Célébration du 61ème anniversaire de l’indépendance du Burundi.

  Рет қаралды 190,172

AKEZA TV

AKEZA TV

Күн бұрын

Les Burundais dans le monde entier célèbrent ce Samedi 01 juillet 2023, le 61ème anniversaire de l’indépendance du pays.
Les cérémonies y relatives au niveau national se tiennent à Gitega, Capitale politique du Burundi.

Пікірлер: 87
@constantinndayishimiyenshu4948
@constantinndayishimiyenshu4948 Жыл бұрын
Sawa kabisa, abarundi mwese turabakunda kandi Imana yarakoze kuduhuza tukumvikana bitagoranye mu rurimi
@HarerimanaJeanclaude-ei8cl
@HarerimanaJeanclaude-ei8cl Жыл бұрын
Terwa iteka n'abawe Burundi. Imana yakuduhaye ikudutungire.
@evaristendabanye
@evaristendabanye Жыл бұрын
Umunsi mwiza w' ubwigenge baturanyi bacu. Imana ikomeze guteza imbere ibihugu byacu bivukanyi. Abanyarwanda dukunda abarundi cyane.
@niyitangaarafat4277
@niyitangaarafat4277 3 ай бұрын
😂😂😂😂 bari kururukira inyuma ya stade
@OlivierNsengiyumva-mr5tc
@OlivierNsengiyumva-mr5tc 3 ай бұрын
😊
@julesrwantabagu6312
@julesrwantabagu6312 18 күн бұрын
Kubera turavukana
@KazeFrank
@KazeFrank Жыл бұрын
Joiyeuse Anniversaires 61ieme d'independance aux Burundais
@uzayisengadieudonne9619
@uzayisengadieudonne9619 Жыл бұрын
Ndabakunda cyane baturanyi bacu
@nininahazwedonavine3349
@nininahazwedonavine3349 Жыл бұрын
Ndakunda abanyarwanda batsinze ishari mwubahwe cane ❤❤❤
@omarnkeshimana5007
@omarnkeshimana5007 Жыл бұрын
Neza cane turafose ingabi nyangabo barashushe
@marouparfait4105
@marouparfait4105 Жыл бұрын
Joyeux anniversaire
@nkerimanaremyheritier4688
@nkerimanaremyheritier4688 Жыл бұрын
🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼💪💪
@munyandekwejmvianney632
@munyandekwejmvianney632 Жыл бұрын
Ariko nukuri igihugu cyuburundi mbona kiriho ukuboko kwimana Neva na nkurunziza imana izabahe ijuru
@nininahazwedonavine3349
@nininahazwedonavine3349 Жыл бұрын
Amen Amen and Amen urakoze cane ❤
@munyandekwejmvianney632
@munyandekwejmvianney632 Жыл бұрын
Ariko nukuri igihugu cyuburundi mbona kiriho ukuboko kwimana Neva na nkurunziza imana izabahe ijuru
@iradukundaissa1591
@iradukundaissa1591 Жыл бұрын
😂
@lumsam
@lumsam Жыл бұрын
good , here in Rwanda we are following you , the same day we got independence
@nininahazwedonavine3349
@nininahazwedonavine3349 Жыл бұрын
Thanks
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 Жыл бұрын
Nivyiza, gusa amasanamu ko atabona aho hari muri 1941?
@munyanezajonathan8617
@munyanezajonathan8617 Жыл бұрын
Ubwo aba Rundi muzajya murwana nta muyaga uhari rero hhh😊
@bugingoannanie793
@bugingoannanie793 Жыл бұрын
Hhhh Abasirikare ba Africa dukeneye imyitozo ikakaye pe turacyari hasi
@huyy484
@huyy484 5 ай бұрын
Njye numiwe kabisa 😂😂 Ngo barimo gukoroka. Uburundi baracyari inyuma nukuri pe
@kaberukaroth1546
@kaberukaroth1546 Жыл бұрын
