Uko yabayeho mu barabu | Bashaka kumfata kunguvu | Ukuri kose kwabakobwa baba muri Omani arabuvuze

  Рет қаралды 23,863

Bujahit Tv

Bujahit Tv

Күн бұрын

Пікірлер: 561
@BujahitTv
@BujahitTv 2 жыл бұрын
Ufise icubaza canke uterera : +257 68 051 919 N.B . Zikora kuri Whatsap gusa Ntiwibahire kugira Subscribe kugira uzuraba uwambere ukurikirana ibiganiro vyacu. Turabakunda kzbin.infovideos
@joyel4954
@joyel4954 3 жыл бұрын
Jewe meze neza kabisa nzokwigumira saudia
@sajitsajit3329
@sajitsajit3329 3 жыл бұрын
Ivyo vyumushahara nivyari bikenewe kandi iyubajijwe ibibazo wewe uvuga ivyo wabony abandi nabo bazovuga ivyabo
@ggsdfgg6948
@ggsdfgg6948 3 жыл бұрын
Ahubwo turasavye reta ikikibazocuko batwaka ivyangombwa bazogikemur kuko niyompamvu badufata nabi iyimihimbiri
@nduwimanacharlotte237
@nduwimanacharlotte237 3 жыл бұрын
Uburofa gusa mutashe muba ibijuju kweri ivyo nivyo vyakujanye 🤔🤔🤔 ndumiwe
@MohammedMohammed-fv6sy
@MohammedMohammed-fv6sy 3 жыл бұрын
Haaa ndabon urikiramvu gusa harivyutabesh vyogufungura arikivyokubafata kungufu sababosi bose harivyutavuze vyubusambanyi navyo kutabivuze mwidandaza
@mugishaalonso6072
@mugishaalonso6072 2 жыл бұрын
Warabayeyo
@mesoalqahtani1314
@mesoalqahtani1314 3 жыл бұрын
Egokwerizara irimukwicabakozi arikojewendashima hubwomabuja abimpaturako ngogumefungur imanifashe abatabironk
@christabella4792
@christabella4792 3 жыл бұрын
Iman ishimw
@صباالعنزي-ي2ز
@صباالعنزي-ي2ز 3 жыл бұрын
Nanj arabinyingingir ntacombuz uxivy yukondar kutap🙊🙊🙊🙊ark naban biw tuyiraranak narumy imbav
@hafashanene8024
@hafashanene8024 3 жыл бұрын
Nukuzaturasengera abobitagenzeneza nanjendashimira imana ikindi natwedukwiyekwihagararako jewentanumwe ampa ivyoyasigajengondabirye sinshobora namwemukwiyekwihagararako mukiha agaciro
@alinaalina3089
@alinaalina3089 3 жыл бұрын
nukuri sibose aribabi nibabe biha nakarorero iwacu ibirundi hari abamez uko batagaburira abakozi,batabahemba basambana naba boss babo isi yose niko biri sibose different nuko African bidegembya ariko mubarabu ntamwidegemvyo
@jozifalmadhour3058
@jozifalmadhour3058 3 жыл бұрын
@@صباالعنزي-ي2ز nagira ngo nije ndara kwi tpi jenyen ndumv har nabandi
@irakozekorodine2786
@irakozekorodine2786 3 жыл бұрын
Buja hiti urakoze umuti kabisa
@saadsaedd3318
@saadsaedd3318 3 жыл бұрын
Murabesha.ntanzara.jenaje.fise.ibiro.mirongine.ariko.ubu.fise.ijana.rero.ntimubavuge.nabi.numva.jendahamaze.imyaka.ine.ntabagabo.ndabona.bafata.kungumvu.ipuuuuu.ndakuvumye😏😏😏😏😏😏😏😏😏yoyovuze.bugurure.baze.kurondera.mbeho.muburundi.abagabo.atarikudutera.inda.harikindi.nubu.yohaba.huguruye.notashe.nkagarika Naho.muburundi Hariho.ababoss.badahemba
@jozifalmadhour3058
@jozifalmadhour3058 3 жыл бұрын
Sibose hariho abakwima ivyo kurya.naj mu misi ya mbere ngishika barabinyima.gikuru nugusenga .
