INTAHE ikomeye ya GRETTA//kuva murugo kwanje//Gutandukana n'umugobo n'ikintu gikomeye//Abakobwa

  Рет қаралды 103,618

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

INTAHE ikomeye ya GRETTA//kuva murugo kwanje//Gutandukana n'umugobo n'ikintu gikomeye//Abakobwa

Пікірлер: 336
@PaterneKEZIMANA-he2kd
@PaterneKEZIMANA-he2kd 11 ай бұрын
Apparemment divorce yararonse TV nyinshi ziyigirira promotion ces derniers jours, muraraba ntiturwe mumutego w'umwansi! Maze igihe mbona bcp d'émissions faisant du divorce un choix comme tant d'autres, mbega mubona aba jeunes babakurikirana muriko mubategurira mariages ziri solides, zīteguriye guhangana nibigora murugo (kuko ntivyigera bibura) , canke muriko mubategurira gukora les mariages les plus vulnérables, ziteguriye kubivamwo umwanya uwariwo wose? Ico mwita "évolution des mentalités" mukigendemwo bukebuke.....satani/shetani numunyabinyoma kandi yikinga mubisa nukuri.... à bon entendeur !
@grettakezimana5348
@grettakezimana5348 11 ай бұрын
Birababaje Aho abantu bahukana bakaca baja kuri réseau social biyandagaza 😏😏😏😏
@botiger7208
@botiger7208 11 ай бұрын
Nubwabweng buke abantu bafise kugira bironkere Ama views
@prudencenimpagaritse2146
@prudencenimpagaritse2146 11 ай бұрын
nashaka nanje nshikirize ico niyumvira numvise ingene uvuga umunezero wagize uronse ikibondo hanyuma nkumva ingene u critiqua abavyeyi batanga akarorero kabi mungo vraiment je suis désolé yo kukubwira ko namwe atakarorero keza muriko muha uwo muhungu wanyu ikibazo gituma benshi bahukana il n'y a pas de détermination iyo mufata ingingo yo kubana il faut savoir une chose il n'y a pas de personne parfaite dans le foyer il faut apprendre à pardonner si non vous n'irez null part et à construire ensemble . ikindi kuja sur youtube pour exprimer que tu es à l'aise c'est une sorte d'encouragement aux jeune pour faire de même que toi nukuraba neza rero nawe ko utariko uba igikoresho ça shetani mukugira publicité ya divorce ico nabona nuko wari gupfuma ubwira les jeunes uti mwiyubare mukugira choix kuko c'est un choix unique kubizera Imana bien sûr sinon udashobora kwihanganira amakosa aba yakozwe n'a ton partenaire canke ngo muhanurane c a d que tu as dévié le chemin de Dieu rero ndaguhanura ngo urondere Imana igushoboze kuko ibidashobokera Abantu yoyo irabishobora imiter les bazungu ntiwibaze ngo hari iciza kirimwo une autre personne azohava aza adusigurire ko n'a mariage homosexuel atangorane soyez attentif donc à tous ce que vous faites sur les réseaux sociaux
@AngeRuhanama
@AngeRuhanama 11 ай бұрын
Vuguziga sha nturahura nurugo rubi ngo wumve ukobimera ahaaa😢
@virgilekelvin8493
@virgilekelvin8493 11 ай бұрын
😅😅😅ni satani..binteye ubwoba kutagira mariage niguta umwanya namahera yubusa
@yvesbikorimana6838
@yvesbikorimana6838 11 ай бұрын
@justegael nukuraba mukadutumirira nabo ingo zakundiye, vyagoye ariko bagotorera inyishu ibibazo baciyemwo
@AnicetNDUWIMANA-k2p
@AnicetNDUWIMANA-k2p 10 күн бұрын
Ariko nkuko wabivuze biragoye gutanga canke kwigisha urukundo nawe vyarakunaniye.
