ALVELLA atanze ukuri kwose kubana bafatwa ku nguvu//Abavyeyi biyegereze abana//Ingorane duhura nazo

  Рет қаралды 61,919

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

PAPA yamfashe ku nguvu//Uko vyagenze//Abagabo bamwe ni babi kuko//FILM umwanya nayikoze//impanuro
‪@alvellamuhimbareofficial‬
#gufatwakunguvu #umwanya #burundi

Пікірлер: 175
@niyomwungerepatrick5551
@niyomwungerepatrick5551 11 ай бұрын
Imbere ni heza courage . Ariko rreo ndifuza kumenya amajambo amwe amwe ukoresha umengo uvuga ururimi go hakurya yamazi nuko uvuga canke warabaye mu rwanda igihe kurekire. "ibanga Imana yatujeje".. "Bitewe nuko vyaragiye.." Bamuvuga ikirundi cacu neza bashaaa.
@lameckmarco4703
@lameckmarco4703 10 ай бұрын
We ni wew atacho uzi ikirundi kiratandukanye kuntu kivugwa bivanye naho wavukiye
@abif1504
@abif1504 11 ай бұрын
Uzi ko indirimbo imwe nari ndayizi muga ntamuzi....Urakoze Gael kunyereka iki gitangaza c'umukobga. Ndabatumiriye kwumvira indirimbo yiwe "Ni kuber'Imana", ntaa n'ico ndonse mvuga....You are a blessing Alvella
@niyonsabajeanrobert8435
@niyonsabajeanrobert8435 11 ай бұрын
N'ubundi Gael iyo nkuru arayikase, anantu baza kubifata ukundi
@EspéranceNzeyimana-l9h
@EspéranceNzeyimana-l9h 20 күн бұрын
Yoo sinarinzi ko uri umurundikazi urampezagira cane mundirimbo zawe nzokurondera ninaza mu Burundi ❤❤❤
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 11 ай бұрын
Alvella vrt ndamukunda akina Film neza aririmba neza muri make ndamukunda❤️❤️❤️
@KhalidKhalid-js1rf
@KhalidKhalid-js1rf 11 ай бұрын
Alvela ndagukunda uririmba neza indirimbo zaw ziranyubaka
@ramadhanjefwa9879
@ramadhanjefwa9879 11 ай бұрын
Nakupenda sana your very beautiful girl
@slyviammugabo3
@slyviammugabo3 10 ай бұрын
Alivera ndagukunda cyane uririmba neza kd indirimbo zawe zinkora kumutima
@MeilleurGarc
@MeilleurGarc 11 ай бұрын
Juste Gaêl iyo Intervieu ninziz can nayikunz mais iyo Title bikunz uyi Modifier nivyab ngombwa ntuz ubisubir Kuk ubuzim bwomuri Filmes nibazak buratandukany nub tubayemw So ibint nkib ntuz ubisubir
@IMANIRAGUHAFalida
@IMANIRAGUHAFalida 10 ай бұрын
Nitwa farida mu RWANDA ,karongi ndagukunda cane kbs
@feliciteirakoze2544
@feliciteirakoze2544 10 ай бұрын
Alvella ndagukunda imana izofashe umusumwe tuzobonane pe
@mugisha.jbella5687
@mugisha.jbella5687 11 ай бұрын
Be strong beautiful ....imbere ni heza cane👌
@emmanuelbutoyi6601
@emmanuelbutoyi6601 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂yooo mpore kweri waciye muri vyishi
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 11 ай бұрын
Urafise kazoza muri art du cinéma va de l'avant tu es inspirée ❤
@krc0607
@krc0607 11 ай бұрын
Ariko iyo titre iratuma umuntu avyumva ukutariko nagato. Maze kumviriza une dizaine de minutes, niho numvise ko ari film yakinye aho umugabo wa maman wiwe ariwe yamufashe kunguvu. Atari papa we yamuvyaye. Vyiza mwokwandika inkuru yo. Merci
