Burundi : Umviriza Ingene Abashubi barokoye Umwami Mwezi Gisabo asagirijwe n'abakoroni.

  Рет қаралды 45,464

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Inyuma y'aho abansi b'Uburundi biciye ingabo z'Umwami MWEZI GISABO (Abadasigana) bakazigeseza, Abashubi nibo bahakuye Umwami mu kurwanya abazungu babomora aho bari barigaruriye. Umviriza uko vyagiye biragenda.

Пікірлер: 34
@ndeshachacha9168
@ndeshachacha9168 4 жыл бұрын
Mbega kahise karyoshe kwumva👍🏽❤️🇧🇮 Za murarondera abantu nkabo batubwire ivy’iwacu👍🏽🇧🇮
@burundionthemap
@burundionthemap 4 жыл бұрын
Mashariki TV turakunda guca ngaha kukibuga canyu👏🏿👏🏿😍😍
@AudibertMugisha
@AudibertMugisha 11 күн бұрын
Respect bwana richard
@jeremiehageringwe3069
@jeremiehageringwe3069 9 ай бұрын
Rien que des légendes!INZOKA😂😂😂
@liguemonarchiqueduburundi8565
@liguemonarchiqueduburundi8565 2 жыл бұрын
Ico n'ikinyoma cambaye ubusa! Birababaje kubona ingene akahise kigishwa n'abanyepolitike bashaka gukingira intwaro zabo!!
@franciscokamara1118
@franciscokamara1118 5 жыл бұрын
Iyaba twese twari tuzi neza kahise kacu Abarundi twobaye bamwe
@theglobalreform
@theglobalreform 5 жыл бұрын
Nous, Burundais avons besoins de reécrire notre histoire. Abazungu batwandikiye kahise nabi cane. Urumva ingene uwo musore azi kahise kacu neza? Abivuga chronologiquement atagukekeranya
@juvenalndayishimiye4662
@juvenalndayishimiye4662 Жыл бұрын
Ibiganiro nkibi ndabikunda.murakoze.ndakunda cane akahise.mbega burya umwami yapfuye kubera abonye Tanganyika?
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 4 жыл бұрын
Umuryango w'Abashubi: Abaha b'Abahanamigango,n'Abakamaninkinengo,n'Abanengezaminengo. 😀😀😀🤗🤗🤗
@paulmusabga1261
@paulmusabga1261 5 жыл бұрын
Naje kimenya ko iby’Abatutsi. Hutu. Twa. Is all myths. Too sad very sad. System colonial ntitari kubashobokera iyo hatabaho butandukanya abantu. I’m convinced that we Afrika should out think the division left on us Afrikan by colonial powers in Oder for ourselves, children all over Afrika to move forward.
@jeffmarley2450
@jeffmarley2450 Жыл бұрын
It’s not a myth, it was always there but as social class, if you were Hutu or Tutsi it didn’t mean that you were inferior or not intelligent… some say you were a Hutu when you had so many land and a Tutsi when you a lot of cows. Kuntwaro yabami abahutu naba Tutsi bamyeho kandi barumvikana, baranahana abakwe. In the royal court or the king entourage they were Hutu’s or Tutsi’s as king advisor. When white people came to this two countries they found that there was already a system of governance that works perfectly, so It was hard for them to colonize people, in French they say “divisé pour règne “ when people get along it’s hard to break them, they had to start their bullshit of saying this type of people are more intelligent and more handsome or beautiful and or this type of group deserve to go to school and not the other, that’s where issues started!!! “Divide to conquer “
@princemshindi
@princemshindi 2 жыл бұрын
Nisawa
@jeannettemukeshimana577
@jeannettemukeshimana577 4 жыл бұрын
Ariko mana nkuwu aziki kweri kuvyakera
@jinamajody
@jinamajody 2 жыл бұрын
Arabizi nyene none wewe ntiwumva k abizi
@alainchabelnijebariko3720
@alainchabelnijebariko3720 3 жыл бұрын
Abashubi basenga ikimana c inzoka ariko mungwano batsinze abazungu n ibihemu bakoresheje inzuki barabatesha barahunga ariko umwami ntiyabahaye intara yabashiriyeho umutware yitwa Bishanga barashavura ntibamuherekeza hagenda bamwe. Abagiye bose ntanumwe yagarutse
@nelsonnellynel-b3793
@nelsonnellynel-b3793 3 жыл бұрын
bite mwoshobora nime yanyu nkagira ico ndababaza?
@bigirimanawilson6478
@bigirimanawilson6478 Жыл бұрын
Uwuzi amateka yabazibira yoncira Kumayange Ndipfuza kumenya amateka yabo
@jeremiehageringwe3069
@jeremiehageringwe3069 9 ай бұрын
None ko Nyenicubahiro Ndadaye Melchior batamugwanyeko. Barihe?
@ndabagezesecond6296
@ndabagezesecond6296 5 жыл бұрын
Uyo yambaye ibitukura mwamenye ? Murabe neza.Jewe mbona ari Pierre Nkurikiye
@boashamah3642
@boashamah3642 5 жыл бұрын
Kabisa abobana barashoboye komeza muduha vyishi kabisa
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 5 жыл бұрын
Yego niwe.
@damienbahenda4863
@damienbahenda4863 6 ай бұрын
Ivyo sivyo na gatoyi
@nduwayezujeanpaul9345
@nduwayezujeanpaul9345 5 жыл бұрын
Akazi lu kahise me!
@ruberintwarithierry5698
@ruberintwarithierry5698 4 жыл бұрын
Uravuze kahise neza kweli
@ndabagezesecond6296
@ndabagezesecond6296 5 жыл бұрын
Abo bana baravyize neza, barazi gutanga inkuru neza
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 жыл бұрын
✊🏾🇧🇮
@EvodeNgenda
@EvodeNgenda Жыл бұрын
Dogo wubahw richard urarenz
@egidendayishimiye9703
@egidendayishimiye9703 5 жыл бұрын
None iburundi haracariho ivy abami ko numva ngo hariho ababuze umwami kugenda?abazibira!!!!!
@alesnema9596
@alesnema9596 4 жыл бұрын
None uyo arabizi uyomwana wimyaka 25
@chritellamusaniwabo4163
@chritellamusaniwabo4163 4 жыл бұрын
Urashaka gutunga? Nguku uko womenya kurondera, gukoresha no kurwiza amafaranga ? 👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻kzbin.info/www/bejne/sKavk2eeoqaonbcsub_confirmation=1
@isaacntakirutimana6691
@isaacntakirutimana6691 2 жыл бұрын
Ikibazo nukwo wewe utabibonye nivyo wigishijwe twari dukeneye uwabibonye
@mangmodile38
@mangmodile38 4 жыл бұрын
Abatuzanye mwamoko nibo babi
@jeanpierrebimenyarugira5722
@jeanpierrebimenyarugira5722 5 жыл бұрын
Uyu yambaye i kofero na racoste vya rouge n'umu journaliste wa hehe? Ubwo porte parole wa police?
Сестра обхитрила!
00:17
Victoria Portfolio
Рет қаралды 958 М.
Quando eu quero Sushi (sem desperdiçar) 🍣
00:26
Los Wagners
Рет қаралды 15 МЛН
Kanda Amazi by all stars from kina music
4:55
Platini p
Рет қаралды 2,1 МЛН
Raba ingene ibirori vyo guhimbaza #Assomption vyatanguye i Mugera
12:48