Ibara riraguye 😂😂| Fanny Lavine na Team yiwe yose ivyo tubasanzemwo | Barabuze iyo bahungira

  Рет қаралды 11,143

Bujahit Tv

Bujahit Tv

2 жыл бұрын

Ufise icubaza : +257 68 051 919
Ushobora kuraba #Nobela uciye kuriyi link munsi :
• Nobela Episode 1 Seaso...

Пікірлер: 98
@sabbasburundi2404
@sabbasburundi2404 2 жыл бұрын
We benichou weweeeeeeee
@elisabethmama1846
@elisabethmama1846 2 жыл бұрын
Muranyish carikinganir kiryosh can fanny ndaeyoherw iy unezerew nibarek ukz barakubabaz
@ziyadabasca4840
@ziyadabasca4840 2 жыл бұрын
Benichou aubwo ni mubirabe Fanny na Ribel batwarane kuko baraberany kandi ndabakunda cane 😂😂❤❤❤
@hankidanki1639
@hankidanki1639 2 жыл бұрын
Mbegako Libert yigira kwamukunda fanny cane kandi ari marier nubwa bundyarya
@neyrayvanny8629
@neyrayvanny8629 Жыл бұрын
Uwukurut agucikir umuvyey
@emelynendikumwenayo9579
@emelynendikumwenayo9579 Жыл бұрын
Yooo kumbe libert numuganga yooo Notre metier wubahwe nsoroo
@christairakoze6350
@christairakoze6350 2 жыл бұрын
Ndabakunda cane kbs nuhezagirw Ben ndagukund kbs 🔥🔥🔥🔥❣️🙏❣️
@Jovisjoman1996
@Jovisjoman1996 2 жыл бұрын
Béni ndamukiriza team ya Fanny uti courage kandi arabakunda cane.hama Lebert uti KO wabatebeje kur film soro uti iratesa
@SartiifirimeBurundi
@SartiifirimeBurundi 2 жыл бұрын
M uraberewe basha. Turabakunda. Fani. Nariber
@salimamanirakizaimanaibahe3433
@salimamanirakizaimanaibahe3433 2 жыл бұрын
Gusa Fanny lavine afise abakinyi bindero Mwubahwe tumenyereye abandi bakubita abamenyeshamakuru
@aburahma2421
@aburahma2421 2 жыл бұрын
Canke bakabasesa kw'amazi!
@marcnahimana1129
@marcnahimana1129 2 жыл бұрын
Ndabakunda
@eulalieirakoze
@eulalieirakoze 2 жыл бұрын
Basha ndabikundira mwese ukomuri muratesa vrmt 🥰
@mugishagifty8382
@mugishagifty8382 Жыл бұрын
Libel felistation ndabakunda mwese
@violaniyimbeshaho5621
@violaniyimbeshaho5621 Жыл бұрын
Vyukuri belysé sinarinziko atwenza komera bantu banje
@pkfj1udhg476
@pkfj1udhg476 2 жыл бұрын
Ndabakunda cane mwese na team yanyu mwubahwe 🤣🤣🤣🤣🤣❤❤
@azoozshapi5811
@azoozshapi5811 2 жыл бұрын
Jewe murantwengej unomusi nimbavu ziramanyutse kuko mwari mwateramishij😘😘😘😘
@mimindayishimiye5823
@mimindayishimiye5823 2 жыл бұрын
Ewe sha bénit ivyobintu vyokuvumbura birakangana😀😀😀😀so courrage bro
@mimitv3059
@mimitv3059 2 жыл бұрын
Ndabakunda can ❤❤biraryoche nukuri manawe 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@fannylavineofficial1360
@fannylavineofficial1360 2 жыл бұрын
😆😆😆😆😆😆
@ornellairambona7967
@ornellairambona7967 2 жыл бұрын
Ndabakunda chr
@FleuryOG
@FleuryOG 2 жыл бұрын
Muba muhazee😂😂❤🔥🔥
@niyonzimaalice8841
@niyonzimaalice8841 2 жыл бұрын
Murandyohera kabisa 😀😀😀😀
@tmofficiel7551
@tmofficiel7551 2 жыл бұрын
Good
@iyakaremyeirene7469hg
@iyakaremyeirene7469hg 2 жыл бұрын
Reka yitubera indyarya , natubwire niba yubatse cg atubatse .
@habonimanasadick2288
@habonimanasadick2288 2 жыл бұрын
Nice interview mwubahwe
@albelikane7005
@albelikane7005 2 жыл бұрын
Mukhama muranyuzuza Nukuri ndabakunda ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@oman4303
@oman4303 2 жыл бұрын
Mukomere.. Kbs💕💕💕
@benitanitanga6624
@benitanitanga6624 2 жыл бұрын
Ikiganiro can fani nkibonamwo ribati nticoncika kubera ndamukunda birenze kubera ukuntu akina
@florenceniyokwizera9562
@florenceniyokwizera9562 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣ewe benichou sha rekakubingorane zabantu pee muranyishe
@Naylyy
@Naylyy 2 жыл бұрын