@franckmuco7534
@franckmuco7534 7 ай бұрын
Franck Securite.Big up Mme Gretta,uvugisha ubwenge bwinshi
@beautyclara6233
@beautyclara6233 11 ай бұрын
Gretta je t'aime beaucoup et tu es très intelligente 🎉❤️❤️❤️❤️❤️🥰🥰
@faveur710
@faveur710 11 ай бұрын
Oyaaa Gretta Je vais divorce Sivyabazungu Gusa kuko Uwi Wanje il était Contre le Divorce🇧🇪🇧🇮💕
@bibikiki8437
@bibikiki8437 11 ай бұрын
Uri keza cane Gretta Bagusokoje neza Uraberewe Love from 🇨🇦🇧🇮💝
@faveur710
@faveur710 11 ай бұрын
Gretta tu es tellement belle 🥰 Vraiment 🌹🌹 Grâce From Belgique🇧🇪❤🇧🇮
@UrugendoRwiza
@UrugendoRwiza Ай бұрын
None kumenga ni publicité ya
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
Uwo ni umwe yavuga k abari hanze banse igihugu uwo Jew nibaza ko yaronse umu Général amuha kumafaranga y'igihugu guta umugabo nibaza k yabikoze nkakaravyo
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 11 ай бұрын
Ukuntu Gretta arimwiza burya urugo ntirwubakwa nubwiza kbsa wapi gusa Gretta Imana izoguhe uwo ishaka canke muzosubiran
@alexiauwineza2689
@alexiauwineza2689 11 ай бұрын
Madame félicitation tu es vraiment forte kandi uvuze ukuri sukubera usa neza Canke wama utwenga ko ariho umerewe neza benshi barara muvyumba séparé barakubitwa kandi nubutwari kuvuga uti non non ndavyanse
@angeiba4548
@angeiba4548 11 ай бұрын
Oui oui ma belle j’aime la façon que tu parle doucement tu es très très intelligente merci pour tout big lov bisous turagukunda twese
@BucuraBwaRusine
@BucuraBwaRusine 11 ай бұрын
Urimwiza❤from 🇷🇼
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 11 ай бұрын
Gretta uri so cute ❤
@confitbienius6903
@confitbienius6903 11 ай бұрын
Gretta, très intelligente ❤ ,cool ... Elle sait ce qu'elle veut dans la vie
@nicoleirakoze2235
@nicoleirakoze2235 11 ай бұрын
Nanj sh iyo cas yarambayek jew rero sh uruzogo gwamwizingiyeko mwizosi ntiyigez arira avutse twamaz 1mois mubitaro turindiriy igitanganz cImana 😐mais Ndiho yararinz abana bacu sh Gre
@dianekanyamuneza193
@dianekanyamuneza193 11 ай бұрын
Ubu rero amakosa y'ingo zisambuka agiye ku ba mamans ba kera😂😂😂😂😂. N'agahengwe tugifise n'uko générations z'abo ba mamans zikihari, ibaze dans 20 ans, Imana niyo yo nyene yo kuraba ico ikora pe😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@carinekaneza565
@carinekaneza565 10 ай бұрын
😂
@juliettehatungimana5109
@juliettehatungimana5109 11 ай бұрын
Ikikiganiro ca gretta ucumvirij ukumva nukuntu umugabo wiwe yavuze mukiganiro Caciy kur Siren vibes ababantu ntakintu cahatari catumye bahukan ahubwo nizampwemu mbi zakaronda zomuri famille zitera muri couple hakabaho kubana nabi knd mutankana Kuko tantine wa gretta nawe yarahukanye urumvako gretta vyabay kuber ibintu vyomumuryango wiwabo biriko baramukurikira ubundibwo uryamugabo wiwe umwumvirij sumwan mubi knd na gretta mbon atarumwan mubi
@chimenendayizigiye6711
@chimenendayizigiye6711 11 ай бұрын
ati ni karande yabatante biw uranyish noneho😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@juliettehatungimana5109
@juliettehatungimana5109 11 ай бұрын
@@chimenendayizigiye6711 Niko ndabibon kbx
@willyndayizeye8992
@willyndayizeye8992 11 ай бұрын
Mugenda mutazi ivyo mugiyemwo....Nico gitum....mugum mwih am raison alors ataco mwambariyeko....reka abubak bubake mwebw circula
@imeldeniyibizi7012
@imeldeniyibizi7012 3 ай бұрын
Urugo rwubakwa na Nogusenga na mbabarira nokwihangana
@irakozeingridhortense1166
@irakozeingridhortense1166 11 ай бұрын
Uvuze ukuri ma chérie.
