Bamwe muba Diaspora babeshuje

  Рет қаралды 16,847

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 104
@RichardEbbe
@RichardEbbe Ай бұрын
Je pense que les Burundais de la diaspora ne devraient pas rester à critiquer mais participer avec vos idees ,connaissances et expériences pour faire quitter votre pays du nombre de pays le plus pauvre du monde. Ça ne sert à rien de critiquer la pauvreté de votre papa. expériences
@Vision2300
@Vision2300 Ай бұрын
C'est en général les anti ndayishimiye evariste qui aiment critiquer sans jamais apporter quoique ce soit au pays ! Si tout le burundais pensait comme Fabrice Manirakiza au lieu de critiquer ou de faire le jeu du rwanda contre le burundi, le pays serait déjà très loin dans le développement
@ericmanirakiza8349
@ericmanirakiza8349 Ай бұрын
Franchement taux z'abarundi bimburakimazi mûri benshi !
@habonimamadesire6815
@habonimamadesire6815 Ай бұрын
Murabasi bigihugu, muvuga nabi pe
@BowazeMukeshimana
@BowazeMukeshimana Ай бұрын
Président wacu H G Evariste ndayishimiye ari kurugamba rwo kugwanya ubukene ni mureke inzigo none hari Aho weretswe ko uburundi buzokwama bukennye?
@hakizimanadieudonne6320
@hakizimanadieudonne6320 Ай бұрын
Murarush p non nimba yarabeshe bireke mureke kwirusha mumitwe
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 Ай бұрын
Ngo tuzorya kushika kumuhero wisi tukirya😂😂😂 Neva the legend 😂😂😂😂,
@JeaniniAhishakiye
@JeaniniAhishakiye Ай бұрын
Ni mureke kuturenzinduru
@AnacletTuyishemeze-tq3vy
@AnacletTuyishemeze-tq3vy Ай бұрын
Ayomajambo yanyu ntahumuriza.😂😂😂😂
@UWIKUNDIYIMANASamson-y1t
@UWIKUNDIYIMANASamson-y1t Ай бұрын
Murakarwa mumahanga
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn Ай бұрын
Muribuka ko ari kirogorogo 😢
@ericgahungu3902
@ericgahungu3902 Ай бұрын
Nakumiro 😂😂
@bigkeo7455
@bigkeo7455 Ай бұрын
Imana iriho Kandi ikunda uburindi
@desouza21875
@desouza21875 Ай бұрын
Turakumbuye abantu basukuye b'incabwege
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. Ай бұрын
Abarundi twabaye gt? Abo ba disparra baturenz induru sabarundi noe??nibaz bimbe cank bapime batwerek kuri terrain barek kuturenza induru Puuuu hoshi ⚠️Big salute kumu diaspora wa2 yavuz ivyubaka ❤
@estellaniyonzima3031
@estellaniyonzima3031 Ай бұрын
None nkubu tworindira tukavyemera tuzobona KO situation muburundi ihindutse ?
@MILK52899
@MILK52899 Ай бұрын
Mwebwe muri hanze reka kushira igihugu canyu hasi ahubwo teza imbere igihugu utariyo nta comments bakeneye
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. Ай бұрын
@@MILK52899 bafise iyindi mission😥birababaj wmt nashimye umu diaspo yavuz ubwakabiri birodyoshe kunegura ikintu uvuga uko cobohorwa nimiburiburi haba harimwo umutima wogukunda igihugu,nayabandi critiques gsa Sha ipuuu barakaaaaaa
@user-xf3ls6mu1w
@user-xf3ls6mu1w Ай бұрын
Muribibwa
@JeanLucNdayisenga-x3i
@JeanLucNdayisenga-x3i Ай бұрын
Nta mukuru w,igihugu yokwibeshera reka turindire
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 Ай бұрын
Erega aba diaspora s'abasesanguzi,n'abantu basanzwe hanyuma bubuye ubutare nibwimbwe,ivyo bavuze ko yavuze inzahabu sivyo harya bavuze coltan
@melancendekekubanza2958
@melancendekekubanza2958 Ай бұрын
Bashaka bigirwe ibanga kugira bazovyiyitirire, nimutureke dukore muzotubaze mubonye muri 2040 ihangiro rya mbere yabahaye ridashobotse.
