AMASENGESHO YABO IRAYAGAYE

  Рет қаралды 16,206

HUNGA ICAHA MINISTRY

HUNGA ICAHA MINISTRY

Күн бұрын

Пікірлер: 35
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Жыл бұрын
Amen Amen Mana yancu yomw'ijuru habwicubahiro nukuri Imana ikongere Mpwemu yera nukuri
@yayatoure9436
@yayatoure9436 2 жыл бұрын
Nshatse kuvuga kwabo bavuza Umuziki, bisa nuko yariko arasakuriza uwuri gusenga. Muze mwigora, nimba ari gusenga, uvuze umuziki ujanye no kwicisha bugufi kandi upunuze ijwi kugira abe ariwo yumvikana kurusha. Erega natwe turavuze, ariko kutubahiriza umwanya wogusenga, vyohava bituma muhanwa n' Imana. Murakoze.
@alinenyiramugisha1677
@alinenyiramugisha1677 2 жыл бұрын
Imana y'amahoro niguhe umugisha kandi igukomereza amaboko mukozi w'Imana isumbabyose
@etcexpert_topoconsult5306
@etcexpert_topoconsult5306 2 жыл бұрын
Ndakwemera kabisa
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 2 жыл бұрын
Imana ishishikare kugukomeza,mukozi w'Imana. Amen.
@fredericndihokubwayo5341
@fredericndihokubwayo5341 2 жыл бұрын
Alic Mudi.zidorimd
@بوتياننن
@بوتياننن 2 жыл бұрын
Amen amen can Papa imana igukomeze murakoze can
@marlynejordy5508
@marlynejordy5508 2 жыл бұрын
😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂,Uyu mugabo ndamukuze pee,turacafise abakozi b’Imana baba Authentic vyukuri.Mbega umukozi yuzuye amavuta,Ubutumwa bgiwe nta bunebwe,msg uyakira uriko uratwenga,agaheza uhezagiwe kandi utsinzwe mu mutima,Imana ikuzigame yongere igukomeze Mukozi w’Imana,Ubandanye utegura umugeni wa Kristu.Uhezagigwe Iyi channel ndayikunze cane,nta pub idiciramwo mwijambo,Imana ihezagire équipe technique
@deomunyarentwenzenibutse527
@deomunyarentwenzenibutse527 2 жыл бұрын
Mukomeze guhezagirwa mukozi w'IMANA
@murokerecyusa7589
@murokerecyusa7589 2 жыл бұрын
Yewe nibyondo tugotomera pee imana iguhe umugisha utagabanyije
@salimamanirakizaimanaibahe3433
@salimamanirakizaimanaibahe3433 2 жыл бұрын
Iki gihe hakenewe ubutumwa nkubu🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@zeguetchalu5126
@zeguetchalu5126 2 жыл бұрын
Vraiment wavuga ukiri nuko beshi imutima satani yamaz kuyikomantaza🤕🤕🤕😠
@salimamanirakizaimanaibahe3433
@salimamanirakizaimanaibahe3433 2 жыл бұрын
Amen Amen Imana ibahezagir ibongerereze Amavuta
@jonathannimubona9874
@jonathannimubona9874 2 жыл бұрын
Amen
@irakazaeriekim4753
@irakazaeriekim4753 2 жыл бұрын
Urakoze mukozi wi mana wibereho kubutumwa bwiza
@jeanmariensengiyumva8439
@jeanmariensengiyumva8439 2 жыл бұрын
Naho nzoba nsigay ndumw nzokwiririza inyigisho zawe kuko urigisha bihagij
@samsunga10s48
@samsunga10s48 2 жыл бұрын
Uziko babigize umugenzo ngo baravugishwa🤭🤣pasta imana irushirize kuguha imbaranga nukukurinda ubigishe kuko urimuribamwe badatinya kwemanga kuvuga ukuri👌🙏🙏
@jeffpeace9383
@jeffpeace9383 2 жыл бұрын