@wowwow9457
@wowwow9457 3 жыл бұрын
Uvuze vyo shaaa harivyo wibagiy nzokuhirir mwenewacu we ngoya arko umushahara ntawo novuga 🇸🇦🇸🇦 🙏🙏ndabakunz Wallah
@beaimfurayase4482
@beaimfurayase4482 3 жыл бұрын
Uzikumpeba gusa 😥🤣
@sesailsesail3205
@sesailsesail3205 3 жыл бұрын
Nivyovyareta ntacobizodufasha kuko twumva l'ETA nayo ikeneyeko izoronkakwayomahera
@joyel4954
@joyel4954 3 жыл бұрын
Sabarabu bose bagira ivyo
@irakozeevelyne6603
@irakozeevelyne6603 3 жыл бұрын
urafis kumenibanga bibabaj.unva nkubwir ivyo uvuz ndakugay bihagij.kuko vyarahez.wararokotse shima.abarabu sibamwe.kandi hora ivyukoz ndakugay
@shushu8105
@shushu8105 3 жыл бұрын
Uvuzukur
@shshsvzbzb7110
@shshsvzbzb7110 3 жыл бұрын
Kutidegemvya nticotuma ntoroka ahubwo gufatwanabi nivyo vyotuma ntoroka
@خلفانوائل
@خلفانوائل 3 жыл бұрын
Bite uvuga ukuri
@fifialghoul10
@fifialghoul10 3 жыл бұрын
Sha ivyobintu mvyumva Nuri saudi kwel ariko kowait biriy ariko sikenshi kwel hama pore sanaaaaa saudi Arabia nimuze murihangana tuzoshi iyo bija hose
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 3 жыл бұрын
Hama.intambamyi.mbo.sibose.ariko.hariho.inzu.nyishi.abakozi.bafatwanabi.ariko.sibose..ego.hariho..ahukorera.ivyo.gufungura..babiguhatirako.kwle.hama.abakozi.beshi.kwakafiri..usanga.bari.muri.desasenkanti.dolale.canke.desa.ndolale.egoo.ariko.abakozi.bigenga..nayarenga..600$.emwe.barayahebwa.nukokwle
@omanni5212
@omanni5212 3 жыл бұрын
Uburero natwe batwadutse kutuvumbura kwer
@benignenishimwe8051
@benignenishimwe8051 3 жыл бұрын
Iyo nyandiko Ange wayikuye?ariko sorry ndagukunda nuko byakanze uburyo udutuburiye mukwandika
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 3 жыл бұрын
@@benignenishimwe8051 😁😁😁😁😁😁😂😂😂🥰🥰
@esperanceakimana2285
@esperanceakimana2285 3 жыл бұрын
Uvuge ivyo wabony' ivyutabony ubihor' kuko sibose babayeh nabi' . hariho ababayeho neza batipfuza nogutaha
@mugishasandrine4960
@mugishasandrine4960 3 жыл бұрын
Egoo nivy kabisa
@kekeclaire5177
@kekeclaire5177 3 жыл бұрын
Nawe ntiyavuze bose mwebwe basha mwumvira hehe mumuagur cank?🤔🤣🤣🤣
@alinaalina3089
@alinaalina3089 3 жыл бұрын
Uvuz ukuri pe
@Kelly-ny3jg
@Kelly-ny3jg 3 жыл бұрын
None mwokwidegemvya gute na banyokobuja batidegemvya tuze twihangana dukore ivyatujanye!