@bullarbdi7969
@bullarbdi7969 11 ай бұрын
Algorithm za u-tube nibisazi, mvuye kwa rasko nisanga ngaha
@Rahima-z5h
@Rahima-z5h Ай бұрын
Shetani yaragowe nayo izobihakana
@bonifaciohabby
@bonifaciohabby 11 ай бұрын
Beauté burundaise ❤❤❤
@wisdom3596
@wisdom3596 11 ай бұрын
Umwami YESU-KRISTO akujimbere Mme Gretta
@TaylorKing-ye7hu
@TaylorKing-ye7hu 11 ай бұрын
Ngerageje kuraba ibiganiro bivuga kubijanye ningo bica ngaha kuri Siren Vibe nka vyose bivuga kuri divorce.??!! Bigaragara KO mukangurira abantu gukora Ama divorce kuki mutoza muratumako abubatse zikaguma nabo badushingira intahe
@MJCOfficial89
@MJCOfficial89 11 ай бұрын
Apparement uravye nkuyo ntiyokwubaka, indero ndundi yaragiyee kabisa
@angeshimirimana3918
@angeshimirimana3918 11 ай бұрын
Arafise indero ahubwo ivyavuga ntubitahura
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 11 ай бұрын
Agaya aba kera ariko nibo gushikubu ingo zabo zubakitse. abagore b'ubu hafi ya bose n'aba féministes. Ivyo navyo ni contraire y'ico Imana yashinze. Bashaka kuba hejuru y'abagabo or ivyo ntaho bizokwigera bibaho. L'égalité entre l'homme et la femme ntizokwigera ibaho. Kuko s'uko Imana yabitunganije. Umugabo toujours n'umutwe w'urugo. Umugore yaba afise amafranga canke atayo ntaho azoba umutwe w'urugo. Kubitwa ko basenga Imana y'ukuri ico ntibocirengagiza.
@bnjamindayisaba1326
@bnjamindayisaba1326 11 ай бұрын
Niyo si tugezemwo Sha Satani yereka abantu ko bashoboye atawoba musi yuwundi hhhh lmana yonyene
@ngabiranoaimeigor1
@ngabiranoaimeigor1 11 ай бұрын
Boss iyo ni Umukubito Tv si Siren tv
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 3 күн бұрын
❤❤❤
@Nziga257
@Nziga257 11 ай бұрын
Non nkuwari yagutwaye ingoran uhurira numudemu muri boite ugaca ukwegera munzu
@angemugisha7056
@angemugisha7056 10 ай бұрын
Uvuze ukuri ma fille 💋❤️
@alainnahimana8542
@alainnahimana8542 11 ай бұрын
Ndavye ikiganiro cakozw numugabo nkaraba nicakozw Na gretta biragaragara kwatakintu kinini bapfa icombona kuri gretta kandi nibaza ashobora kuba yakwegew nakarya kagwi bakorana ibiganiro kenshi nkakarorero Dacia,Nickitta,hossy,na Darlene harya kenshi iyugendana nabantu babay mwubwo buzima naw barabiguteramwo ukisanga mwaravany kenshi iyo haby divorce usanga bambikana ibara kuma réseau sociaux ariko ababobo baracahishirana
@charitangimigisha5559
@charitangimigisha5559 11 ай бұрын
Franchement na jw ndagukunda Mme❤
@daphroseniyokwizigira7299
@daphroseniyokwizigira7299 10 ай бұрын
Uvuze neza Gretta umuntu atanga ico yaronse pe😂
@floxellamunezero5585
@floxellamunezero5585 10 ай бұрын
Umuntu atang ico afis kndi yahawe kbisa ukivuz neza ntimuzoj kurondera urukundo kubatarufise
@Hi5392
@Hi5392 11 ай бұрын
30:40 😁😂😂😂thank you madame👏
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 11 ай бұрын
Caméra za mukubito ni 🔥🔥👌👌👌kuyindi mpwemu
@LyseAkimana-dn4ir
@LyseAkimana-dn4ir 11 ай бұрын
Gretta wamye uraka bajou kuv twigana primaire😍😍💕
@kenzoniyu
@kenzoniyu 10 ай бұрын
It’s the biriko bija kuyindi point bidasanzwe for me😂😂
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 6 ай бұрын
❤❤😂😂😂😂😂😂
@kidgamestvcollections4743
