Fanny Lavine na Abel ukuri kwabo bagushize ahabona|Ivyo bapfa vyose nuko Abel.|Ingeso yatumye agenda

  Рет қаралды 6,421

Bujahit Tv

Bujahit Tv

2 жыл бұрын

Ufise icubaza : +257 68 051 919
Ushobora kuraba #Nobela uciye kuriyi link munsi :
• Nobela Episode 1 Seaso...

Пікірлер: 81
@BujahitTv
@BujahitTv 2 жыл бұрын
Ufise icubaza canke uterera : +257 68 051 919 N.B . Zikora kuri Whatsap gusa Ntiwibahire kugira Subscribe kugira uzuraba uwambere ukurikirana ibiganiro vyacu. Turabakunda kzbin.infovideos
@renovambonihankuye1139
@renovambonihankuye1139 2 жыл бұрын
Ibikogwa bikenewe mugabanye amajambo yokutunvikana
@user-hp5cl3qq9l
@user-hp5cl3qq9l 2 жыл бұрын
@@renovambonihankuye1139 hffugkjg
@musanabaganwabelso2901
@musanabaganwabelso2901 2 жыл бұрын
Vrt vrt ari romantic trooo
@anitanahimana2115
@anitanahimana2115 2 жыл бұрын
Jewe. Dumufan. Wa fanny. Ravin. Ndashaka. Nomero. Ziwe.
@darcybrilliantdushime6513
@darcybrilliantdushime6513 2 жыл бұрын
Mwakoze kutuzanira Libert Afisumwete azoshika kure Respect Sana
@igiranezanadege5440
@igiranezanadege5440 2 жыл бұрын
Libert,un homme très intelligent courage vrmt
@bashelly2268
@bashelly2268 2 жыл бұрын
Ivyobintu Abel na lavine nibabivemwo.kuko biratuma natwe turek kuraba film zanyu.korakazi murek amajambo
@uwamahorojoselyne1328
@uwamahorojoselyne1328 2 жыл бұрын
Bonni ndagusavye uzoturonderere umugore wa RIBTi
@bbbeocella8856
@bbbeocella8856 2 жыл бұрын
Libert uvuze ukuri nkumuntu akuze pe
@cyriaquesindayihebura7449
@cyriaquesindayihebura7449 2 жыл бұрын
Libert uravuga ntuvura turakwemera mwiza urumukinyi abishoboye
@user-kd4qr2iq7t
@user-kd4qr2iq7t 2 жыл бұрын
Muvuzenezacan
@joleal7941
@joleal7941 2 жыл бұрын
Libert uvuze ukuri
@philosedouardo4805
@philosedouardo4805 2 жыл бұрын
Stp mudushirieko Épisode ya 6 kuri NSORO THE HEROS
@jackharerimana9550
@jackharerimana9550 2 жыл бұрын
Mukomere cane kandi courrage
@diellairahoza4259
@diellairahoza4259 Жыл бұрын
Libert ndakwemeye uraciy ubwenge.ibintu vyos uvyishurana ubwenge n'ibintu vy'insaku ntubijako
@lemondeactuel8418
@lemondeactuel8418 2 жыл бұрын
Libert wubahwe ndakunda ukuntu ukina kabisa
@karmabvhg2118
@karmabvhg2118 2 жыл бұрын
Ribe urashoboye
@ndizeyechantal6543
@ndizeyechantal6543 2 жыл бұрын
umusore nkunda cane akina filme neza
@malekahmm7502
@malekahmm7502 2 жыл бұрын
Fani yanse kuba iryarya none umu amaze kukuzunguruka amadiri wamubwira ikintu ukacumva hanze none uwomuntu mwoguma mukwegana mushaka iki?ahubwo fani ndamushigikiye 100% umuntu umaze kubonako imico yiwe niyawe bitajanyr shira kure amenye ivyiwe nawe umenye ivyawe.aho uba wikingiye runini cane
@jeanclaudeofficial9653
@jeanclaudeofficial9653 2 жыл бұрын
Libert yubahwe ndamufana
@Sdfggg3243
