Arubahutse Pacifique NININAHAZWE😳😳Simbizi na Landry ntaco abasigiye🔥🔥Demana naramutwaye kwa Legentil

  Рет қаралды 2,747

AKAMO TV

AKAMO TV

19 күн бұрын

Arubahutse Pacifique NININAHAZWE😳😳Simbizi na Landry ntaco abasigiye🔥🔥Demana naramutwaye kwa Legentil

Пікірлер: 54
@Vitomixbdi-uz2fn
@Vitomixbdi-uz2fn 18 күн бұрын
Akamo TV mwitondondere abantu mukorana nabo nti muzagire ngo ni show Be carefully!!!!!!!!!!!
@CarineNISHIMWE-kt4ss
@CarineNISHIMWE-kt4ss 18 күн бұрын
Gabanya itabi bro! Vuba nawe utagabaanije uramera nka Demana
@DeliciaKeza
@DeliciaKeza 18 күн бұрын
None ko mbona barikugutera ubwoba kandi wavuze ukuri? ukubura indero bivugwa kuri koreshumwanya gusa gusumba ba Pacifique naba Sinduhije birirwa bahangara Seburundi? Nihamwe nyene ukuri kubabaza ntakibi jewe mbona yavuze usivye gutanga impanuro. Noneho iyo uteye ibuye mubibwa ikibweja nikiba cafashwe! MWIBUKE YUKO UMWIDAGADURO UDAKUNDA ATAMAHORO
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 18 күн бұрын
Koreshumwanya bicarike bige.Ndakwemera bro😂
@MANING41
@MANING41 18 күн бұрын
Komerehumwanya ugiye Waba umugabo!! Ata guhengama uravuze amajamboarimwo ubwenge!!
@thierryhakizimana343
@thierryhakizimana343 18 күн бұрын
Ahubwo uyu niwe mu sazi wambere. Amacakubiri nayo amurimwo ararenze. Indero nayo n'umugani. Nohanura uyo yamukoresheje ikiganiro atosubira kumuha ijambo. 😢😢😢
@_-wt8ns
@_-wt8ns 18 күн бұрын
Non nyen vyakwer demana vyarakomey ewe abisimurikigoy yooo ewe baramukonesey pe
@Alexissindayihebura-re6oy
@Alexissindayihebura-re6oy 18 күн бұрын
Ewe koreshumwanya uvuga meshi niwigera uvuga ibijanye
@Burundistartv
@Burundistartv 18 күн бұрын
❤❤❤❤
@danielmvuyekure
@danielmvuyekure 18 күн бұрын
Koreshumwanya urumugabo aho simbizi yavugiye wenyene n'a kwishure
@thierryhakizimana343
@thierryhakizimana343 18 күн бұрын
Ewe KZbin uragowe ! Ibirobezo vyose , ibiburandero vyose barayora bakazana kuri KZbin. Nkuyu ishavu avugana ngaha kuri KZbin, amajambo akoresha mubona uwomutuma kuja kumara abantu atari kuvuza uruhwa gusa?
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 18 күн бұрын
Koreshumwanya uvuze ukuri kabisa
@boashamah3642
@boashamah3642 17 күн бұрын
Uyu mutipe arajaganga mukuvuga ndibazako urumugi runurembeje Gusa niraba nabi umusumwe agasho karamurindiriye
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 16 күн бұрын
Ngo abamizirima benshi nibo barya INGURUBE, heavy statement right there.
@felexmacharia-yf5lc
@felexmacharia-yf5lc 17 күн бұрын
Nne ameze neza gute yiyumvira ko atererey umuntu murubanza aba yibwe cnke akoresheshe 100miles arira imyaka yose
@FaustinNsabimbona-jw6pr
@FaustinNsabimbona-jw6pr 16 күн бұрын
Gabanya Amajambo ntabagore ivyo ntibiguhesha agaciro wangu usivye kumaramaza igitsinahungu
@ndayisabajackson1441
@ndayisabajackson1441 18 күн бұрын
Jewe ntaco mvuga
@nibiziinnocent9179
@nibiziinnocent9179 17 күн бұрын
Koreshumwanya ,urumuntu w'umugabo kabisa mpa lumicash yawe wew turajwe ishinga no gutsimbataza umutekano, abenegihugu barye baryame
@Evrosen12
@Evrosen12 17 күн бұрын
Reka nitwengere ndegane. 😂
@Koreshumwanya-fj1np
@Koreshumwanya-fj1np 18 күн бұрын
Nizere ko mwantahuye??🤔
@Young-doWamungu-in2re
@Young-doWamungu-in2re 17 күн бұрын
E
@Young-doWamungu-in2re
@Young-doWamungu-in2re 17 күн бұрын
Natahuye konawewe wazaze kabisa
@user-mc7lh6js3o
@user-mc7lh6js3o 17 күн бұрын
Icogipfu mwagikuyehe,,?? Zemuravugishabantu bafise displine
@ButoyiJade
@ButoyiJade 15 күн бұрын
Igipfu niwwe
@jeanpierreniyonzima5613
@jeanpierreniyonzima5613 15 күн бұрын
ikigwarudubi kiraho, none nkuyo avuga pacy gut??
@user-kr1ct7pf2s
@user-kr1ct7pf2s 17 күн бұрын
Ingorane z'abarundi baraharara ntibakunda umuntu
@user-mf7gi8oh2i
@user-mf7gi8oh2i 16 күн бұрын
Gabanye urumogi
@omernshimirimana
@omernshimirimana 16 күн бұрын
Isabire nyamba vyarase muga ntakubeshe cn.dd efdd ntaco yoguha nabunyoni ari indani
@WinnerKEZA
@WinnerKEZA 17 күн бұрын
Guyz none ntimuziko KORESHUMWANYA asara?
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 18 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 16 күн бұрын
