President avarest is a true leader. twese tumufashe dukuze igihugu, every corrupt officials must be arested or suspended. lets love our country,lets africa unite again.long live president
@vanessagateka-nb7dmАй бұрын
Ibaze🤭🥹
@jacquelinebavakure5936Ай бұрын
Hahaha ntamutima mubi abikorana!
@lubegadidier4287Ай бұрын
Our president talks a lot but implements less, maximum force is needed against corrupt individuals
@sonofthesoil5209Ай бұрын
Very true. Action is needed. Those who are corrupting the country should be held accountable.
Jew rero sintahura harumuntu numwe afise ububasha buruta ubwa president kuberiki atobafunga bose kubera nabantu bamwegereye gusa jew nibaza ahubwo ko afise abamugirira blackmail kubera ntivyunvikana ingene atabafata bose
@burundishallsmile1day109Ай бұрын
@@DeeNero-ie2rd Ngirango ni Abari mu Mugambwe atinya ko v yoca bisambura Umugambwe mu Migwi. Kuko ntivyumvikana Igituma Avuga ariko adatanga Akarorero ka Bunyoni ! Umuntu yavuze ngo uwuzopfa imbere hagati about na we🤔
Uramutse ubapfunze ,woraba ko bosubira .ikosa siryabo niryawe son excellence Ndayishimiye,Shira mungiro ico itegeko rigusaba,hama umbwire
@NzitatiraElizeusКүн бұрын
Bafate myakubahwa utabare abarundi mumagurumasha usu bize u Burundi agateka bwahoranye
@user-fp1lj5zp9jАй бұрын
Prezida wacu imana imutuzigamire ndamukunda❤❤❤❤❤
@MFATAMUGENZI-mg5fjКүн бұрын
Nibyo nibarime kbs naho ubwo busuma ubucogoze
@boashamah3642Ай бұрын
Uwurikunwe na Gahini namubwire ati Hoshi uwurikumwe na Neva mubwire Take FIVE 😂😂
@user-nz3xy6dj9tАй бұрын
Neva wacu uwutosora ifuku ahozako shishikara ariko ibisuma vyarahotoye Imana gusa niyo yo kudutabara kuko ni chaine kandi bashigikiranye 😮
@MFATAMUGENZI-mg5fjКүн бұрын
Ngukundira ko usenga cyane
@mugumealex9873Ай бұрын
This is why Burundi is the poorest country not only in Africa but also in the world, with Somalia close, behind. Babwire ko nu burundi aribwo buhetse ibindi bihugu byo kwisi mubukene, birababaje ibize kurushwa na Somalia, Igihugu gipfuye gihagaze😢😢pole sana
Cyakoze abarundi ndakunda ariko mufite perezida wumu comedian kbs
@MFATAMUGENZI-mg5fjКүн бұрын
Oya ahubwo wabahindura kbs nonese ko wababonye bakureho ushyireho abizigirwa naho ubundi ......
@user-nc5wd2oe2mАй бұрын
None ka Nyakubahwa ko twumva urira nabo nyene tukumva barira, nind ari mukuri? Erege twe Abenegihugu muratwica no mumutwe inzara yo twamaz kumnyera....
Monsieur le Président il faut voir que vous ne donniez le travail aux voleurs au lieux des travailleurs. Au burundi les surveillants volent. Éviter ces surveillants mon président.