@AkimanaAkimana-nn6dd
@AkimanaAkimana-nn6dd 3 ай бұрын
Turagukunda mu rwanda ,♥️
@DianeIrankunda-fo2ds
@DianeIrankunda-fo2ds 11 ай бұрын
Courag Mlle Alvella❤
@NIYONSENGA_Levis
@NIYONSENGA_Levis 11 ай бұрын
Courage
@alinenibigira4955
@alinenibigira4955 11 ай бұрын
Ndagakunda ka Alvella❤❤❤❤
@KarayagwaJuvenal-jd8sh
@KarayagwaJuvenal-jd8sh 11 ай бұрын
Nashaka gushimiracan uwomwigeme kwubikogwavyiza ariko arakora Imana ikomezekubana nawe
@NiyubahweThedia
@NiyubahweThedia 7 ай бұрын
Mpole cane imbere niheza ndakwikundira❤❤❤
@faustinntamatungiro5145
@faustinntamatungiro5145 11 ай бұрын
Ngo umuntu ari mubutinyanka ngo aratwara inda??😂😂😂manyanga
@alexisberry6542
@alexisberry6542 10 ай бұрын
Iyi titre vrt iracana ivutu raba muhindure
@DusengimanaInnocente
@DusengimanaInnocente Ай бұрын
Ndakwemera cyane
@evelyneinarukundo-lg5xv
@evelyneinarukundo-lg5xv 11 ай бұрын
yooo ntuzusubire kwikengera indirimbo zawe zirimwo amajambo akomeye yigisha iyo shetani nije hiyo kure heza sha muhimbare
@levoniyonkuru3091
@levoniyonkuru3091 11 ай бұрын
Hongera,Albella
@JeanClaudeSabushimike
@JeanClaudeSabushimike 2 ай бұрын
Ongerereza vyuziiiiiii kinazi Claude Tv comedy
@UwikunzeJosiane-p7p
@UwikunzeJosiane-p7p 24 күн бұрын
Ndagukunda cyane
@eliane7564
@eliane7564 8 ай бұрын
Imana igukomereze imvura irarwa igahita ncuti yanje
@UBUMWEFINANCEgroupementfinanci
@UBUMWEFINANCEgroupementfinanci 11 ай бұрын
Nimba uri umurundi icokinyarwanda ugikurahe. Ruyigi ihuriyehe nurwanda. Icokintu ugukosore
@NsanzimanaPascal-w8d
@NsanzimanaPascal-w8d 10 ай бұрын
Ihangane mwana imana ikomeje kugutera iteka kdi ikomeje ikwagure njye ndagukunda nkurikirana ibihangano byawe wubahwe
@dieudonneNd
@dieudonneNd 11 ай бұрын
Great inspiration ,, hopefully this gets in people's mind...
@evodenkundimana7170
@evodenkundimana7170 4 ай бұрын
iyi introduction uko imeze ituma abantu bibaza ko ari ivyashikiye Arvella ubwiwe kandi ari ivyo muri film
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul 11 ай бұрын
Wihangane peee arko nunv vyatewe n mere waw niwe yagushoye😂
@NyiranshutiVestine
@NyiranshutiVestine 3 ай бұрын
Tura kwemer inaha mu Rwanda Arvella
@JOmani-h8p
@JOmani-h8p 11 ай бұрын
Ndazi kwari film Ariko ngoducumura mumvugo nomungir ümber y,'lmana ntamikino izobamw ngovyatibikin mizokwitwaz ngokarakazi ahorero ntubivug ushimits ngonibikino
@boscovyamungu3519
@boscovyamungu3519 11 ай бұрын
Komera cane wubahwe❤
@Nidivin
@Nidivin 11 ай бұрын
Ndakunda alvella❤
@ManishimweSolina-v7k
@ManishimweSolina-v7k 10 ай бұрын
Allivela ndamukunda cyane akina neza.
@RETUS-BRAINY
@RETUS-BRAINY 7 ай бұрын
Gaël nawe urirofa urabona ingene wabikase kugira nyene abantu bagume bumva KO ari vya vrai yarfashwe kunguvu nase ntabwo ari Sawa kabisa!!!
