Kweri kabisa Fanny waruberewe n'impuzu yari nziza ariko kuberako wibungenze uzogerageze kuza urambara impuzu zirekuye nih'umuvyeyi aberwa.imbanyi iryoshe uyambitse marinière.Gusa muratesa ndabakunda na chéri wawe❤
@dadaniyitungire6244Ай бұрын
Muratesa disi ❤❤🎉🎉🎉
@igabanezasablinciel4218Ай бұрын
Sha fani ndabon iyo mbanyi yawe harimwo umuhungu nukuri iman ikomez kukurind namagar mez ham mwaberew musa nez cyan mwubahwe ababon ko fanny yibungenz iyumuhungu amp like ham twimanukire
@YeudyrHeifjАй бұрын
Mwaryoshe aburundi🇧🇮 biwacu pee❤❤
@gacutimariefreddyne6419Ай бұрын
Faaaaaaa no mu Rwanda ng baaaaa hejuru caaaane African Tv imber cane mwiza