BUJUMBURA IBYISHIMO🔴 ISI YOSE IGIYE KUBAHA UBURUNDI NDAYISHIMIYE AKOZE IKOSORA/RDF MAPUTO IBINYOMA

  Рет қаралды 27,815

SOUND OF MUHABURA

SOUND OF MUHABURA

Күн бұрын

WATERA INKUNGA IBIKORWA BYACU#0783996164#BUJUMBURA#MAPUTO#KIGALI#USA

Пікірлер: 162
@HsHssh-j1v
@HsHssh-j1v 2 күн бұрын
Nsinterwa isoni nokwitwa umurundikazi nkunda uburundikubi shima lmana yagize umurindi Kazi ushimwe iteka ryose❤🎉🎉
@EgideNISHIMWE-nq3dl
@EgideNISHIMWE-nq3dl 2 күн бұрын
Umunyarwanda uciye ubwenge utaragwa nuburyarya 🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤
@IsaacNsengiyunva-yc6vy
@IsaacNsengiyunva-yc6vy 2 күн бұрын
Zuvugishukuri musore mwiza. Ndumurundi ndanakunda igihugu canje❤❤ ciza 🎉 gusa nawewe ndagukunda 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@burabyomichel5813
@burabyomichel5813 2 күн бұрын
Bonne analyse,coup de chapeau.
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 күн бұрын
Hm ndagushimire ndagiza nkubabarira naho e utahisemo kubisabira imbabazi kuba warumaze imisi udutukira neva twebwe iburundi tubareba twihoreye ivyo mutuvugako vyose tubifata nkibisanzwe kk atarivyo iburundi turi beshejeho abazungu bo bateshwe bate ntafashanyo yabo tugikeneye nabanki nkuru ibimenye ibimenyere ntamwana yonswa imyaka 20 ataracuka ngwamenye uburyo ubuzima buronderwa burundi twaracutse abarundi tuvyubahirwe burundi 🇧🇮 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤
@marietheresenyandwi8671
@marietheresenyandwi8671 2 сағат бұрын
Imana ihabge icubahiro yandemye ndumurundikazi kandi nkavyishimira kubumurundikazi sinterwa nisoni kwitwa umurundikazi❤beautiful Burundi bgacu 🇧🇮
@irambonackp
@irambonackp 2 күн бұрын
S ubwambere u burundi bwerekana ko akagaye n agasuzuguro butabikunda. Mwibuke ko no muri rwa rukiko rw i Lahay ari u Burundi bwavuyemo ubwa mbere.Umurundi ntakunda kurya indya y akagaye. Yemera kubiheba akigwanaho.
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 2 күн бұрын
Ninawo muco twigirira
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 күн бұрын
Ki cha burundi ntafashanyo tugikeneye wap 🇧🇮🇧🇮
@IRADUKUNDACamile
@IRADUKUNDACamile 2 күн бұрын
Nakunze ukuntu wigiriye ikizere uge usesengura biradufasha courage petitfere
@MitimidacyaMitimidacya
@MitimidacyaMitimidacya Күн бұрын
Uko nukuri kuzuye Urwanda rurakwiye kwisibiraho kuko birababaje kubona urwanda ruhora rushinzwa ivyaha!!!?? Koko!!!? Byaba bimaze iki Koko!!? None urwanda rwakungukira iki muguhora ruvugwa nabi Koko!!!???
@MitimidacyaMitimidacya
@MitimidacyaMitimidacya Күн бұрын
Wowe,se Kandi uteye uturuka hehe!!!? Urinde se ko tutakumenye!!!? Ko numva amagambo yakurenze mwa!!!??