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 3 жыл бұрын
Huuuuu mbona nabaphilipine bakubagurwa kand Baza Leta yabo ibazi😏😏😏umwarabu numwana wuwundi
@akimanazawadi1003
@akimanazawadi1003 3 жыл бұрын
lrambire nabakenya hamwe na baganda bose mbona bakubagugwa
@alinaalina3089
@alinaalina3089 3 жыл бұрын
Nibaza bishira hejuru ngo bazanwe na leta haha none leta izinjira kuba controla mumazu yabo nibakumbur bazoze bafise ubuntu bazi ko atampinduka ndende ihari uwuzogwa habi azoba aryambay kuko ntabishasha nafa filipine barabata mwibarabara kabisa iyo vyashitse kimwe nugusenga cane pe kuko ubuzi icakujany ko arigukora nokurondera ubuzima
@joselynjoselyn9769
@joselynjoselyn9769 3 жыл бұрын
Sha aha ntuWARURI VRT WIHAGANE JEWE AHONDI VRT NTACO BARYANY YABA BOSS VNKE MABUJ KWL TWICARA HAMWE TUGASAGIRA? TWESE
@asa121aminahta.nakshfrombu5
@asa121aminahta.nakshfrombu5 2 жыл бұрын
ivyino biragoyepe ahubwo bishaka umutima ugumwe😒😒😒
@nadiaburundi2826
@nadiaburundi2826 3 жыл бұрын
Uvuzukuri.mukobwa.mwanawamama.ntivyoroshe
@ggsdfgg6948
@ggsdfgg6948 3 жыл бұрын
Ntasisa dollals wakorera ntubeshe nimbawakoruburaya
@joselynjoselyn9769
@joselynjoselyn9769 3 жыл бұрын
Sha nukurinahubw BARAKOZE KUREKURIRA ABARUNDI KWIDEGEVYA JEWE KUBWANJE VYARASHIMISHIJ KUBA NTATEMBERA
@zuwenampawevimana7087
@zuwenampawevimana7087 3 жыл бұрын
Uyomubiri ufise ntabwo wafungura???iyo ufungura ubona utari gupasuka nokuvyibuha
@ccyoutube1485
@ccyoutube1485 3 жыл бұрын
Wapi ntahinduka abarabo ntavyo gutinya gucinyiza umukozi kuko nibindi bihugu baragiranye amasezerano ariko baracinyinzwa abarabo nintumva
@nduwimanaelizabeth417
@nduwimanaelizabeth417 3 жыл бұрын
Nihatar iciza nugusenga Iman yo nyene kuko niyo yaduchizeho gusa ndamuchimiy uyu mumama avuze neza cane
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 3 жыл бұрын
Ivyobibaho kimwe sibose kandi niwacu🇧🇮 Bose sabera harabamezuko baryinyama nawe ukaryibijumbu😂😂 kimwe Abarabu bubahwe cane nabarundi barafise ingesombi cane simbashugikiye %
@nshimirimamaeric3172
@nshimirimamaeric3172 3 жыл бұрын
Gusa ubawagiye mukazi rya ivyobaguhaye nibaguhemba ntaribi
@ntibanganafadila2109
@ntibanganafadila2109 3 жыл бұрын
Uvuz ukuri kuzima benshi batoroka kugufatwa nabi Can Nanj haragera umenga notorots
@ntibanganafadila2109
@ntibanganafadila2109 3 жыл бұрын
Uvuz ukuri kuzima benshi batoroka kugufatwa nabi Can Nanj haragera umenga notorots
@sesailsesail3205
@sesailsesail3205 3 жыл бұрын
Kimwe ngukundiye uvuzukuri ntubeshe bamwe turarya abandi ntibarye
@laynaxy3589
@laynaxy3589 3 жыл бұрын
Jahiyo ivyonamba arivyagushikiye sinise jewe nihonari ntarafungura ntangura akazi mpejeje icayi rero akarimumpene nikokarimuntama nomuburundi Haribo abafata abakozi nabi nahariya nukonyene ntubeshe
@خديجةخديجة-ل8غ
@خديجةخديجة-ل8غ 3 жыл бұрын
Umvuze neza cane ivyo umvuze vyose vyishi bimbahotu ahubwo umega nije nakubwiye ibibazo vyaje go uze kubimvuga ndatagaye kweri kandi ndaryohewe umvuze neza cane kuko beshi ntaco turigezaho kubwo kugira amahirwe mabi
@nzambiyumugishalolover8977
@nzambiyumugishalolover8977 3 жыл бұрын
Nawe urakabije mukubeshako nukuri ntahantu habura babi na beza nukuri beza barahari
