Amafoto yibiterasoni yasaze | Abakobwa bo muri Omani na Saudia babishize ahabona|Umubabaro nimwinshi

  Рет қаралды 6,076

Bujahit Tv

Bujahit Tv

2 жыл бұрын

Ufise icubaza : +257 68 051 919
Ushobora kuraba #Nobela uciye kuriyi link munsi :
• Nobela Episode 1 Seaso...

Пікірлер: 76
@nsazabahizirehema7897
@nsazabahizirehema7897 2 жыл бұрын
Pole sasa mama na uyu kaka vraiment mim niko Saudia sauti ya uyu namwenye anatumiyaga picha yake sio ma moja Sha kumahera yo mubarabu kubo amaze kwiba ntakwezi azomara andahuye nikibazo Kandi kungira akire azosaba imbabazi kwaza kuruyu nyeni ifoto hamwe nabantu yivye nigene abantu bataryama abantu turungika amahera mu burundi tuze tura raba abo tuzi
@musanabaganwabelso2901
@musanabaganwabelso2901 2 жыл бұрын
Yoo pole sana kaka yangu
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 2 жыл бұрын
Sha nanj uyo muntu yaranyandikie Kandi ndafise nanimero yiwe ariko sindamufon kuri video ndebe karuwo wukuri cank arinco gisuma
@angemariam2034
@angemariam2034 2 жыл бұрын
Pole sana kaka ndio hivo duniani mtu anapitia kwa Mambo magum
@kamikazi77
@kamikazi77 2 жыл бұрын
Benichou kuberik muciy mukata ikiganiro tutumvirij izo audio emwe🤔🤔🤔
@user-gs3lb4xs3j
@user-gs3lb4xs3j 2 жыл бұрын
Ntawikangamabinga,atayagwaye,nawebakurabeneza🏃‍♂️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♂️
@johajohar7777
@johajohar7777 2 жыл бұрын
Mchaahara wa dhambi ni mauthi nareke ku kwambika urubwa wenyene akwirekere kukononera izina ryawe pole sha Broth wacu Mungu yuko mbinguni kwakusikia wajaa wakee
@tatianaladoucegahimbare4185
@tatianaladoucegahimbare4185 2 жыл бұрын
Pole sana MR Ndab👁bonye Issa 😢😢
@sandrapangit2534
@sandrapangit2534 2 жыл бұрын
Yooo naje warandondeye urampa nakavideo urikumwe na mama wawe muri mumuduga kuri kuri vora ndumiwe ucubwira nguba mugwanda ngudadaza impuzu zabakobwa ucubwira ko muri mugutaha muburundi ndi muri kuwait ndumurundi gusa warase tuyage video
@shdiayshdiay8076
@shdiayshdiay8076 2 жыл бұрын
Shaaa ni atari gusa ushaka kumunya yuko arabasuma ucufona appel video ndakwereka isura Asha uzoce umenya yuko arabasuma
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 2 жыл бұрын
Eeeeh jewe ndazi umuntu akoresha photo yawe vraiment kandi yarashatse kunyiba vyaranse munyuma arambwiza ukuri ndamutelephon kur videon aranyiyereka uwariwe hhhh pole saana muhungu, Ndababony Ismail avuka Rutana ariko Arazi adress yawe vraiment, akoresha nimero ya Rwanda ariko yiwe akoresha ya Burundi jewe ndamaze kumubona visage, bakoresha photo zawe kubera uri bogart 💪
@gor6779
@gor6779 2 жыл бұрын
Ntanisoni ugira izonamba zabo basum bo wazikuyehe???