@NestoryNelson-r8y
@NestoryNelson-r8y 2 күн бұрын
Ndagukunze wangu burya uburundi nigihugu cisezerano
@J.baptisteSibomana
@J.baptisteSibomana 3 күн бұрын
Hagowe uvugira hanze ivyatazi k uburundi. Imana idushoboze ubwenge bwokwubaka igihugu catuvyaye
@ErickNduwimana-tp9gb
@ErickNduwimana-tp9gb 2 күн бұрын
Abarundi ikibazo ubu dufise nikimwe mugihe twese cane cane urwaruka twobitahura kumwe twoba twogoroy ( imigabwe) kuko icubwoko twaragisezeye imigabwe twomenya ko ntaco izodufasha uretse ko twojahamwe tugakora uburundi bwobaye ubwamata nubuki.
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 күн бұрын
@@ErickNduwimana-tp9gbnivyimigamwe turi kubitahura ko bitaaturaba ninayo mpamvu ubona twitekaniye duhanganye nogukora gusa tukagisanura 🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤
@Kaburaelie-d9c
@Kaburaelie-d9c 2 күн бұрын
Best analysis. From Burundi
@bigirimanachristophe4868
@bigirimanachristophe4868 2 күн бұрын
Very good analysis
@fatmasandra8789
@fatmasandra8789 2 күн бұрын
Papa kube uradukuri kirana nukuri wubahwe rugamba ndakwe mera kandi cane hama karibu iwacu iburundi tuzokwakira neza tugutembereze wirabire koivyo muvuga ku burundi atarivyo❤❤❤❤❤
@KarineRwema
@KarineRwema 2 күн бұрын
Komerezaho muhungu wacu uradufasha cyane
@AlexisNdayishimiye-ni6nw
@AlexisNdayishimiye-ni6nw 2 күн бұрын
Ndagukunze mwana . I' m Burundian
@cvzx-2968
@cvzx-2968 2 күн бұрын
Sigaye ndagukunda❤❤❤❤
@JeanBosco-vu8gh
@JeanBosco-vu8gh 2 күн бұрын
Urumugabo uvuzukuru ndagukunze kbsa 🙌🙌🙌
@BlandaIranzi
@BlandaIranzi Күн бұрын
Abategetsi ba afurika bakwiye kuva ibuzimu bakaja ibuntu.boye kwama basegerereza murabo bazungu.reka nshimire wew utanze ikganro utarebeye kuruhande ndaguknze❤❤❤.. président wacu aciye ubwe cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌💪
@NdindiriyimanaEtienne
@NdindiriyimanaEtienne 2 күн бұрын
Turakwemera Cane !! Uburundi burifashe vyukuri! Ni igihugu cacutse kw'ibere ry'imfashanyo z'abazungu!!
@samsonjoseph4260
@samsonjoseph4260 Күн бұрын
Twebwe abarundi turazi iyo twavuye n'iyo twerekeza. Indorerwamwo yacu ni Cuba. Ntitwitaye ngo batuvuga gute, twishimiye aho tugeze. Imyaka 10 twiyobora n'ikimenuetso ciza c'uko dushoboye 🙏🇧🇮 ego hariho ibitagenda neza ariko turikumwe birashobora🇧🇮
@Indiawek-b1c
@Indiawek-b1c 2 күн бұрын
Imana niyotwashize imbere uburundi bugiye gutangaza beshi Kandi muzobibona
@JCMaxima
@JCMaxima 2 күн бұрын
Muzatubwirire Chris Ndikumana Kanguka aze kudusura i Kigali! Stade Amahoro iramutegereje! Muzatubwirire na Never yugurure amarembo, indyane mu Bavukanyi si vyiza! 😅😅😅❤❤❤
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 күн бұрын
@@JCMaximavyose baravyumva chris ndikumana azoza kbx nimwaba mumukeneye hm imipaka nayo reka turindire navyo bizogenda neza izugururwa bavandimwe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤🇷🇼🇷🇼❤
@kanjorigeorge1762
@kanjorigeorge1762 2 күн бұрын
Bien Bien dit courage analyze nziza pe big up
@polodecol
@polodecol 2 күн бұрын
Aha nanjye niko mbyumva kbsa,african abayobozi bakaretse tukigira cyane ko abaturajye izonkunga usanga bo ntabintubyinshi zibamariye cyane mumibereho yubuzima,abayobozi badufashe twekubahonkabariya banyaburayi badushyira mumadeni yubuzima bwacu bwose
@EdyssaVyizigiro
@EdyssaVyizigiro 2 күн бұрын
Wewe ndakwemeye❤❤❤❤🎉
@ABCDArina
@ABCDArina Күн бұрын
Imana igukomeze brother,abanyaburayi bashaka kutugira ibikoresho vyabo
@MaureenWangui-ox2hi
@MaureenWangui-ox2hi Күн бұрын
Je nobabazwa nibihano twofatirwa na Tanzania, Urwanda, Rdc, uganda, Kenya na Zambia, kuko Abo nibo dukeneye gusumba abandi Bose basigaye. Nayo ibihano vyabanyaburayi ntaco vyovyo bivuze .😅😅❤❤
@AbdulSharo-ed7re
@AbdulSharo-ed7re Күн бұрын
Munyamakuru nukuri ndakwemera ukuntu ukora kazi kawe uribie ndi tz .
