No video

Abarundi ngo batora amoko ntibatora imigambi. Umuhinga muvya politike Julien NIMUBONA

  Рет қаралды 2,661

Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu

Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu

Ай бұрын

ahamagarira Abarundi kureka gukoreshwa n'inzanko zivuye kubihe igihugu caciyemwo, mumatora yimirije bazotore abashoboye kubatorera inyishu z'ibibazo vyinshi uyu munsi bibahanze.

Пікірлер: 4
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz Ай бұрын
Shalom Shalom Shalom Bwana Julien Nimubona. Iyo ngorane, Abarundi bararifise canke izo ngorane ziri mu Barundi. Batora ubwoko ho gutora imigambi. Umuhisi Président Pierre Nkurunziza niwe yivugiye ati : Umugera w’amacakubiri ni irihwa riri mu kirenge c’Abarundi. Kugira rivemwo, bizofata imyaka itari mike. Aha rero, sinzi ko ariko aravuga ku vyerekeye amatora, canke ku vyerekeye ibindi biraba ubuzima bw’igihugu c’Uburundi. Murakoze
@nibasumbaegide9621
@nibasumbaegide9621 Ай бұрын
Hoho ni uko baba bemerewe na candidatures zabo
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i Ай бұрын
Uko ni ukuri, démocratie ishingiye kubwoko ntaco izana atari inzankano, inzigo ubwicanyi n'ubusuma.
@sese667
@sese667 Ай бұрын
Noneho dufise akarorero keza, mu Rwanda iciswe "Hutu-Power” ico vyavyaye mu 1994 twarabibonye ...
Amakuru yo ku wa 16 Myandagaro 2024
34:23
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 14 М.
When A Gang Leader Confronted Muhammad Ali
11:43
Boxing After Dark
Рет қаралды 7 МЛН
Comfortable 🤣 #comedy #funny
00:34
Micky Makeover
Рет қаралды 16 МЛН
Они так быстро убрались!
01:00
Аришнев
Рет қаралды 2,9 МЛН
Schoolboy - Часть 2
00:12
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 17 МЛН
Harley Quinn's plan for revenge!!!#Harley Quinn #joker
00:49
Harley Quinn with the Joker
Рет қаралды 29 МЛН
Amakuru yo ku wa 17 Mukakaro 2024
21:09
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 14 М.
How to win a argument
9:28
ajaxkmr
Рет қаралды 457 М.
Ip Man 2 | The Boxing Competition
15:57
Cinewatch
Рет қаралды 7 МЛН
Comfortable 🤣 #comedy #funny
00:34
Micky Makeover
Рет қаралды 16 МЛН