@aishadjumaphones8877
@aishadjumaphones8877 3 жыл бұрын
Jewe bishinumunwagusaa riiko kuryaa kwambia nzabavuga ibindi
@chanelleaburundi5139
@chanelleaburundi5139 3 жыл бұрын
Naw.uribeshey hehe wakoresha 600 dollars ninba warayiba
@alesnema9596
@alesnema9596 3 жыл бұрын
Wapi muri sawudia ntakizohinduka kuko umukuru wigihu caho wenyene baramwugaruye kuja muri america nu burayi kubera muri sawudia kuko ntagateka kazina muntu
@justinendereyimana2607
@justinendereyimana2607 2 жыл бұрын
mrciiiiii Dada ahubwo ndasaba muduhe I no Mero za abasade mwobamukoz 🇸🇦🇧🇮
@fahimafah349
@fahimafah349 3 жыл бұрын
Ariko wamukobwawe nukuri nimureke kwambika urubwa abantu ahubwo wewe poresana twebwe turafungura nibindi turabita kweri nibazoko wewe ubesha
@samiampawenimana34
@samiampawenimana34 3 жыл бұрын
Iryavuze niryo ariko iryo ryukuvuga ko bakoze mwibarabara bahebwa 600$canl500$nububeshi cane.kuko iyoba bakorera ayo ntibaba bataha amaboko agaragara .beshi bataha ataco bafise nareke kubesha iryo ryamahera.gufatwa nabi niryo
@chrismarango4277
@chrismarango4277 3 жыл бұрын
None muba mwagiye kuyerera mumasoko?cnk muba mwagiye gukora akazi ahubwo babagirira neza kuko uwo mwidegemvyo muba mushaka nuwo mutorok muja kurondera mugaca mutwarirayo inda
@fahimafah349
@fahimafah349 3 жыл бұрын
Jewe sindagushigikiye koko babi bariho nabeza bariho nimureke kurengera muzaririsha abantu kandi kweri Imana izohana umunwa wababeshi akazi nikeshi nivyo mibarabu ariko gufungura kweri ahobwo ndumuwe none ntuwoshima nuwomutahe warose mutuma abandi batinya kuza jewe nagiye ndibobo ubu imiriyoni 300000 zamarundi ntizapfunga hubwo
@alicecycy4104
@alicecycy4104 3 жыл бұрын
Narumvise ngo uburundibwagiranye amasezerano nasaudia nibabanze badufashe kwanza dutahe koku hariho abafunzwe barikobarateseka ntagitabara bafise nibadukorere ivyo kwanza ubundi tujeyo vyemewe namategeko nahubundi Saudi ntacoroshe ambassade nidufashe kwanza abandi iyobafashwe bomubindi bihugu ambassade irabafasha ningoga bagataha ariko iyuburundi nukuri ntaco irikubikorako umuntu baramufunga hafi amezi Kandi abayehonabi cane
@sandy2sss827
@sandy2sss827 3 жыл бұрын
Twaramenyereye inzara bujahit gusa nukuri birababaje kuraba bantu ico nobwira abashaka kuza bamenye nezako umwarabu nikwakundi ntibahinduka gusa Imana iratuzi caaane kabisa
@alinaalina3089
@alinaalina3089 3 жыл бұрын
Sha ubu bariko babatahana kubwishi kabisa
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 3 жыл бұрын
Daa nukuri sibose bimana imfungurwa nkuko wabivuze kare abantu bose sibabi kabisa kandi hariho abatoroka kubera itama yamahera meshi
@sbdhdsvdhgd2886
@sbdhdsvdhgd2886 3 жыл бұрын
Hama mugatoroka gute ga sha gusa mubarabu iyo.uronse umuntu mwiza ntiwokwifuza gutaha
@bebeb779
@bebeb779 3 жыл бұрын
Sha ntaco wabeshemwo kbsa aruguhanhayika turahangayiste kuko turanyanyasika paka harababona umuntu atashe imbokoboko bakibaza kwamahera wayariye yoba bazi ivyo duhurira ino cnk ukononegwa nuwomumiryango nguramukiranye
@janejane5704
@janejane5704 3 жыл бұрын
Oya reka kubesha none uba wagiye kuyerera ntuba wagiye kukazi?gusa mwe muhura nivyo bibazo nuko mufise itama ryamahera menshi mugaca mutoroka.