@jeanpaulhabyarimana8616
@jeanpaulhabyarimana8616 2 күн бұрын
Izo zama classement general mwibukeko zikorwa nabagashakabuhake, Niba bavugako uburundi bukennye ni uko bifuzako nubundi bukena, ariko buriya umwanzi wa afurika, ni bank mondial, kuko iduha amadeni tutazapha twishyuye, murwego rwogukomeza gufata bugwate ubutunzi bwacu imana yatwihereye, ubworero coup de chapau Kuri ndayishimiye.
@TheopisteIradukunda-hz1bo
@TheopisteIradukunda-hz1bo Күн бұрын
❤❤❤❤ abarundi twaramazekubonakur kndi cn. Integotwihay nimw nugukoraninguv tugashik ahotwipfuz kuba. Knd tuzobigerako🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@anithanininahazwe4589
@anithanininahazwe4589 2 күн бұрын
Abarundi twanka agasuzuguro🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪🥰🥰🥰🥰
@GakwerereJean-i1j
@GakwerereJean-i1j 2 күн бұрын
Nukuri ndakwemera
@niyongabo83
@niyongabo83 2 күн бұрын
Very smart bro kuvugukuri nivyo vyonyene bizokugira umuntu muzima
@NdayizeyeAlain
@NdayizeyeAlain 2 күн бұрын
Hi je ndi umurundi nkunda ibiganiro byawe ariko mfite amatsiko uri umusesenguzi waporitike
@bdtvurumuri7712
@bdtvurumuri7712 2 күн бұрын
Iyo myihyamirizo ni Tanzaniya na Africa yepfo bayirinyuma kubera ishyari bafitiye RDF
@merrynzoyisaba1921
@merrynzoyisaba1921 2 күн бұрын
Bien courage mon frère
@anithanininahazwe4589
@anithanininahazwe4589 2 күн бұрын
Rugamba ndumurundi ndagukunze❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️
@joananailla3643
@joananailla3643 Күн бұрын
Proud of being burundian love my country whatever it is ❤😊
@HemenegildeMinani
@HemenegildeMinani Күн бұрын
Ndabakunda nukuri muduga
@ManenoDesire-u2r
@ManenoDesire-u2r 2 күн бұрын
Nice muhabura
@FurahaFred-j8m
@FurahaFred-j8m 2 күн бұрын
Courage brother
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official Күн бұрын
Komera rugamba wacu abarundi turaguku❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@PhilippeHARUSHIMANA
@PhilippeHARUSHIMANA 2 күн бұрын
Komer mutama turagukwirikirana cane kandi turagukunda
@rindaishema7393
@rindaishema7393 2 күн бұрын
Africa yariye uburozi bwishi, buribwa n abanyafrica benshi, bake babyanze babaho mu kaga ko gucurwa bufuni na buhoro, babeshyerwa, bagerekwaho ibibazo by abandi, imagine Mozambique ifite abaturage bananiwe ibyihebe byendaga kuzabafatana igihugu, bahangayitse, none bafite amahoro, imitima yabo iratekanye, imbaraga babuze zo kujya kurwanya ibyihebe, bazigaragarije mu myigaragambyo, basenya ibikorwaremezo, bahungabanya umutekano w abari mu mirimo yabo, ubu se koko iyo ngirwa muyobozi ihamagarira abantu kwigaragambya, iyo afazali ahamagarira urubyiruko kwinjira igisirikari bakarwanya ibyihebe bo ubwabo, noneho RDF badashaka bagataha? Nta bwenge bagira kabisa. Abazungu barabashuka. N abandi bariye uburozi bwa ba gashakabuhake, barahindukira bagashuka abantu. U Rwanda ruremye uzarwikwegaho tuzamwiyereka.
