Bilimani boy hejuru cane mwirinde ibibaca intégré👌
@nalaesi738910 күн бұрын
Abo ba petit bicishe bugufi. Paulin niw yazanye Chameleon. Iyataba we niyo featuring ntayo bari kuronka. You never outshine your master, Paulin yirigwa arabatwara muma tourné mumahanga mais muriko muramufata nabi. Kwiyemera ataco bafise biri mumpamvu aba star bacu badaterimbere. Bilimani boys babanze bakore bagure imbibe, barek kugarariza abariko barabatez imbere
@@DivineKaneza-s9z Chameleon yamenye Double Jay kubwa Paulin na investissement yiwe mukumuzana. Bari bakwiye kwicisha bugufi kko bishitse Paulin akazana nka Diamond, rwoba aruruhombo kuri Bilimani boys. Mubisanzwe gutukana numuntu ariko araguteza imbere n'ubwenge buke. Barakoranye na Fizzo muri Bantu Boys, nta featuring nimwe yo hanze bigeze bakora kubwumutahe muke. Raba fizzo imyaka amaz aririmba nomubuganda ntibamuzi kuber ukuticisha bugufi. Paulin ntavyinshi nomuvugako ariko ari mubagwizatunga bake muburundi bashigikira indirimbo zacu akanabishiramwo inoti, bashaka bokorana neza, akabagurira imbibe.
@Wizleysky10 күн бұрын
Kbx avuga ukuri jw ndikumwe nawe kl💯💯✅️
@christabellakaze352510 күн бұрын
Les Burundais vrt🫢🫢🫢 ico mwomenya boooose bafis amakosa knd bose bafis une part de vérité Ham ivy indero shahu na Paulin sukuber avugir hasi ko yuzuy ☝️ Ntawuratukana gushik ubu donc kurico ni bamwe Ni Mugire Amahoro
@t.n.ssupernatural806310 күн бұрын
Bilimani boy 4life💪🏾 it’s young p
@TTt-vi2ks10 күн бұрын
Izana umuntu yahivye urumogi fizzo arahuma jewe ndashigikiye pole
@munazinelson440510 күн бұрын
Izi nywa rumogi mwama mutuzanira 😂😂
@NezerweNelly-pd8lg11 күн бұрын
Numéro 1🎉🎉🎉
@ahi.aristo10 күн бұрын
Musamaye murazima Paulin w azobereka😊
@aymarking86579 күн бұрын
ubu ndatahura story uko iri mubisanzwe deal za paulin nuko azana umuririmvyi wohanze uwomuririmvyi akaca akorana numurundi gusa reo aho DJ paulin avyungukiramo nuko iyo projet basohoye baca bayishira kur YT ya paulin sasa reo abo mur bilimani baranse kumuhebera ivyo baruhiy cank ivyo bakorey kandi ikindi naco ntibavuganye which compte ya YT bazoyishirirako ico Paulin yokora nuko yobanza akicara hamwe na manager wa bilimani bagatora solution nkukoyabarondey bakorane collab na billimani boy
@calixtesindayigaya199910 күн бұрын
Uvuze ko Paulin atamutahe yashizemwo kandi ariwe yari yazanye chamelion ntiwumva ko uba udatahura.ntamutahe washizemwo woruta kuzana chamelion.
@alinendayisenga247510 күн бұрын
Non kuza chamelion bisigurak aririmbanye na double indirimbo iciba iya Paulin? ahubwo Paulin hariho ibintu yihaye knd Paulin yazanye chamelion kugir yinjiz cash mur concert yari yateguy ikindi naco uyu mujama yavuzeko amahera bahemvy ba double yarimake kuko Bari bizeyeko bazoronk collabo
@OrnellaNinezerwe10 күн бұрын
Eeeeh non kobatamutumyeko nabo barikubishobora kumushikana aha kubutaka bwuburundi wew yaramuzanye kugira abungukire k dorcas n'a vestine babankiye gufata amasanamu batarishe uwabazanye
@Steph_Marley10 күн бұрын
@@OrnellaNinezerwe noe amushikanye ngaha bisigura ko abo bakorana collabo indirimbo zica ziba rwiwe nosense barashoboye gu profita occasion bari baronse kbr paulin aba branchije nawe ntibica bisigura ko iciba rwiw wp sukooo bigenda
Ehe reo nawe uravuz nabi pour rien Noe ko yabakuy mur taxi akabshikna mundege Uriko umuhor ik🫢 uworab ww ivy uhagrarir ic bivamw uwotabw hanze yob nde Réfléchis avant d agir muvandimw