@redme2622
@redme2622 3 жыл бұрын
Ivyuvuze nivyo hariho abagenda bazita iyobaguye vrement
@joiskwizera1326
@joiskwizera1326 3 жыл бұрын
Uvuz neza anonsiatt gusa abarabu sibabi bose🇧🇮🇧🇮 🇸🇦🇸🇦
@laynaxy3589
@laynaxy3589 3 жыл бұрын
Ahubwo wagize imana urimwibarabara ntacubawanze nukuri wiryabike ukaryama kare kandi urabeshe ikirundi carabananiye guhindura i
@namatovuchris6581
@namatovuchris6581 3 жыл бұрын
Muri irikijuju ntamuntu avuga umushahara
@raissafabien4285
@raissafabien4285 3 жыл бұрын
Nn ucumwit ikijuju ? 🤭
@AaAa-vj5id
@AaAa-vj5id 3 жыл бұрын
@@raissafabien4285 ibisivyo a hubwo uyo arimuribanwe bakundaa ikirori
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 3 жыл бұрын
@@AaAa-vj5id nukuri sivyo nanba nta dollals amaja600 ba korera
@AaAa-vj5id
@AaAa-vj5id 3 жыл бұрын
@@antoinettempaimana2724 ububeshi none ko avuzeko ari 1800 canke 2000 Hari 600 dol arimwo hh ikindi abobakora mwibarabara nibo vateza ivyago kubari muri kontra kuko baguma bikeka ko dutoroka
@alinemuhapud5568
@alinemuhapud5568 3 жыл бұрын
Namwe muraheba mukanabesha ngobaguhaye. Wifi ngabomuvugana ivyosebaravyunva ibindivyise wabivuze neza aho ngobicamumafone yabo urabesheee cane nuwariwewese.afise nimeyawe arayikonegitana niyiwiwe abomuvugana bose bikaja birinjira murifone yiwe simpaka ngonuko.ukoresha wifiyiwe none baryabatoroka kobabivuganira kumafone kuberi badaca bavyunva ngobacebamufata? Kohabahari abakoresha ama wifi bamurekakubesha emama ngubu abarimukonta babafatanabi bababaribasanzwe bagufatanabi yarumuntu yiyubaha akamenya nukwubahiriza kiremwa muntu ntahinduka harivyo muvugavyo nivyomuheba mugashikuza
@سيفي-ر9ك
@سيفي-ر9ك 3 жыл бұрын
Nasomy message zanyu, ark nanj reka mvuge kensh umukozi ino arek guhuz na inabuja iyo amukoresh munzu nyinshi,, rer mu gih umukoz atanguy kuvyanka niho baca batangura kumwinuba mbere na terefon bagac bakubanira kensh biva kurico cuko badukoresh mu mazu menshi aho ni mugih uba uri mur contrat.
@ggsdfgg6948
@ggsdfgg6948 3 жыл бұрын
Kubisanzwe sabarabu gusa abagore benshi kwisi nikobameze kwimana sivy ababarabu gusa nikwisiyose kandi nabasambanyabakozi sabarabu bonyene nikwisiyose ivyuvuze nemeye nukutidegemva kbx tuguma munzu
@jujugikundiro8547
@jujugikundiro8547 3 жыл бұрын
Kubesha bibarimwo Jewe sinzi icomupfa nabarabu oya mwebwe murabana beza Mama ahubwo ubujuju bwabirabure nibwobuzobica nimitima mibi gusa mwogiye muvuga ibintu ukobiri mwobiki ?? Mana sije nzobona ndashits iburundi ngo nze kubabeshuza.
@uwimanalouise3054
@uwimanalouise3054 3 жыл бұрын
Jew ahondi sinzohava satatu zigitondo mbanahejeje akazi nahonyene natevye samoya zijoro nkabaniryamiye 😂😂😂ariko ingorane ntibandenza 80 Lials
@jujugikundiro8547
@jujugikundiro8547 3 жыл бұрын
@@uwimanalouise3054 oya ma chérie vrmnt barababeshera cane bikambabaza ego twese ntitumerewe neza kumwe babavuga nabi kukigero giteye ubwoba Jewe mbona arabantu nabandi niburundi hariho abafise imico mibi rero akarimumpene niko kari nomuntama nibagabanye amajambo barwize ibikorwa biteze imbere ntabindi
@uwimanalouise3054
@uwimanalouise3054 3 жыл бұрын