@ClaudeNzoyihaya-jn6hk
@ClaudeNzoyihaya-jn6hk 2 күн бұрын
Analyse yawe iriposive kuvyerekeye uburundi kk nous les Africains turakeneye kumenya gushira ibibazo bacon mubiganza tukavykemurira hakwizera aba colonies
@IngowigeTv
@IngowigeTv 2 күн бұрын
Nawewe mugufobya plezidawacu🇧🇮✊
@NkunzimanaPascal
@NkunzimanaPascal 6 сағат бұрын
Wewe baguhe uvugira urwanda. Tuveko ntarukundo wigera ugirira Burundi. Twebwe Turi solidaire
@WiliamKimRgzm
@WiliamKimRgzm 2 күн бұрын
Imana imbere🎉🎉🎉🎉
@maryamarya4161
@maryamarya4161 Күн бұрын
Waza wavugukuri❤❤❤❤
@DariusNdayikengurukiye-m8s
@DariusNdayikengurukiye-m8s 2 күн бұрын
Sigaye ndagukunda cane Abarundi twanka agasuzuguro dupfuma tuburara, umugabo nyawe nutungwa nutwiwe
@prosperNTAKIRUTIMANA-jl2hu
@prosperNTAKIRUTIMANA-jl2hu 16 сағат бұрын
Ukuri nikwo kutugira abidegemvya, courage !
@nshimirimanajeanbosco2952
@nshimirimanajeanbosco2952 Күн бұрын
Muraho neza? Ndi i Bujumbura. Nagira mbuge ko Abzrundi batigera barira ngo ndashonje. Ni umuco wzcu. Iki'ndi turazi neza ko ibihe bihereza ibindi ko ejo buca bugacana ayandi.Ntahuta rero ibanga. Kandi kahise kagiye katwigisha.si ubwambere dufatigwa ibihano kandi Imana Rurema yabaye hafi yacu nubu irikumwe natwe
@FrançoisKwizera-w5q
@FrançoisKwizera-w5q Күн бұрын
Nkunda ukuntu uvugukiri udaciye kuruhande Africa dukundane
@NgendabankaManasse
@NgendabankaManasse Күн бұрын
Mugenzi uvuga ukuri burya kutitwa umurundi nigihombo gikomeye .
@jamesniyonzima1632
@jamesniyonzima1632 2 күн бұрын
abo bazungu inkunga baduha cyanke badukangisha nibyo bisasu baba bashaka kutuzanira kugira bibe ibikoresho dukoresha tumarana ntakindi
@bembenation8196
@bembenation8196 2 күн бұрын
Respect
@AstereNtirampeba
@AstereNtirampeba 2 күн бұрын
Uvuze ukuri
@Bngjdnr7783
@Bngjdnr7783 Сағат бұрын
Uraciyubwenge ntusa nabamwe baguma batamajambo kubitagirakamaro turye bike turose Kandi bizagenda nezaa gikuru nukwihicizere nabaturagi ntakindi wirambire ❤ 11:h07
@ElijahZyambo
@ElijahZyambo 2 күн бұрын
Twebwe mbere Evariste NGAYISHIMIYE muri 2027 tuzomusubizako aturongore kuko atugejeje kwiterambere, ayo ma etage nama kaburimbo twubakigwa na bazungu ntayodukeneye tuzokorana nabashaka.
