Aragiye by Club Inyambo official video

  Рет қаралды 370,407

CLUB CULTUREL INYAMBO

CLUB CULTUREL INYAMBO

5 жыл бұрын

Uru ruvyino rwitwa ARAGIYE ni urwa club culturel inyambo rukaba ruvuga ibijanye n'ivyaranga umwigeme waho hambere.Rukaba kandi rwerekana ukuntu umwigeme yigenjeje neza yaherekezwa n'umuryango,incuti,n'ababanyi n'abagenzi agiye kwubaka urugo rwiwe kuko yaba yarigenjeje neza .
Club Culturel Inyambo ni umurwi ndangakaranga wiyemeje gusasagaza imico n'akaranga vy'uburundi biciye mu mvyino,intambo z'ikirundi be no kuvuza ingoma. Dusanzwe dukorera mu gisagara ca Bujumbura,zone kinama.
Iyi ndirimbo yanditswe na Mwami Japhet Net akaba ari nawe arongoye club Inyambo.
Wifuza kumenya amakuru menshi telefona kuri
+257 71 685328 (WhatsApp call),
canke utwandikire kuri facebook.

Пікірлер: 49
@nzaramyimanaemmanuel5639
@nzaramyimanaemmanuel5639 Жыл бұрын
Burundi oyeee am Rwandan i like burundian song and culture
@meddy380
@meddy380 4 күн бұрын
❤❤❤❤ natwe turabakunda
@user-lf8rt4ep8n
@user-lf8rt4ep8n 7 ай бұрын
I love so much My culture Burundi ❤
@magugenge6353
@magugenge6353 2 жыл бұрын
Tunawapenda sana from kenya
@niyomugaboemmanuel3088
@niyomugaboemmanuel3088 Жыл бұрын
murabambere nukuri hano murwanda turabakunda cyane
@nzaramyimanaemmanuel5639
@nzaramyimanaemmanuel5639 Жыл бұрын
We are the one Rwanda Burundi oyeee
@mauricendayishimiye3102
@mauricendayishimiye3102 7 ай бұрын
Indirimbo nizi za karanga
@perpetuekazeyimana8545
@perpetuekazeyimana8545 4 жыл бұрын
Murikimara komera
@rwamashurirwazinambiwe5032
@rwamashurirwazinambiwe5032 2 жыл бұрын
Yooo munkumbuje Bwami inks yanyuma mubuzima bwanje
@mbabaziclaudine9305
@mbabaziclaudine9305 2 жыл бұрын
I love all Burundians
@mdsalem591
@mdsalem591 2 жыл бұрын
Aragiye kbx mura mpimbara
@ispiyvette3664
@ispiyvette3664 2 жыл бұрын
Ibyiza by, iburundi so nice😘😘😘😘😘
@immaculeenshimirimana612
@immaculeenshimirimana612 4 жыл бұрын
Akaranga k iwacu n Iteka mu Nyambo komera kukumenyekanisha akaranga kacu hose
@gylainenishimwe9142
@gylainenishimwe9142 2 жыл бұрын
Akaranga katurange
@ganiganii449
@ganiganii449 3 жыл бұрын
Murachoboy nimukomr 💪🇧🇮🇧🇮❤️
@eliaskajojo6635
@eliaskajojo6635 3 жыл бұрын
vyiza
@wrdahss672
@wrdahss672 2 жыл бұрын
biranyoshe chane abarundi
@nishimwechachashantal1806
@nishimwechachashantal1806 2 жыл бұрын
Turabakunda
@rwamashurirwazinambiwe5032
@rwamashurirwazinambiwe5032 2 жыл бұрын
Yooo munkumbuje Inks n'imwubawe
@user-rl5uf1cg3k
@user-rl5uf1cg3k 6 ай бұрын
Akiwaca kikirundi
@yvonnevovo4959
@yvonnevovo4959 5 жыл бұрын
Nic club tubarinyuma
@isidoranininahazwe6946
@isidoranininahazwe6946 4 жыл бұрын
Komera. Muranyinjiza
@maximengabireyimana3945
@maximengabireyimana3945 2 жыл бұрын
Indirimbo nziza cane
@elicaeliah2442
@elicaeliah2442 2 жыл бұрын
Aiyeeee aragiye
@ngaborobertbushebe5259
@ngaborobertbushebe5259 2 жыл бұрын
Verry Nice songs
@privatbizabishaka9109
@privatbizabishaka9109 2 жыл бұрын
Very nice
@isaacmunyaneza8100
@isaacmunyaneza8100 2 жыл бұрын
Indirimbo za kiriziya katorike
