#BurundiAt61

  Рет қаралды 173,362

Mashariki TV

Mashariki TV

11 ай бұрын

#Burundi Kurikirana uko Umukuru w'Igihugu yashitse ku kibuga (Stade Ingoma) mu birori vyo guhimbaza isabukuru igira 61 y'ukwikukira kw'Uburundi. Yaramukije abenegihugu yongera agenzura ingabo zari zatowe mu bandi mu gipolisi n'igisirikare kubera ubutwari bafise.
#BurundiAt61

Пікірлер: 34
@user-kj2xh6bt5y
@user-kj2xh6bt5y 3 ай бұрын
Komera my strong presidenty imana ikurindee ❤❤
@ArabaEskolaKirola
@ArabaEskolaKirola 29 күн бұрын
@irakozegift910
@irakozegift910 11 ай бұрын
Mukomeree basazaa
@user-jr8yn1hw2c
@user-jr8yn1hw2c 11 ай бұрын
Nimwigore mure camera zigezweho❤
@SamwelTwgirayezu-bn7le
@SamwelTwgirayezu-bn7le 3 ай бұрын
Courag
@Bazi1973
@Bazi1973 3 ай бұрын
✊✊💪💪🇧🇮
@indebirahariadiel9882
@indebirahariadiel9882 11 ай бұрын
Said brazza yarabasigiye akaririmbo
@yvesnyawendaverydeliciouss3606
@yvesnyawendaverydeliciouss3606 10 ай бұрын
Good
@TwahirwaMammwel
@TwahirwaMammwel Ай бұрын
Barundibatanzaniyakongo. Irabashukaaaaaa
@nsabimanagaspard620
@nsabimanagaspard620 11 ай бұрын
Burundi ndabakundacya ne👍👍👍
@Coca-Cola2244
@Coca-Cola2244 11 ай бұрын
Ubakunda kuko batwarwa n' imihimbiri ibijuuju ,imuhimbiri itinéraires. Kumisi ikomeye nkiyo président aratumira à kabona inshuti zabashitsi bakomeye bava ahandi. Ico kirofa ntikigira inshuti nzima Ni imbwa muzindi. Kivuga uburofa ibiguugu gusa
@fatmaalfahdi1997
@fatmaalfahdi1997 4 ай бұрын
​@@Coca-Cola2244 toka umuhimbiri niwewe
@harerimanajoseph1741
@harerimanajoseph1741 2 ай бұрын
​@@Coca-Cola2244 ngixe amatsiko yokumenyA imyaka yawe
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz 11 ай бұрын
Vyari bimeze neza pe !!!
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz 11 ай бұрын
Mwaramutse
@SamuelNyishunziza
@SamuelNyishunziza 11 ай бұрын
Muburundi tururwego
@aftapat5365
@aftapat5365 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤🇨🇦🇧🇮
@emilendayishimiye9492
@emilendayishimiye9492 10 ай бұрын
Vyiza cane
@user-iq8wt2pc6z
@user-iq8wt2pc6z 7 ай бұрын
Vyar uvyamateka kwer
@respecttv5039
@respecttv5039 20 күн бұрын
Abanyuma inyuma 😂 ndumiwe
@hagerimanajeanclaudz1928
@hagerimanajeanclaudz1928 10 ай бұрын
Komera
@nsafelix
@nsafelix 11 ай бұрын
Mana uhabwe icubahiro
@niteretseerica4121
@niteretseerica4121 Ай бұрын
Twebwe abo mugatumba nimunduhe iciwacu tubabise Mugihungu canyu ruguru Ntituriko turajayo twofuma tuja murwanda kwaka indaro
@rudasingwaemile8752
@rudasingwaemile8752 3 ай бұрын
ndamwanga
@mutombolu9515
@mutombolu9515 11 ай бұрын
Catsh du cong0
@elienteziryayo3767
@elienteziryayo3767 11 ай бұрын
Abasoda biburundi akarasisi ntako muzi muzarebe abaturanyi banyu burwanda ukuntu baba smart mubigireho naba securite bu rwanda barusha aba soda banyu 😅😅😅😅😅
@larissaakimana3384
@larissaakimana3384 11 ай бұрын
Ko mubatinya 😂😂😂,nikindi naco ntaco twokwiga Kuri mwebwe namwe ntakigenda
@marcusandlucas6455
@marcusandlucas6455 11 ай бұрын
Bari funny cyane
@marcusandlucas6455
@marcusandlucas6455 11 ай бұрын
@@larissaakimana3384 babatinyamiki koko aba
@larissaakimana3384
@larissaakimana3384 11 ай бұрын
@@marcusandlucas6455 ko muguma muri Congo nimurenge umupaka murabe ico babakorera muzi kuvuga gusa ,urabaza na shobuja azokubwira ko badasanzwe
@MULIGANDEGODFREY-jv5ye
@MULIGANDEGODFREY-jv5ye 10 ай бұрын
Mu Burundi na bahutu niwabanjereranya ku Rwanda leta Niya batutsi igituma urwanda nurwimbaraga
@PhilemonNzisabira-kf4mt
@PhilemonNzisabira-kf4mt 10 ай бұрын
O
@EricNtunzwenimana-ho6qn
@EricNtunzwenimana-ho6qn 9 ай бұрын
Neza
Countries Treat the Heart of Palestine #countryballs
00:13
CountryZ
Рет қаралды 21 МЛН
MOM TURNED THE NOODLES PINK😱
00:31
JULI_PROETO
Рет қаралды 35 МЛН
AMAKURU YO KUWA 13/06/2024
TV RTNB
Рет қаралды 60
Countries Treat the Heart of Palestine #countryballs
00:13
CountryZ
Рет қаралды 21 МЛН