@NsengiyumvaRichard
@NsengiyumvaRichard Күн бұрын
Ndagukunda Igihugu canje ciza uvuze neza uburundi ariko kwitwa umunyafrika nico gikomeye sinkeneye kuja Iburayi America nahandi nzaterera imbere muri Africa
@JonasMapenzi
@JonasMapenzi 2 күн бұрын
Burundi twanka agasuzuguro kandi dufite kwihangana can
@IngabeMwambutsaMulokole
@IngabeMwambutsaMulokole Күн бұрын
Uri umunyarwanda abona kure pe!
@NizerimanaDesire
@NizerimanaDesire 2 күн бұрын
Yewe iyo haja kuba abantu nka10 nkawe miri Africa twoteye intambwe
@Tharcisse-p8o
@Tharcisse-p8o Күн бұрын
Ngushimiye ukuri kwawe k'uburundi
@violethakizimana2712
@violethakizimana2712 Күн бұрын
Burundi songambere❤❤❤
@jacquesnkondogoro270
@jacquesnkondogoro270 2 күн бұрын
Abanyaburayi Ntarukundo badufiteho nagato.
@niragiraCélestin
@niragiraCélestin 2 күн бұрын
Nanje nkumurindi ndagushimiye man
@setaseeta9779
@setaseeta9779 Күн бұрын
Uganiriye neza cane ku barundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Bapfunya
@Bapfunya 2 күн бұрын
Ivya rdf bihebe kuko bambaye ténue civile ntibakeneye uniforme
@JoyceKwizera-s7i
@JoyceKwizera-s7i 2 күн бұрын
Urigicucu ahubwo harikikurinyuma,uzakibona,
@ernestohaba7549
@ernestohaba7549 2 күн бұрын
Niwaza mu Burundi uze umbwire nkwakire
@AmatwiyimpeneYumvayokeje
@AmatwiyimpeneYumvayokeje 2 күн бұрын
Arko bavugako ingabo zurwanda ziri murikongo mugahakana kdi harishuti zacu Abo twiganye bene wacu bapfira mwizo ntambara nahono Mozambique niho twibereye Nibo Bari guhosha amademo muherahe muhakana rwose ningabo zurwanda ziri kurasa abanyagihugu
@AlexisNdayishimiye-ni6nw
@AlexisNdayishimiye-ni6nw 2 күн бұрын
Ni koko i burundi i gitoro,isukari,imiti, amadorari... vyarabuze ntivyoroshe kuboneka. Arko vyose biriko bituruķa kubagabo b'ubwenge buke baja gusegetereza mubazungu ngo batudurubanye. Bayobew ko abarundi aribo bambere bazi kuba mubibonetse uko bingana kwose bataille guta wakuba
@gn1495
@gn1495 2 күн бұрын
Ndiho azigamye uburundi
@BlaiseHaboshaka
@BlaiseHaboshaka Күн бұрын
WW ndakwemera can uvugukuri ntuhengama nkababanyarwanda batamikwa ijambo
@SongoroGerard
@SongoroGerard 2 күн бұрын
Vyandikagame.yipfuza..nawwr.urazi.ukowamvuze.uburundi.nabi.ukamusyuzugura.prezida.wuburundi
@HappyDeer-pk8vp
@HappyDeer-pk8vp 2 күн бұрын
Wowe ntuzi ibyuvuga uzabanze umenye ibyuvuga
@ernestmbanzendore1219
@ernestmbanzendore1219 14 сағат бұрын
Uyu mugabo ndamwemeye, arafise ivyiyumviro vyiza, kandi analyse ziwe ziratomoye kweli
@100euroSioni
@100euroSioni Күн бұрын