@Sdfggg3243 2 жыл бұрын
namutwereke umudamuwiwe
@karmabvhg2118
@karmabvhg2118 2 жыл бұрын
Uranabishoboye
@kennyniyonkuru6725
@kennyniyonkuru6725 2 жыл бұрын
Raba muduh épisode 6 nsoro
@mwaminiomar185
@mwaminiomar185 2 жыл бұрын
Kabisa ivyo Ribert avuze bibaho pe
@ndizeyechantal6543
@ndizeyechantal6543 2 жыл бұрын
nanje naravyiyumviriye biryukora uzobigirire umukunzi Wawe urumuhizi
@Maryam-hl7hk
@Maryam-hl7hk 2 жыл бұрын
Nsoro ndakwikudira wawa kuraje
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 2 жыл бұрын
Murakoze Libath nanje ndamwera sana kuko ari très sérieux mugukina
@user-lc2qc8pd5o
@user-lc2qc8pd5o 2 жыл бұрын
😄😄😄😄😄 journaliste ako kantu ka like uguma uvuga ni comment ?
@user-so5zf8sc3v
@user-so5zf8sc3v 2 жыл бұрын
Libert ndagkund uvyumv asha inbx svp
@imlovely8398
@imlovely8398 2 жыл бұрын
Nice💕💕wakoze kutuzanira libert kabisa dukeneye ibintu vyiza ,apana gufukurana mu maso yacu
@ndimlyne1372
@ndimlyne1372 2 жыл бұрын
Vyiza cane uractinga neza.naramybonye umugir wiwe nicuki pe.kandi afise ikibondo ciza.
@irakozeyvonne435
@irakozeyvonne435 2 жыл бұрын
Libert uvuzukuri nkumugabo kbsa
@theopistendayizeye4889
@theopistendayizeye4889 Жыл бұрын
Libert tumukeneye buri musi kuko adukorera vyiza
@asifiwedaniel4815
@asifiwedaniel4815 2 жыл бұрын
Libert much appreciate..!!
@joselynendacayi8349
@joselynendacayi8349 2 жыл бұрын
Libert utanze inyushu nziza cane bahuzwa nakazi singobwa ngo bagume bakora filme zose umwe ashobora gusohora iyabonako umwe muriboatoyikinamwo kandi birumvikana
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 2 жыл бұрын
Mwubahwe
@iradukundamike5370
@iradukundamike5370 2 жыл бұрын
Abanye ngz tumenyane
@trinitensengiyumva8090
@trinitensengiyumva8090 2 жыл бұрын
Non uinyiki KO bamucisha ngah kandi wubatse. Sivyiza kwihish icuri bibi
@anitanahimana2115
@anitanahimana2115 2 жыл бұрын
Nivyo. Nyene. Kabisa. Bafuye. Ubusambanye. Ntakindi. Fanny. Ni mwiza. Tu
@user-hk4oj5dw2h
@user-hk4oj5dw2h 2 жыл бұрын
Dukunda ibikogwa vyanyu ntidukunda urusaku gwanyu ivyo mukwiye kubicemura mwibanga nsingobwa gwabafana ngotubimeny dukunda mesag xomuri flim kuruta urusaku gwoguterana amajambo kuko nivyo vyiyunviro bidufasha kandi nibaza kwarivyo mutegura umwanya munini nivyo dukunda
@tgmfm5612
@tgmfm5612 2 жыл бұрын
Eyo nuwo nyen nsoro
@cynthianshimirimana837
@cynthianshimirimana837 2 жыл бұрын
Libert uravuze neza pe nkumuntu wumugabo
@ntsinzielvine9995
@ntsinzielvine9995 2 жыл бұрын
Libert uvuze ukuri kabisa
@akimanajoselyine8319
@akimanajoselyine8319 2 жыл бұрын
libert zana nsoro épisode 6 turayikeneye ureke abishinga kuvuga muzane numupfakazi twirabire nyina Wa enjo ingene akwemeza nkimukwe
@anickegateka3955
@anickegateka3955 2 жыл бұрын
