k 6 ай бұрын
Ndaryohew nokubona umuvukantara yanj afise project nkiyi.nanj ndafise inyovu nini mukayongozi. Uwoba afise amahera yoza tugakorana. Murakoze
@nirenganira8433
@nirenganira8433 6 ай бұрын
Vyaseriye aho nimuri komine yiwacu 😂😂😂😂😂
@nirenganira8433
@nirenganira8433 6 ай бұрын
Ndaje dutangure mwana wiwacu 😂😂😂😂
@NiyonkuruDjanati
@NiyonkuruDjanati 6 ай бұрын
Ubu bamuhaye inkunga Yi modoka kwerii nti mujya mubona uk no ahandi batera inkunga abahinziii
@nirenganira8433
@nirenganira8433 6 ай бұрын
Nafate ingurane niba abona vyunguka ayigure niko ibihugu bitera imbere guko azoba atumye uwayabikishije muri3 banke baronka ayo bamwungukira .nawe ninako azoba yiyungukiye muvyo yashaka kwikorera .
@nirenganira8433
@nirenganira8433 6 ай бұрын
Iyo ubura ugasaba ibitoro kugira aronke transport nayo ivyokugabirwa ntibibaho ivyo muri business ntibikora
@niyitegekavedaste1713
@niyitegekavedaste1713 6 ай бұрын
Abanyamenyeshamakuru bakabaye babasura kenshi bakerekana ko nabandi bakiteza imbere bakoresheje amaboko yabo
@NtabirangiraJeanpierre
@NtabirangiraJeanpierre 6 ай бұрын
Ndasaba ko yampa Numero de telephone ye akazamfasha kumusura , kuko afite ibitekerezo byingenzi cyane . Ndi umunyarwanda ariko nifuza gutemberera abarundi n,abarundikazi
@gogogianni3690
@gogogianni3690 6 ай бұрын
Ibaze nka president utatanga inkuka Koko ubwose waje kumariki
@nirenganira8433
@nirenganira8433 6 ай бұрын
Ariko sinzi ico mukunda pe bwo inkunga uvuga iteye ite? Niba abona vyunguka nagende afate inguzanyo muri bank agure imodoka nayo kuvuga inkunga ico ntigishonoka beshiii cane bakiriko baritezimbere urumva bose yobaremera bigashoboka? Agende afate inguzanyo azishura muri 5 years azoba aheje kuyishura yose kandi yansranguye utundi tugambi dutoduto niko nibindi bihugu biteye imbere bikora uragurana ugakomeza ugakora wishura kandi ntibikubuza kubaho
@RamadhaniNdayizigiye
@RamadhaniNdayizigiye 6 ай бұрын
Akwiye ingurane agakora nka usine ya jus akunguka n'igihugu kikunguka ariko atanga amakori
@H.JOSEPH8
@H.JOSEPH8 6 ай бұрын
😂😂 ubundi yashakaga gusaba imodoka ark amuciye mwijambo murebe ukuntu mwamushakira imodoka peh
@OlivierOlivier-ey3xn
@OlivierOlivier-ey3xn 6 ай бұрын
Uyuniwe muyobozi ukwiyepe mureke abirirwa batera ubwoba abandi
@ChristopheNiyonzima-q5x
@ChristopheNiyonzima-q5x 6 ай бұрын
None iyo modoka izonywa Jus d'ananas ko essence yabuze.
@NinaZouzou-p4d
@NinaZouzou-p4d 6 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@JanneteH-o1u
@JanneteH-o1u 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@niyomugabojohn8329
@niyomugabojohn8329 6 ай бұрын
Ariko aba bantu kuko Leta itabafasha. Nkubu uyu ba muha iyo Fiso yofuza
@emmynziza7816
@emmynziza7816 6 ай бұрын
Ark se president wagabanyije ingendo ahubwo ukajyanutuma abanymabanga bonmuri president kweri wazabivamo yaaaaaa 😅 ahubwo ikindi mwa byaje umusaruro ibyo muvuga mufite ,bafata a shinwa mukubakire inganda zikomeye zogutunganya. Ibindi ugiye kubara ibyabmyu bafite nibyinshi
@gerardmanirema4621
@gerardmanirema4621 6 ай бұрын
Andika ikirundi neza cnk ureke kutuvangira
@NshimirimanaSylvain
@NshimirimanaSylvain 6 ай бұрын
Mwebwe mufise inganda zingahe
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 6 ай бұрын
Andika ikirundi urekekutumena amatwi
@UWIRAGIYEdanny22
@UWIRAGIYEdanny22 5 ай бұрын
Kandira kumafoto Niba ntamutima mubi bro
@alainmethodeirankunda5795
@alainmethodeirankunda5795 6 ай бұрын
Abo bantu batamba izo ngufu bazikureh ko igitoro ataco ninzara izura inzara
@sibomanajeanmarievianney9547
@sibomanajeanmarievianney9547 6 ай бұрын
Nga naza munyarwanda uwu musore Afise intumbero yampa Email ye nkazamwandikira tukigiranaho gukora
@NinaZouzou-p4d
@NinaZouzou-p4d 6 ай бұрын
Nta president dufise muga turazi gukora
@Kamutima-M
@Kamutima-M 6 ай бұрын
President NEVA ni urugero rwiza rwuko umuntu yakicishije bugufi, ariko bitari kurwego rwa president pee. Anyway hano iwacu ibyo bikorwa nabanyamakuru😅
@TumjhgGhimvf
@TumjhgGhimvf 6 ай бұрын
Hano iwacu ntawamenya
@mitarilaurent1552
@mitarilaurent1552 6 ай бұрын
Ariko bikoreye imidigi koko
@faidahfaida9989
@faidahfaida9989 6 ай бұрын
Ariko mumenye ko abanyamyuga batobato ata banki yemera kubaha ideni.reta nitange itegeko abarimyi n'aborozi bagire access kuri credit.
