Amajwi y'ibanga wamuhungu yaguye mumaguru y'umukobwa akiri muto💔Ibinini 2 yanyweye/umukobwa Ataye ub

  Рет қаралды 149,077

ISI TV

ISI TV

Күн бұрын

Пікірлер: 279
@mlouisenshimirimana7737
@mlouisenshimirimana7737 2 ай бұрын
Erega kuriy'isi harubwoko bwishi bwabadayimoni ,ahubwo nibazako hariho ishetani yari yihishije muruwo mwana wumwigeme bikarangira bigenzuko ubundi kuko zifise mission nyishi mw'isi naberekwa benshi nabava ikuzimu baravuga mission baba barahawe nabadayimoni rero imanza zihagarare zishobora kwihindurira muri grace kandi zari idayimoni bahuje umubiri,Imana itabare isi yacu
@ProsperIyakaremye
@ProsperIyakaremye 2 ай бұрын
Ndahanura abatarakizwa ni mwakire Yesu Kristo ! Imana irabakunda ariko Yesu yanka ivyaha !!!
@akimanamonia957
@akimanamonia957 2 ай бұрын
Nuko vrt
@ToyiToyiderick
@ToyiToyiderick 2 ай бұрын
Ivyaha vyaremewe twebwe abantu ariko imana nayo ntiyanka umunyavyaha
@dollarswiz257
@dollarswiz257 2 ай бұрын
Grâce,urumunyavyaha niwihane Yesu wenyene niwe asigaye agukunda ariko abantu bakubona nk'idayimoni n'inzira yogucamwo uzoyibura
@HabicigombaEmelyne-vl2pj
@HabicigombaEmelyne-vl2pj 2 ай бұрын
Ahubwo bazosanga ar idayimoni 😢😢😢😢😢
@ToyiToyiderick
@ToyiToyiderick 2 ай бұрын
Kuberiki mumucirurubanza?? Mwebwe murabamarayika?? Namwe ivyaha mukora bisumba ico yakoze uyomukobwa. Ntamweranda abaho ngaha kwisi utasambanye wakoze ibindi
@VestineHafashimana
@VestineHafashimana 2 ай бұрын
Oya sukuvuguko ncuti,none wonsigurira gt Umwana angana nkuko Abagabo bose bamwuriye yavugako atakintu bariko barakora,jewe mbere sinibazako ari Umuntu,ahubwo ni idayimoni yihinduye Umuntu
@turibamweali8661
@turibamweali8661 2 ай бұрын
Murabe neza muzosanga uwo mukobwa atari umuntu erega Shitani igendera mu bantu ! Ibaze ukuntu umwana ungana utyo adahaga abagabo koko ubwo ntimwumvako ari dayimoni imurimo 😮
@ThierryKwizera-kr5yp
@ThierryKwizera-kr5yp 2 ай бұрын
@@turibamweali8661 ahubwo nakadayimoni nabasambanye nawe bose bakeneye amasengesho mnshi. Yobarumukobwa ki amezuko??
@BelyseIrankunda-g5h
@BelyseIrankunda-g5h 2 ай бұрын
Imana idutabare kuko isi igeze ahumwasi ashaka. Dusenge cane twisabira kuko igibicumuro vyacu bizotubuza ijuru niyo tutigarura ngo duhinduk. Ivyo bibay natwe biduh'icigwa. Abavyeyi mwabuz mwihangane naw Grace ufukame usenge lmana igukize kuko iyo ningwara. Kandi ufukame usab'ikigongwe lmana ikubabarire.