@UWIKUNDIYIMANASamson-y1t
@UWIKUNDIYIMANASamson-y1t Ай бұрын
Nyarahiyo
@magasinweber6792
@magasinweber6792 Ай бұрын
Ese wowe wumva abazungu aribo babyize gusaaa
@yahayashuta9608
@yahayashuta9608 Ай бұрын
Whay the must Sall avocado out of the country whay?we don't what Lida like you
@BkrDjalo
@BkrDjalo Ай бұрын
Azohava bamwita gahanga wishwe niki
@tetasoso9581
@tetasoso9581 Ай бұрын
Ahubwo s nigute abazungu basize bahahishe Kandi hatuwe nabantu bafite amaso
@sylvestreniji
@sylvestreniji Ай бұрын
None nivyo ko hariho umurundi afise une plantation de 900 Hectares d’avocatiers? Si oui, elle dans quelle province?
@bricendayisenga40
@bricendayisenga40 Ай бұрын
Cankuzo
@jeanclaudesibomana7064
@jeanclaudesibomana7064 Ай бұрын
Bavuze 90 ha ntaco muba mushikuza kuko Aho hantu turahazi
@melancendekekubanza2958
@melancendekekubanza2958 Ай бұрын
Ni mukure induru mwibere ba birya gusa mwasize mu Burundi bubaka inzu z'utunyabugoro Ubu,mwogaruka n'iwanyu ntimwohamenya kuko harahindutse hubatse neza.
@ibrahimvyumvuhore2321
@ibrahimvyumvuhore2321 Ай бұрын
Nawel yagize ici abivuzeko mugisha ndagusavye mureke gutesha umitwe abarundi
@user-zp3ki3ek9d
@user-zp3ki3ek9d Ай бұрын
None gwasa niwe yoza ahindura ibinte nawene yoza akora nkabandi
@yvettekaneza4385
@yvettekaneza4385 Ай бұрын
Mbona umengo asa n,umuntu wumushingantahe ngira yogerageza ivy,amacakubiri yamoko nibaza KO yabihevye abamugirira nabi Ubu arababona
@BowazeMukeshimana
@BowazeMukeshimana Ай бұрын
Ja muvuga ivya gwasa mureke kuvuga ibidakenewe président wacu ariko agwanya ubukene biciye munzira zose
@JacquesVyizigiro
@JacquesVyizigiro Ай бұрын
Nne kl ababagabo bavuga nkabande kumenga ivyobavuga barabifitiye ubuhamya nibavuge make
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn Ай бұрын
Erega ninaco gituma bafashe indero bashira kubujuju budashoboka kugira nti dutere imbere hanyuma ivyo Never avuga wogira ariko aravota
@melancendekekubanza2958
@melancendekekubanza2958 Ай бұрын
Uwuvuga nkamwe n'uwudakunda uburundi n'abarundi, n'uwabuhunze nka mwe, mwumvise ko bugiye kumera neza bica bibarya munda, ni muturindire.
@franklukazula
@franklukazula Ай бұрын
Bishwe nintuntu mumahanga
@bjabdi6582
@bjabdi6582 Ай бұрын
None uyo Munyamutambu kwatamosoro?
@melancendekekubanza2958
@melancendekekubanza2958 Ай бұрын
Mwa bantu mwe ko mwumva ko uburundi bukenye mukaba mwarabuhunze, ninde muri mwebwe araturungikira moto pompe Kugira turonke amazi akwiye ? Pompe de refoulement ? Devises, ? ubuhinga bwo kwimba nickel ? Micombero ayivuga haheze igihe kingana gute? Ko mutigeze muvuga ko zari indoto yarose ?twovuga y'uko ata nickel uburundi bifide? Twatanguriye kuvyo mwononye none mubonye turiko turabikosora mutanguye intambara y'umunwa.
@GabrielNSENGIYUMVA-hv6ii
@GabrielNSENGIYUMVA-hv6ii Ай бұрын
Vangah nimw mubishoboy imvug mwenizo six zizotum igihug gter intambw.
@FabriceNshimirimana-t8w
@FabriceNshimirimana-t8w Ай бұрын
Mwe ntagihugu mukunda
@lieserebazombanza7004
@lieserebazombanza7004 Ай бұрын
Abo ba hungu baratwengej Nono mubabajwe nuko mukirundo habonets ibinogo vyafuriw naba koroni ...non ikidashobok nigiki..mubindi bihugu hoho ntibiboneka
@omerntiharirizwa2121
@omerntiharirizwa2121 Ай бұрын
Mutama abarundi nkabose baranyegeza ivyabo wewe kuvuga ivyo 'nyimba mwarabinyegeje birahinyutse nimwe muvuga igihugu ngonicanyuma none kuvuga umutahe amarika 'amadeni bafise niyo dufise ahubwo nimuze mufashe abasigaye ntibunyuruzwe buja iyo mubihugu vy'abazungu 'amabuye ni menshi gose kiretse ayo' erega ivyo nivyimvye ni stock
@jisilenechurweryimana5340
@jisilenechurweryimana5340 Ай бұрын
Mungi urikujuju cambele hamww nabobantu
@melancendekekubanza2958
@melancendekekubanza2958 Ай бұрын
Muta umunwa kuberiki ? Ni murindire muzovuge ar'uko mubonye vyanse.