@kidgamestvcollections4743 10 ай бұрын
Kera sikovyari biri. Subira kunkomoko
@eugenientihabose1196
@eugenientihabose1196 10 ай бұрын
Umugore si uwo kurira vyukuri😢
@vyizigirofiston6783
@vyizigirofiston6783 11 ай бұрын
J ndipfuz kubonan na justin gael nukur interview zaw ushiramwo ibirungo vyinsh san ❤
@Nanalovdav
@Nanalovdav 11 ай бұрын
Kuyindi point me idasanzwe...ntakwizirikira kubintu iyo vyanse biba vyanse rero hako mwicana uremera uga quitta😒
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 10 ай бұрын
Kumunota wa 42 ivyo wavuze wagomvye kwigovyora guko ntabwo mwogira marriage Imana itabizi kiretse muhisemwo gutwarana kubera murambiwe nubusambanyi murimwo
@kabosskdn2202
@kabosskdn2202 11 ай бұрын
aho avugana ko mu rugo utegerezwa kuba heureux ni principe yabatumvira ijambo ry Imana,mur egliz hos bavuga kubana mubibi momuvyiza,abasirimu bubu bashaka côté imwe ya bonheur,na imitation yizindi ngo birahovya abakobwa benshi surtout babanyamuji
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
😂😂😂😂wurumva rero nibo barereta jw mpaze kubona Ama interview meshi ya bantu bahukanye cne cne abakobw beshi sivukira zomugisagara Noe nikuberik Kandi tuzi bobo bahawe indero nyishi Gusumba abo mugisagara
@kabosskdn2202
@kabosskdn2202 11 ай бұрын
@@lydi791 bashits I buja bacabasirimuka bivanye nakagwi bagendana kabenfluença,raba pst mbahayaga yabisiguy neza kenshi igituma abantu bahukana
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
@@kabosskdn2202 nabo ni babandanye bahukana ivyo bashaka bazobibona ubu biyaraje ngo ubuzima bubushuga mamy buraryoshe naho ishwi uburaya gusa bubuzuyemo
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 10 ай бұрын
Gretta uzokwumvirize ikiganiri Gaëlle yagiranye na Apotre Isidore Mbayahaga le 1/11/2023 mercredi
@PichouPaul
@PichouPaul 7 ай бұрын
I lv her kbsa. Uwakumpa nanezerwa.....❤❤❤❤❤ ndagufanaa ndakubaha ndanagukunda byukuri... much lv from pichou Paul Williams from Kenya Mombasa exactly cost,... Ester Africa 🌍.ni mwizaaaaa.
@nzeyimanachanel7900
@nzeyimanachanel7900 11 ай бұрын
Gretta ivyo usiguy ubikuy hehe? Bibilia musoma muraziduha basha. Divorce namahitamo y'umuntu ntago ariy'IMANA. Urinze wubaka Arimana yabikoz nta divorce ibamo. Ubikoz aramahitamo yawe nawe. Ibiba ubaga wifasha. IMANA ntishigikira divorce kirazira
@roselaurier6648
@roselaurier6648 11 ай бұрын
Biranditse bien muri bible madame ou monsieur Matthieu 19:9 Yezu a bien précisé qu'en cas d'adultère, c'est un des motifs sérieux pour divorcer
@nizigiyimanaevrard5788
@nizigiyimanaevrard5788 8 ай бұрын
Iciza nuko wemera ko wihenze, ikibazo cahereye mu ntango Kandi kirya gihe wanse kwumviriza rirya jwi vyongeye utwarwa nibishobisho, reka rero gusigura kwahukana ko muri mukuri Kandi nicabahuje kitari icukuri, wumva vyobandanya neza gute?
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 10 ай бұрын
Kuri 45min wavuze ngo urukundo rwarahabaye, ubwo si rwarukundo rufatiye k'ubusambanyi
@aime-pacifiquenahumukiza8154
@aime-pacifiquenahumukiza8154 10 ай бұрын
Izi social medias muhorako, ziri mu bituma mutamenya kwubaka, mwitonde.
