Noe wew kubwejagura ngaho umaz gukorik muburundi kibonek gitezimber aband? Irya migambi siya Samuel ni fierté pour nous tous kk Samuel azovah haj abandi!
@Minecraft_NinjagoАй бұрын
nareke kuduhenda ngo twitange. 2024 iciyumvira nkuko aba ari uruhombo. dukore ivyunguka nkakurya kwa Fabrice
@oswardjaphal-cd6npАй бұрын
Ibigabo nkawe. Wopfuma upfa. Nawe umaze gukora iki. Basi cubusuma
@japhetnkeshimana9251 I think the most important thing is that they need to be united kugira abarundi nti jumbagirike
@niyonizeyeremy199Ай бұрын
Sha wewe wapi kweli. Twe dukeneye ivyunguka
@discoverthebeautyinsideand1672Ай бұрын
None c Ko umuntu atwerera uko ashoboye. Wowe uzabireke niba utabyumva ariko wica intege abandi kuko, iyo nyubakwa yubatswe ni nyungu ku gihugu si kuri Samuel.
Ibintu umusesanguzi ari kuvuga ni ukuri Samwel ntahanurwa. Amashirahamwe yabarundi yo muri usa menshi niwe yayasambuye kubera gutahanurwa. Muzobaze abari muri USA ivyabaye muri BDUSA
@FrankBigirimanaАй бұрын
Nkawe usanga ntanico wimariye ngo uri muri America
kzbin.info/www/bejne/a3qumHifrLusY68si=0sYNQxnBZmILhlvK Iyi nyubakwa si iya Samuel , mbere mandat yiwe ni 3 ans
@Twese.01Ай бұрын
Samwel muramubaza uti USA wavuyeyo kubera iki? Amanyanga yiwe muri Arizona muvya Sober living yosubirayo FBI harico yomukorera, nubu aracahirwa kandi bizohera afashwe ivya amerika ntibiheranwa.
@DamianMugishaАй бұрын
Ego uwumutipe aramuzi samuel yiruce America ahunga ubusuma akorera abarundi kunyungu ziwe wenyene 😒
@umutwenziАй бұрын
none ko Samuel ari muri America yagiye hier, ubwo nikijuju kuburyo yokwishora kwicumu. Aba ba type bafise déséquilibre mumitwe
@DamianMugishaАй бұрын
@@umutwenzi samuel hope ari muburundi yahora aba America aho yabaye umukuru wa BDUSA ingingo yarugushira amahera hamwe agafasha abarundi boronkera ibibazo baba America ako yose yubaka ivyiwe uravye nomwi state ya Arizona izina ryiwe riraduga kuri complaints bamwitwarira kubijanye nivyo yakora none yimukiye kubesha ari hiyo azi atabubasha bafise bwokumurega munzego canke wiyumvira amatungo meshi yayavanye he koyari ordinary citizen imbere yuko atangura ubusuma ni public information yivyo yagirizwa buri muntu ashobora kubona akoze research kuri data base ya Arizona court
Muvyukuri imburakimazi ya mbere ni wewe abatari abahimbiri tubari inyuma aba bantu bacu bari kubaka igihugu mwemwe komeza mwangare na Pacifike na Bobo rugurika banyu inyungu kuvyo Samuel ariko arakora twe turayibona va kwijambo ntamahirwe ufise