@fafanifa4509
@fafanifa4509 2 жыл бұрын
Benichou Issa naramwandikiye kugira ndamubwir ivyuwo muntu ntiyanyishuye jew naramumeny
@user-gn9hy5to3g
@user-gn9hy5to3g 2 жыл бұрын
Pole sana kaka
@kercyofficialburundi6752
@kercyofficialburundi6752 2 жыл бұрын
Ndabivugaaa ngooo kercy yarasazee canker ngo yasazee🙋🙋💃😧🙏🙏
@johajohar7777
@johajohar7777 2 жыл бұрын
Kudadaako urafise ivyuvuga wew suuuuuu
@user-xd3kt2bs1r
@user-xd3kt2bs1r 2 жыл бұрын
We wandayawe rindira umutiwawe uracari kuziko harumusi utazomenya naho wakubitiwe rindira vuba uzotangara
@user-gs3lb4xs3j
@user-gs3lb4xs3j 2 жыл бұрын
Wehora,ntanyunganizi zawedushaka
@nadiaaa1407
@nadiaaa1407 2 жыл бұрын
Wap kbc ntrukundo pe
@angeange4342
@angeange4342 2 жыл бұрын
Ivyobitahura abakozi bari Saudia na Oman benababa ducishakwamara barayiba sibose arabanabeza
@iradukundamike5370
@iradukundamike5370 2 жыл бұрын
Pôle sana
@mozam4496
@mozam4496 2 жыл бұрын
Najewe uwomuntu ndafise numéro yiwe 😁😁gusa jew naramwikunkumuye kweri 🤭🤭naramucokoye kweri ntaconamusigarije vrt
@nasrahamini3043
@nasrahamini3043 2 жыл бұрын
😳😳😳 OMG 🙆
@nshimirimanajeanne2261
@nshimirimanajeanne2261 2 жыл бұрын
Yoooooh pole sana my brother, ahubwo uwomuntu arikwaraguteshurubwa ningene ayamahera atugora kuronka nibihangane
@nadeannadean8132
@nadeannadean8132 2 жыл бұрын
Nuko batazi icabazanye jewe kwatayo bazontwara
@bnkazoza9972
@bnkazoza9972 2 жыл бұрын
Report kwa Police sasa
@adamoman4966
@adamoman4966 2 жыл бұрын
Pol kaka yetu izo frecher zaw nizobaguhora abakobwa nabagore barimubarabu ngiranimivumo kbs imana ibatabare Pol wihangane
@chemsaakimana19
@chemsaakimana19 2 жыл бұрын
Sibose
@NinaNina-xr8jj
@NinaNina-xr8jj 2 жыл бұрын
Nukuri mwabantumwe ntimurira busema abamama nabigeme barimwibi bihugu vyabarabu amajini niyo assayed abacontrola kandi bobontavyobazi gusakubantu basenga turabitahura vyobavyiza uwiteka atugiriyeneza twotaha mubihuguvyacu tukajagukorera imana kuko igiheturimwo nicokwihana ivyaha vyacu tukegera imana imbabazi zikiriho nahubundi bagenzi umuriro winkazi uraje kumuntu wese yanse kwihana ivyaha vyiwe hungarero uburake bw'Imana bigishoboka
@irakozeashantyashanty5602
@irakozeashantyashanty5602 2 жыл бұрын
Kamrogeni uyo mjinga uyo
@MeRy-qk6bp
@MeRy-qk6bp 2 жыл бұрын
Yoo ni mama ISSA nabamenye abobantu
@Kelly-mv7py
@Kelly-mv7py 2 жыл бұрын
Ivyo bintu birimwo amahinyu ico nzi gusa uyo muntu k'uruhande gwanje sinshobora kumwizera ivyo ariko aravuga naho benshi mbona muriko mumuha ama pole menshi aho ntimwokwicara mukiyumvira uyo muntu Akoresha photos ziwe Kuki ? Kuki adakoresha uzuyundi ??jewe uko abagenzi benshi bambwiye ni hatari
@mucoweraivonneivonn8184
@mucoweraivonneivonn8184 2 жыл бұрын
Kwel none kaciye yitanga none uwomukobwa karangamuntu yawe yoyikuraho utayimuhaye konzi bitakunda kurungika amahera atacemeza
@nzeyimananny3802
@nzeyimananny3802 2 жыл бұрын
nanje uwu yaranyandikiye nijwi nuwunyene. rero abonye umenga yohava afatwa acahindura umukenyuro. ahubwo bagifate bagipfunge nibindi kizobivuga
@mmmuygyfccfttnooni7363
@mmmuygyfccfttnooni7363 2 жыл бұрын
😥😥😥birababaj kweli
@ashaomani7183
@ashaomani7183 2 жыл бұрын
A koresha amafoto menshi yiwawe Kandi umufonye kuri video ntiyitaba
@annyfafafanny5099
@annyfafafanny5099 2 жыл бұрын
Nareke kuvuga nanje yagira anyibe ampenda ngo ari murwanda
@Kelly-mv7py
@Kelly-mv7py 2 жыл бұрын
Hahahahah
@claussebaby
@claussebaby 2 жыл бұрын
Yavuzeko atariwe
@shushishushia3329
@shushishushia3329 2 жыл бұрын
Ntibisiguritse shaa jew ndimubibwe none iyo ifentite yoyikurahe? Ahubwo tubwizukuri uzi amafranga yacu mwivye?