@melancendekekubanza2958
@melancendekekubanza2958 Ай бұрын
Abo biyita ngo ni aba diaspora bavuga ivyo , nta kintu ciza bigeze bakorera uburundi n'abarundi kiretse ubwicanyi, ihonya bwoko coup d'état, kunyaga amatungo n'amatongo kuburagiza abaz'ubwenge kwiga, no kwiba Ama bulletin n'ama bourses yabana bacu bakaja kuyigirako . Abo rero , Ubu nibo biyita abanyabwenge.
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 Ай бұрын
Ndayishimiye is very dangerous, he is acting dumb to catch the smart one 😂😂
@MunezeroYves-hh7ei
@MunezeroYves-hh7ei Ай бұрын
Sweti mwabwamwe murimububirigi Muvuga ayiwany Atabuhar buhari ntibituraba😂😂
@MILK52899
@MILK52899 Ай бұрын
Ntamavoka atwicira isi
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 Ай бұрын
mbewakingunguwe ivyo uvugakundongozi,zacu ntiwobireka, kwatari ububenshi batwereke tubambone. abonibo bakoze kudeta bibri 2015 kandinawe wangigwa makuru,udahevye kugobagurika bizogukora,
@doudoumaduwamohsin1552
@doudoumaduwamohsin1552 Ай бұрын
Banza umenye kwandika....kutiga biragatsindwa😂
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 Ай бұрын
@@doudoumaduwamohsin1552 iyoba waruzi ahondi ntiwarikuvuga aho, nihomwihendera, amase yakera ntagihoma urutaro, twarafashe,ukinda ugaramye, wubamye umerara tugutware,ishavu ryibwa riherera mumurizo
@doudoumaduwamohsin1552
@doudoumaduwamohsin1552 Ай бұрын
@@joelnzeyimana7791 Sinogushavurira kuko umupfu ntiyinukira🤣
@FurahaMeckson
@FurahaMeckson Ай бұрын
None abo sibabandi bari gutegura Maandamano mugihugu they want to be the copy cats to Kenyans kandi niko babivuze ngo bashaka kuba nka Gen Z. Yo muri Kenya. Murapfuye bashaho! I just want peace. Ibindivyo nzovyironderera whether tugire ubutaka mugihugu or note, I still have to work for my mouth to be able to eat.
@MsNokia-b1i
@MsNokia-b1i Ай бұрын
Uricari idushi usabiriza ngo ngiyo Lumicachi urarushr nukuri abo Bose nibafunge ayo mawese yabo NGO nubumwa sinunca ivyo abari bavuga ariko Aho ikindi gihungu covuga ko cubuye imari mwogi dingiza🖕🖕🖕🖕🖕🖕🖕🖕🖕🖕🖕
@MussaHermes
@MussaHermes Ай бұрын
Ntitubahako murahumba ubuhinga bwogucukura turabwifitiye amasoko tuzoyarondera abadage nabo nibigumire iwabo .ubuhinga turabwifitiye.
@renechrissibomana2277
@renechrissibomana2277 Ай бұрын
😂😂nukuri ngo Abadagi biki😂😂
@RoseNijimbere
@RoseNijimbere Ай бұрын
WE ntamakurufise,ubutware burahari .mwebwe muvugir'abazungu babuduhishije,none hamwe uburundi budafise ubutware abazungu bavuye iburaya marimari no muburundi boba baje gukora iki muburundi?
@BowazeMukeshimana
@BowazeMukeshimana Ай бұрын
None niyaba yarabeshe ariwe afise urukiza gwaabarundi mwebwe bibbaje kwiki?
