Abarundi bakoresha ibivuko vya Tanzania barashima serivisi bahabwa n’uburongozi bw’ivyo bivuko, TPA.

  Рет қаралды 162

AKEZA TV

AKEZA TV

Ай бұрын

🔴 Abarundi bakoresha ibivuko vya Tanzania muri rusangi barashima serivisi bahabwa n’uburongozi bw’ivyo bivuko, Tanzania Ports Authority (TPA). Bamenyesha ko kuba ubwo murongozi bufise ibiro nserukizi hano i Bujumbura, bibakurikiranira ingorane baba bahuye nazo, vyatumye mu kazi kabo borohegwa.
Amashirahamwe asanzwe yinjiza ibidandazwa vyinshi mu Burundi nayo nyene arashima. Kuva ivyo biro nserukizi bishinzwe mu Burundi, ngo ingorane zabo zitorerwa umuti vyoroshe kandi bikanyaruka.
Tuvyumvirize hano
#lesbeautesdecheznous #akezanet #importation #TPA #Burundi

Пікірлер: 1
@robertempire9542
@robertempire9542 Ай бұрын
Safi sana
A Muslim Man Enters a Church - They Laughed
39:53
Sabeel Ahmed
Рет қаралды 1,3 МЛН
The Controversial Case Against the 'Banker to the Poor'
12:25
Bloomberg Originals
Рет қаралды 243 М.
تجربة أغرب توصيلة شحن ضد القطع تماما
00:56
صدام العزي
Рет қаралды 60 МЛН
- А что в креме? - Это кАкАооо! #КондитерДети
00:24
Телеканал ПЯТНИЦА
Рет қаралды 7 МЛН
Beach Soccer : Burundi 6- 7 Malawi
6:46
AKEZA TV
Рет қаралды 881
Why Indian Immigrants Become Rich and Raise Successful Kids
13:55
Valuetainment
Рет қаралды 4 МЛН
The Problem With These Headlights
17:55
The Engineers Post
Рет қаралды 870 М.
80 Year Olds Share Advice for Younger Self
12:22
Sprouht
Рет қаралды 1,4 МЛН
Is AI an existential threat to human jobs? | BBC News
20:38
BBC News
Рет қаралды 46 М.
IN FULL: The King's Speech at State Opening of Parliament 2024
20:03
ЖВАЧКИ!!!
0:47
Li ALINA
Рет қаралды 4,8 МЛН
КАЧЕЛИ ИЗ АРБУЗА #юмор#cat  #топ
0:24
Лайки Like
Рет қаралды 815 М.
Бушмен и бабуин. В поисках воды.
0:42
BERMUDA
Рет қаралды 11 МЛН