@emmanuelbutoyi6601
@emmanuelbutoyi6601 11 ай бұрын
Uravunze ukuri nivyiza Ko abavyeyi Ko bitaho abana babo
@princedavidndikumana6406
@princedavidndikumana6406 11 ай бұрын
Keep up sister, the future is bright! I like your voice!
@ndikumanaandre6584
@ndikumanaandre6584 11 ай бұрын
Gaël ndagukunda ukuntu ukora ibiganiro vyiza ukabikorana n abantu nazima. Jew nta na rimwe ndumviriza ikiganiro cawe ngo gihere ndabishaka. Nkabo umaze kuvugana nabo nanje nzokurondera tuganire
@OrnellaIrankunda-eg5qs
@OrnellaIrankunda-eg5qs 10 ай бұрын
Harahantu uyu munyamakuruu asinbishojee .ashaka twunvee filme nkukuriii oya reka ntabwo yafashwe kunguvuu ni filme yariko aravugaa Da
@LeillaladiaIZERE-u1w
@LeillaladiaIZERE-u1w 11 ай бұрын
Ari muri bake banshimisha❤❤😊
@FaithAlways053
@FaithAlways053 11 ай бұрын
Imana Igukomeze iguhoze amarira yawe 🙏🏾! May you be even more successful.Et que Justice soit faite pour toi!
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 11 ай бұрын
Ni film yakiny Ivy sibyo nukubesh
@TitojacquesAloni
@TitojacquesAloni 5 ай бұрын
Courage
@manirakizamireille8337
@manirakizamireille8337 11 ай бұрын
Gaël ivyo vyukwandika titre itariyo sivyiiza,uzotuma tuguheba kubera tuzibazako ubesha
@jeanclaudemugisha533
@jeanclaudemugisha533 11 ай бұрын
Courage ma belle, soit forte
@NiyomukizaPatrick-ev4cp
@NiyomukizaPatrick-ev4cp Ай бұрын
Nizerako nyagasani azogushyigikire nukuri iyindirimbo narayikunze fisamansiko amen
@JeanPierreNduwimana-r2y
@JeanPierreNduwimana-r2y 11 ай бұрын
Ukinanzeza film ivyo nobigushimira kwer. ibisigaye ndabifata nka film
@mbonyumugenzijules9345
@mbonyumugenzijules9345 11 ай бұрын
Yakuriye irimubiki😂
@YumvagusengaObedi-nn4xm
@YumvagusengaObedi-nn4xm 4 ай бұрын
Aruvera ndakwenera cyane cyane
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 11 ай бұрын
Courage #Muhimbare
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 11 ай бұрын
Bro hindura title ntabwo ari Sewiwe yamusambanyije ahubwo yasangiye umugabo nanyina,,,, gusa N, intore
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 11 ай бұрын
Ingene ari keza rero
@Neema-t1l
@Neema-t1l 22 күн бұрын
Alvella wubahw cn ndakunda ivyukor
@nyiramuzikapatronjeune8833
@nyiramuzikapatronjeune8833 11 ай бұрын
Mn jewe ndabemera tu
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 11 ай бұрын
None Alvella kuberiki uvuga ikinyarwanda cinshi?
