Alvera Muhimbare avuze vyinshi mutamenye mubuzima bwiwe..

  Рет қаралды 75,973

Isaac Tv

Isaac Tv

Күн бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 198
@ornellairankunda8578
@ornellairankunda8578 2 жыл бұрын
Iyi Titre .Yesu abagindure murababeshiii
@elieniyonzima1074
@elieniyonzima1074 Жыл бұрын
Nihatali caaaaaneee,bashaka Views kunguvu.
@evekany7698
@evekany7698 2 жыл бұрын
Beatifull girl ndamukunze ga mana 💞💞💞💞💞💞💖💖💖💖💖💖
@peruthuwabazimya8654
@peruthuwabazimya8654 Жыл бұрын
Imana igukomeze kd ujyurushaho kwegera imana umunsikuwundi.
@user-ic5oi8dk7x
@user-ic5oi8dk7x 5 ай бұрын
Imana yamahoro niguhe umugisha indirimbo zawe pluz narazikunze cyane ndakwibutse. Umuntu ya rayindanjyiye nayireba mpita ngukunda kbx
@alexsong8798
@alexsong8798 2 жыл бұрын
Warandyohey cane muri yarabimenye
@jokkilajana162
@jokkilajana162 2 жыл бұрын
Deli gt ,erega womengo mu Burundi nta ncabwenge dufise? Ama talent ni nyinshi kweri courage .Muduzanye natwe tubashigikire thx
@girukwishakaclaudine8672
@girukwishakaclaudine8672 2 жыл бұрын
Mupenzi wangu Arvella 💖👌
@dayerikwizerimana7759
@dayerikwizerimana7759 2 жыл бұрын
Thanks
@harerimanagaudence2926
@harerimanagaudence2926 2 жыл бұрын
Ndagukunda cane mwana wiwacu from America.
@activist-ivanthierrynahimana
@activist-ivanthierrynahimana Жыл бұрын
Urakoze cane nukumushigikira
@ChartierNiyoyankunze
@ChartierNiyoyankunze 5 ай бұрын
Iman ugufash
@alexsong8798
@alexsong8798 2 жыл бұрын
By the way courage warampezagiye cane kuri yarabimenye
@omansur6584
@omansur6584 2 жыл бұрын
Courage arvella ndakwikundira muburundi ndutera tujimbere kbs
@etiennebiraronderwa9649
@etiennebiraronderwa9649 Жыл бұрын
courage
@eida4124
@eida4124 2 жыл бұрын
Ndagukunda kubi allivera
@jeanneniyonkuru
@jeanneniyonkuru Жыл бұрын
Wow Ruyigi oyeee
@festuspromoter3376
@festuspromoter3376 2 жыл бұрын
Love from festus promoter
@donavineukwibishaka3158
@donavineukwibishaka3158 Жыл бұрын
Courage Alvella
@blaisendayishimiye3456
@blaisendayishimiye3456 Жыл бұрын
Wow kumbe Uva Ruyigi nice👌👌👌
@priscillamugisha794
@priscillamugisha794 2 жыл бұрын
Uwumwigeme ndamwikundira cyane nkundanindi rimboze
@rubashamuhetoaniset5702
@rubashamuhetoaniset5702 2 жыл бұрын
Umunyamakuru mwiza cyane
@hakizimanageorges8753
@hakizimanageorges8753 2 жыл бұрын
Nice
@angemugisha7056
@angemugisha7056 Жыл бұрын
Wooow 🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽
@noywebchanel5370
@noywebchanel5370 2 жыл бұрын
Iyo titre Mana yanje, nihatali kweli mugani wa Mr
@ndikumwamievrard6643
@ndikumwamievrard6643 2 жыл бұрын
Aahh!! Nuyo yayiririmvye ,Imana imuhezagire. Aririmba neza. None channel yiwe yitwa gute
@tecquistenina2378
@tecquistenina2378 2 жыл бұрын
Keuza disiiii😘😘😘nagakunze 😥
@julescesarbagenzi3799
@julescesarbagenzi3799 2 жыл бұрын
Sha Amatsiko narayikunze nanje kabisa.Aka Gakobwa gakomwrez'aho.