@Yemwe
@Yemwe Ай бұрын
Ariko ncuti yanje baca umugani mu kirundi bâti : « Ni uwutagowe aragoresha. » Mwebwe ntimwumvako bene wacu bafise ikibazo 😢 Biteye agahinda kwibeshera ni umuvumo ku barundi😢 reka bavuge bidoge ntibizobura ico bihindura👍
@niboy7886
@niboy7886 Ай бұрын
Ingorane nuko mwahunze kuk nivyomwategerezwa kuvuga ikibazo nico nyen
@thomasaction5511
@thomasaction5511 Ай бұрын
Jewe ndibaza ko imana ifise umuganbi kuburundi rekatwizere ko uBurundi butazoguma mubukene
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih Ай бұрын
Birya ntibibaho twovuga kobakoz calcul mental? Kubintu bingana kurya kose? Kkk
@gregoirentirampeba3308
@gregoirentirampeba3308 Ай бұрын
Bandanya mutwitangira mukutumesha amakuru atarikwivumbi
@user-zz4vo8ms1r
@user-zz4vo8ms1r Ай бұрын
Burya nububeshibwinsh Nukugirabaronkivyobabesha Abenegihugu kukoturikotuza Mumatora Muratubariza bumwe'mayondor Yashora ahoyaherey?ahonihoharikibaz Wewenyene Yavuzekwatanigikorot Cinjiyemuburundi Ivyonivyovyibigitangaz?
@user-sr6bn3vx7p
@user-sr6bn3vx7p Ай бұрын
Abobagumya bondo bazokwuzura Ivu mpa bapomporotse
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn Ай бұрын
Nigute umuntu aja kuri space
@SamuelNkurunziza-ql4xv
@SamuelNkurunziza-ql4xv Ай бұрын
Imburakimazi
@yahayashuta9608
@yahayashuta9608 Ай бұрын
Burundiano stop speaking French because the French the never do anything to the burundiano,but you there speaking parara parara it's not nice we need to start with this French people the must goo please
@leopoldsindayigaya8878
@leopoldsindayigaya8878 Ай бұрын
None mbwebwe muri abrundi
@NiehajnafLwedza
@NiehajnafLwedza Ай бұрын
Habuze ingabire zindi ariko y' ubukomediye turinayo
@AimableSamabla-c5l
@AimableSamabla-c5l Ай бұрын
Toka k mwiberey hanz mwobur uburof muvug tok
@user-hg5vv4yz3n
@user-hg5vv4yz3n Ай бұрын
Ubundi ntabwarbyo kugaya igihecyosi konawuvuze ibyo utarapima
@ShabanNdikumana
@ShabanNdikumana Ай бұрын
Nn mwashaka babibeshuze
@ericgahungu3902
@ericgahungu3902 Ай бұрын
Neva aba yaborewe 😂😂😂
@RoseNijimbere
@RoseNijimbere Ай бұрын
Wewe wagiye mukorera abazungu urumuja wabo,none kubihakana warahageze urabwimba urabubura nanyuma uboneraho kumubeshuza?
@doudoumaduwamohsin1552
@doudoumaduwamohsin1552 Ай бұрын
Wewe vyemere ata bwenge ugira
@ClaverNAHABANDI
@ClaverNAHABANDI Ай бұрын
Mugabo urabesha iyowamuka
@Elysixpro
@Elysixpro Ай бұрын
Rindira muzobona ko arukuri
@user-qg5gl6ok6f
@user-qg5gl6ok6f Ай бұрын
Reka kwibabaza turarushe
@user-qg5gl6ok6f
@user-qg5gl6ok6f Ай бұрын
E CO Fo😅😅
@fobty2872
@fobty2872 Ай бұрын
Nta gihugu gitunze ubutare kwisi gusumba DRC, turabona iterambere ryayo🤔. Mu Burundi ubutare nubu burahari kandi buragurishwa mugabo ntama dollars tubona yinjira. Mugihe tugifise intwaro mbi nkiyo ihari, ntanakimwe dushobora kwizera gishibora guteze imbere uburundi. Naho ejo hoboneka igitangaza cubutare. Vyose bipfira mu ntwaro mbi yubusuma dufise.
@user-qy3os3te7j
@user-qy3os3te7j Ай бұрын
Uvuze ukuri nyakwo
@yvettekaneza4385
@yvettekaneza4385 Ай бұрын
Uvuze Neza cane nubu igihugu gikenye Kubera gitwarwa nibisuma gusa
@MILK52899
@MILK52899 Ай бұрын
Mwebwe icara ngaho turabeko ubutare yuko butariho kuko twabonye abanyabwenge babitoye rindira murabe yuko bitarimwo
@MenardNiyokindi
@MenardNiyokindi Ай бұрын
Jewe ndumva harabantu barimukwicwa nakabnge umuntu yumvirije ivyo bavuga
@MenardNiyokindi
@MenardNiyokindi Ай бұрын
Kubwanyu kugira igihugu cacu gikire,kizokizwa namajambo canke ibikorwa?
