Uku niko Umwami Mwezi Gisabo yarokotse urwa Kirima na Maconco kumwe na Rumariza

  Рет қаралды 7,747

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 8
@rudasongegwa7187
@rudasongegwa7187 7 ай бұрын
Sha kumenya akahise nivyiza .
@FahadiHABIMANA
@FahadiHABIMANA 9 ай бұрын
Nukuri kahise kubirundi yuragakeneye cane😊
@phocasndayikeza2892
@phocasndayikeza2892 Жыл бұрын
Urakoze mutama...
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Жыл бұрын
1. Urakoze kuri iki kiganiro ciza. Ndahamenyeye ivy'umwami n'umwamikazi wiwe, hamwe n'ivy'uwo mugenzo mubi wo kwicira abantu ibwami. Nico gituma jewe ntashigikiye abavuga ko intwaro yacami yogaruka mu Burundi. Kuri 8:34 muvuze ko Maconco yiciwe i Bujumbura n'umuzungu bita Digidigi. Mugabo munanga yitiriwe Maconco bivugwa ko Maconco yateye icumu umuganwa Kanugunugu hanyuma rimuca mukwaha riramuhusha, hanyuma Kanugunu aca afata bastola yari afise mukwaha aca arasa Maconco mugahanga. Hanyuma kuri 8:43 muvuze ko Kirima yagiye kwicirwa muri Malawi. Abadagi bamutwayeyo muri exil, hanyuma haheze imyaka aragaruka iBurundi. Abize kahise k'Uburundi bavuga bati: ``Lors du partage du royaume du Burundi par les allemands, Kirima recoit Bukeye. Il sera deporte a New Langeberg (Malawi) en 1906 apres que sa capitale Munanira fut attaquee et brulee. En 1911, Kirima sera autorise a rentrer apres cinq ans d'exil.
@jboscoigiraneza9864
@jboscoigiraneza9864 Жыл бұрын
Ngoyasubiriye igitama cinararibonyi🤣🤣🤣🤣
@JacquelineNdayisenga-v3q
@JacquelineNdayisenga-v3q 5 ай бұрын
Ahubwo bihomevniwe yitanze ngobamwice
@JibrilNdayishimiye
@JibrilNdayishimiye 6 ай бұрын
Urak ugum utugezah ibiganir nkovy
@ribertsekadodo662
@ribertsekadodo662 2 ай бұрын
😂😂😂😂
Кто круче, как думаешь?
00:44
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 5 МЛН
How To Choose Mac N Cheese Date Night.. 🧀
00:58
Jojo Sim
Рет қаралды 84 МЛН
Who's spending her birthday with Harley Quinn on halloween?#Harley Quinn #joker
01:00
Harley Quinn with the Joker
Рет қаралды 27 МЛН
Intwaro ya cami yavutse gute mu Burundi ?
6:16
Yaga Burundi
Рет қаралды 3,7 М.
INTWARO Y'UBWAMI BWA MWEZI GISABO
28:20
TV RTNB
Рет қаралды 21 М.
#Burundi: Mbega ''Ubumwe bw'Abarundi'' bwifashe gute uyu munsi?
2:54:16