@@jujugikundiro8547 nukuri nanje sindabona babi abonabonye nibeza gusa nkukobiri Hari abakoresha babi nkuko Hari nabakozi babi dufate Hari nkabana ukabakubitira umwana wabo ubuwakije canke gukorakora, uburaya bwo ucumenya kupfuye. nayahandi wikoreye akazi kawe ukabuzi icushaka ahub ubashoboye
@zainabzainab9803
@zainabzainab9803 3 жыл бұрын
Ayomahera wakorera wakoriki ivyobintu ntavyo nemətə kuko jewe niyondi kandi ntambo arı igama ni ikamma none ayomahera wakorera mumahera yuhiyo wakorera yarangahe? A hohoho ntamuntu yore a imyaka ibiri mana we ibindi nivyo nibwo buzima dufise
@izibikwiyegrace485
@izibikwiyegrace485 3 жыл бұрын
🙊🙊🙊🙊🤔🤔🤔🤔😏😏😏😏genda uryame sha
@dianaasd9097
@dianaasd9097 3 жыл бұрын
Nigusenga gusa none abafiripina abakenya abaedonesiy ko babafata nabi kandi ari let lbarungika nigusenga
@irakozekorodine2786
@irakozekorodine2786 3 жыл бұрын
Umwarabu mukuguhana ntagufungurira gusa nugusenga cane
@nadiaaa1407
@nadiaaa1407 3 жыл бұрын
Nn iyo uvuga ibind ivyimishahar ukavyihoz war kubik knd rek kubesh sibabi bose ninkuko no muburundi bibaho
@sbdhdsvdhgd2886
@sbdhdsvdhgd2886 3 жыл бұрын
Uri umu benshi ga basha ngo uwukoreshe wif ngo babona ivyo muvugana nabantu bose
@oscalnsengiyumva7025
@oscalnsengiyumva7025 3 жыл бұрын
Cank bafatakunguvu abakozibos bos nibazako ataribos
@MohamedMohamed-dj6sm
@MohamedMohamed-dj6sm 3 жыл бұрын
shanibakureke ukonukuripeee ntakinyom ahubwuvuzebike umusijewenatashe nzobivugavyose ntaconzobasigariz kk abarabu nabanababicanegose
@charlenenshimirimana7371
@charlenenshimirimana7371 3 жыл бұрын
Uze uvuge vyose pe nivyo namwe mukora mubivuge
@MohamedMohamed-dj6sm
@MohamedMohamed-dj6sm 3 жыл бұрын
@@charlenenshimirimana7371 shanimbaharih iconkorerayo kitanjanyeyo sindakabati nzobivugavyose hatevyekugera
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 3 жыл бұрын
@@MohamedMohamed-dj6sm Hmm! Agatimariko ntimubivug ariko biramenyekana
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 3 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌹
@shshsvzbzb7110
@shshsvzbzb7110 3 жыл бұрын
Nkajew baranyankiye kuncishiriza amahera mwibarabara none wumva nocanganya nuwayacishij mwibarabara western uzukuntu ikatameshi
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 3 жыл бұрын
Daaa prisi sibose ivugire kabisa harabarabu bafise ubuntu siko bimeze
@linda_ma
@linda_ma 3 жыл бұрын
Izo kumbure za beni ziraturuhishije🙄🙄
@dkedjffkkldldksjekxkdshl7867
@dkedjffkkldldksjekxkdshl7867 3 жыл бұрын
Mbegikiganiro kigyosheeeee
@shshsvzbzb7110
@shshsvzbzb7110 3 жыл бұрын
Yewe ahubwo uba urimukaburi jewe Niko ndavyita
@stivecrown4433
@stivecrown4433 3 жыл бұрын
Uramenyibanga ndak gusa nukurykutima amaenyo wang
@charlenenshimirimana7371
@charlenenshimirimana7371 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣
@mugishasandrine4960
@mugishasandrine4960 3 жыл бұрын
Nukw nyene uwushaka inka aryama nkayo nubukene buravuna
@irakozeevelyne6603
@irakozeevelyne6603 3 жыл бұрын
umuntu nkuyu yooh icomumpa nomukubita
@kwizerazainabu7979
@kwizerazainabu7979 3 жыл бұрын
Mbe kowibagiy kuvug abaj mwibarabab kubera ubusambanyi
@icutarabonaucerekwanukuram8505
@icutarabonaucerekwanukuram8505 3 жыл бұрын
Kandi nimwige kuvuga neza kuko abarabu sibose babi ninkuko kwanyu siko mwose muri beza
@Kanezamartine5884