@celestinmununi9371
@celestinmununi9371 10 ай бұрын
Gaël je prend mon temps pr te remercier de tes émissions combien de fois agréables et je veux faire un petit commentaire apres avoir vu l'interview de siren accordé à son mari Rasco,,,les réseaux sociaux turazikoresha turifuza ko mutoha ikibanza interview zimez nkuko kuko nta nyigisho ruchristo zirimwo muriko muha ikibanza sekibi kuko kubaka n'ibaranga rikomeye kandi mu rugo haba ibigora vyinshi kwiyumvira divorce comme solution y'ingorane novyita ajouter drame au drame,ton invité ivyamugoye birahari ariko abana bamukurikirana barashobora kubona ko divorce iri simple comme bonjour bivanye nukwihenda muri choix de l'information,un vrai chrétien ne fait recours à la divorce hari uwigez gufatwa nabi n'umugabo arko ibanga yatorewe ntiyarivuyeko yakomeje isengesho umugabo araheza arahinduka ubu bashinga intahe,,,abo nibo dukeneye ko mutuzanira,,,ama views muzoyaronka bagenzi,,,tubasabe kudakomeza publicités za sekibi
@RebeccaNiyifasha
@RebeccaNiyifasha 6 ай бұрын
Ariko ndanenga abantu bavuga ngo abo ntibubaka hagutanga impanuro zuko bari kwifata tout simplement sinzi ingwara yateye mubarundi
@BikorimanaPatrick-bg6ol
@BikorimanaPatrick-bg6ol 5 ай бұрын
Wese wanditse ngo tawundi azoronka mwiza ka sha muribijuju umugore subira wentubona kwandashoboka
@mossaalbusaidi2292
@mossaalbusaidi2292 10 ай бұрын
Ur so cute and smart dear Gretta greeting from Oman
@aime-pacifiquenahumukiza8154
@aime-pacifiquenahumukiza8154 10 ай бұрын
Izi social medias muhorako, ziri mu bituma mutamenya kwubaka, mwitonde.
@ornellaniyomwungere9474
@ornellaniyomwungere9474 9 ай бұрын
Ndemeranya na Gretta,nanj abo twakundana bose bategerezwa gushika muhira,ntawashikira kwibarabara kabisa.Nanj utinya gushika muhira nacambona ko utariwe
@ndihokubwayoaudace6352
@ndihokubwayoaudace6352 10 ай бұрын
Uwukuzi yaragutaye knd biraboneka uringare wewe uruwikirori gusa kwubaka ntavyushoboye nagato none wokwigishiki atacufise wabivuze neza umuntu atanga icafise wew ntarukundo ufise rero uwomwana tuvuge kwico azokwigirako arukwahukana? Niwaba warubatse na 2ans uwo mugabo yaraz kwubaka
@ireneiteriteka444
@ireneiteriteka444 11 ай бұрын
Waouuu uvuze amjambo meza yubak🙏🥰🥰
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 10 ай бұрын
Kumunota wa 42 ivyo wavuze wagomvye kwigovyora guko ntabwo mwogira marriage Imana itabizi kiretse muhisemwo gutwarana kubera murambiwe nubusambanyi murimwo
@CharlesRehani
@CharlesRehani 10 ай бұрын
Gretta ni mrembo kbsa❤
@NewPlacetv1
@NewPlacetv1 9 ай бұрын
Burya kwerekana umunezero hanze Arik mushitse mu rugo umwe aja mu cumba iwe, birababaje.
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 10 ай бұрын
Kumunota wa 42 ivyo wavuze wagomvye kwigovyora guko ntabwo mwogira marriage Imana itabizi kiretse muhisemwo gutwarana kubera murambiwe nubusambanyi murimwo
@noreenmugabo2038
@noreenmugabo2038 11 ай бұрын
Nkunda abarindi cyane ndi munya Rwanda 🇷🇼
@gracentirampeba604
@gracentirampeba604 11 ай бұрын
Natwe turabakunda kuko muri abavandimwe
@mercifulangel15
@mercifulangel15 10 ай бұрын
Nange nkunda abarundi cyane, abagenzi nagize b’abarundi ni abana beza cyane. Nkunda ukuntu bavuga ikirundi. Ariko uyu mu maman asa na first famille yo mu Rwanda, asa n’umwana wa Ange mukuru ukuntu.❤
@ArakazaNadine
@ArakazaNadine 6 ай бұрын
Vyza gretta knd utanzimpanuro kur besh cn imana iguhezagire cn
@willyndayizeye8992
@willyndayizeye8992 11 ай бұрын
Mwama muvuga ivya divorce umengo abantu ntibacubaka...wananiw uravga ATI je nananiw mwebw ingo sizanyu ba muratembera
@ericciza926
@ericciza926 11 ай бұрын
Nn uwo ni Gretta womukayanza yamara imodoka zimusamarira😂😂😂😂😂
@steve9010
@steve9010 10 ай бұрын
1:00:20 atayaronka ni bon?? 🤔🤔reka reka shaa
@godsgrace6820
@godsgrace6820 11 ай бұрын
j'aime pas juger kuko personne n'est à l'abri..... ariko ako kantu ko satan ashobora guhuza abantu je ne pense pas ko arivyo. à mon humble avis satan ntiyunga arasambura. na cane cane iyo mwahezagiwe. ico Imana yifatanirij ntawugitandukanya atari satan
@Muniraksu
@Muniraksu 5 ай бұрын
Kwishirahamwe, kwa mutama container.......