@AnnydeoHashtag
@AnnydeoHashtag 2 ай бұрын
Ikimbabaje nuko uwomuhungu yarafise izina risiguritse neza ikoriciza ariko bikarangira apfiriye mubibi😢 birababaje vyukuri gus n grace siwe yorohewe pe imana ikomez abavyeyi babuze na grace😢😢😢
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 2 ай бұрын
Iyo umuntu agize ingorane havugwa vyinshi gusa Imana ntimez nkatwe
@JgNb-xk3hs
@JgNb-xk3hs 2 ай бұрын
Bavyeyi wuyomwana yamaze kuvamwo umwuka wabakiri kwiyisi mwihangane caaane gose Imana ibahe gukomera mumitima , hama bavyeyi nugukomeza gusengera ibibondo ndetse namwe mutisize inyuma murakoze 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
@bbc_swahili_burundi
@bbc_swahili_burundi 2 ай бұрын
Nibareke kumucirurubanza batazi icamwishe nibitonde bamubazeukovyagenze
@Armel-x2i
@Armel-x2i 2 ай бұрын
Nabakurikiye ndi murwanda🇷🇼 Nukwirinda izindaya ziri hanzaha.,🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@ManirambonaVital
@ManirambonaVital 2 ай бұрын
Ndababajwe nuwo musore apfiriye muvyaha😊
@giftmata
@giftmata 2 ай бұрын
Azoja mwijuru
@IrasayanganyeIdon-nw8mk
@IrasayanganyeIdon-nw8mk 2 ай бұрын
Kubwanje grâce ikosa afise nuko yamubwiye yuko atariko aramukwiriza. Bikaba vyatumye umuhungu akoresha inguvu nyinshi Aja muri hypertension umutima uratera cane uca urahagarara
@MediatriceNtibirwira-qu9xu
@MediatriceNtibirwira-qu9xu 2 ай бұрын
Aya nawe napfe kuko ararushe aruhuke
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu 2 ай бұрын
Ingero y'icaha nurupfu
@TherenceNIMBONA
@TherenceNIMBONA 2 ай бұрын
Uvuze nabi wekutarapfa
@bahongaally4262
@bahongaally4262 2 ай бұрын
Iyo n'isanganya muzindi zibaho. Nimwifate nk'abantu bakuze. Reka gusakuza, uwagiye yagiye Ubu naho muriko muteza urubwa umuryango w'ababuze.
@rabsonlungu828
@rabsonlungu828 2 ай бұрын
Eeeeee nikoyemwe ko nagikundaga cyane yebabawe Kandi sinacyireka
@Inezafruit
@Inezafruit 2 ай бұрын
URANYUMIJE URAKEMERA TURABAKURIKIYE HANO IRWANDA
@NtakarutimanaPascal-x6s
@NtakarutimanaPascal-x6s 2 ай бұрын
Imanidufashe cane gose
@JacksonNtahiraja
@JacksonNtahiraja 2 ай бұрын
kuberik mubesha reka gushiramwo ububeshi muhiga viyuzi
@EricBikorimana-k4w
@EricBikorimana-k4w 2 ай бұрын
Imana.niyakire uw Musore .arik uhorah akorere muritwebw urwaruka.iduhe kwihangana
@NoellaAnny
@NoellaAnny 2 ай бұрын
Nukur gace siw nidayimoni😂😂😂😂
@RichadNiyondiko
@RichadNiyondiko 2 ай бұрын
Kuki abaganga batokwitaho abavyeyi bene kubura kugira babaremeshe??? Grâce we nigute yokwitabwaho ariwe ateye ingorane??🤔🤔🤔🤔😢😢😢😢 Birababaje kweli 😭😭😭
@cedrickVyizigiro
@cedrickVyizigiro 2 ай бұрын
birababaj kubona uyo muhungu apfa arik ingero yicaha nurupfu yemwe abasore n'inkumi tukiri bato nimuze tugire ukwihangana vuba cane yesu araza
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 2 ай бұрын
biteyubwoba nigusengera urwaruka😢😢
@muhirepatrick7414
@muhirepatrick7414 2 ай бұрын
Iyi nkuru irafasha benshi mwihane pe
@GerardEliazel
@GerardEliazel 2 ай бұрын
It's true?????