@Kanezamartine5884 3 жыл бұрын
Sibose badafungurira
@Kanezamartine5884
@Kanezamartine5884 3 жыл бұрын
Nivyo ubugirigiri bugirababiri murugo nibabiri
@everyneeveryne5895
@everyneeveryne5895 3 жыл бұрын
Uwogukubita nibindi wobituga😀😀😀😀
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 3 жыл бұрын
Hama.intambamyi.mbo.sibose.ariko.hariho.inzu.nyishi.abakozi.bafatwanabi.ariko.sibose..ego.hariho..ahukorera.ivyo.gufungura..babiguhatirako.kwle.hama.abakozi.beshi.kwakafiri..usanga.bari.muri.desasenkanti.dolale.canke.desa.ndolale.egoo.ariko.abakozi.bigenga..nayarenga..600$.emwe.barayahebwa.nukokwle
@didkim447
@didkim447 3 жыл бұрын
Fafa reka kuvuga ubusa wicariye ubundi ngo ngwiki?uribagiye ni biherutse kukubako wivye amahera yabandi .we nturumukozi wo mwibara bara ziba wamushenzi we.🤮🤮🇧🇮
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 3 жыл бұрын
@@didkim447 kunbe uramuzi hahaha gwa ma dollals 600 murazi kwibeshera
@ابونواف-ج1ي
@ابونواف-ج1ي 3 жыл бұрын
Umuryabwa abumwe agatukishumuryangi jew nakibazondababonako
@ابونواف-ج1ي
@ابونواف-ج1ي 3 жыл бұрын
Baba bashaka Gukor ubumaraya
@ابونواف-ج1ي
@ابونواف-ج1ي 3 жыл бұрын
Non ubawaje kwidwgevya canke kukazi ww nkumukoziwaw aridegevya rekareka gezahosha
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 3 жыл бұрын
Abantu Bose Ntibaganya Imigisha
@janejanet3492
@janejanet3492 3 жыл бұрын
Nimba udakora nkaka bandi bakora mana wew ukorerayo ntiwo taha
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 3 жыл бұрын
Iyo. Utari. Iwanyu. Uca Bugufi.
@hgcbj635
@hgcbj635 3 жыл бұрын
Uvuze ukuri
@kamikazi77
@kamikazi77 3 жыл бұрын
Reka kuba mubacafuza abarabu sibose muburundi ndazabantu bafatanab abakozi nukur ino niheza ningen bankunda badashak kontah umviriza umwarab umukorer akazi kiwe murakundan cane barank umuntu adakora kandi nivyo vrm
@alinaalina3089
@alinaalina3089 3 жыл бұрын
Uvuze ukuri mubarabu iyo ukora baragukunda cane bakakuyagira nabandi ugiy uri ikinebwe hoho nibamwe atanamezi 2 amarayo baca bakirihira ukabava mumaso umwana nuwukora kuko uhuzi icakujanyeyo
@raissamugisha1653
@raissamugisha1653 3 жыл бұрын
Uyo mukobwa yavuze neza....ntaho yahengamiy kbsa
@zawadi9998
@zawadi9998 3 жыл бұрын
Ukonukuri benshibabah ivyobasigaj kwisahani cankeugasanga ibifungurwa vyumukozi bigumizwa murifrigo bikamarayo nukwezi bakurayo bashisha niyobagiy gutembera ahantu ivyobasigaje kumasahani bakabitahanira umukozi muhira muncamake ibitekeweho ninkarimwe mukwezi canke kugaher
@nshimirimanajimmy3994
@nshimirimanajimmy3994 3 жыл бұрын
Mwabahungumwe murareba neza mutazikorako kuko ibi birabarengey nimwaba mwabuze abaririmvyi naba DJ murahagarika mukore ibindi
@izibikwiyegrace485
@izibikwiyegrace485 3 жыл бұрын
Nnn wabuze ibindi uvuga😏😏😏😏😒
@nshimirimamaeric3172
@nshimirimamaeric3172 3 жыл бұрын
Reta nibikora muzaza musora hama mubeho mubwigenge
@عنيزهالبروندي
@عنيزهالبروندي 3 жыл бұрын
Uvuze neza kabisa nuko biri kabisa
@mozam4496
@mozam4496 3 жыл бұрын
Emwe jew ndafungura neza vrt Imana nukuri ishimwe mbura ahondabishira gusa 🙏Imana ishimwe nukuri ndamahoro,Imana yumveko ndayishimira
@jcfjbgstjv9505
@jcfjbgstjv9505 3 жыл бұрын
Sha gushima nivyiza mugihe ubayeho neza haribeshi babayeho nabi.