Nahora nemera Dr rusa kuburyu agiye muli politiqe akitoza kuba umukuru wigihugu ca Africa ijwi ryanje nirwiwe hama nawe ndakwemeje kuko ugeriko ugera ikirenge ca rusa
@Tharcisse-p8o
@Tharcisse-p8o Күн бұрын
. ngushimiye Kandi kunama nziza utugiriye
@Jhon-r8v
@Jhon-r8v Күн бұрын
Kuba ahantu Ari kuri ntibivuzeko abantu bahanjye niba Ari muricyogihugu
@janvierbangurambona328
@janvierbangurambona328 22 сағат бұрын
Vraiment mushingantahe ndagushimiye cane uri umu panafricanisme yuzuye kabisa abarundi turakenye ariko twaratahuye neza ko guhora usabiriza aribwo bukene bukuru ubu nitwibako tuzomenya kuvyaza umusaruro ubutunzi dufise
@SIMBIZIEric
@SIMBIZIEric Күн бұрын
Uvuga ukuri bagumpere zibiri uce wirihira kuko urashoboye
@oswardjaphal-cd6np
@oswardjaphal-cd6np Күн бұрын
Avuga ati. Abasoda bugwanda. Nibo bariko bararasa. Nico asobanura ayo majambo. Uyomunyagihugu yarikuvuga.
@oswardjaphal-cd6np
@oswardjaphal-cd6np Күн бұрын
Ejo itariki 7 nawe azoba arimaputo. Kwifatanya na banyagihugu. Niwo munsi wanyuma. Wagereve. Karundura. Bazagenda. Kukirimba cumukuru wigihugu. Afatikanije na baturage. Dufita ubwoba bwinshi. Ngaha maputo.
@ValentineHatungimana
@ValentineHatungimana Күн бұрын
Ko wahora uvuga nabi Neva wacu Ubu bigenze gute? Hahaaa😅 Cakoze turabaraba tukihorera kuko ntituzi kuvugira hejuru nkamwe Courage mukazi kawe
@ClaudeNzoyihaya-jn6hk
@ClaudeNzoyihaya-jn6hk 2 күн бұрын
Bjr uradutohoreze ivyerekeye negotiation entre rwanda et burundi pour les relations negatives y sont nkabimwe guhanahana ababangamiye umutekano wivyobihugu bone nkabashatse kugora coup d etat
@MUHABURA_TV
@MUHABURA_TV 2 күн бұрын
YEGO
@ryitangiyemoise3374
@ryitangiyemoise3374 2 күн бұрын
Uburundi mon frère ntibukeny ibaze idoller 1 urarirya mukurango nanijoryo kandi Bujumbura sinibazako aribihugu vyishi warya idoller 1sasita nanijoro raba diaspora ndundi uburyo yavuye hasi mukwubaka uburundi raba umu jeune wese wumurundi neva nubwirako yotuma tung urukwavu1 kandi Bose baciye bamwumv bigumye kumuvuduko biriko uzoraba muri 5ans uburundi buzoba mugeze kure cane
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 күн бұрын
⁠@@ryitangiyemoise3374wubahwe musaza ubu twebwe aba jeune turikukivi tugomba kubwiyubakira twebwe nyine ababitahura
@VenantManirakiza-z1u
@VenantManirakiza-z1u 2 күн бұрын
Abany Africa dushizehamwe vyose birashoboko.gusa igikenewe nukwemerana mutandukane bwacu.
@safindabarinze1737
@safindabarinze1737 2 күн бұрын
Ntacyo uburindi butwaye usibyeko buzuwemwo namacakubiri ntibuzigera buterimbere bitewe namacakubiri y,umuhutu n,Mututsi ariko babikuyeho ntawe utabyifuza.