@JacksonTwagirimana-t9m
@JacksonTwagirimana-t9m 2 ай бұрын
Gus uwomukobw ntar wenyene amatohoz akore!!kuk ntibitahuritsee!!😢😢
@donatienndayizeye-it5bp
@donatienndayizeye-it5bp 2 ай бұрын
Nawe urabikoresha kwer
@raulakimana-zj5xd
@raulakimana-zj5xd 2 ай бұрын
Nukur biteye umubabaro kwer twigireho inyigisho twihane nawe mukobw usab'Imana imbabazi wihane
@EstellaNishimwe
@EstellaNishimwe 2 ай бұрын
Imana idutabare kuk ntivyorosh isi yahez
@DUSHIMEInes
@DUSHIMEInes 2 ай бұрын
Iryo nisanganya ryabaye nibihangane kimwe biduhe icigwa twebwe abakiriho tureke ivyaha kko tutazi umunsi nisaha
@GlorioseNduwimana-x6n
@GlorioseNduwimana-x6n 2 ай бұрын
Bsr ikintu jewe novuga kurivyo nuko ubwambere twohakura icirwa kandi kinini cane na cane cane abantu mukora muri pharmacie hariho imiti itarwa itagira ordonnance kandi muzi yuko ari mibi mugashima amahera rero mwobihagarika kuko ejo ni Éric hirya yejo na Bana bacu kuko uwuyitwaye ntumenye Aho ayikoresha hanyuma mugire ijoro ryiza muhezagigwe
@ThierryKwizera-kr5yp
@ThierryKwizera-kr5yp 2 ай бұрын
Ahubwo yukugwaho iyo simiti nuburozi
@MushimiyimanaBelyse-w1h
@MushimiyimanaBelyse-w1h 2 ай бұрын
Imana imwakire mubayo kd imubabarire yagiye kucyaha
@DieudonneNdayihimbaze
@DieudonneNdayihimbaze 2 ай бұрын
Ico mwomufasha nyamukobwa Mutware Mw IkAMBI y igisirikare kugira ahage vyase Mukoranye Abahungu babarundi bose vyase Muce Mumuzana m ubitungwa inka ingurube inkende n aho vyase ca mumushiramwo intsinga kugira igihugu cose turonke amatara
@DieudonneNdayihimbaze
@DieudonneNdayihimbaze 2 ай бұрын
Oya Aho Ni sawa kuko Twari twifitiye umuyagankuba muke reka ayo Mahigwe tuya profit Turabe yuko uwomuriro afise kutoduha Amatara Akwiye muntarayose
@mariairakore1805
@mariairakore1805 2 ай бұрын
Mugabo Grâce ntamakosa afise nisanganya kuko bari murukundi ! Yagiye kwa Eric kuko bari basanganywe ! Numwa ko ataruhara yabigizemwo ! Ni accident muzindi !
@KwizeraSere
@KwizeraSere 2 ай бұрын
Uti rero grâce yafashe kunguvu?' oya reka
@صفوالغامدي-ل7ط
@صفوالغامدي-ل7ط 2 ай бұрын
Imana washavuye atanguye kwiyerekana mube maso
@TheogenneMusavyimana
@TheogenneMusavyimana 2 ай бұрын
Ijambo Rimwegusa Uyomuhungu N'intwari Y'abasore.
@AsmptaNdayizigiye
@AsmptaNdayizigiye 2 ай бұрын
Pole kbx Grace 🌹🌹
@MbDraxer
@MbDraxer 2 ай бұрын
Monsieur journalist uvuze nukuri ukwiye agashimwe
@christophentungwanayo5509
@christophentungwanayo5509 2 ай бұрын
Uyo musore yabaye intwari kuko yaguye kurugamba. Uyo nuko yaguye kuri terrain hari n'abandi bapfa bagenda kubera igitsina. Uyo mukobwa rero je numva atawomutera ibuye kuko beshi barabikora
@angeliquengororano8434
@angeliquengororano8434 2 ай бұрын
Yaguye kurugamba😅😅
@VincentNgendakumana-g6t
@VincentNgendakumana-g6t 2 ай бұрын
Nukur uravuze neza
@pastamusafiriemmanuel8598
@pastamusafiriemmanuel8598 2 ай бұрын
pole kubavyeyi biwe
@NdabagumijeMerci
@NdabagumijeMerci Ай бұрын
Eeeh eeeh eeeh nihatari kweri yemwe basore nabakobwa bakiribato bafise imyaka 17 18 mwirinde caaaane kabisa mwirinde 😢😢😢😢😢😢😢
@KwizeraSere
@KwizeraSere 2 ай бұрын
None nyene gutanga inkuru yizewe ko yamaze kwigendera ivyo mubikura he.?
@Lina9-gl2ib
@Lina9-gl2ib 2 ай бұрын
Grace nukuri ntibagucire urubanza kuko nammbonyene mabo bamkuvuma ntibera gusa ucusenga cane imana izokubabarira imana ntawidaharira
@nizigiyeemmanicool7387
@nizigiyeemmanicool7387 2 ай бұрын
Murazi kuyavuga, ugira niwe wenyene vyoba bishikiye??