Noe ko mutigera mutwereka Pastor wenyene ntimutwereke ishengero yigisha uko risa ,Gusa ivyo yigisha birimo verite ariko nuko numva yigisha ibintu vy'iperereza nta insipiration noe yifuza ko Imana ija muri silence abo abinyoma bo baruzuye gusa duhe insipiration ivyo abantu vyo ntiwabimara biragoye .Gusa kenshi aba bantu badutse kuko batabareze mu mashengengero babugaranira abahantu mutwumba bamara imyaka atanyigisho bagaca babahura nabigisha bavuga ivyo bashaka bakaca nabo batangura ivyo tubona reo.
@kimeregyslainbi
@kimeregyslainbi 2 жыл бұрын
Amen.
@marthasabokwigura4955
@marthasabokwigura4955 2 жыл бұрын
🙏🙏🙏
@drdanielm6181
@drdanielm6181 2 жыл бұрын
Hey! Mwaduha contact za Pasteur please! Ndifuza kumugira inshuti.. Be blessed 🙌
@hungaicahaministry3747
@hungaicahaministry3747 2 жыл бұрын
68 23 56 04
@carolinenakirutimana1559
@carolinenakirutimana1559 2 жыл бұрын
Egoo pastor iyo misatsi muba mwayitangiye menshi, muze muriyamiriza ba nyamwimbura aho batarimye.
@jeanmariensengiyumva8439
@jeanmariensengiyumva8439 2 жыл бұрын
Amen Amen
@vincentngendakumana6991
@vincentngendakumana6991 2 жыл бұрын
Pasit.uvuzubutumwap Mpwem ntatetereza
@renovatsubirako5866
@renovatsubirako5866 2 жыл бұрын
Arabanyara kweli
@prophetjerard3592
@prophetjerard3592 2 жыл бұрын
Muhezajyigwe mushingantah
@gabbynzoyisaba9207
@gabbynzoyisaba9207 2 жыл бұрын
Bajinjibure izonsuma
@samsunga10s48
@samsunga10s48 2 жыл бұрын
Gusa mbonye abowigisha bahakwa kukwaka ijambo kugira bitambire igisirimba kumbe ivyowigisha ntaco bibabwiy gushikaho nugusinzira baseng bidakunda🤔🤔🥱
@leonardniragira6054
@leonardniragira6054 2 жыл бұрын
Ivyo vyooose vyotugora gutahura, Ark Yesu christ yavuze ati:"MUZOBAMENYERA KUVYO BAMA" None umuntu yashoboye kunyaga umupfakazi niwe ari mukuri ngo tumwigireko akarorero???
@antoinegakeme9247
@antoinegakeme9247 2 жыл бұрын
Usanga yaramurishe ko batasubiye kubivuga. Ntawubizi usanga ari n'abagomba kumucafuza.
@victorg7280
@victorg7280 2 жыл бұрын
Léonard Niragira,uzumvirize ivyo bavuga vyiza bigushobokeye ubikurikize.Uzokwirinde gutirimuka nkuko bamwe bibashikira babatirimuka.
@irakazaeriekim4753
@irakazaeriekim4753 2 жыл бұрын
Amen
AMABANGA YABO YOOOSE ARAYAMENYE, MAFU
41:42
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 8 М.
Cool Parenting Gadget Against Mosquitos! 🦟👶 #gen
00:21
TheSoul Music Family
Рет қаралды 31 МЛН
How I Turned a Lolipop Into A New One 🤯🍭
00:19
Wian
Рет қаралды 11 МЛН
Всё пошло не по плану 😮
00:36
Miracle
Рет қаралды 2,9 МЛН
ANATOLIY SERNIC   FUNERAL
37:06
Slavic Christian Church - Cleveland , OH
Рет қаралды 3,4 М.
INDYADYA
57:39
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 23 М.
PASTOR MBAYAHAGA AVUZE KURABA,buzuye ubwenge buke.Hoseya 4:6
1:15:09
Ernest Pablo Tv show
Рет қаралды 527
INTAMBARA S'IYAWE NIY'UHORAHO
36:57
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 6 М.
NTAJURU RY'IMBWA N"INGURUBE RIHARI.
56:10
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 26 М.
ТИМ И kisy 🤣 #аняищук #димасблог
0:13
Аня Ищук и Димасблог фан канал
Рет қаралды 1,7 МЛН
Злая собака справилась бы😁
0:55
Анжела Шарова
Рет қаралды 1,8 МЛН