Dj Paulin nabareka kwibeshera urya ntawamugize umu promoter hakeem moza nae ariko arabesh ntakuri kurimw nagato n' ububeshi gusa muvyooo avuga ngo dj Paulin niwe yarishe collabo nkurya ariko asuzugura industry muzik ayisubiz inyuma nokwonona impano zabandi
@chrisdonyfloreydushime52722 ай бұрын
Mon avis, nuko hamyeho kandi hakirimwo manque de professionalisme de tous les côtés kandi tukiri kurivyo ntaho tuzopfa dushitse kuko ni Fondation de base iri na nécessaire
@Thinktwice2572 ай бұрын
Inzonywarumogi....Umuravye ubona Yokwicarana n'a DJ Paulin?Think twice.Hangana nabo mungana.Dj Paulin hejuru cane
@munazinelson44052 ай бұрын
Est ce que murebye iyo minwa yiwe...ese ntimubona urumogi..???
@emelynesindayigaya85632 ай бұрын
Iyawe imeze gt?rabat ibikorwa
@Berchiche142 ай бұрын
Hahahaha ariko abarundi murasetsa kabisa....le type no kubesha biramunaniye none atangiye kuvanga amasaka n'amasakaramento.
@julesigirukwishaka2242 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@Slime-s5p2 ай бұрын
Ba petits ba gtg kwetu
@fabienhakizimana8322 ай бұрын
Pas bien joué
@justemugisha14132 ай бұрын
😅😅😅😅H M aboneka kwivyavuga arububeshi...noe Paulin kuva ryari arumu promoter!?😂😂😂song bashats kuyisohora kubwa biliman me project niya Paulin niba poeshe bagabany ububeshii
@richardniyungeko58032 ай бұрын
Projet niyiwe muburyo ubuhe? Ni compossition yiwe? Niwe yaririmvye? Niwe yarishe indirimbo? Kuzana Camelion ntibisigura ko abo akoranye indirimbo nabo bose zica ziba gwiwe, reka gu soutena abashaka gukamisha impano zabandi, nivyo bamusavye kubafasha ntavyo yashoboye hama ngo ashaka indirimbo atakoze!!!! Abantu bari abakera kweli😮