BUJA CITY PLZA | ONE AFRICA INVESTMENT FUND | Update #1 | By Fablice MANIRAKIZA

  Рет қаралды 11,946

FABSVISION TV

FABSVISION TV

Күн бұрын

Пікірлер: 86
@botchenjohnbosco1933
@botchenjohnbosco1933 2 ай бұрын
Wirambir Mutam Fablice, turagusenger Iman ibandany ikuzigam 🎉
@B-Y-N
@B-Y-N 2 ай бұрын
Imana iguhezagire igukomeze yegeze kure abasi bawe 👏👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒
@smartnahodha6578
@smartnahodha6578 2 ай бұрын
Nakubonyecane
@ANGEJEMUMU024
@ANGEJEMUMU024 2 ай бұрын
Tera intambwe muja imbere cane 🎉🎉🎉 Muri umugisha wacu 🎉🎉🎉 By Jeremiah Burundian man ❤
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 2 ай бұрын
We love you so much 💓 💗 ❤️ 💖 💜 Transform Burundi kuy indi mpwemu idasanzwe ❤❤❤🎉🎉
@julius875
@julius875 2 ай бұрын
Ndakwemera bro iyo wiyemeje ikintu you it sure , coursge
@Choralestaugustinmunyinya2023
@Choralestaugustinmunyinya2023 2 ай бұрын
Imana ikuje imbere mwubahwa Fablice
@caramamttv
@caramamttv 2 ай бұрын
Kabisa mr m’y président niko nkunze kukwita..Fabrice nzopfe imbere yawe urakunda uburundi imana iguhe imyaka myinshi
@Nikiza.Bellansine
@Nikiza.Bellansine 2 ай бұрын
Ahabancibuburundi baramubona ariko dufisimana
@SallmaXg
@SallmaXg 2 ай бұрын
​@@Nikiza.BellansineEgooo kabisa Imana imuje imbere
@jeanmarieciza2262
@jeanmarieciza2262 2 ай бұрын
Wirambir Muvyey wabarund nuburund Cungu yacu
@DavidMrisho-km2iz
@DavidMrisho-km2iz 2 ай бұрын
Hongera sana mwamba Kwa kazi nzuri tunakuamini utatufikisha pazuri big up sana
@Burundianonmap
@Burundianonmap 2 ай бұрын
Keep it up Bro Proud of u man
@treasurestudio9683
@treasurestudio9683 2 ай бұрын
Raba akon yavuze kubaka city ariko fablic ayubaka muminota❤❤💥🔥🔥🔥
@KasendrLukadi-pj7xy
@KasendrLukadi-pj7xy 2 ай бұрын
Je crois qu'on allait donné à ce monsieur le stade.prince Louis rwagasore.aussi pour qu'il puisse continuer là-bas
@fistonnzeyimana3854
@fistonnzeyimana3854 2 ай бұрын
Big up fab Together we can; proud of being Burundian.
@emelynecimpaye967
@emelynecimpaye967 2 ай бұрын
Irambire ,Imana igume ikwongerereza ubwenge ugume usonga mbere.
@elvisnizigama3099
@elvisnizigama3099 2 ай бұрын
Imana ibandanye igukoresha ibikomeye
@emelynecimpaye967
@emelynecimpaye967 2 ай бұрын
Imana yakuduhaye ikudutungire.,igukomereze ubwenge .
@EricNduwimana-w8u
@EricNduwimana-w8u 2 ай бұрын
Abakenewe muburundi ni nkawe much respect Bro
@EddieNdayisenga
@EddieNdayisenga 2 ай бұрын
Good job brother imana ukujimbere murivyose
@emelynecimpaye967
@emelynecimpaye967 2 ай бұрын
Imana ikomeze iguhezagire. Urakunda abarundi .
@rebeccantanyungu6314
@rebeccantanyungu6314 2 ай бұрын
Fablice,uri Mose Imana yahaye abarundi kugirango isohoze amasezerano yasezeraniye abarundi.Abakurwanya ntaco bazoshikako,umwanya baronse wabaye uwo gutyoza igihugu bibereye mu mahanga kugirango baronke ivyo bashira mu nda zabo.Ariko umuntu aheza kugoka ibigori bikera.Aho buca amasezerano asohozwa n'umu jeune nka Fablice abahumure bazovyifatamwo gute?Ico babera ciza bomushigikira kuko abakurambere tuzokwama tubakeneye.Abashitse hanze na boba bafise ubwene gihugu kuba Imana yaremeyeko bavukira mu burundi ntiyari yibeshe.Yarabakunze ntibabimenya
@martialhariyongabo9194
@martialhariyongabo9194 2 ай бұрын
Ntibishoboka umuntu nkuyu ntashobora kuba umurundi ❤❤