@hagenimanamoses-ne9cs
@hagenimanamoses-ne9cs Жыл бұрын
Arivera ndaamuku ndacyane
@user-pv4bf2mx5p
@user-pv4bf2mx5p 10 ай бұрын
I like that girl Francis from Zimbabwe
@jujugikundiro8547
@jujugikundiro8547 2 жыл бұрын
Heweee kimwe muribeza mwese bijuuu.
@didacendikumugongo8947
@didacendikumugongo8947 Жыл бұрын
Delicious kabisa
@EmelyineInezaakarabo
@EmelyineInezaakarabo 5 ай бұрын
Ndagukunda❤❤❤❤❤
@NiyibonaMenedor-uq4xy
@NiyibonaMenedor-uq4xy Жыл бұрын
Ndagukunzecane alvella courage nukuri
@nimbeshahomarius1417
@nimbeshahomarius1417 2 жыл бұрын
Ni vyiza cane alvela tuzoguma dukurikirana ibikorwa vyawe , courage Hama Isaac iyo titre mwanditse ntijanye n'ikiganiro
@measme4721
@measme4721 2 жыл бұрын
bashak tuvyirukire kuraba
@user-pp4dt4ir8c
@user-pp4dt4ir8c 2 жыл бұрын
Amashetani Arabaho por sana aroko yesu nimwiza
@imuhiratv2577
@imuhiratv2577 2 жыл бұрын
plz isaac iyo mukoreshej intervew , umurundi wanyu za muzana na link zibikorwa vyiwe kugira ngo mumufash ibikorwa vyiwe birabwe
@etiennebiraronderwa9649
@etiennebiraronderwa9649 Жыл бұрын
courage mon amie
@hagenimanamoses-ne9cs
@hagenimanamoses-ne9cs Жыл бұрын
ndabakunda ndimurwa nda
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 Жыл бұрын
Courage
@salima7729
@salima7729 2 жыл бұрын
Arvella ndagukunda sana ndishaka tuzobonan
@IrankundaDevotte-yu4nm
@IrankundaDevotte-yu4nm 9 ай бұрын
❤❤❤❤ndamwikundira aritonda can
@BayikezeBelyse-pr2lf
@BayikezeBelyse-pr2lf Жыл бұрын
Waouuuu alvella wubahw cane
@shushishushia3329
@shushishushia3329 2 жыл бұрын
My paster JPierre ndamukumbuye
@manirambonajoel4941
@manirambonajoel4941 Жыл бұрын
Sawaaaa mukomere
@JeanBlaiseSindaharaye-fn9uc
@JeanBlaiseSindaharaye-fn9uc Жыл бұрын
Courage soeur.
@aimablebimenyimana5887
@aimablebimenyimana5887 Жыл бұрын
Wao
@uwambayinemajoy7557
@uwambayinemajoy7557 Жыл бұрын
Ndabakunda ukuntu muvuga
@ntihindukabienvenue2228
@ntihindukabienvenue2228 2 жыл бұрын
Mana arvella arandyohera sana vrt mana oyaaaa icompa nkakubona macho kwa macho nishima
@IradukundaAriella-rc4ok
@IradukundaAriella-rc4ok Жыл бұрын
Furaha tiv
@valerienduwayezu3739
@valerienduwayezu3739 2 жыл бұрын
Pore my ❤️❤️💕❤️💕❤️
@gatomartha4449
@gatomartha4449 9 ай бұрын
Love you olvella ubikoraneza
@violetteniyonzima1568
@violetteniyonzima1568 2 жыл бұрын
Gusa jewe Alive ndamukunda caaane🇧🇮🇨🇦
@user-jm3pc7tu7c
@user-jm3pc7tu7c 2 жыл бұрын
Ndabakunda mwese
@user-fe7pt5ub6d
@user-fe7pt5ub6d 9 ай бұрын
Nukuri uranyigishije
@HakizimanaEric-mt4mn
@HakizimanaEric-mt4mn Жыл бұрын
Arvella ndagukunda
@KmHn-qq4gi
@KmHn-qq4gi 8 ай бұрын
Pore sana
@benignenshimirimana7906
@benignenshimirimana7906 Жыл бұрын
Titre zicafuza umuntu si Sawa gose kweli bica bibiha
@jajakajaniri5813
@jajakajaniri5813 Жыл бұрын
Much love mwes 🇸🇦🇧🇮
