#Burundi

  Рет қаралды 12,216

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 21
@RugwiroSara
@RugwiroSara 10 ай бұрын
niba ukunda umukuru wigihugu cuburundi mpa like
@allbujahits5896
@allbujahits5896 Жыл бұрын
Kubita ivyo bisuma, bara rengeje. Kura mukazi. Ntaco ba mariye igihugu. 😂 Urabona, ukuntu bitwenga uka menga biri funny.
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 Жыл бұрын
Bahe inkoni❤
@raphaelmasabo4776
@raphaelmasabo4776 Жыл бұрын
Mbega uwo mushinwa arumva ivyo bivugwa? Courge excellence!
@ashuranda6934
@ashuranda6934 Жыл бұрын
Uburundi butegerezwa guhinduka iyongwara y'ubusuma nukuyigwana gushika k'umusi wanyuma curage à toi mon président!
@pierreclaverbizimana6303
@pierreclaverbizimana6303 Жыл бұрын
Bakosore pe
@SimonWatabora
@SimonWatabora 9 ай бұрын
Tuve mur France 🇫🇷 Tuje mubwongereza Umuzungu wumu France atandukanye cane numwongereza mureke Ubwongereza dukorane Kuko France ......😢😢😂😂
@wellarsmukezamfura3160
@wellarsmukezamfura3160 Жыл бұрын
Aya marira umukuru wigihugu atezwa nabo ajejwe, ntazokwijana ndabarahiye! Na Mosse yamenye amabuye ariko amabwirizwa arungikanywe n'Uhoraho ngo ayashikirize abo yararongoye, ntaco yabaye, nubu aracariho Mosse! Heee, agati gateretswe n'Imana ... nimuheraheze abarundi, twibukanye, kandi akateretse kaba gasema!! Amunguranka niyo mazituvya!
@IgiranezaInnocent-s1u
@IgiranezaInnocent-s1u Жыл бұрын
👍👍👍👍
@SadunBazotunga
@SadunBazotunga 8 ай бұрын
None nimba abobasuma mubazi kuberiki mutabirukana cangwa mubashire mugasho .Kwama uriko urarira ntaco bihindura ahubwo bafate ubajane muri mpimba babahe igiti niho nabandi bazotinya gukora ahadakorwa. Naho kuvuga gusa ntaco bizohindura.Abo bantu bariko basubiza igihugu inyima.
@davidburundi78
@davidburundi78 Жыл бұрын
Shiraho bashasha bataraguka
@NkunzimanaFelix-ho2wz
@NkunzimanaFelix-ho2wz Жыл бұрын
Nimwicire inoti Hama mwigire
@futuremillionaire450
@futuremillionaire450 Жыл бұрын
Tuzanire iyo fiber optic cable na Starlink sha Mutama nkuko wabivuze hama dutere imbere kumuvuduko wa 5G
@BISUKWAVYO
@BISUKWAVYO Жыл бұрын
Badide igiti kd nukuzibadidir kumugaragar
@niyonsabaemmanuel2671
@niyonsabaemmanuel2671 Жыл бұрын
None komutabirukana imvugo nibe ingiro bapfungwe bagarukane ivyo banyaze
@abinityepvtal1637
@abinityepvtal1637 Жыл бұрын
Mutamaakomere
@gagagrace6789
@gagagrace6789 Жыл бұрын
Badide😂😂😂😂😂😂
@rugemintwazaumurundi6388
@rugemintwazaumurundi6388 Жыл бұрын
Ariko ntimwokwumviriza kwel kizigenza avuga ukuri kwuzuye
@PascalNzayomaze
@PascalNzayomaze Жыл бұрын
😅
@VincentUwimana-c5p
@VincentUwimana-c5p Жыл бұрын
Umwasi wawe nuwo wese atari kurangura amabanga yiguhu neza. ungomba nguhangana nawe ukamukura, ukanamuhana kuko ububasha bwose buri iwawe.abarundi niwe twizeye g'uturabira uburundi na barundi.abakorera igihugu nabi nibarusha ububasha uwo twashize imbere uburundi buratemba ariko uwo twashize imbere nabasuvya ububasha azohagarara magabo avy'uburundi nabarundi ndetse nayiwe magara !!
@kasejashabani3559
@kasejashabani3559 Жыл бұрын
Nukuri mutam wacu Nivyo bambwire
Caleb Pressley Shows TSA How It’s Done
0:28
Barstool Sports
Рет қаралды 60 МЛН
GIANT Gummy Worm #shorts
0:42
Mr DegrEE
Рет қаралды 152 МЛН
#behindthescenes @CrissaJackson
0:11
Happy Kelli
Рет қаралды 27 МЛН