Kweri nanje ndakunda uyumuhungu mubisazwe ifirime yose akina iba umengo ntiyohera
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 2 жыл бұрын
Waoooo mumenyesha makuru nturuhuka waooo rek ndaje ndakureshe rro 😂😂😂😂😅😅😅
@claireniyakire7330
@claireniyakire7330 2 жыл бұрын
Libert uvuze ukuri udahengamye, libert nsoro igezehe ko tuyikeneye cne
@user-hp5cl3qq9l
@user-hp5cl3qq9l 2 жыл бұрын
Ihfuth
@lemondeactuel8418
@lemondeactuel8418 2 жыл бұрын
Libert est Génie
@ngendakuriyomelchior8884
@ngendakuriyomelchior8884 2 жыл бұрын
Nsoro ndayinyotew👍👍👍👍
@raissaraiyannaas3249
@raissaraiyannaas3249 2 жыл бұрын
Ababipfaa nababisangiye 😁😁reka tubahe amaso kesho tusisutwe😂😂gusa fanny na Abel bareke ivyo bintu biteye isoni muje murabe mubiheze bashaa
@libertntunzwenimana8300
@libertntunzwenimana8300 2 жыл бұрын
Libert uvuze neza.ntuze ukoreshe umuntu kugira agume arumukozi wawe.nivyiza kubona uwo wakoresheje ateyimbere kuko uzovugwa neza kuko yateye intambwe.
@imanizabayodieudonne8877
@imanizabayodieudonne8877 2 жыл бұрын
Nsoro ntayiriho rwose watubeshye kandi turagukunda
@Wolf-Junior205
@Wolf-Junior205 2 жыл бұрын
We Libert wewe uratunyoteza saaana, Nsoro the hero series ntiriko iraza nkuko bikwiye. At least nka every 2 weeks tukaronka episode nimwe basi
@jeaninendayisenga731
@jeaninendayisenga731 2 жыл бұрын
Libert uvunze ukuri kabisa bafise ibindi bapfa atari cinéma
@ngendakuriyomelchior8884
@ngendakuriyomelchior8884 2 жыл бұрын
Liberal ndagufan nyarukan nsoro
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 2 жыл бұрын
Nihatar muga basha ishari ntacorivuze mukazi mumenya komwese muriko muronder ubuzima bwimiryango yanyu gusa ntimwih akameny mumeny ko musenga basha nukur Fanny harira wirengagiz ivyabaye mubuzima nivyiza kwicisha bugufi
@anickegateka3955
@anickegateka3955 2 жыл бұрын
Uvuze ukuri riber none kofani atamututsekuki aguma afatira fani bakora bikorw bimwenimureke amashari siryiza
@venerandaizerimana8846
@venerandaizerimana8846 2 жыл бұрын
Amajambo uvuze nukuri riberi wubapwe murivyose
@user-qh4jq8eq3q
@user-qh4jq8eq3q 2 жыл бұрын
🥰🥰💘💘👌👌
@sumyafrance6893
@sumyafrance6893 2 жыл бұрын
Ivyotwebwe ntacobidufasha dukeneye ibikorwa
@angemilkanishimwe7792
@angemilkanishimwe7792 2 жыл бұрын
Fanny wanjye yubahwe
@user-pp4dt4ir8c
@user-pp4dt4ir8c 2 жыл бұрын
Nibifate nkabantu basenga aho satani agomba kubacangacanga nkikarata
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 2 жыл бұрын
Fanny na Abel icobapfa nuko harimwo uwatwawe n,ishari. Rero uwatwawe n,ishari narabe agabanye basubire biyunge
@ndizeyechantal6543
@ndizeyechantal6543 2 жыл бұрын
narinzi kurumusore imbabazi
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 2 жыл бұрын
