Amakuru yo ku wa 06 Mukakaro 2024
31:53
15 сағат бұрын
Journal du 05 Juillet 2024
17:50
2 сағат бұрын
Amakuru yo ku wa 05 Mukakaro 2024
31:29
2 сағат бұрын
Journal du 04 Juillet 2024
11:59
4 сағат бұрын
Amakuru yo ku wa 04 Mukakaro 2024
29:03
4 сағат бұрын
Journal du 03 Juillet 2024
21:07
7 сағат бұрын
Amakuru yo ku wa 03 Mukakaro 2024
20:31
7 сағат бұрын
Пікірлер
@user-zt6un1vu3o
@user-zt6un1vu3o 4 сағат бұрын
Girukwisha.ntaho.wogezaumuganbwe ivyabayevyose mumuganbweubifisemwouruhara kubwinyungu zawe bwite
@user-uv1th2jv5p
@user-uv1th2jv5p 11 сағат бұрын
Uyu niwe wambere ubaye Prezida wikigoryi kwisi
@user-uv1th2jv5p
@user-uv1th2jv5p 11 сағат бұрын
Ubundi uyu ntiyakagobye kuba Prezida
@DishaniDisha-zm2gm
@DishaniDisha-zm2gm 12 сағат бұрын
Komere
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 12 сағат бұрын
Reka kubeshera Imana.
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 12 сағат бұрын
Bob non ngaho ntasoni kweri mufise. Homwoje kubaka igihugu nukurwiza amacakubiri gusa. Imana ibabarire
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 12 сағат бұрын
Umunyacakubiri wa mbere ni ww
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 10 сағат бұрын
Muzopfanabi simbabesha, ubakigihugu mureke kwivangura guko twese turi abantu abenegihugu. Izuba ryatse ryakira twese nimvura iguye yuhirira imirima twese
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 12 сағат бұрын
Mwabicanyi mwe. Mwe nimwe ubwenge buri kugihe.
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 12 сағат бұрын
Aho rero ng'uravuze
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 10 сағат бұрын
Nimwikebuke bagabo, igihugu nicacu twese mureke kwivangura ahubwo tucubake.
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 12 сағат бұрын
Mwamihimbirimwe. Mwe nimwe mufise indero. Ushaka abasige amavuta bishe igihugu. Mweho mukunda ibigenda nabi. Mwe murimbwa kweri muzopfa nabi
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 12 сағат бұрын
Ziba
@AMAKURUYABBC
@AMAKURUYABBC 12 сағат бұрын
12:20 turabakurikira cane
@JeanprimeNdayizigiye
@JeanprimeNdayizigiye 13 сағат бұрын
Yesu WE 😢😢😢😢😢😢😂😂😂
@AmusedBubbleTea-ic2mf
@AmusedBubbleTea-ic2mf 14 сағат бұрын
azakuvuga yafasha cyasuruduwire😂😂😂😂
@NathalieNIYUHIRE-vj8il
@NathalieNIYUHIRE-vj8il 15 сағат бұрын
Azoheba agware umuti iyontumva ya ONU
@ENOCKboyTv-fm5ye
@ENOCKboyTv-fm5ye 16 сағат бұрын
🤔🤔🤔🤔😭😭😭😭😭
@binancerwanda
@binancerwanda Күн бұрын
Ibi mu Rwanda mbere ya Genocide yakorewe Abatusti mu 1994 hari umuco wo kudahana 😢
@songamberetv2219
@songamberetv2219 21 сағат бұрын
Ntanisoni mugira abantu ntibirigwa baranyuruzwa mwitana ibigarasha ninterahamwe ibifobagane nibindi ko tutarabona bahanwa ubwo woravye ivyiyiwanyu ko mbona nahone bitoroshe