Nibyiza ariko independence nyayo ishingiye ku kwigira Imana idushoboze kwiteza imbere bravo son excellence NEVA
@mutombolu9515
@mutombolu9515 Жыл бұрын
Catsh du congo
@jeremiahnkurunziza4588
@jeremiahnkurunziza4588 Жыл бұрын
Gihugu cyamavukiro turi kumwe
@BizimanaJeandamascene-jj4ov
@BizimanaJeandamascene-jj4ov Жыл бұрын
Go
@jeremiahnkurunziza4588
@jeremiahnkurunziza4588 Жыл бұрын
Gitega iwacu nukuri my kibimba
@umwiharikotv5673
@umwiharikotv5673 Жыл бұрын
Nyamara abazungu baraturangije pe, kwizihizako twakoronijwe koko? Hoya ibi ntibikwiriye
@OlivierNfuranzima
@OlivierNfuranzima 11 ай бұрын
Twiziza ko twibohoye namw iyataba umuganwa wacu Rwagasore mumenye ko nubu muba mucolonijwe
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 4 ай бұрын
​@@OlivierNfuranzimauwo Rwagasore ni uwahe mwa 😂
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
Umutekano ucungerwa ngo imbere n Inyuma😅
@DominiqueBarengayabo-gz1ym
@DominiqueBarengayabo-gz1ym Жыл бұрын
Komera ngabo z,Uburundi, muri babihome iteka ryose.
@emmanuelmarafiki1022
@emmanuelmarafiki1022 Жыл бұрын
Intwaro zirihehese?
@huyy484
@huyy484 5 ай бұрын
Mushyiremo imbaraga pe, Nah'ubundi ntaterambere rihari Muracyari inyuma cyane cyane Ariko, kandi mumpande zose
@BigirimanaDonatien-ls1bp
@BigirimanaDonatien-ls1bp 4 ай бұрын
Nimwemurimber ivyanyumurazikubirimiraho amasizi twarabamenye
@HansLee0024
@HansLee0024 Жыл бұрын
This is Honour to our Country.
@sacrossacros1648
@sacrossacros1648 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂
@evaristendabanye
@evaristendabanye Жыл бұрын
I agree with you
@nkurikiyinkahanniton3635
@nkurikiyinkahanniton3635 Жыл бұрын
😂😂😂😂
@johnsmuhuza3871
@johnsmuhuza3871 Жыл бұрын
Vyiza cane
@marouparfait4105
@marouparfait4105 Жыл бұрын
L’image est médiocre
@gerardineniyonsaba6529
@gerardineniyonsaba6529 8 ай бұрын
Aguye inyuma ya stade😂
@rutagengwapacifique2453
@rutagengwapacifique2453 Жыл бұрын
Ayaya narahombye kabisa ibirori bya bene wacu b'abarundi nkunda ntabonye. Ariko courage vraiment.
@sacrossacros1648
@sacrossacros1648 Жыл бұрын
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
@InnocentNtakirutimana-db3us
@InnocentNtakirutimana-db3us Жыл бұрын
Afĩnõ
@mwananyamalaz4427
@mwananyamalaz4427 Жыл бұрын
Nuko bavuga ngo turi independent muga tukaguma dukenye dusaba amadeni 😂😂
@bunafeco
@bunafeco Жыл бұрын
Vyari biryoshe pe
@rugirafabien2963
@rugirafabien2963 Жыл бұрын
Vyiza cane
@Hitonlitetv
@Hitonlitetv Жыл бұрын
Ewana❤
@TuratsinzeAlbert-t6y
@TuratsinzeAlbert-t6y Жыл бұрын
Hyuy
@EstellaIrankunda-u4t
@EstellaIrankunda-u4t Жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏
@AdrienNSHIMIRIMANA-bi4xi
@AdrienNSHIMIRIMANA-bi4xi Жыл бұрын
C EST BON
@huyy484
@huyy484 5 ай бұрын
😂😂😂😂
@GashuriPatric-yb5nh
@GashuriPatric-yb5nh Жыл бұрын
Ntavyo twabonye kweli namajwi nttitiyumva yose vyayase
@KaGINADelphine2004
@KaGINADelphine2004 Жыл бұрын