@FabiolaNsabimana-w2h
@FabiolaNsabimana-w2h 2 ай бұрын
Igihe c'Imana iyo kigeze imodoka yogenda itagira igitoro.iki Nico gihe Imana igire ikore kumuvuduko udasanzwe baravana namarori umwe wese yambaye.Imana irinde uburundi n'abarundi,nabo yahagurukiye kuyikorera ivyo bikogwa.akarinyuma karahinda,uwapfuye yarihuse
@NiyimubonaJmarie
@NiyimubonaJmarie 2 ай бұрын
Fabrice urimpano twironkeye muburundi tukurinyuma urashigikiwe
@LéandreHarerimana
@LéandreHarerimana 18 күн бұрын
Ni vyiza cane
@LameckNgabo
@LameckNgabo 2 ай бұрын
Na yakuduhaye ikudutungire❤❤❤❤
@NishimweDivin
@NishimweDivin 2 ай бұрын
Let spirit of protection and provision be with you
@emelynecimpaye967
@emelynecimpaye967 2 ай бұрын
Ndabakanguriye kugura imitahe mwese mwinjire muvyunguka Kaze kaze
@EvelyneMiburo-r3y
@EvelyneMiburo-r3y Ай бұрын
❤❤❤❤
@M.GOGO741
@M.GOGO741 2 ай бұрын
Komer mwubahw ahomuri hos lmana ishishikar kubongererez ubweng
@dj_clover257
@dj_clover257 2 ай бұрын
Nice.
@uwimanaestere9347
@uwimanaestere9347 2 ай бұрын
Vub ndabon nzotangur guhembwa❤❤❤❤😂😂
@fredericnshimirimana8014
@fredericnshimirimana8014 2 ай бұрын
Bandaniriza aho,natwe tugume tuzana imitahe tugume twiyungukira.Uwusigara inyuma azoba ahomvye.Iyo soko ndashaka kuyigendagendamwo,nongere ndayisumiremwo.Fabi warakoze cane,tukuri inyuma
@jilienemiburo1488
@jilienemiburo1488 2 ай бұрын
Ndasabye tuzovugane 🙏
@Pajonice
@Pajonice 2 ай бұрын
Yesaaa yesaaa
@NiyubahweElysé-v5n
@NiyubahweElysé-v5n 2 ай бұрын
Ndabona ibintu bigeze kupwemu idasanzwe kbx..nikumuvuduko jewe turikumwe 5/5,,Imana ikutuzigamire kbx.
@PROKINGOFFICIAL-ey8pz
@PROKINGOFFICIAL-ey8pz 2 ай бұрын
Turinyuma yawe brooo tubuze inoti tuzobasengera kugirango Ico mwipfuza gukorera uburundi nogufasha uburundi natwe abarundi bize bigend nezaa
@lionelkatihabwa7320
@lionelkatihabwa7320 2 ай бұрын
Keep shining legend❤
@habumugishaterry6543
@habumugishaterry6543 2 ай бұрын
Imana idushoboze kwubaka iguhugucacu
@NIYIRAGIRANepomscene
@NIYIRAGIRANepomscene 2 ай бұрын
Komera mutama, Imana ikutuzigamire Kweli.
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 2 ай бұрын
🙌🙌🙌
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 ай бұрын
Fabrince oyeeeeee❤❤❤❤❤
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 2 ай бұрын
Igihugu cacu Imitahe yacu vuba ndongereza imitahe mfise ihangiro ryokugura 20
@AssouNoordeen
@AssouNoordeen 2 ай бұрын
Komera bro!
@smartnahodha6578
@smartnahodha6578 2 ай бұрын
Nezacan mutama
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 2 ай бұрын
Natwe tutarariha nukuri umugambi turawumva cane vuba turashimwo inoti.
@emmanuelndayegamiye3857
@emmanuelndayegamiye3857 2 ай бұрын
Kubwanje ndabona ukwiye gushak abagucungira ubuzima kuko Beshi ntibishimira ibikorwa uriko ukora. So mujimbere nk'umuzingaaa
@JeanboscoNzoyihaya
@JeanboscoNzoyihaya 2 ай бұрын
Proud of you
@jeanettenday9732
@jeanettenday9732 2 ай бұрын
God bless you
@bizindesamuel8928
@bizindesamuel8928 2 ай бұрын
Imana ibandanye ibaja imbere mubikorwa vyo kwugurura amaso y'abarundi niko novyita kuko biranze cane ivyo muruko mukorera igihugu cacu
@Rahima-z5h
@Rahima-z5h 2 ай бұрын
Iterambere muburundi mukomere.
@ClementineAmisa
@ClementineAmisa 2 ай бұрын
❤💯🌃
@YusufSudi
@YusufSudi 2 ай бұрын
Fablice Fablice Fablice ukora ibikora Inka komera ku muheto