@NduwimanaBienvenue-g8v
@NduwimanaBienvenue-g8v 2 ай бұрын
Haaaaa,ni intwari kurugamba,yarwuye kurugamba yihangane Niko bimeze.
@UwaseCecile-yg1yp
@UwaseCecile-yg1yp 2 ай бұрын
Yesuweee
@UwimanaAdrienne
@UwimanaAdrienne 2 ай бұрын
Pole grace kbx 😢😢😢
@MelchiorRurangwa
@MelchiorRurangwa 2 ай бұрын
Eheeeeee ntiwova koyamufash kunguvu yamufatiy mumaguru kugira abandaye akazi
@esperancekabatoni4080
@esperancekabatoni4080 2 ай бұрын
None Kuki mumara umwanya munini musubiramwo amajambo mwavuze ?erega dufise ibindi dukora
@JonathanMubiri
@JonathanMubiri 2 ай бұрын
Naj mbon vyashish bagum basubiramwo
@NtakarutimanaPascal-x6s
@NtakarutimanaPascal-x6s 2 ай бұрын
Kuko birababaj abipfuza kwimani duhindure kanda hepfo
@NdabagumijeMerci
@NdabagumijeMerci Ай бұрын
😢muperereze neza
@LaduJkibet
@LaduJkibet 2 ай бұрын
Imaniduh kwihangan kuk ntitwokwishoboza!abasigay muhakuricigwa
@AliceNININAHAZWE-z7n
@AliceNININAHAZWE-z7n 2 ай бұрын
Grâce imana igutabe urabayiciro ryumugani nukufashw ababikora ntibafatwe nibesh iyisah barik baritwenger
@ImanishimweSylvier
@ImanishimweSylvier Ай бұрын
Ahuuuuu yesuweee I'm sorry 😔😔
@JgNb-xk3hs
@JgNb-xk3hs 2 ай бұрын
Amakosa Grâce arayafise cane mbere bisa kwariwe ahitanye Eric kuko muncamake birumvikana kwatari iryambere babonanye , kukoniwewatumye ivyobinini bikoreshwa ngwanyurwe
@RAMPA_Dee
@RAMPA_Dee 2 ай бұрын
Erega n'Imana yamuhamagaye 😅
@cedrickVyizigiro
@cedrickVyizigiro 2 ай бұрын
umukobwa mwiza nkuko akaja mubintu nkivyo birababaj kl arik ntibitangaj ntamwiza abura inenge
@OrnellaIngabire-fx7dn
@OrnellaIngabire-fx7dn 2 ай бұрын
Iman niyo yokubacira urubanza kwl
@venustenihana963
@venustenihana963 2 ай бұрын
Grâce ararengana ahubwo uwomuhungu yishwe niyomiti yanyoye N'ukuri ahubwo mugerageze mufate uwomwana wamukobwa Kuko iyutekereje kowarikumwe nkumuntu muzima Hama agahindukura asanga yaphuye N'ukuri mumube hafi niyiyahure
@NdizeyimanaAlain
@NdizeyimanaAlain 2 ай бұрын
Ikibazo mwe muduhay amakuru:murarandiiiiiiiiiiiira nampak mukaza musubiramwo vyo mwavuze umunt agategetez akaruha:umunt abafisea
@shadiaibrahim9605
@shadiaibrahim9605 2 ай бұрын
Mbega tittle mbii wee
@EvelyneEv-w1u
@EvelyneEv-w1u 2 ай бұрын
birababaje ha imuryango wabuz wihangan can hm grace naw nace buguf imber yiman yihan yesu weny niw akiza
@egideigiraneza-ls2qr
@egideigiraneza-ls2qr 2 ай бұрын
Sha birabaje kwel,ariko iman niyonkuru
@Michelineniyingabiye
@Michelineniyingabiye 2 ай бұрын
Uwomukobwà nibamufunge azotaha umuriro waheze
@loverylovery4514
@loverylovery4514 2 ай бұрын
Numurozi this girl .