@user-xc5fd2ve5r
@user-xc5fd2ve5r Ай бұрын
Umuswaganyi niwewe sweranyoko
@zilfajanet1119
@zilfajanet1119 Ай бұрын
❤❤❤❤
@user-ly5cv8gl7d
@user-ly5cv8gl7d Ай бұрын
Nubwobiruko ubutare buriho ntimubeshe
@MenardNiyokindi
@MenardNiyokindi Ай бұрын
None iyo chaîne yokiza igihugu ata muntu numwe agisigaye muburundi
@RoseAleose
@RoseAleose Ай бұрын
Oy ntamunt arimw aragaragar
@ThomasBukuru-hj6ly
@ThomasBukuru-hj6ly Ай бұрын
None, nimba atarivyo , ko numva umengo abari kuri micro Bose mufise umubabaro, none mwonezerwa nukwumva Yuko ivyo présida yavuze atarivyo?vous êtes une honte pour la nation burundaise. Mbega naho mwoba mwanka cndd fdd, ntimwokwifuriza basi ivyiza igihugu canyu? Umengo bibayevyo mwoba mugowe. Biboneka Yuko mwebwe mwari mubizi, ahubwo mubabajwe nuko bimenyekanye. Voilà igituma hariho nabatigera nipfuza Yuko igihugu cacu coronka amahoro. Ubu Lero muzosubira gutoritiro mwumvise Yuko atarivyo. Imana nibagirire ikigongwe, ibahe amahoro kuko murayakeneye cane, kandi pôle Sana. Ntimurindire, mambo bado.
@PascalNzoyikeza-gb1rj
@PascalNzoyikeza-gb1rj Ай бұрын
Murakoze cne kuduha umuco batama bacu.
@user-zp3ki3ek9d
@user-zp3ki3ek9d Ай бұрын
Abarundi turarushe kwere
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn Ай бұрын
Ico nobabwira abagumyabondo ntaco igihugu kizoronka bagitwara
@user-hg5vv4yz3n
@user-hg5vv4yz3n Ай бұрын
Oya jyewe ndumuhinga mubutare ntawabihakana ununyene Kandi harabahinga bazatubwira kugira tumenyukuri kurayo mabuye nukuri kuzamenyekana.
@user-qg5gl6ok6f
@user-qg5gl6ok6f Ай бұрын
Erega izo sazi n'imisiba ni mwebwe😢
@WozaMan-eo7wg
@WozaMan-eo7wg Ай бұрын
ngumukulu wigihugu alakomeye wapi urya nivuvuzela mufise siyo raisi wa nnchi yule mbwa tu
@wellarsmukezamfura3160
@wellarsmukezamfura3160 Ай бұрын
Pensez-vous que vous êtes surdoués 😂!? Eka ton dieu nyene!😅😮 twebwe nimutureke ɓasha, muzotangara! Urakoze médiocrité, itakambire iyuri ino turahabona, turi kwivola, ... ngo urashavuye, hahahaha, warunywera iki? Nimuvyiyamirize rero, mugabo Imana mwebwe yaramaze kubakurako intoke! Ndababwire, nyamba hari umuntu akomeye tuzi numukuru wigihugu,kandi murabibona namwe, eka muranabizi.
@MugishaAuxane
@MugishaAuxane Ай бұрын
Donc umuntu anabigwa nukurongora Igihugu muri mandat yiw yambere , none ubu muranetej ngo mubesh abanyagihugu ngo hariho amatungo aje muzi neza ko Atarivyo kugira yongere atware iyindi mandat muzi neza ko ataco ashobote ! Donc muzi ko muri incabwenge mwohenda abarundi 12 million ? Sha iyo muva muri ibijuju kwibaza ko mufis ubwenge bwokubesha mwarabuz ubwo gutwara. Imera ko vyanse mubise abandi nibwo butungane , mureke kwica Igihugu , harya Imana niyo yabans, biroroshe kwiba ingoma ariko hagoye Aho uyivugiriza
@sylvestreniji
@sylvestreniji Ай бұрын
None nivyo ko hariho umurundi afise une plantation de 900 Hectares d’avocatiers? Si oui, elle dans quelle province?
Sigma Girl Pizza #funny #memes #comedy
00:14
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 1,9 МЛН
GTA 5 vs GTA San Andreas Doctors🥼🚑
00:57
Xzit Thamer
Рет қаралды 27 МЛН
The CUTEST flower girl on YouTube (2019-2024)
00:10
Hungry FAM
Рет қаралды 43 МЛН
Sigma Girl Pizza #funny #memes #comedy
00:14
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 1,9 МЛН