@laetitiaharushimana537
@laetitiaharushimana537 11 ай бұрын
Nabazungu bariyumvira divorcé ntibapfa kwahukana, birabafatira umwanya
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 11 ай бұрын
Gretta afise inoti Ayirusha umugabo rero nabagore bake ashobora kwemera amategeko yumugabo mugihe amusumvya inoti en plus umunwa wibuja
@raskobuja3150
@raskobuja3150 11 ай бұрын
Rahira🤣🤣🤣🤣 aho iyo nkuru nulva nshaka kuyimenya
@abdallahalhrbi3621
@abdallahalhrbi3621 11 ай бұрын
😂
@abdallahalhrbi3621
@abdallahalhrbi3621 11 ай бұрын
Ariko birazwi,ko abagabo mutemera ukuri...none uwo si madam mzungu? Kuva kera niwe fournisseur wiwe....
@plumbrandyniyonsaba
@plumbrandyniyonsaba 11 ай бұрын
​@@raskobuja3150 rekana na Babylon brother rasco mwubahwe you and your baby mother
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 11 ай бұрын
Ubundi murugowumva hakenewe amategeko canke hakenewe kumvikana,kuganira,nukubahana.
@Innocentciza
@Innocentciza 11 ай бұрын
Raba musuburane kabsa Rasko aracagukunda knd arakwubaha
@Muniraksu
@Muniraksu 5 ай бұрын
Ka Gleuuu ko mu gihosha, ivyo ubeshe vyishi nivyo. Muga usigaye mu kirere 🦋
@BoscoHatungimana-l6m
@BoscoHatungimana-l6m 11 ай бұрын
kubaka vyabakera nivyo bikwiye gufasha a ubu kuko kubaka kwabo nti ahukana abakobwa muze mwumviriza abakurambere
@irenemuhigirwa9329
@irenemuhigirwa9329 11 ай бұрын
Urugo ni umunezero Sha Gretta sukuba umu esclave w'umugabo canke wa famille y'umugabo! Ubuzima si umugabo
@GyneseHafashimana
@GyneseHafashimana 8 ай бұрын
So cute Gretta ur forte kbx Imana iguhezagire💗💗
@ornellaniyomwungere9474
@ornellaniyomwungere9474 9 ай бұрын
Vyinshi turabisa nukuri,nanj ntagakuku kabakobwa nagira
@mimie58
@mimie58 11 ай бұрын
Gretta merci pour tes conseils 😍😍
@MariusHavyarimana-yi9te
@MariusHavyarimana-yi9te 11 ай бұрын
None mukubito ko ukunda kuzana abananiwe n,ingo caane umenga ntazubatsw Neza uzana abananiwe gusa
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 8 ай бұрын
Umugabo nuwambere yaba numugore nuwambere Imana ibafashe gusubirana
@SAMSUNGA-ld1mt
@SAMSUNGA-ld1mt 11 ай бұрын
N'inquiète pas ma belle, Gretta on a étudié ensemble quartier 4 ngagara mais nous étions trop pétit, moi aussi j'ai divorcé, mais bientôt je veux faire une autre mariage .vraiment je suis désolé avec, et la vie c'est comme ça.