@Jackiboy-b8u
@Jackiboy-b8u 2 ай бұрын
Grâce freury naw yihangan kuk ibi vyonyene bitera ihahamuka Kandi nihohotegwa
@aliayafrasine
@aliayafrasine 2 ай бұрын
GARASE IHANE KUKO NTAHUFISE WINYEGEZA KUBONA UKORERA IBINTU NKIVYO UMUHUGUWACU IMANA NTIKUBABARIRE KANDI NASATANI NTAKWAKIRE
@JanvierIngabire
@JanvierIngabire 2 ай бұрын
21:58 mpa numero ya grace
@ErnestNiyongabo-u5k
@ErnestNiyongabo-u5k 26 күн бұрын
.grace kayogoro kuharonka umugabo nimanampa
@chrisstunner4331
@chrisstunner4331 2 ай бұрын
That's demon
@KamarizaFrancine-h8l
@KamarizaFrancine-h8l 2 ай бұрын
Ark grace ararengana
@ViniisrajrIsrael-bn8zb
@ViniisrajrIsrael-bn8zb 2 ай бұрын
Abahungu muramenye 🎉
@JoyeuseIradukunda-mb8pz
@JoyeuseIradukunda-mb8pz 2 ай бұрын
Grâce sumunyavyaha mbe ababikora batamenyekana bangana gute kandi ikindi nuko nawe vyashitse akamulfirako usivyeko nawe atanyugwa nahubundi ababikora nibenshi kandi mubamucira urubanza harimwo ababikora reo niyitabweho nkuko asigaye haricatumye ariwe asigara reo nawe yihane
@FurahaNishishikare-ks4zn
@FurahaNishishikare-ks4zn 2 ай бұрын
Iyo nkuru irababaje cane gose abavyeyi dukwiye kuza turasabira abana bacu kuko isi igeze kumusozo kandi nfasavye impande zose bihangane kiramuntu afise urupfu imana yamwandikiye.iyonkuru nimuyihagarike nuko icago cashitse buwogira isrkeza hofatwa benshi cane.
@manariyonaima
@manariyonaima 2 ай бұрын
Ababyeyi dukwiye gufukama tukabasengera abana bacyu kk satani we ari kukuzi ke njye mbonako arinzira satani yakoresheje mukwaka ubuzima ab'Imana yaremye 😢😢
@MuhorakeyeJeannette-e6e
@MuhorakeyeJeannette-e6e 2 ай бұрын
Arikose abavugako uwomukobwa ngo ntacyo yumvaga ninde wabibabwiye mwari muhari mushake amakuru neza
@AgnesHabonimana-yz8ux
@AgnesHabonimana-yz8ux 2 ай бұрын
Iyo hapfa uyo mukobwa Eric agasigara, vyogenze gute?
@NshirimanaClova
@NshirimanaClova 2 ай бұрын
Mumpe grace nanje rwe kurugamba
@FelixManirakiza-jp4tu
@FelixManirakiza-jp4tu 2 ай бұрын
Nugusenga😊
@MUSHIMIYIMANAJoseline-v8s
@MUSHIMIYIMANAJoseline-v8s 2 ай бұрын
Ikibabaje nuko uwomuhungu azarimbuka😊
@ByiringiroOlivier-qq4bi
@ByiringiroOlivier-qq4bi 2 ай бұрын
Erega cyirarwoha kizatwica pe😢🤔🤔🤔
@irankundaarthur
@irankundaarthur 2 ай бұрын
Ivyo nibibaho kwer itarik yiw yari yashitse
@JonasJordan-v6p
@JonasJordan-v6p 2 ай бұрын
😮😮😢Ash grace ntamakosha afis kl
@brucemelody3214
@brucemelody3214 2 ай бұрын
Birababaje pe.Iyo uri ku rugamba uba witeguye gutsinda cyangwa gutsindwa.uyu musore aratsinzwe nta kundi byagenda kandi n'uyu mukobwa asigaranye ibuhamya bubi.Ariko YESU ARAKIZA!!!
