Kumbe ikikiganiro kirangiruku!!?😂😂😂😂😂ndasanzaye, uy mu diapora arakagukoze, yemwe urangoroyimbavu raou😂😂😂😂😂hosy mbwirira raoul ko ndamukunda kubi but ibintu agira cnk se avuga
@nahimanaaline746225 күн бұрын
Icongereza weeee
@dinadispinanininahazwe8153Ай бұрын
Hello Hozy n'aba fans bawe. N'ukuri ndafana cane Siren vibes ariko iki kiganiro cotuma abagenzi bahebana kuko kubesha umukunzi/umugenzi wawe si vyiza na gato. Ibaze nk'urya wo mu Rwanda canke abandi ingene bari bavuze irivuye kumutima hama ukumva ngo ni mensonge. Mworaba ingene mugikenyura. I love you so much kuko narababwiyeko munduhura❤❤
Yoooo ndabayuwamber maman chr twaridukumbuy bit hot 😂😂😂😂😂 rekamfatagatebe
@annyhervillaagatore8243Ай бұрын
Iyiiioooh Raoul nukr😂😂🤣ng your enveloppe 🤭oe kobirangiye ugomba ushwane🤭😂🤣🤣🤣
@GenevièveNijimbere-l3yАй бұрын
Hosy laoul turamukeneye kenshi pe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@elsairimbabazi1720Ай бұрын
ibaze ko anglais a déjà quitté la personne🤣😂🤣😂😂 eeeeeeh la confiaaaaaanceeee wesh
@inabezachanelle3745Ай бұрын
Ikiganiro cari gitesa saana merci pour la bonne émission 🥰🥰
@elviscarelmugisha5948Ай бұрын
Hosy yagitoye ikibazo uwa créé imidoka yayigiy kuyiw kuko c lui qui a créé il doit faire des essais ko ivyo yakoz ko ari bn then ashirekwisoko yigishe abandi🎉🎉 Roul keep it up... hejuru turakwemera
Hosy wamubwiye arondere iyindi prank yumubwira instead wewe niwe warikoyirondera come on c’est lui l’invité😅 ubu un peu professionalisme s’il vous plaît😊 anyways I’m a big fun 👌
@ndikumanadeliciaАй бұрын
😅😅😅😅😅😅😅
@Fatuf4951Ай бұрын
😂😂😂😂
@DarieEllaCurinkaАй бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@euphrasiendagijimana6841Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 yooooh Muranyishe pe 😂😂😂😂
@laurasandraishaka4882Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@konakunzeornella3164Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@DianeNSANIMFURAАй бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😢😢😢😢😢
@igorhabarugiraАй бұрын
Hhhhhhhhhhh
@havefun846Ай бұрын
Kuki mwigana abandi🤦🏽turaz ko wabibony kuri elle magazine