@binancerwanda
@binancerwanda 19 сағат бұрын
@@songamberetv2219 Ntago uba mu Rwanda, so ntabwo uzi RIB niyo mpamvu uvuze gutyo ntawakurenganya
@songamberetv2219
@songamberetv2219 18 сағат бұрын
@@binancerwanda none we uba i burundi ? Nguhe list yabafunzwe 30jrs ariko bamaze imyaka nimyaniko bagifunzwe nguhe abanyurujwe nubu bataraboneka nturamenya ko turi muri digital amakuru yihuta
@binancerwanda
@binancerwanda 18 сағат бұрын
@@songamberetv2219 natanze comment ngendeye kubyavuzwe muri iyo video ntago navuzeko mba aho i Burundi
@songamberetv2219
@songamberetv2219 14 сағат бұрын
@@binancerwanda ntakaje wumva ibi bigambo abazungu niko babaye ico bashoboye nukuduteranya gusa
@HacimanaJeanmarie-z5f
@HacimanaJeanmarie-z5f Күн бұрын
Baraguhenz ivyabananiy 2015 kizobagora
@ThomasSambwe
@ThomasSambwe Күн бұрын
Nkawe rugurika wihereyeko ubona woshobora gutwara uburundi?nuvugemake ivyawe turabizi
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 12 сағат бұрын
Bizoja ku mugaragaro ivyanyu
@ThomasSambwe
@ThomasSambwe Күн бұрын
Zikonwa ziboroga.muzokora ivyanyu nimwashikigwa
@DanielNDABARUSHIMANA
@DanielNDABARUSHIMANA Күн бұрын
Raba carte comnune ndava ntibaho mucibitoke uwo yanditse iyo lancement akwiye agasho
@NdayiJama-no5vb
@NdayiJama-no5vb Күн бұрын
Komerakumuheto
@bukuruetienne3726
@bukuruetienne3726 Күн бұрын
Amajwi ntabwoyakozwe neza uyumusi muzemudufsha
@mboningabajeanbosco444
@mboningabajeanbosco444 Күн бұрын
Abarundi mwaragowe rwose Kuyoborwa na NDAYISHIMIYE naba DD ni akaga murimwo mwihangane
@stevenruhunga3677
@stevenruhunga3677 Күн бұрын
Mwe mwarafashwe muzokwama mukorera abakoroni
@ThomasSambwe
@ThomasSambwe Күн бұрын
Nikobamye mugenzi.reka batakarimi ntocobazoshikako
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 11 сағат бұрын
Mbe mwe vyifashe gte ntimurira mu bandi
@Mutako-ig1ik
@Mutako-ig1ik Күн бұрын
Nkuyu ngo ni perezida wigihugu mbega ububwa koko?
@pommenuh5413
@pommenuh5413 Күн бұрын
Correct 👍 😊
@gervaisthomason4612
@gervaisthomason4612 Күн бұрын
ntaco Muja murashikuza!!Ivyo nivyo mwipfuza ariko siko biri
@ngenzi.250
@ngenzi.250 Күн бұрын
Ndizera bazicuza ivyo kugara imipaka nu Rwanda
@binancerwanda
@binancerwanda Күн бұрын
Caane
@davidndayisenga-zf2uy
@davidndayisenga-zf2uy 2 күн бұрын
UGUTSINDWA KUBAHO NIMUSEZERE URWANKO NTA KIBANZA MU BURUNDI
@kanimary5642
@kanimary5642 2 күн бұрын
Wahorahe ga Onésime ?
@schollaschol3948
@schollaschol3948 2 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@tainaruban8384
@tainaruban8384 2 күн бұрын
Uburundi bugeze aho umwansi yifuza. Quelle tristesse....Barakibahaye none kirabananiye izuba riva.