@peggemegennaineza7952
@peggemegennaineza7952 2 жыл бұрын
Ndabasavye mufyonde kuri foto munshigikire muzoba mukoze ndabibasavye. Please ndabasavye munakore subscribe, likes, share, comment muzob mukoz imana imahe umugisha
@ChannyQueenofficial
@ChannyQueenofficial 2 жыл бұрын
Birahawe
@user-pv4bf2mx5p
@user-pv4bf2mx5p 10 ай бұрын
Welcome tv furaha 7
@mosescharles1921
@mosescharles1921 Жыл бұрын
Uyu mukobwa ni mwiza
@constanceniyoofficial5289
@constanceniyoofficial5289 2 жыл бұрын
Alvella ndagukunda sana wewe uzogumana n'lmana
@gisaclaudine2342
@gisaclaudine2342 Жыл бұрын
Gahimbale ngukunda cane baho wishimye
@user-py1bu4nj9j
@user-py1bu4nj9j 9 ай бұрын
Ndash ima. Mundirimbozawe kwl ziranshimisha zifite amajambo meza gusa uhezagigwe
@UmuhozaAdeline-gw9gy
@UmuhozaAdeline-gw9gy 10 ай бұрын
Alivera ndagukunda pe
@Agiraneza7346
@Agiraneza7346 2 жыл бұрын
waoooooooh God bless u 🥰🥰🥰🥰🥰🥰
@jeannettesahabo-ds7om
@jeannettesahabo-ds7om Жыл бұрын
Furaha tivi ,257
@cycy8854
@cycy8854 2 жыл бұрын
Be blessed
@user-yr9bj3po6h
@user-yr9bj3po6h 2 жыл бұрын
Uterujimbere
@jeanmarienkurunziza1086
@jeanmarienkurunziza1086 Жыл бұрын
Slt Muze muragerageza content yikiganiro ibe isa na affiche nkubu mwavuze la biographie ya alivella mais ivyo gufatwa kunguvu bihuriyeh! Ba mugerageza kuba sérieux ntimuzosange mwacafuje ibikorwa vyanyu
@user-zr4yt1gj8y
@user-zr4yt1gj8y 6 ай бұрын
Nari nakoze S'abonner ariko nsanze Ubesha! nciye nkurako Agatoke !! Titre wanditse sivyo bivurwa mwiyo Vidéo !! mubintu nanka ndanka Ububeshi Pe!
@user-jv8zc3ht6x
@user-jv8zc3ht6x 9 ай бұрын
Furaha tv turabashigikiye
@yvanirakoze9447
@yvanirakoze9447 Жыл бұрын
Nyar uzoduhik ngo twagushigikiye
@user-hu9ym7vg6n
@user-hu9ym7vg6n 10 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@setaseeta9779
@setaseeta9779 2 жыл бұрын
Nice girls
@nkurunzizasarahsachou7977
@nkurunzizasarahsachou7977 2 жыл бұрын
Ndagukunda Alvela
@nadraakeza6623
@nadraakeza6623 Жыл бұрын
Courage Alvella 🌹
@KmHn-qq4gi
@KmHn-qq4gi 8 ай бұрын
Turakubona tunakuwona sana tu
@user-xw6uk9dc2i
@user-xw6uk9dc2i 2 жыл бұрын
Ndagufana kbx
@user-me7td6fv3m
@user-me7td6fv3m Жыл бұрын
Furaha tv 257
@hdysydhdurjr1105
@hdysydhdurjr1105 2 жыл бұрын
Ndamukunda vrmnt anayaga nez
@amanyasmary5348
@amanyasmary5348 2 жыл бұрын
Mukobwa ufise indero abavyeyi bawe bubahwe
@JeanneNimpaye-yv2rw
@JeanneNimpaye-yv2rw Жыл бұрын
Amen ! Iam her mother and Iam verry happy before for my God and my doghter .May God bless you
@bamanotitv
@bamanotitv 2 жыл бұрын
My God 😲
@hagffshjavchjavcf1577
@hagffshjavchjavcf1577 2 жыл бұрын
Courage vrnt ufs nimpano idasanzw
@Ministre224
@Ministre224 2 жыл бұрын
Love in Kenya
@sylvestreniyonzima6645
@sylvestreniyonzima6645 Жыл бұрын
ALVERA abanyaruyigi tumenyane.