@ericnibogora
@ericnibogora Жыл бұрын
Indundi
@jacobrohit773
@jacobrohit773 Жыл бұрын
Murampe corable yemwe
@didacendikumugongo8947
@didacendikumugongo8947 Жыл бұрын
i love you guys
@sylvestremaggyntahonshikir8904
@sylvestremaggyntahonshikir8904 3 жыл бұрын
Ndanezezw n'akarang kavu
@didacendikumugongo8947
@didacendikumugongo8947 Жыл бұрын
I am so proud of you Moms. Keep on going forward
@EfremTeclemichael
@EfremTeclemichael 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@buteratomath4754
@buteratomath4754 4 жыл бұрын
Good
@NickNicks-wo3bg
@NickNicks-wo3bg 7 ай бұрын
❤❤
@clairegirukwishaka4241
@clairegirukwishaka4241 4 жыл бұрын
Nice club
@boobohhh3029
@boobohhh3029 Жыл бұрын
❤❤❤❤
@sauloaraujo5030
@sauloaraujo5030 2 жыл бұрын
For there are three(3) that bear record in Heaven, the FATHER, the WORD, and the HOLY GHOST: And these three(3) are one(1). 1st John 5:7/Matthew 28:19/Acts 2:38/DEUTERONOMY 6:4,5😍 And there are three(3) that bear witness in Earth, the Spirit, and the water, and the blood: And these three(3 ) agree in one(1). Vs. 8😍
@beatricentakamurenga7581
@beatricentakamurenga7581 Жыл бұрын
8 and 86 765 8 87 8 have been I used the ability for you if bility to 86 765 8and 6 86 765 86 765 86 7776 86 I I knows 7 86 7776 8I 86 765 the world
@juvenalnsengiyumva9883
@juvenalnsengiyumva9883 6 ай бұрын
❤kkkkkkkkkk I'll et tu 5 oooqqj😮
@mbabaziclaudine9305
@mbabaziclaudine9305 2 жыл бұрын
I love
@clairegirukwishaka4241
@clairegirukwishaka4241 4 жыл бұрын
Nshaka kuja muri iyo club. Hasabwa iki??
@clubculturelinyambo311
@clubculturelinyambo311 3 жыл бұрын
Imiryango iruguruy karibu ah dukorera.whatsapp ni 71685328
@OmerOmer-ow8kv
@OmerOmer-ow8kv 2 жыл бұрын
.
@uwamahorofrancine4796
@uwamahorofrancine4796 Жыл бұрын
I love all barundins banyita erik
@NehemieNDAYEGAMIYE
@NehemieNDAYEGAMIYE 19 күн бұрын
WhatsApp mwatanze ntipasssa
NYAKIRIRA ABASHITSI by Club culturel INTAHEMUKA _ Official Video
3:39
MPAYE UBURUNDI -Club Culturel ABEZA(official Video Clip)
4:10
Club Culturel ABEZA
Рет қаралды 150 М.
КАК СПРЯТАТЬ КОНФЕТЫ
00:59
123 GO! Shorts Russian
Рет қаралды 3 МЛН
СҰЛТАН СҮЛЕЙМАНДАР | bayGUYS
24:46
bayGUYS
Рет қаралды 770 М.
어른의 힘으로만 할 수 있는 버블티 마시는법
00:15
진영민yeongmin
Рет қаралды 9 МЛН
Ntawuhora iwabo | Club Socio-Culturel Giramahoro
4:20
Club socio-culturel GIRAMAHORO
Рет қаралды 384 М.
KARIRE K'INYANA by Club culturel INTAHEMUKA _ Official Video
4:57
AMAYARWA TV
Рет қаралды 221 М.
danse traditionnelle Burundaise par club culturel intahemuka
0:47
Kubeza inyambo / Club Umudeyo
4:37
CLUB UMUDEYO
Рет қаралды 529 М.
"Ndi mwirembo" par club culturel Ihunja
4:23
Club Culturel Ihunja
Рет қаралды 34 М.
Nagira ntere i Remera |Club Socio-Culturel Giramahoro
4:39
Club socio-culturel GIRAMAHORO
Рет қаралды 37 М.
URUVYINO RUTWENGEJE RW'UMURUNDI
2:57
Breaking News Burundi
Рет қаралды 52 М.
"Mwiriwe" par club culturel ihunja
5:29
Club Culturel Ihunja
Рет қаралды 117 М.
КАК СПРЯТАТЬ КОНФЕТЫ
00:59
123 GO! Shorts Russian
Рет қаралды 3 МЛН