@mozam4496
@mozam4496 3 жыл бұрын
Vyanse konogutaha ntaha 😁😁na passeport bucihera🙈Imana itabare ababaho nabi
@AaAa-vj5id
@AaAa-vj5id 3 жыл бұрын
@@jcfjbgstjv9505 ariko harivyo tubabeshera none ko heshi mwijoro nabone batarya iyubibonye ukitekera nibakuze ugaca wicara ngobakuraj inzara
@jcfjbgstjv9505
@jcfjbgstjv9505 3 жыл бұрын
@@AaAa-vj5id oya reka woteka batabikubwiye?sha nukuri hariho abameze nabi.harya iyubonye ahuri bagufashe neza urashima kuko haribeshi bagowe.
@niyonsengajoselyne3109
@niyonsengajoselyne3109 3 жыл бұрын
@@jcfjbgstjv9505 mumbwire sha
@nostressfreedom7431
@nostressfreedom7431 3 жыл бұрын
nkunze ukuntu uyo mudam ukuntu atuje abandi baza bavuga cane wogira ni Mona yamize micro hhhhhhhhh BLESSING
@اسماءالفرج-ق2ر
@اسماءالفرج-ق2ر 3 жыл бұрын
Hew rek kusets uban nka suneba ugasuneba nkawe nukur ahubon abarabu baravug cane gose natwe duc dusang twanduyingeso je ndashenga imana izibindinde
@AaAa-vj5id
@AaAa-vj5id 3 жыл бұрын
@@اسماءالفرج-ق2ر niyo mpamvu dushanuka uvuze ukuri gusa yabeshe uwomugore ikindi Kuba mubarabu nukwimenya nabana babo ntibabavyurira ibiryo rero utimenye ucuvugako bagufashe Nabi kuko ubiriye ntibavuga nubwo badufata neza ahantu mubana utumva nivyo bavuga ntibashavur nukuntu umurundi mudahuza akwita injiji nibubahwe abalabu bampaye inzu
@izibikwiyegrace485
@izibikwiyegrace485 3 жыл бұрын
Natwe turino reka kubesha🤔🤔🤔🤔🤫🤫
@alishukran3424
@alishukran3424 3 жыл бұрын
🇸🇦🇸🇦♥️♥️♥️♥️
@SN-wb3gm
@SN-wb3gm 3 жыл бұрын
Ko uba uhembwa amafaranga menshi naho batagufungurira ntushobora kwigirira ivyokurya canke ugatuma umuntu abikugurira nimba udashobora gusohoka canke nawe ukagira commande yindya nawe ukarya ivyawe.
@niyonsengajoselyne3109
@niyonsengajoselyne3109 3 жыл бұрын
Uwomuntu wotuma womukurahe ? Naho wobatuma ntibemera
@sbdhdsvdhgd2886
@sbdhdsvdhgd2886 3 жыл бұрын
Madame.niyo ndi ariko si abarabu bose
@shshsvzbzb7110
@shshsvzbzb7110 3 жыл бұрын
Uravuzukuri umwewese afise ikibazo ciwe
@nshimirimanatatu1119
@nshimirimanatatu1119 3 жыл бұрын
Uvuze neza gus ico cogu connect Wi-Fi ngo bakaca bumva uvyuvugan nabantu bose urabeshe cane kandi hariho nabatora bakurikiye umushahara munin atabibazo birenz babafise aho baba
@raissafabien4285
@raissafabien4285 3 жыл бұрын
Ntubiiharir vyaranshikiy
@GggGg-uh5ir
@GggGg-uh5ir 3 жыл бұрын
Kabisa nuko bimeze nanje ndabibona muvandi nimbona nvuyahahantu bzoshima lmana
@angemariam2034
@angemariam2034 3 жыл бұрын
Sha uravuz ukur sha dada wubahwe
Do you choose Inside Out 2 or The Amazing World of Gumball? 🤔
00:19
小天使和小丑太会演了!#小丑#天使#家庭#搞笑
00:25
家庭搞笑日记
Рет қаралды 31 МЛН
Man Mocks Wife's Exercise Routine, Faces Embarrassment at Work #shorts
00:32
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 6 МЛН
Brawl Stars Edit😈📕
00:15
Kan Andrey
Рет қаралды 58 МЛН
Naomba mwili wa mwanangu Sabina niamini alikufa
50:14
Mwamogusii TV
Рет қаралды 157 М.
Do you choose Inside Out 2 or The Amazing World of Gumball? 🤔
00:19