@numubonavianney6835
@numubonavianney6835 2 күн бұрын
😂
@user-sp2hu8lb1c
@user-sp2hu8lb1c 2 күн бұрын
😂
@MasaboMasaboAlphonse
@MasaboMasaboAlphonse 2 күн бұрын
IMANA ISHIMWE CAN
@user-ui2cc4bk6m
@user-ui2cc4bk6m 2 күн бұрын
Neva for rever tuza mutora cane ❤❤ mugume mucugurika 😂😂😂
@ntakarutimanashaban1447
@ntakarutimanashaban1447 2 күн бұрын
Hello Inesi Gakiza nakurikiye kino kiganiro kuri KZbin . None ko bavuga Neva ntabushobozi afise bwukurongora igihugu. None iryo pete rya general yarironse gute?
@CharlesMPAWENIMANA-wv1zl
@CharlesMPAWENIMANA-wv1zl 2 күн бұрын
Vyerkana k yagamburuka ivyo bamutumye ntiyashishoza yabkora uko. Bivuze ngo uwukugmburukira uramuhemba. Naho ipete ryavuye. Simple exécutant😂
@fabricemanirambona7000
@fabricemanirambona7000 2 күн бұрын
Name of this mum please😅🤣😍
@NZIRIKANACEDRICK
@NZIRIKANACEDRICK 3 күн бұрын
Abasirikari ni bande niwew nanje kuki ??
@NZIRIKANACEDRICK
@NZIRIKANACEDRICK 3 күн бұрын
Uyu neva ngo ni président wacu jew ndikwibaz aho turi kuja icakabiri none mubarundi ntawundi dufite ??
@GedeonNzisabira
@GedeonNzisabira 3 күн бұрын
Turashima ivyiyumviro vyanyu
@user-ce6pz9uw7d
@user-ce6pz9uw7d 3 күн бұрын
Léonidas na Pita hari abobita MUJERI, nawe nabisigure!!!!
@LeonardHabonimana-lk4gx
@LeonardHabonimana-lk4gx 3 күн бұрын
Turabashigikiye
@TharcisseNDAYIZEYE
@TharcisseNDAYIZEYE 3 күн бұрын
Amakuru mudushikiriza nimeza ahantu negura nuko keshi mwinyegeza mugukoresha ijwi ryumwana kandi arumntu akuze
@DishaniDisha-zm2gm
@DishaniDisha-zm2gm 3 күн бұрын
Komere
@juvenalndayikeje969
@juvenalndayikeje969 3 күн бұрын
None wewe Leonidas ufise ibara irihe?
@alinemiami9135
@alinemiami9135 3 күн бұрын
Yigaruriye amatongo angana gute ivyobagushikanira vyose bingana gute amafaranga abanyagihugu baguha buri kwezi cank buri musi bingana gute??ntamukuruwigihugu dufise iyomvugo nimbi cane.
@EdmondNzambimana
@EdmondNzambimana 3 күн бұрын
Turabashimiy cne KK muraduha amakuru yizew
@msolorockbluesguitar4945
@msolorockbluesguitar4945 3 күн бұрын
None mwese komuhagarara kumvugo yakoresheje aho kutubwira nimba odecca yayibesheye??mwese mwabay ibijuju kuko nimba odecca idakora ivyo ishinzwe neza ntagusigiririza nukubivuga uko biri not just the president ahubwo abarundi bose mukwiye kubibon uko
@aimemarley
@aimemarley 3 күн бұрын
Muragowe, iyo n'inzigo. Murahumba, musimba muziritse. Hama ngo mwipfuza kubaka igihugu, muraba muraguma hiyo kuko ntaco mwotumarira. Débat nkiyo ataco yungura ntakamaro. Ntigitwarigwa kuma réseaux sociaux.
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 12 сағат бұрын
Burakeye tubabone
@EddyPeter-ez5kt
@EddyPeter-ez5kt 3 күн бұрын
Uburundi boshobora kuba aribwo bufise president wikijuju kwisi sinzi impamvu utinya kubivuga
@MunzeroShaban
@MunzeroShaban 3 күн бұрын
Iyo mbona kazoza mbona ariw wenyene ayirimwo😂
@VioletteManirakiza-jf2rk
@VioletteManirakiza-jf2rk 3 күн бұрын
Nkibiyibaza kotuzobyibagira