@ange-marie4559
@ange-marie4559 11 ай бұрын
Incabwenge vrmt❤❤❤ wubahwe Gretta uri forte gose
@ornellanamugisha7780
@ornellanamugisha7780 2 ай бұрын
Big up Gleeeeeuuuuu,ndagushigikiye shaàaaa
@ndayishimiyeelyse4125
@ndayishimiyeelyse4125 10 ай бұрын
Jew.sinunva.umunt.aha.ikiganiro.nkumunt.yigish.gusambur.henabo.ntajambo.bab.bakwiy
@dieudonnendayishimiye9631
@dieudonnendayishimiye9631 11 ай бұрын
Gaël nukuraba uhinyanyure we naw uboneke haboneka umushitsi gusa ntibiryoha cane
@KimanaSanta
@KimanaSanta 6 ай бұрын
Urimwiza Kandi urintore cane❤❤❤
@sabbaothmediatv6885
@sabbaothmediatv6885 11 ай бұрын
Courage ma bro❤️💪🇧🇮
@prudencebucumi208
@prudencebucumi208 10 ай бұрын
ivya scoutisme vyo vyibagirwe ntaco wahakuye.hama groupe warimwo iyo babona kuri umuntu w'ubuntu bari kuguha totem d'honneur nimba vyukuri watinya formation pysique.
@Agasobanuyemukinyarwanda-sy9xg
@Agasobanuyemukinyarwanda-sy9xg 11 ай бұрын
j numvirij uryamugabo ukoyishuy ahubw grett wari wabuz uwujako ngo nabagabo urons
@chrisdaymutakuryano3957
@chrisdaymutakuryano3957 11 ай бұрын
Courage sha ubuzima nubwawe❤
@gahunguarmand3645
@gahunguarmand3645 11 ай бұрын
ntimwari muberany uri aka grave Gretta urabizi NAD
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 11 ай бұрын
Na hora ndakwemera Rastaman uratanguye bimwe vya bwa bukobwa bwi Hosy wabuze abutumira bakanaro musaza ???
@iradukundaange-kessy5361
@iradukundaange-kessy5361 11 ай бұрын
Gretta icondamukundiye muri 42 gushika mur 43min nuko yemeye ko bishika akihenda, so rero aho tuvyigireho abatarakora mariage ntituzohave turwa mur erreurs, Donc Love it’s not enough , tugende gahoro tubanze dufatishe amasengesho tubaza IMANA ko arishaka ryayo, Kuko divorce burya sikintu kiryoshe and I even Gretta yabivuze, nukubaza God vrt when is the right time and the Right one.
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
Wapi wangu harya urugo na muhinga n Imana yonyene gusa twebw abakobw bubu umutima wokwihangana waravuye muri twebw beshi twibaza kurongorw nikuryoherw gusa ngukuntu uryoherw muri fiancell Ariko suko biri,bisaba umutima wokwihangan kuko mu rugo ubu giye gutegerw n umuntu mwahuye mukuze rero nimba na ww wahoro iwanyu batagutegega biragoye ko wihangana umugabo agutengeke
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 11 ай бұрын
Mwabantu urugo nukwitonda kandi ni chance pe.
@kellykaneza7865
@kellykaneza7865 11 ай бұрын
Ndagukunze cane Gretta ❤
@ndiyaigi7393
@ndiyaigi7393 10 ай бұрын
Uraciyubwenge
@KANYAMBOSandra
@KANYAMBOSandra 11 ай бұрын
Wouuuuu ntawundi avuga ukuri Gretta shahuuu Gaël ndaavy usabire numéro yiwe plz
@kapendezojefferson5752
@kapendezojefferson5752 10 ай бұрын
nukuri ufise ubwenge peee tres Jolie
@steve9010
@steve9010 10 ай бұрын
10:50 ukuntu atwenze aramwibutse😉
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 11 ай бұрын
Inguvu 2 mufise ni ugutwara inda no konsa ku bagore bavyubahiriza kuko abagore bamwe ntibagishaka konsa ,abagabo nabo ni ugutera inda naho ibindi twese twobishobora.
@NduwimanaJonas-n9x
@NduwimanaJonas-n9x 11 ай бұрын
𝐺𝑟𝑒𝑡𝑡𝑎 𝑤𝑎𝑟𝑖 𝑚𝑤𝑖𝑧𝑎 𝑘𝑤𝑙
БЕЛКА СЬЕЛА КОТЕНКА?#cat
00:13
Лайки Like
Рет қаралды 2,6 МЛН
Minecraft Creeper Family is back! #minecraft #funny #memes
00:26
Cute
00:16
Oyuncak Avı
Рет қаралды 12 МЛН
Do you choose Inside Out 2 or The Amazing World of Gumball? 🤔
00:19
Quiet Night: Deep Sleep Music with Black Screen - Fall Asleep with Ambient Music
3:05:46
БЕЛКА СЬЕЛА КОТЕНКА?#cat
00:13
Лайки Like
Рет қаралды 2,6 МЛН