@NduwimanaAllex
@NduwimanaAllex 2 ай бұрын
Grâce nintwari mukibuga
@VioletteNAHIMANA-v5g
@VioletteNAHIMANA-v5g 2 ай бұрын
Je namarezo yatakaye vrt, uwo si grâce nidayimoni
@فاطمهاسماعيل-ع4س
@فاطمهاسماعيل-ع4س 2 ай бұрын
Nibara😢😢
@Veriquenicimpaye
@Veriquenicimpaye 2 ай бұрын
Yihangane nakaga nivyo yarimwo ntivyari vyiza cane ariko uluryango wabuj wihangane ariko abajejwe amatohoza batohoze bitsimbitse kuko ivyo muvuze ntivyokwica umusore wa 23ans bishoboka KO hari ico uwo mukobwa yamugize
@francinGerome
@francinGerome 2 ай бұрын
Wosanga uyo mukobwa atariwe aridayimoni umurimwo ituma agumana inyita yubusambanyi abana bubu nikibazo kweri urwaruka mwokizwa kuko ntanyungu yokuba muvyaha ababuze mwihangane ikibabaje sugupfa ikibi nuko apfiriye muvyaha😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@BedoiseHanezerezimana
@BedoiseHanezerezimana 2 ай бұрын
Emwe uwo sumumuntu ni dayimoni ntabwo ar'umuntu.kwihana vyoba vyiza kuko uwapfuye we yagiye ariko we ko akiriho niyakire yesu nk'umwami n'umukiza wubugingo bwiwe
@ArmelNiyomwungere-t4d
@ArmelNiyomwungere-t4d 2 ай бұрын
yooo iyosund yumudem iri ndak
@HAls-tt3oc
@HAls-tt3oc 2 ай бұрын
Ntarugamba ruraho ahubwo yashatse kwemeza umukobwa birangira umukobwa amwemeje😅
@Bertrandirampaye
@Bertrandirampaye 2 ай бұрын
Nihatari nukur
@nduwayoClaude-t7e
@nduwayoClaude-t7e 2 ай бұрын
𝚞𝚠𝚘𝚖𝚞𝚔𝚘𝚋𝚠𝚊 𝚗𝚍𝚊𝚖𝚞𝚔𝚎𝚗𝚎𝚢 𝚗𝚘𝚖𝚞𝚛𝚘𝚗𝚔 𝚐𝚝
@Meriic-jo5fb
@Meriic-jo5fb 2 ай бұрын
Ax nkuyu azize iki kweri
@NiyonsengaSimeon-gt6lr
@NiyonsengaSimeon-gt6lr 2 ай бұрын
Ntabwo bishoboka Yuko yazize igitsina muperereze neza uwo mukobwa wasanga yaba ariwe wamuhitanye Niko mbyumva murakoze
@LeaKamikazi
@LeaKamikazi 2 ай бұрын
Mana weee birababaje goose
@UwaseYvette-e1c
@UwaseYvette-e1c 2 ай бұрын
Ntukwirinda barundi natwe Abanyaryanda🇷🇼
@CyprienTuyubahe
@CyprienTuyubahe 2 ай бұрын
Eeeh bagabo nugusengera igihugu mbona ubusambanyi bwabaye ndanse haba mububatse canke mubatarubaka.kimw gusa lmana nize iratanga akarorero.
@loverylovery4514
@loverylovery4514 2 ай бұрын
Welcome to Jesus Christ
@cedricJeje
@cedricJeje 2 ай бұрын
Nukuri nivyovyivyo nisanganya kuko baribakundanye kuko ntiwoyimaka umukobwa udakunda ntivyokunda
@BizabishakaDominique
@BizabishakaDominique 2 ай бұрын
Sivyo kuvuga harigifungu ngaho hagati nabinini sivyo nakarorwe bakore amatohoza canke umutima wamuhitanye pole.
@NtiranyibagiraLeonce-wj4lo
@NtiranyibagiraLeonce-wj4lo 2 ай бұрын
Namwe murabesha nn komuvuga ibintu nkukumenga ivyobasezerana vyose nkukumenga mwarikumwe nimuveho
@DjNdjs-nw6pz
@DjNdjs-nw6pz 2 ай бұрын
Arik numuchofeur aragwa kuri vora nn kobadaca bafata imodoka bakayigung
I tricked MrBeast into giving me his channel
00:58
Jesser
Рет қаралды 19 МЛН
didn't manage to catch the ball #tiktok
00:19
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 35 МЛН
What's in the clown's bag? #clown #angel #bunnypolice
00:19
超人夫妇
Рет қаралды 32 МЛН
Patricia Kaliati wamangidwa pa mlandu wa treason
9:15
Bakili Muluzi TV
Рет қаралды 80 М.
AMAJWI Y'IBANGA🚨MIN.NDIRAKOBUCA JEMEJEKO FDLR IRI BURUNDI!
26:19
Rwanda updates
Рет қаралды 51 М.
INTORE NTINDI Part 5
23:44
BMT Buja
Рет қаралды 892 М.
I tricked MrBeast into giving me his channel
00:58
Jesser
Рет қаралды 19 МЛН