@niyongabochretien2171
@niyongabochretien2171 2 ай бұрын
Turikumwe Mumitahe
@BizaGilbert
@BizaGilbert 2 ай бұрын
Uyu ni nehemiya wacu yubaka inzitiro ziyerusalemu Zar zarasenyutse 🇿🇲🫶🇧🇮🤼🙏
@venantndereyimana3666
@venantndereyimana3666 2 ай бұрын
Turi inyuma yawe nukuguma dushiramwo imitahe
@jean-claudemixos4428
@jean-claudemixos4428 2 ай бұрын
Turikumwe twese birashoboka
@Gilos-l5e
@Gilos-l5e 2 ай бұрын
Komera turi inyuma yawe
@AmbitiousTheo
@AmbitiousTheo 2 ай бұрын
Include Basketball arena 🙌🏾🏀
@DamaAslan
@DamaAslan 2 ай бұрын
@manasseninteretse8510
@manasseninteretse8510 2 ай бұрын
Ntama parking ya undercover arimwo!??
@ndayizeyebella5780
@ndayizeyebella5780 2 ай бұрын
Komera mutama
@emelynecimpaye967
@emelynecimpaye967 2 ай бұрын
Ikigega cabose twitezimbere ,turikumwe twese birashoboka.
@ElvinNijimbere
@ElvinNijimbere 2 ай бұрын
Turakeneye Details kuri One Africa Investment Fund!
@songamberetv2219
@songamberetv2219 2 ай бұрын
❤🎉🎉
@oseendayi5046
@oseendayi5046 2 ай бұрын
If someone don’t know how this investment work how can he or she get more information about it
@Burundistartv
@Burundistartv 2 ай бұрын
Gusa mwubake iyakarorero ndende mwubahwe
@LarissaAkimana
@LarissaAkimana 2 ай бұрын
Niyo nindende
@charleskwizera2358
@charleskwizera2358 2 ай бұрын
Turiko twegerany imitah musaza vuba turayajan mur bancobu
@EdouardNduwayezu
@EdouardNduwayezu 2 ай бұрын
Nukur wewe imana yakuremye igufiseko umugambi Uri nkadawudi wew
@FrankeIgiraneza
@FrankeIgiraneza 2 ай бұрын
Komera cane
@AimeBIMENYIMANA-l9z
@AimeBIMENYIMANA-l9z 2 ай бұрын
Nuko lmana isumbingabo bundi bwo barwankaburundi bakuriza ijisho ariko rema guma kuko i irikumwe nawe
@MitimidacyaMitimidacya
@MitimidacyaMitimidacya 2 ай бұрын
Wa,musore we!!! Ntabwo usanzwe pe!!!! Nubwo nta ntwali ibarwa ikiriho!!! Wowe,uri inkwali,ndabisubiremo uri Inkwali!!! Ibi ntawigeze no kundoto abirota!!!!
@negatifj1582
@negatifj1582 2 ай бұрын
Tera imbere mutam.
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 2 ай бұрын
Jewe nkeneye commentaire ya sinduhije gusa nigire kuryana.
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 2 ай бұрын
😂😂😂urya muhungu aragoye
@songamberetv2219
@songamberetv2219 2 ай бұрын
😂😂
@CharlesBukuru-u2e
@CharlesBukuru-u2e 2 ай бұрын
Hahaha Kuvyiza vyigihugu ntibabonek babonek hageze mubibi gusa
@tk23852
@tk23852 29 күн бұрын
kzbin.info/www/bejne/ooGbqnudfNOaq80
@caramamttv
@caramamttv 2 ай бұрын
Kabisa mr m’y président niko nkunze kukwita..Fabrice nzopfe imbere yawe urakunda uburundi imana iguhe imyaka myinshi
@dushimeterry
@dushimeterry 2 ай бұрын
@IsaacNsengiyunva-yc6vy
@IsaacNsengiyunva-yc6vy 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@AvitHavyarimana
@AvitHavyarimana 2 ай бұрын
«Жат бауыр» телехикаясы І 30 - бөлім | Соңғы бөлім
52:59
Qazaqstan TV / Қазақстан Ұлттық Арнасы
Рет қаралды 340 М.
Every team from the Bracket Buster! Who ya got? 😏
0:53
FailArmy Shorts
Рет қаралды 13 МЛН
Air Sigma Girl #sigma
0:32
Jin and Hattie
Рет қаралды 45 МЛН
How Cheap is Buying Real Estate in Rwanda?
18:33
Steven Ndukwu
Рет қаралды 262 М.
Fablice MANIRAKIZA | DOCUMENTARY | INKURU Y'UBUZIMA ( #1 )
25:17
FABSVISION TV
Рет қаралды 14 М.
«Жат бауыр» телехикаясы І 30 - бөлім | Соңғы бөлім
52:59
Qazaqstan TV / Қазақстан Ұлттық Арнасы
Рет қаралды 340 М.