@ala1608
@ala1608 2 жыл бұрын
Nihatari kweli
@nsabimanalovelly7708
@nsabimanalovelly7708 2 жыл бұрын
Nkeka abo bibwe bamufitoreye nawe acaja kuyigirisha photocopie
@Kelly-mv7py
@Kelly-mv7py 2 жыл бұрын
Ngo afise team bakorana bakaguhanahana rero bene wacu Ico mbona twokora ni kuba maso n'abo bantu tuuu ntakindi
@tecquistenina2378
@tecquistenina2378 2 жыл бұрын
Nibarab iyobaja none bayabaherik😂jenibaz kobashits murivyobihug kobabahimit ituma babibigugu,ck ngir bariranz😂😂😂😂
@chemsaakimana19
@chemsaakimana19 2 жыл бұрын
Ziba
@tecquistenina2378
@tecquistenina2378 2 жыл бұрын
@@chemsaakimana19 saw nazivy numukomez mwifat ama video murigusa muhonga nabahung aharib bobahonz😂😂kwiranda kuri kwishi😂😂😂😂😂😂😂
@nsabimanalovelly7708
@nsabimanalovelly7708 2 жыл бұрын
@@chemsaakimana19 ntumuzibisha kuko ukyri kuravugwa
@rozanandlkumana9230
@rozanandlkumana9230 2 жыл бұрын
Eego
@ancilemanimfashe5225
@ancilemanimfashe5225 2 жыл бұрын
Gus urik wumviriz nimubagenz biw kuk urumvak baz nah mub ash nihtr ubusum jew ndabatuk bashk kury ivy batabiriy akuy akamb kamutima nibakor babanz babir akadugumb ubusiz buvug ntamugish nukur bazabironkan ahubw bikebuk p
@Kelly-mv7py
@Kelly-mv7py 2 жыл бұрын
Naje uko niko ndabizi n'abagenzi biwe bakorana nareke kwitanga kwisigura
@nzeyimananny3802
@nzeyimananny3802 2 жыл бұрын
@@Kelly-mv7py nomwijwi nuwunyene nareke kwiyoberanya ahubwo abonye agirafatwe acarahindura umukenyuro. nuwunyene
@esta7304
@esta7304 2 жыл бұрын
@@nzeyimananny3802 Nayandi urayaroka
@safiam5338
@safiam5338 2 жыл бұрын
Kuki uvugisha ururimi rutumvikana nabakobwa baba omani canke abakobwa baje gukora muri oman ba muvuga ikirundi nkabarundi
@ggggfggfff5717
@ggggfggfff5717 2 жыл бұрын
Bemuvugish ukur kur titre yikiganiro mwarasaz pe
@nsabimanalovelly7708
@nsabimanalovelly7708 2 жыл бұрын
Nibikebuke kbx
@nizirazanajules4259
@nizirazanajules4259 2 жыл бұрын
Nibiture salongo murwanda akorereko kuruwomuntu yabivy muģa vyogorana kuko atazina ryiw bazi atana photo yiw bafise
@ancilemanimfashe5225
@ancilemanimfashe5225 2 жыл бұрын
Hhhhhhhh abakobw bar mubarabo tur ibigug nsintahur ukunt umunt womwizer ukamuh amahr namb mwararozw kweri cubweng tum mukor cool video ukubit screenshot uyibik yans video broka mur ib gug nibarek bayary bayabaher ik
@anithaniyogushimwa2094
@anithaniyogushimwa2094 2 жыл бұрын
Nanje ivyo bintu sinumva ukuntu bikunda bakarungikira imvagudu utanazi wamuntuwe
@florafrancine5025
@florafrancine5025 2 жыл бұрын
Nuwo mwoyaga appel vidéo yashatse kuyarya arayarya ntabirirwa barayaribwa nabagabo babanye canke bavyaranye ntimubatwenge isi ntisakaye nawe wonyagirwa.
