Burundi: Itoni 15 zisukari zibwe M.Martin nyumvira uko abisiguye || duca dusaba bakagukure

  Рет қаралды 17,380

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news

Пікірлер: 38
@nimbonachanelle4736
@nimbonachanelle4736 Жыл бұрын
Baramwokeje ibibazo kwli aramaramaye
@SakubuQ-um3hc
@SakubuQ-um3hc 10 ай бұрын
Ntibomukura uwoyigira ngo numushikira nganji azi gukandamiza imigambwe cenel ntakandi kazi ashoboye nibamujishe
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Uwo Martin ari mubariko batobera umukuru w igihugu Umukuru w igihugu tumuhanuye gufata reta yoooose ayihindute hama arekure abantu bapfunzwe bose kuva 2015
@EzéchielNDAYIZEYE-e5y
@EzéchielNDAYIZEYE-e5y Жыл бұрын
Igihugu cacu C'Uburundi IMana Niyo yo kudutabara cane
@boashamah3642
@boashamah3642 Жыл бұрын
Uburundi bwuzuyemwo indyaday gusa ,nibisuma Nicogituma atamugisha bazobona
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Niho mukibibona ivyo vyooooose .???
@ndimurwanko1985
@ndimurwanko1985 Жыл бұрын
Igihe Kiriko kiragera cuko abantu bavuga ukuri,kandi igih kizoza abana bacu bazokuvuga
@LilianeNshimirimana-t2x
@LilianeNshimirimana-t2x 6 ай бұрын
Nyakubahwaa murongoye inamankenguzamateka niwew mugabo nayabandi baribesha nukur niwewarukwiye kurongora ihihugu kuk nturyumunwa
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih Жыл бұрын
Nigisuma baramaz igihugu nibemer ntaco bamariye igihugu na bene gihugu abarundi duc ubweng turek kwishinga caratuvunye!
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Igihugu c akajagari gusa
@Peter.boka14
@Peter.boka14 Жыл бұрын
None ubu ugira umwabike ibara ko yayivye? Vuga ivyuzi sha!!
@nimbonachanelle4736
@nimbonachanelle4736 Жыл бұрын
Uyomushikiranganji ntakigenda azikubanguka mugushigikira abasambura Cnl abihakanye gute kandi ariwe yamafatingingo kubibanye nibidandazwa nabaduza ibiciro
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Iyo siha Martin mubemberereza nimumukure uwo n intovyi numusuma karuhariwe
@AbdulSalim-wu8wo
@AbdulSalim-wu8wo Жыл бұрын
Ikibazo gifise abokiraba reka guteranya
@SicaireIradukunda
@SicaireIradukunda Жыл бұрын
😮wabwawe reka kopoza umukuru
@SakubuQ-um3hc
@SakubuQ-um3hc 10 ай бұрын
Sindakuzi mugabo ndagukuriyubwatsi urazi kubaza natahe ntandeza yumunyagihugu azi
@axellaakimana2595
@axellaakimana2595 Жыл бұрын
Ubu sitwaro ya CDD fdd oyaaa reka nitwaro yabene gihugu
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Namwe abashingamateka namwe ntaco mutualité kuko ubu niho mwibutse gushira ahabona amakosa ubu niho namwe mukiyabona ??
@niyojay-desire987
@niyojay-desire987 Жыл бұрын
Nawe nagende kuko ntaco amariye uburundi
@NdayishimiyeMethode-o1j
@NdayishimiyeMethode-o1j Жыл бұрын
Ikibazo ciza caaane
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Nkuwo mwana wejo ngo ahawe ubushikiranganji reka reta biyicange reta mwayishizemwo abana mwongera muyishiramwo abagore reka vyoose bitabatangane
@leslayHimaambo-rb1rq
@leslayHimaambo-rb1rq 4 ай бұрын
Martin aha nawenyenye yabaye imbwa yumusega kweli
@nyandwialpha
@nyandwialpha Жыл бұрын
marthe nawenyene numusuma mubandi igihe kigeze nawenyene azobihanigwa mbele wewe numusuma mukulu muzombwila
@christella5092
@christella5092 Жыл бұрын
Aroko ivyonisuma niribukako hariho umunsi wurubanza???aho umwewese azokwishura ivyo yakoze???nfetse nahanokwisi iyukoze neza nirakugaruka ukiriho niyukoze nani nirakugaruka niho musaza mugwaye inigwara vyinshi kibera inibi mubamwagiye mukora usukari kuyiba bibamaririki??inda nimutaziha itegeko zizoguma zibahenda gushika mupfuye rubi😢
@nyandwialpha
@nyandwialpha Жыл бұрын
sigihugu chakajagali ahubwo nakajali gategwa naleta numugambwe vyubusuma gusa bose nibisumagusa abahulikiye muli cndd fdd
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Abashikiranganji babagore abashikiranganji bakiri bato vyose ivyo namakosa yakozwe mwitaye mumutego
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Mwikanguye ubu ibiciro mutari bubimanure namwe ntaco mufashije umwene gihugu namwe murikimwe nabo
@niyojay-desire987
@niyojay-desire987 Жыл бұрын
Nawe arimwo arabizi uyo Martin, nawe nagende kuko barazinye
@خلودالغامدي-ل7ث
@خلودالغامدي-ل7ث Жыл бұрын
😅😂ivyomuburundinihatar
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Emere igihugu carapfuye vyemere
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Martin yarezwe neza reka atobere reta
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Bashingamateka mumakosa yakozwe nayakorwa namwe mufisemwo uruhara namwe twobahana
@ViateurNDUWIMANA-m5s
@ViateurNDUWIMANA-m5s Жыл бұрын
Nihatar ivyuburundi Jew nibaza karimana izobikemur yonye
@mugishagerard8241
@mugishagerard8241 Жыл бұрын
Turarush iyo reta niyo kwiba gusa
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Ni reta y ibisuma gusa boooose nibamwe bose Hama iyo reta bose ni bamwe ntagitangaje
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Barabizinanyi booose nibisuma gusa
@niyojay-desire987
@niyojay-desire987 Жыл бұрын
Nawe yarakwiye kugenda kuko nawe numusuma nawe
哈哈大家为了进去也是想尽办法!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:33
火影忍者一家
Рет қаралды 126 МЛН
Миллионер | 2 - серия
16:04
Million Show
Рет қаралды 1,4 МЛН
버블티로 부자 구별하는법4
00:11
진영민yeongmin
Рет қаралды 19 МЛН
EXCLUSIF - Moments de vérité - Gbagbo dit tout
1:06:47
Alain Foka Officiel
Рет қаралды 455 М.