#Burundi

  Рет қаралды 8,074

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi #Tuyage #Ubutunzi #Urwaruka Bamwe mu rwaruka ruhejeje amashure ya za Kaminuza ntibakirindira ko Reta ariyo ibaha akazi, ahubwo bagerageza gushira mu ngiro inyigisho n'ubumenyi bakuye kwishure. Kurikira uko Egide MPABWANAYO wo ku gacimbiri #Guriro, Komine #Rusaka intara ya #Mwaro yatanguje umugambi wo kworora kijambere ingurube.

Пікірлер: 10
@j.pierreniyoyitungira8155
@j.pierreniyoyitungira8155 3 жыл бұрын
Mbaye uwambere mugushima iri terambere ry'uyumusore mumpe like
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 2 жыл бұрын
Abahe
@ogust7846
@ogust7846 2 жыл бұрын
Ndamuteye intege
@macarijochua9252
@macarijochua9252 3 жыл бұрын
Nakomeze guteza imbere igihugu.
@bertinnduwayezu2165
@bertinnduwayezu2165 3 жыл бұрын
Mbega uyu Egide contact ziwe zoboneka gute kugirango tube twobasha kumubaza vyinshi
@ezekielleonidas5798
@ezekielleonidas5798 3 жыл бұрын
Ndashora kuronka numer ya telephone yawe ngo tuvugane?
@eriagabriel7283
@eriagabriel7283 3 жыл бұрын
Muze mutuha nimero yafone
@simonsjosie5181
@simonsjosie5181 3 жыл бұрын
Komera muvukanyi uko neza cane nashaka umfashe number zawe
@hermanbaranyikwa9714
@hermanbaranyikwa9714 3 жыл бұрын
Nimpore Ndamukeney ici dufashanya naj ndumworozi wingurube ngombza WhatsApp yiw mwoba mukoze gwanje ni 61557664
@UbworozibwimbebanaDesireNKUNZI
@UbworozibwimbebanaDesireNKUNZI 2 жыл бұрын
Komera
Brawl Stars Edit😈📕
00:15
Kan Andrey
Рет қаралды 42 МЛН
when you have plan B 😂
00:11
Andrey Grechka
Рет қаралды 57 МЛН
escape in roblox in real life
00:13
Kan Andrey
Рет қаралды 61 МЛН
Fish farming_Ubworozi bw'amafi (uko filtre iyungurura amazi ikora)
10:21
INKOKO ISHOBORA KUMARA IMYAKA YOSE ITAGWARA, RABA NAWE UBU BUHINGA WOKORA.
14:14
UMWOROZI W'INKA W'AKARORERO I BUJUMBURA
7:35
Agro TV Burundi
Рет қаралды 8 М.
Brawl Stars Edit😈📕
00:15
Kan Andrey
Рет қаралды 42 МЛН