giheze ntashaka 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@bonifacejr8652
@bonifacejr8652 2 жыл бұрын
Team fanny lavine ndabemera nukr
@user-fv1wq7hf8o
@user-fv1wq7hf8o 2 жыл бұрын
Abarundi hejurucane 💗💗💗
@tuyishimedebolla1423
@tuyishimedebolla1423 2 жыл бұрын
Uwomuntu NGO Ni Diko aranyishe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ben uzosubire ubahuze Bose🤣🤣
@kaykay4629
@kaykay4629 2 жыл бұрын
Number one ☝️
@alnooroman1058
@alnooroman1058 2 жыл бұрын
Jendashaka kobonana nafani 😂😂😂 nukuri mufashe 😂😂😂
@chercymary1985
@chercymary1985 2 жыл бұрын
Soldeeeeeeeee 😂😂 za sahaaaa🤓
@alinenizigiyimana8266
@alinenizigiyimana8266 2 жыл бұрын
Beni mubwirire Fanny ko mwikundira
@alnooroman1058
@alnooroman1058 2 жыл бұрын
Basha 😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃🤣🤣🤣🤣🤣🤣 oya nimugezaho pe 😂😂😂😂😂😂 manawe
@laurencemateso8373
@laurencemateso8373 2 жыл бұрын
Beni. Inkuru ya cycy yahereyehe yayamahera yarayarose subira uduhe show plz
@ccyoutube1485
@ccyoutube1485 2 жыл бұрын
Mwubahwe🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@QueenofAofficial100
@QueenofAofficial100 2 жыл бұрын
umu chr wawe arahindutse umwana muranyica basha
@claireclara8458
@claireclara8458 2 жыл бұрын
Libert akokant avuze nakubweng🤣🤣umupfakazi ni Fanny, nsoro ni libert,indyadya ni Abel 😂😂😂hatahur uwumvis mbiswa nirenganir🥺🥺🥺
@tecquistenina2378
@tecquistenina2378 2 жыл бұрын
Ugonurusak ninuguterany ahuvuzik ivyowatahuy ukeney kucubitahur naband kunguvu🤔
@claireclara8458
@claireclara8458 2 жыл бұрын
Noe si film zikunzwe can🤣🤣🤣simbon icowikanz😂😂😂
@tecquistenina2378
@tecquistenina2378 2 жыл бұрын
Ivyowandits nivyurik usigur ubona bihuriyeh? Icukoz uraterany cn kd akarimi nikab cn Get rid of the nonsense there mxiiu😏
@michoulove8764
@michoulove8764 2 жыл бұрын
@@tecquistenina2378 umuhoyubusa gsa nukuzi kuvuga oe Ivy yavuz ntibitahurits ateranijik 😏😏😏asyiiiii ugirumunwa we Nina urarenz untey nikirungurira 😏😏😏😏😏
@Anny-p62
@Anny-p62 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣ibi murimwo nibiki mwebwe abantu ntibumv ibintu kumwe
@niyonzimafelicien7567
@niyonzimafelicien7567 2 жыл бұрын
Muraducangamutsa kweri😃😃😃
@laidayassmine319
@laidayassmine319 2 жыл бұрын
Una pendeza sn bro👌👌
@nunuisimbi5031
@nunuisimbi5031 2 жыл бұрын
mwicay muri twirinde corona ntawegereye uwundi
@emelynendikumwenayo9579
@emelynendikumwenayo9579 Жыл бұрын
Benichu surprise bibi
@saras8087
@saras8087 2 жыл бұрын
One day muzotuvumburire nsoro neza naneza ari ingozi muruvo iwiwe🥰
@saras8087
@saras8087 2 жыл бұрын
Ari murugo
@fanny4338
@fanny4338 2 жыл бұрын
Benichou na Liberty NdamNyutse nukuri mwebwe ngo Abel ngo nindyadya ngo binichou ngoningorane zabantu🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@edmondniyonkuru2765
@edmondniyonkuru2765 2 жыл бұрын
Ikiganiro cizaa kabxa
@emelynendikumwenayo9579
@emelynendikumwenayo9579 Жыл бұрын
Belyse irambire ncuti ww ukina neza role yaw ndagufana
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 2 жыл бұрын
😄😄😄😄😄😄✅
@user-hp5cl3qq9l
@user-hp5cl3qq9l 2 жыл бұрын
😄😄😄😄😄😄😄😄
@yusrairakoze3966
@yusrairakoze3966 2 жыл бұрын
Benichoux wubahwe cane kabisa
@trinitensengiyumva8090
@trinitensengiyumva8090 2 жыл бұрын
Ntako ndabakunda gusa soro na Fanny dusubiye guhur nkabaramuts mungara nzoca ndabaheba
@albelikane7005
@albelikane7005 2 жыл бұрын
Benny Chou 🤜🤛✅á
@emelynendikumwenayo9579
@emelynendikumwenayo9579 Жыл бұрын
Ariko jw sindabikunda ingene Abel mumubonera kweri mumureke