@BumaTvRwanda
@BumaTvRwanda 11 ай бұрын
Twese turi umuntu umwe aba rundi nabanya Rwanda tuvuga ururimi rumwe
@AudaceNdayishimiye-u5g
@AudaceNdayishimiye-u5g Ай бұрын
urahindur umushatsi mwijur ntabahingisha umushatsi bazojay ibisigay uririmb udahend imam ok 🎉🎉🎉😢
@NduwimanaEuphraim
@NduwimanaEuphraim 20 күн бұрын
Ndagutwenze
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 11 ай бұрын
Kuyindi mpwemu idasanzwe pole sana dada ntivyoroshe amen 😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤❤🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🤲🤲🤲🤲🇧🇮🇧🇮❤💯✅
@ElisabethINAMUGANURO-yb4ry
@ElisabethINAMUGANURO-yb4ry 7 ай бұрын
Komra mwana
@mwananyamalaz4427
@mwananyamalaz4427 11 ай бұрын
Reka kubesha ntasoni kenge wew
@AishaOman-v1u
@AishaOman-v1u 8 ай бұрын
Amen❤❤❤❤🛐🛐🙏🙏
@matersas4535
@matersas4535 11 ай бұрын
Ni filme reka gufata agace ukagakata kugira utubeshe
@BelyseMugisha-b7l
@BelyseMugisha-b7l 11 ай бұрын
Kuvuga izina ryumuntu yakugejeje aho ugeze nikibazo ? Amarira ya Simon ntugire ngo ntari inyuma yawe
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 11 ай бұрын
Ubu arabonako vyose abishoboye
@BelyseMugisha-b7l
@BelyseMugisha-b7l 10 ай бұрын
@@JeannetteManirambona-o6m ntakundi naho abishoboye gushima nivyiza kuko isi irazunguruka yosubira akamukenera
@TitojacquesAloni
@TitojacquesAloni 5 ай бұрын
Uraduhezagir ND mur zimbabw
@YumvagusengaObedi-nn4xm
@YumvagusengaObedi-nn4xm 4 ай бұрын
Komerazaho
@RebBima-pj1cd
@RebBima-pj1cd 11 ай бұрын
Pole
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 11 ай бұрын
Bon courage sha Alivella. Uririmba neza ❤❤❤
@IRANKUNDAFamille-tt4zu
@IRANKUNDAFamille-tt4zu 11 ай бұрын
Ivyobinyarwanda wivugisha non nibiki??
@AlineNiyonkuru-fu2ph
@AlineNiyonkuru-fu2ph 6 ай бұрын
❤❤❤❤
@KarayagwaJuvenal-jd8sh
@KarayagwaJuvenal-jd8sh 11 ай бұрын
Ndabahaye mwiriwe
@raiyuuali9078
@raiyuuali9078 10 ай бұрын
Tugopba ukur ni film cank nivyabay ww uraft umwana zurka vugishukuri
@nakinteje7172
@nakinteje7172 11 ай бұрын
Abantu bakunda aya mashosho mendia ntaba nga mwibikira 🤔
@nyiramugishaconsolee2247
@nyiramugishaconsolee2247 11 ай бұрын
None mbaze birya wakinye muri film nivyakubayeko?
@fabienhakizimana832
@fabienhakizimana832 11 ай бұрын
@ramadhanjefwa9879
@ramadhanjefwa9879 11 ай бұрын
You are so beautiful girl
@CatherineUwamariya-jm6hf
@CatherineUwamariya-jm6hf 8 ай бұрын
Arvella tuvahamwe nanje mvamuruyigi.
@TitojacquesAloni
@TitojacquesAloni 5 ай бұрын
Turagukunda alvelle
@alineniyonkuru5596
@alineniyonkuru5596 9 ай бұрын
Nimwige gukunda ikirundi canyu bzsha nanj ahay avug umengo numunyarwanda
@niyubahweyautan2529
@niyubahweyautan2529 11 ай бұрын
Gusa naho arivyo muri film ivyo vyarakubayeho turakuzi
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 11 ай бұрын
Tinya lmana urafise gihamya😢??ko se amuvyara yapfuye kera.
@adechoun9316
@adechoun9316 11 ай бұрын
​​​@@hildenyandwi1142arik yavuz umugabo wa maman wiw après la mort d son vrai père icokwitondera knd nuko yavuzko ar film!!😮
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 11 ай бұрын
Oyaha gukubita umwana nk'uko ni bibi cane. Hariho ingene bahana abana batarinze kubaboreza igufa
@ThierryNiyorukundo-q3d
@ThierryNiyorukundo-q3d 4 ай бұрын
Arashoboye kbx
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 11 ай бұрын
Ntushobora kwanka papa wawe ariko ntiyari akwiye kugukubita
@YumvagusengaObedi-nn4xm
@YumvagusengaObedi-nn4xm 4 ай бұрын
Nkukurikira nibereye ikigal
@faidahfaida9989
@faidahfaida9989 11 ай бұрын
Normally,gukina film bisaba experience,uravye moliere,na chakspeare ubumenyi bari bafise bwari ikirenga,rero leta niyo yo yogu promotinga art.