@neemacassandra8428
@neemacassandra8428 2 жыл бұрын
Abo bakobwa nibo batagira ubwenge
@Kelly-mv7py
@Kelly-mv7py 2 жыл бұрын
Kabisaaa n'ibisubireko bagire ubwenke bamenye ko hariya Bari batagiye gufyina kandi bazi bigoye
@gor6779
@gor6779 2 жыл бұрын
Nilazima nawe uzofatwa mbe iyo ndangamuntu yawe bayironse gt? Urumusum we ngoja uzofatw
@rinkaoman9682
@rinkaoman9682 2 жыл бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@aisahsad7362
@aisahsad7362 2 жыл бұрын
Arik abant mwarets kwigir abanyabweng koko ng nibijuj abarik barabivug umusuma yazinduts akwib ntabuhing ushiramw
@johajohar7777
@johajohar7777 2 жыл бұрын
Kabixa
@nunuisimbi5031
@nunuisimbi5031 2 жыл бұрын
haruwo bashikanye kumusaga nimukoze muyiba muzofatwa namwe nimurindire imisi yigisuma iri kurushi
@kamikazi77
@kamikazi77 2 жыл бұрын
Yoooo asha amafotoyawe kwli yarasirijiye kwli nanjy waranyandikiye kwli kur Facebook jew naciy ndakubwira nti ndaguh numéro yanjy ya lumicashe ushirek amahera yaciye amblok😂😂😂
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 omani
@adelphineigiraneza4835
@adelphineigiraneza4835 2 жыл бұрын
Pol san
@AaAa-oi8kd
@AaAa-oi8kd 2 жыл бұрын
Man nihatari abobant nibech kwil
@Munezeroyvette
@Munezeroyvette 2 жыл бұрын
Je nukuri bitangez ahantu!🤦🏽‍♀️🤦🏽‍♀️burya barozwe n ibiki ga yemwe??😭😭arikw abandi ngira ntabagora kweri🤔🤔burya wohura n umuntu ntumuzi muhurire ku rubug uc umurungikir amahera???Mana weee UWUTARUMVA YASOROYE AC AKAZIBA!✍✍BAJE GUHIG AMAHERA BAHONGAA CANKE BAJE KURONDER AYO KWIKENURA????😒😒😒😒❤❤🇧🇮🇧🇮💚💚🇸🇦🇸🇦
@sozan9854
@sozan9854 2 жыл бұрын
Mwebw mivug ivyany nimw muribirof Twebw turazikunt tubikor
@nunuisimbi5031
@nunuisimbi5031 2 жыл бұрын
ntuvuge nabi sukubahonga bayabaha kugir bayabashikanir mugihugu. bamutukana mubanj kumeny amakuru nez sivyiza
@azibossladykenny2455
@azibossladykenny2455 2 жыл бұрын
Sasa mtu unaweza pendana n mtu usikutumie voix ao kukupigia cool video kwel mmmhh mbon wadada wameshakuw birofa ivo🥺🥺😏😏Ilaa awa wakaka wanao saidia wadada kuwatumia nyumbani pesa wameshakuwa wa mwizi Sanaa wangeshikwa nawenyew😓😓😓
터키아이스크림🇹🇷🍦Turkish ice cream #funny #shorts
00:26
Byungari 병아리언니
Рет қаралды 27 МЛН
Became invisible for one day!  #funny #wednesday #memes
00:25
Watch Me
Рет қаралды 11 МЛН
Ingoma Dance @Burundi #zuluculture #ritual
4:39
Go_oN
Рет қаралды 28 М.
That Feeling When You Pick A Hangnail🫢💀
0:17
Giggle Jiggle
Рет қаралды 16 МЛН
Man tries outrunning cops on skateboard
0:10
Frankie Lapenna
Рет қаралды 6 МЛН
Идеальный день ребёнка😂
0:11
МишАня
Рет қаралды 3,3 МЛН