Ariko benny ivyo vya Fanny na Abel twaragusavye ubireke kuko bizana ishusho mbi kandi tubakunda bompi ico tuzi nuko , ntazibana zidakomana amahembe ariko ugumwe ibizana vyizana igwanko
@hakizimanageorges8753
@hakizimanageorges8753 2 жыл бұрын
Nsoro jew ndamuzi ni libert nyene niw yihisha kbs
@kikitopfashion6145
@kikitopfashion6145 2 жыл бұрын
Benny😂😂😂😂
@happy6376
@happy6376 2 жыл бұрын
🙄🙄🙄🙄
@aneelaa3486
@aneelaa3486 2 жыл бұрын
Nimurabe mubahuze kuberakobiriko biduca intege
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 2 жыл бұрын
Hahaha ego ahubwo batunyarukirize igice CA 6 kwel hahaha Sha naj ndaba fan kwel
@clemantineniyomwungere1007
@clemantineniyomwungere1007 2 жыл бұрын
Fanny na abel bapfa ubukene ntabantu bafise ivyobakora bajamunsaku
@akimanajoselyine8319
@akimanajoselyine8319 2 жыл бұрын
Wee beny umugore wiwe mumbaze ndamuzi maana atekereza kubi .nibazako niyo barikumwe na libert ngira sinzi nukuri gusa ndabakunda kubi vrma .Belyse na libert mwubahwe bantu banje ndabakunda kubi PE.kandi libert ndagushigikiye abana bake uburerere bukwiye .nibikogwa vyishi pe
@takuforex156
@takuforex156 2 жыл бұрын
Nomwijwi arimwo kuvuga ni ww nyene
@dianekantabaze5544
@dianekantabaze5544 2 жыл бұрын
Libert ntuc ushira agat muryinyo ngo nuk watwaye fani uko bahindukany n'a Abel n'ik namwe muzohindukana turabamenyereye
@jeanclaudeofficial9653
@jeanclaudeofficial9653 2 жыл бұрын
Ivyo birasanzwe yavuzukuri kandi ntakosa ririmwo gutandukana nibisanzwe kuko nta contrat bafitanye
@user-kd4qr2iq7t
@user-kd4qr2iq7t 2 жыл бұрын
@@jeanclaudeofficial9653 niyihanureaberintasubirekuvugikintukitarajakumugarararo, faniravin, ntakosa, afise, kukoyashastegukingirigikogwaciwe
@annyp444
@annyp444 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣Libert philosophy gusa wubahwe kwl uvuzevyo
@abelnduwayoofficial
@abelnduwayoofficial 2 жыл бұрын
Ndabasavye mureke gukoresha izina Ryanje muribi bintu.kuko jewe narinumiye.gusa mumenyeko inosi ntisakaye.ntawutonyagigwa.urinzubona umuntu wumugabo yanumye,ntibiba vyoroshe.impanuro mimpe amahoro munkure mubiganiro vyanyu.jewe sintunzwe n’a vius.nfisibindi bindajishinga.kandi muzoguma mubona nterimbere
1❤️
00:17
Nonomen ノノメン
Рет қаралды 12 МЛН
БОЛЬШОЙ ПЕТУШОК #shorts
00:21
Паша Осадчий
Рет қаралды 8 МЛН
I Can't Believe We Did This...
00:38
Stokes Twins
Рет қаралды 48 МЛН
The child was abused by the clown#Short #Officer Rabbit #angel
00:55
兔子警官
Рет қаралды 23 МЛН
DESAFIO IMPOSSÍVEL! #trending
0:13
O Mundo da Ágata
Рет қаралды 13 МЛН
Достали существо из под земли
0:29
RICARDO
Рет қаралды 2,1 МЛН
When You Get Ran Over By A Car...
0:15
Jojo Sim
Рет қаралды 13 МЛН
Love Challenge With Mellstroy And Mrbeast
0:19
BigSchool
Рет қаралды 7 МЛН