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 11 ай бұрын
I'm fist 'nowaday❤❤
@NdihokubwayoNadine-km8te
@NdihokubwayoNadine-km8te 11 ай бұрын
Kandi rero urikurabivuga urajinyika ngobaragufashe kunguvu babwireko ari film abatayibonye jewe narayiravye umwanya
@alineniyonkuru5596
@alineniyonkuru5596 9 ай бұрын
None ngir yarabay murwanda
@NshimirimanaBenigne-gx8gf
@NshimirimanaBenigne-gx8gf 10 ай бұрын
Kubera iki uvuga cane ikinyarwanda
@luckyonek5336
@luckyonek5336 11 ай бұрын
Hezagigwa mwana wacu
@umuntu4898
@umuntu4898 11 ай бұрын
🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@ClaudineNininahazwe-he1le
@ClaudineNininahazwe-he1le 5 ай бұрын
Vyiza can
@ErickBaraka-rc4zx
@ErickBaraka-rc4zx 4 ай бұрын
Pôle kwel lmana izoguharira
@YvetteNKENGUBURUNDI
@YvetteNKENGUBURUNDI Ай бұрын
Nshaka vidéo wakoze yoguhanura abavyeyi baganirize abana babo.
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 11 ай бұрын
None uwo yamufashe ku nguvu wumva ari se wiwe wamaraso uyo mwana yakwegewe na nyina wiwe
@Cyriaquemfisabakunzi
@Cyriaquemfisabakunzi 7 ай бұрын
Arivella unyibukij vyishu
@teddyciza9995
@teddyciza9995 11 ай бұрын
Hhhhhhh uongooo iyo Ni Film warofa
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 11 ай бұрын
Nk'aho umutukiye iki kweli??? 😊
@aaronbe9966
@aaronbe9966 11 ай бұрын
Se faire viole par son beau-père c’est un film pour toi?
@FaithAlways053
@FaithAlways053 11 ай бұрын
Soit Nawe arabigira cankwe ico abona kuwundi uburofa…Nibwo Afise.
@teddyciza9995
@teddyciza9995 11 ай бұрын
@@mireillemizero1377 kk atar series abesha abantu
@OseBAYUBAHE
@OseBAYUBAHE 11 ай бұрын
𝐅𝐢𝐥𝐦.!??"😢😢😢😢😂😂😂𝐔𝐫𝐚𝐬𝐚𝐫𝐚.
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 10 ай бұрын
Urabikase sivyiza Kuko umuteje abantu si vyiza Maramwataka bamwe bunva nabi
AMATEKA YA ALVELLA MUHIMBARE , YAVYARANYE NA PAPA WIWE?
8:01
Mihosho TV
Рет қаралды 8 М.
INTORE NTINDI Part 5
23:44
BMT Buja
Рет қаралды 883 М.
1 сквиш тебе или 2 другому? 😌 #шортс #виола
00:36
🕊️Valera🕊️
00:34
DO$HIK
Рет қаралды 9 МЛН
Бенчик, пора купаться! 🛁 #бенчик #арти #симбочка
00:34
Симбочка Пимпочка
Рет қаралды 3,4 МЛН
How it feels when u walk through first class
00:52
Adam W
Рет қаралды 23 МЛН
Alvella Muhimbare - Umubavu Ft Pin Pajo (Official music Video)
10:18
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 1,1 МЛН
Mbega ISUGI yoshobora gusama imbanyi? Aba Kristu(o) bo bibagendera gute?
26:04
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 1,6 М.
1 сквиш тебе или 2 другому? 😌 #шортс #виола
00:36