Bazokumvikana dusubire tubane mu mahioro kuko turi 1
@jeromenimbona31394 жыл бұрын
cane gos nakare bobo bafis nivy bafa twe tutanaz
@jeromenimbona31394 жыл бұрын
nivyo kabis
@pierrenduwimana27993 жыл бұрын
Ntakutoshoboka ko u Rwanda no uburundi bitosubira kuja hanwe ngo bumvikane. Igihugu kikaba kinwe.
@tinyicyahatv8474 жыл бұрын
Good
@Samlock24 жыл бұрын
Blood brothers Rwanda vs Burundi
@genghiskhanye4 жыл бұрын
Nta mahoro mbona hafi mu gihe CNDD igifite politike yo kuvangura Hutu na Tutsi, gukoresha justice mu kwihimura kuri Buyoya wabahaye ingoma... Amb Shingiro we yivugiye ko genocide y'abatutsi ari baringa (supposé) nizere ko yicuza gupfobya. Gusa Rwanda na Burundi ni impanga/amahasa, twese dufite indoto/inzozi yo kuba igihugu kimwe turi bamwe dusangiye Imana, ururimi, umuco n'amateka kuko nta gihe tutahanye abageni n'inka. 🙏🏽🙏🏽
@jeromenimbona31394 жыл бұрын
gus uribesh non k nomurwand ivy bihar
@burundishallsmile1day1094 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤦🏾♂️ Uti ngo Buyoya yahaye Ingoma bande ??? Eeeh ! Niko yabahenze ? Mhhh! Nta wubutanga bitamwankiye!
@Idjwi_flyfish4 жыл бұрын
Voilà! Twashimye intambwe itewe ku impande zombi. Mukomereze aho.
Nibatangure bishasha tubane neza rurabikeneye twese kandi cane. Ni nk’amahasa yatandukanye umwe wese akababara aho ari wenyene.
@jeromenimbona31394 жыл бұрын
ng uburund bwosab ikigongwe cik sh warasaz nakagam honyen bavugak yarapfuy Ahubw nukurab nez nakiry gihug cab samahor ivyikigongwevy kur mumutw ikigongwe kwikos irih
@jeromenimbona31394 жыл бұрын
konumv ng kagam yarapfuy bahish umuramb Ahubw nukurab nez ivyabanyarwand biragoy kwizer bariyorobek ngo urwand nta president mwin mis rufis uk ndavyumv
@emmanuelmugisha82004 жыл бұрын
Ntago arimwebwe mugena kubaho cyangwa kupfa k'umuntu. Afande Yakoze byinshi kuva mubuto bwe yaharaniye amahoro nu bumwe bw'abanyarwanda ndetse n'abanyamahanga babyungukiyemo kandi birakomeje . Gupfa rero siwe cyangwa mwebwe mubigena n'i Mana rurema icyangombwa ni byo umuntu akora agihari.
@kingsonmurekezi834 жыл бұрын
Uvuze neza nyine niko ubyumva, abamuzi kuva kera ndagirango nkubwire ko bavuze ko yapfuye guhera 1991 afite komine 2 gusa, abafatana prefectures bakibivuga, 1994 uwo bitaga ikinani arapfa ndetse ntibamuhamba, abafatana u Rwanda rwose bavuga ko yapfuye. Bageze Zaire bamuha ukwezi kumwe ngo baraba bagarutse bamwice noneho, abasanzeyo bakwira imiswaro, none umuntu w’Imana ageze muzabukuru sha, kdi azasaza neza ndakurahiye! En brief mutuze tubane nk’abavandimwe kuko turibo, ibitakureba urebe iruhande
@jeromenimbona31394 жыл бұрын
ico nobabwir nuk Atanyung ndabifisemw Aramuts yitavy Iman kuk ntanic duf murundi yokwiberah je narimvuz ivy numvis murambabarr