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@yvonnenduwimana8124
@yvonnenduwimana8124 Жыл бұрын
Nn Fanny arubats???ham na libert arafis umugore?!!
@Anny-p62
@Anny-p62 2 жыл бұрын
Mamawee basi rro muraje mudukure stress
@chachachricha6685
@chachachricha6685 2 жыл бұрын
Ikikiganiro kiraryoshe vrt ndabakunda Big up
@ndirabikacynthia7581
@ndirabikacynthia7581 Жыл бұрын
Ndashobora kuba nkunda Belyse n'a Fanny ashaa ndabakundaaa caane kabisa Belyse Aho shaaa Hama team yosee ndayifanaa basiii komera
@jeanclaudekwihangana5714
@jeanclaudekwihangana5714 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@daniellaingabire3892
@daniellaingabire3892 2 жыл бұрын
Benichou nuguhindura introduction kbsa uvug ibintu bitumvikana uz uravug ur poz kd uvugir kur micro
@hankidanki1639
@hankidanki1639 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@florenceniyokwizera9562
@florenceniyokwizera9562 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😃😃
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 2 жыл бұрын
Belyse utanze impanuro nziza cane mukwiye kwunvikana muri vyose amakosa yahabaye mukayahereza inyuma ya camera ntitubimenye bica bicanga abantu
@florencekampimbare6662
@florencekampimbare6662 2 жыл бұрын
Courage turabakunda cane
@khalidmousad5545
@khalidmousad5545 2 жыл бұрын
Beni usigayu renze peeee uratwika congretulations
@cycy8854
@cycy8854 2 жыл бұрын
Ariko Muranyishe kbs ati indyarya nihatar
@user-kd4qr2iq7t
@user-kd4qr2iq7t 2 жыл бұрын
Muratwengejefani
@venerandaizerimana8846
@venerandaizerimana8846 2 жыл бұрын
Murantwengeje ikiganiro carikigyoche
@ziyadabasca4840
@ziyadabasca4840 2 жыл бұрын
Fanny inzomuzu nubu zira cariho tuze
@Sdfggg3243
@Sdfggg3243 2 жыл бұрын
nimutunyarukirize umupfakazi turarindiye
@pamphilenivyindika6998
@pamphilenivyindika6998 2 жыл бұрын
Man j ndakunda benichou KK aratwingerez imins yukubaho😂😂😂 thx benichou n courage
@user-yu7jq3qe8j
@user-yu7jq3qe8j 2 жыл бұрын
Nukr giheze ntabishak nukr.
@belysehategekimana6216
@belysehategekimana6216 2 жыл бұрын
Bebe Belyse wubahw sh ba Belyse nabana Beza nanj uri Mazina yanj. sikobamez kury ub urigkina.mwubahw mwese
@tuyishimedebolla1423
@tuyishimedebolla1423 2 жыл бұрын
Natubwire harimwo izabana baba hungu bato? Ncanzaa turetse inkuru twogushorera erega turagukunda
@irakozeadelphine272
@irakozeadelphine272 2 жыл бұрын
😍😍😍😍
@ffr7137
@ffr7137 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🥰
@joleal7941
@joleal7941 2 жыл бұрын
Imivumburo
@rizikiblaise6002
@rizikiblaise6002 2 жыл бұрын
Vyiza cane
@user-hb6xz9mv2j
@user-hb6xz9mv2j 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣
@djamirairakoze5903
@djamirairakoze5903 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂
THEY WANTED TO TAKE ALL HIS GOODIES 🍫🥤🍟😂
00:17
OKUNJATA
Рет қаралды 16 МЛН
Мы никогда не были так напуганы!
00:15
Аришнев
Рет қаралды 5 МЛН
small vs big hoop #tiktok
00:12
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 30 МЛН
MBEGA INTAHE ITEYE AGAHINDA😭 YA MADAME JACQUELINE HATUNGIMANA
32:01
Сначала скажи, а потом не мамкай 🗿 #shorts
0:16
Вика Андриенко
Рет қаралды 3,3 МЛН
Добейти 100000 подписчиков | Тгк- @Rom4ik539
0:28
Only Harley Quinn doesn't dislike the Joker's shortcomings#joker #shorts
0:17
Magician turns his Hair into Animal 😳
0:37
Xavier Mortimer
Рет қаралды 15 МЛН
Парень со странностями помог мальчику 🥺 #фильмы #сериалы
1:00
DixyFilms - Фильмы и сериалы
Рет қаралды 3,5 МЛН
2 июля 2024 г.
0:42
Dragon Нургелды 🐉
Рет қаралды 1,7 МЛН