@jeanpaulb6909
@jeanpaulb6909 2 жыл бұрын
Guyz kuberiki abarundi mufata kuvuga ikinyarwanda nkaho ari icyaha?? Muranga urwanda kurwego rwuko no ukivuze wese atukwa mu Burundi kweli? Maze kubyumva kenshi ariko mujye mwihangana kuko ubuze français cg anglais atajya atukwa
@gracentirampeba604
@gracentirampeba604 Жыл бұрын
Noneho bavyanka babikunda Ikirundi kiravukana n'Ikinyarwanda . Imana yaratuvukanishije
@jeanpaulb6909
@jeanpaulb6909 Жыл бұрын
@@gracentirampeba604 oui c'est vrai,. Mais benshi mu Burundi in their head kuvuga ikinyarwanda it's crime but English it's not hhhhh poor mind kabisa
@NSHIMIRIMANAABDOUL-ot5zd
@NSHIMIRIMANAABDOUL-ot5zd 10 ай бұрын
Fulah tv 257 ndabanshigikiye
@nshimirimanafelix7493
@nshimirimanafelix7493 2 жыл бұрын
Mukinyinya narahageze niheza cane muri kazoza ubu sikirenga ark kazoza ni bn kubakunda ibikaju ark biruzuye cane
@inezabrunel8374
@inezabrunel8374 Жыл бұрын
Titre yibibintu vyanyu nubugiryi gusa mwagiye mukora kinyamwuga mwerekanye ko muri abarundi kweri
@dushimimanasamuel2166
@dushimimanasamuel2166 Жыл бұрын
Uvuze ikinyarwanda se haricyibazo?natwe turabakuricyirana rwose.
@tugumebrian5155
@tugumebrian5155 Жыл бұрын
We love you
@francoiseingabire698
@francoiseingabire698 Жыл бұрын
I love you so much my baby girl alvella
@rehemanifasha7216
@rehemanifasha7216 Жыл бұрын
Okkkkkk
@jokkilajana162
@jokkilajana162 2 жыл бұрын
Naduhe link nn turabe indizimbo ziwe ndabasavye.
@swsw3394
@swsw3394 2 жыл бұрын
Nimwirambire kbs imana ib azigame
@FleuryOG
@FleuryOG 2 жыл бұрын
Muba muhazee😂😂😘
@nadodado5376
@nadodado5376 2 жыл бұрын
Turashaka group ya alver
@Jovisjoman1996
@Jovisjoman1996 2 жыл бұрын
Nagra nsabe uburongozi bwa ISAAC TV ibibintu vyokwandika amajambo nkaya atari mukiganiro muvyihoze kuko biracafuza umuntu muba muriko mukorana ikigabiro .nkubu nca mbona KO yafashwe kunguvu na se kandi atavyo yavuze
@user-fl9gu5nk4i
@user-fl9gu5nk4i 9 ай бұрын
Furaha tiv 125
@econienibogora8816
@econienibogora8816 2 жыл бұрын
Alvera ndagukunda uririmba neza
@butoyifrancois2442
@butoyifrancois2442 2 жыл бұрын
Ndabaramukije gose ndamukunze
@Nininahazwe
@Nininahazwe 2 жыл бұрын
Ndamufana Alvella Non iyo titre kitajanye n'ivyo yavuze
Alvella Muhimbare - Umubavu Ft Pin Pajo (Official music Video)
10:18
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 988 М.
大家都拉出了什么#小丑 #shorts
00:35
好人小丑
Рет қаралды 80 МЛН
IKIGANIRO CYA YAGO NA JADO NKA MURUMUNA NA MUKURU
1:24:34
B&B Kigali 89.7FM
Рет қаралды 67 М.
Alvella MUHIMBARE 9,Apr,2023 KINYINYA Buhonga Party 1
1:15
Ama-G The Lissen ConRoy Al
Рет қаралды 28 М.
Alvella MUHIMBARE-Abba Data feat. Pin Pajo (Official Music Video)
5:16
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 346 М.
Rutuma ndirimba || James&Daniella
9:10
JamesDaniellaTv
Рет қаралды 252 М.
大家都拉出了什么#小丑 #shorts
00:35
好人小丑
Рет қаралды 80 МЛН