Koreshumwanya none ww ivyurya bijahe😂😂?
@user-jg8pt6qj9l
@user-jg8pt6qj9l 17 күн бұрын
Komera kabisa
@ReineGogoIrumva
@ReineGogoIrumva 17 күн бұрын
Mukiganiro c'iminota mirongo itanu namasegonde mirongo ine nimwe, muriko muravugishwa namajambo atarenza iminota itatu yavuzemwo? Yakoze aho murwaye kabisa
@munezeroalexis6713
@munezeroalexis6713 17 күн бұрын
Nivyiza arabiviga
@user-fb9sd2us4s
@user-fb9sd2us4s 16 күн бұрын
Koresh❤ ndakwemera san
@dieujolindayishikaniye6957
@dieujolindayishikaniye6957 16 күн бұрын
Mb uw musaz wutunur yahorah niman irihangan ew burund uratunz indobo zifis amagur nama bok
@NdihokubwayoAbdallah
@NdihokubwayoAbdallah 17 күн бұрын
Nihatari ivyiyisi
@sambarodrigue1802
@sambarodrigue1802 17 күн бұрын
Demana alikua kichwa acha kupinga Bro ntimba ubihakana fata ugire amatora yae wnyene na demana hama jury ushire famille Uone kama utamukuta Demana Pima
@arakazasuavis6812
@arakazasuavis6812 17 күн бұрын
None nkuyu avuye hehe? iyi chanel nibandanya iza invoyou nkizi sinzogaruka kuyiraba uruntu nkuru ruvuga ibirofa nkibi?
@Toutici6369
@Toutici6369 16 күн бұрын
@user-bj1wp9os4d
@user-bj1wp9os4d 17 күн бұрын
Urumogi ngo rusigaye ruzimbuts reka kuvuga USA bro habaya itabi nubwo ariwuryigirira
@olivierndayikeza1650
@olivierndayikeza1650 16 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@ndakenuyemotivation5235
@ndakenuyemotivation5235 17 күн бұрын
Uwo mubono n'imbonera kure y'amacakubiri ntanubwo gusya agira n'ikigugu nka sebuja akes ahubwo ngaye uwamuhaye ikiganiro
@user-jg8pt6qj9l
@user-jg8pt6qj9l 17 күн бұрын
Tekan Sha non Aho icabeshemw nikih
@julescesarngendakumana9986
@julescesarngendakumana9986 18 күн бұрын
Koreshamwanya vuga iyo entertainment yanyu ,ibindi ntanivyo ,urekane abanganya level bivuganire,urumv ntibanakwishura kubera atokwishurana numu delinquent nkawe
@ButoyiJade
@ButoyiJade 15 күн бұрын
Hubwo aba delinquent basigay babasumvya ubwenge? Kuberik mukund abavuga nabi igihugu canyu?
@julescesarngendakumana9986
@julescesarngendakumana9986 15 күн бұрын
@@ButoyiJade ukaba ushigikie inyifato yerekanye mur émission A à Z,shobora kwiha ishusho yawe kndi ntakuzi, Bonne journée.
@PrincEloge
@PrincEloge 17 күн бұрын
🙄🥱🥱🛌🛌
@user-rv4dh4ok3u
@user-rv4dh4ok3u 17 күн бұрын
Ndarengany kbx
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 17 күн бұрын
Nkiyi mbecile ivya politique irabizi? Wew buguburofa bwawe ntamutwe wa politique ugira siwe urimbonerakure kurusha abandi binumiye aha ejo vyohinduka ukirukanga mubandi bobo bafise Nivyo bivye bitwaje bagiye munazu yabo baguze hanze !! wew atanico ufise ugenda kuzempera mumakambi
@sese667
@sese667 13 күн бұрын
Ntazi akamaro Pacifique afitiye Uburundi, n'abamwe mu ndongonzi z'Uburundi muri CNDD-FDD harigihe bakorera ku vyiyumviro vya Pacifique, uzi abana bazimira hama Imana igakoresha Pacifique biciye kuri Facebook, bakaboneka ? Abanyurujwe babonetse kubera Imana biciye kuri Pacifique ? N'ibindi ntavuze ... Ingorane ihari mu Burundi, hari abantu bashaka kwigira nkaho umenga nibo bakunda Igihugu kurusha abandi, bakaturenza urwamo ariko uravye mu bikorwa ugasanga nibo bambere batukisha Igihugu ... Umuntu akunda Igihugu ntarinda arabivuga, bigaragarira mu bikorwa ! Gukunda Igihugu, ninokuvuga ibitagenda neza, kugira bikosorwe kandi dushize ku munzane (balance) ibitagenda neza mu Burundi, ni vyinshi kurusha ibigenda neza !
@HakimKashama-ek6ig
@HakimKashama-ek6ig 16 күн бұрын
Akamo TV be carefully abantu muha ibiganiro aba délinquants umuntu arahira kuri maman wiwe mukabishirako vrt😭 hama ivyo bihugu avuga vyaraturenze saaana hama pacifique ivyo akora ni vrai patriote gusumba uyo mu délinquants !!! Akamo TV be serious
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 17 күн бұрын
Nawe akaga journalistes nciye ngira désabonner iyi Channel izorabwe nimbonerakure gusa apana abarundi Bose nabanyamahanga hama tuzorabe ahizogera !!
@ismaelirakoze7700
@ismaelirakoze7700 17 күн бұрын
Ufise imvugo mbi koreshitabi Ayo macakubiri yawe bagucunge
Does size matter? BEACH EDITION
00:32
Mini Katana
Рет қаралды 20 МЛН
🤔Какой Орган самый длинный ? #shorts
00:42