V nibyizacyane turqbqkunndq
@nininahazwedonavine3349
@nininahazwedonavine3349 Жыл бұрын
Natwe turabakunda
@Kasongoyihwa
@Kasongoyihwa Жыл бұрын
Ego basoda 🤣🤣🤣
@jojondanda-dr2dz
@jojondanda-dr2dz Жыл бұрын
Coupdumonde
@kambarangacomedien-ui7gk
@kambarangacomedien-ui7gk Жыл бұрын
Bravo
@claudiopoeta-yl4xn
@claudiopoeta-yl4xn 3 ай бұрын
Ntibakoroka ahubwo BARURURUKA😀😀😀😀😀😀
@alineniyinteretse2486
@alineniyinteretse2486 Жыл бұрын
Turikumwe komeza🙏🙏🙏😂😂
@hadijahnajran8645
@hadijahnajran8645 Жыл бұрын
Sagamba burundi❤
@rdckongo8511
@rdckongo8511 Жыл бұрын
Vive le Burundi ❤
@TarimoTarimo-pf5lo
@TarimoTarimo-pf5lo Жыл бұрын
We Tanzania are better than these people
@leonardnduwayo238
@leonardnduwayo238 Жыл бұрын
Gukoroka ugasigara
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 4 ай бұрын
Nibyiza ark ntibihagije ark bizaza kbsa
@swarehendomix1572
@swarehendomix1572 Жыл бұрын
Nivyiza ariko bategerezwa gukoroka bafise umuheto
@hakizimanachadrack6979
@hakizimanachadrack6979 Жыл бұрын
Happy independence day of our beautiful country, country of honey and milk
@lilpaulrwanda6706
@lilpaulrwanda6706 Жыл бұрын
MBEGA DECOL ACTION MBI CANE KWERI AHO PEREZIDA YICAYE BADEKORA NABI
@joemac7463
@joemac7463 Жыл бұрын
Ivyo w ubivuga nkande ???? Ww uriki kugira ugaye icicaro ca président wacu !?????
@joemac7463
@joemac7463 Жыл бұрын
Twabarondereye indépendance none muratanguye uziko mutigera mushima
@larissaakimana3384
@larissaakimana3384 Жыл бұрын
@@joemac7463 rekana n'ivyo bijuju ntibazi ko bikukiye kureba twebwe
@mwananyamalaz4427
@mwananyamalaz4427 Жыл бұрын
​@@joemac7463 Ntamukuru ngaho ntanubwo biryoshe i don't know why I am watching this nonsense 😂😂😂
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 4 ай бұрын
​@@joemac7463aca petit 🚮🚮🚮
@Roza-on6km
@Roza-on6km Жыл бұрын
💪💪💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@sacrossacros1648
@sacrossacros1648 Жыл бұрын
Nihatari 😮😅😅
@augustinpawan3898
@augustinpawan3898 Жыл бұрын
Biraryoshe cane
@jovin7830
@jovin7830 Жыл бұрын
Bagerageze bubake igisirikare kigezweho.
@SamuelNtezilyayo
@SamuelNtezilyayo Жыл бұрын
😂😂😂😂😂
@modestentiru3964
@modestentiru3964 Жыл бұрын
@alny1935
@alny1935 Жыл бұрын
😂😂
@nsabimanaeric3006
@nsabimanaeric3006 Жыл бұрын
❤❤❤ Burundi Gihugu canje.!
@GashuriPatric-yb5nh
@GashuriPatric-yb5nh Жыл бұрын
Ibirirere bibaaribe nka bene gihungu ntitubibona vyose
Dominique de Villepin - Internationales - 28 septembre 2024
54:35
TV5MONDE Info
Рет қаралды 267 М.
Крутой фокус + секрет! #shorts
00:10
Роман Magic
Рет қаралды 25 МЛН
Spongebob ate Patrick 😱 #meme #spongebob #gmod
00:15
Mr. LoLo
Рет қаралды 20 МЛН
EL BOMBERO / Charles Chaplin ✪ PELÍCULA COMPLETA A COLOR
25:39
B FILMS Estudios
Рет қаралды 575 М.
UN SU-35 RUSSE SURPREND UN F16
15:05
ATE CHUET
Рет қаралды 451 М.
Крутой фокус + секрет! #shorts
00:10
Роман Magic
Рет қаралды 25 МЛН