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 күн бұрын
Ico nico wingeye kubesha twarbisezereye ndiburundi wumveko ivyuvuze aribinyoma ntamacaakubiri twebwe nivyo never yirirwa arihaniza anagufashe ubigenderaho ntakworohereza nawe ngwamacakubiri imana ikubabarire p 🇧🇮🇧🇮❤
@samueltwizerimana5890
@samueltwizerimana5890 2 күн бұрын
Mû Burundi kweli ntakibazo camoko kihari reka kubesha abantu.Président NEVA afise umugore badasangiye ubwoko.ico conyenye cokwereka intambwe twateye mukurengera ivyamoko.kuvuga ntaho ngo ntituzoterimbere, ivyo nibaza kwarivyipfuzo vyawe ariko u burundi buzoterimbere kandi cane, ibizotuma duterimbere vyose birahari
@GatagariRubano
@GatagariRubano 2 күн бұрын
Abanyarwanda miragowe !!! Migiye kuba akamenyo yabaywenzi!!! Migiye gutengwa mubihugu vyisi bibakikije Kuko mitegetswe nibisambo kabombo ariwe kagame twebwe dutazira kagame mayibobo
@Indiawek-b1c
@Indiawek-b1c 2 күн бұрын
Uvuga ukuri uburundi turabukunda nitwebwe dutegerezwa kubwuba hatarimwo ifashanya kuko abazungu ntaneza batwifuriza
@NsengiyumvaRichard
@NsengiyumvaRichard Күн бұрын
Ikibazo abakuru bibihugu baraduteranya abanyafrica
@SamuNtaki-e5u
@SamuNtaki-e5u 2 күн бұрын
Turakumva musore wacu rugamba from burundi, nanje ubu ndikugutahura kuko nsanze buriya uvuga ibyuba wasesemguye narinziko upfa guhuruduka
@setaseeta9779
@setaseeta9779 Күн бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@TesyVovo
@TesyVovo 2 күн бұрын
Nyamara ndumunyarwanda wakavukire gusa ngewe sindikumwe nabanga uburundi pe niyange agasuzuguro kbs gusa yirinde gufatanya na gisekedi kuko aramushuka
@SamuelNsengiyumva-i3g
@SamuelNsengiyumva-i3g Күн бұрын
Abazungu tuzobafasha rindira naho duhangayika dufisamasezerano.ninayompamvu duca mubibazo
@RubinNiyoyitungira
@RubinNiyoyitungira Күн бұрын
Tuza wangu vuga bike kuburundi ubindibwo uraba nka koffi sowanyu araguhitana wahora utuka president wacu ubu wahuye niku?
@JeniferAnifa
@JeniferAnifa Күн бұрын
We ntavyuburundi Uzi,Ubu ubonye gushima ko ifaranga ryigihugu ritera risubirinyuma NGO ntamfashanyo akeneye mu gihe ubundi Buri mu bihugu vya mbere bikenye.
@ernestmbanzendore1219
@ernestmbanzendore1219 14 сағат бұрын
Uyu mugabo arakomeye kabisa, gerageza ubwire naba Congomani uko bo kwikurayo, bo nyene, bidasavye ko bavuga uyu n'uyu.
@Jean-l8d
@Jean-l8d Күн бұрын
Komera
@EuphremNshimirimana
@EuphremNshimirimana 2 сағат бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@idrisNB257
@idrisNB257 3 сағат бұрын
🇧🇮✊
CAN YOU DO THIS ?
00:23
STORROR
Рет қаралды 48 МЛН
Wait for it 😂
00:19
ILYA BORZOV
Рет қаралды 11 МЛН
小路飞还不知道他把路飞给擦没有了 #路飞#海贼王
00:32
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 67 МЛН
UFC 308 : Уиттакер VS Чимаев
01:54
Setanta Sports UFC
Рет қаралды 933 М.
Amakuru yo ku mugoroba | Tariki 04.11.2024
29:06
RwandaTV
Рет қаралды 13 М.
CAN YOU DO THIS ?
00:23
STORROR
Рет қаралды 48 МЛН