@rangavisuals
@rangavisuals 6 ай бұрын
Neva😂😂 uzaze tuguhe akazi ko kubagitifu murwanda shn title ya president sikubereye na Gato Burundi ni igihugu kigoye kuyobora
@rukundolukatony5064
@rukundolukatony5064 6 ай бұрын
Uzazinjyana ku isoko gute ko nta gitoro
@MitimidacyaMitimidacya
@MitimidacyaMitimidacya 6 ай бұрын
Ntabwo,president yazanywe no gutera inkunga!!! Kandi naho yatanga inkunga!! Ugirango,ningombwa ngo abikubwire!?
@bikorasysteme8852
@bikorasysteme8852 6 ай бұрын
Mana we mbe imisozi myiza we
@emmanuelmanishimwe9460
@emmanuelmanishimwe9460 5 ай бұрын
Izi nanasi zikeneye isasiro agashyiramo ifumbire zizarushaho Kuba nini
@rukundolukatony5064
@rukundolukatony5064 6 ай бұрын
Iyo modoka izanywa iki ko nta gitoro ,izarya inanas?
@Lock940
@Lock940 6 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@ezechielntigulirwa3938
@ezechielntigulirwa3938 6 ай бұрын
Ababanyi nabo bategerezwa nabo nyene kurima inanas kugira quantité nyishi yinanasi. Amasoko yoho si ingorane
@bbmevents
@bbmevents 5 ай бұрын
Hhhh wapi ntaperezida wirirwa mumirima
@Ricky5tv420
@Ricky5tv420 6 ай бұрын
President I farm nkiyo ikwiy guca iba irimwo n'umuyagabkuba hari vyishi yoca ahindura mukanya gato
@jeancassienntirenganya1977
@jeancassienntirenganya1977 6 ай бұрын
Courage petit
@gentilleirakoze4
@gentilleirakoze4 6 ай бұрын
Petit nawe uri le grand😂😂😂
@mwandishimussa6319
@mwandishimussa6319 6 ай бұрын
Ubu rero umukuru wigihugu cacu mwamuhinduye umumenyashamakuru ???
@munyamahoromushyori4129
@munyamahoromushyori4129 6 ай бұрын
Uyu muperezida ko aba mu tuntu duciriritse cg ni uburundi bucyiriritse,abandi bageze mu byogajuru naho we ari mu nanasi.
@munyamahoromushyori4129
@munyamahoromushyori4129 6 ай бұрын
Ibi ntabwo ari ukwicisha bugufi ahubwo ni uguciririka cg guca bugufi,none ko nshimye ko amusura adashaka uko fuel iboneka hanyuma akazigeza ku isoko none afashe discours avuga menshi afite akamaro ari makeya.
@gogogianni3690
@gogogianni3690 6 ай бұрын
Cyakora muri ibitangaza Koko president muzima afata umwanya akaza gusura inanasi 😂😂😂😂😂😂😂
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 6 ай бұрын
washaka agendere inzibutso za jonocide nkakagame
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 6 ай бұрын
Rekakudendemba
@nirenganira8433
@nirenganira8433 6 ай бұрын
​@@bizomenyimanaelias5455nawe uvuze nabi gezaho
@nirenganira8433
@nirenganira8433 6 ай бұрын
Gogo ntaco utagaya hose uba wagaye ahubwo sinzi ico ushaka ntiyagebdeye inanasi yagendeye urwaruka rurikwiteza imbere nkuko yabisavye urwaruka ko buriwese akwiye kuraba utwo akora akiteza imbere. Muje munenga ibibi mushime ivyiza
@Alex-cb4rt
@Alex-cb4rt 6 ай бұрын
Si mu burundi se hari ikiazo gusura inanasi cg inyanya 😂😂😂😂
@MacareJosue
@MacareJosue 6 ай бұрын
Abo nibo bakenewe gufatwa mumugongo .
@freetv4209
@freetv4209 5 ай бұрын
Hhhhh imibare ya perezida irasetsa pee rwose, uyu mugabo arakurusha imibare nyakubahwa wibyivangamo
@NibasangeAline
@NibasangeAline 6 ай бұрын
muhungu ngirumwete imana.ikujimbere
СИНИЙ ИНЕЙ УЖЕ ВЫШЕЛ!❄️
01:01
DO$HIK
Рет қаралды 3,3 МЛН
黑天使被操控了#short #angel #clown
00:40
Super Beauty team
Рет қаралды 61 МЛН
СИНИЙ ИНЕЙ УЖЕ ВЫШЕЛ!❄️
01:01
DO$HIK
Рет қаралды 3,3 МЛН