CHIT-CHAT Part 8 :😫😫Pourquoi se moquer des gens!!??? with Monna ft Kelly Townaire

  Рет қаралды 10,513

Casoar TV

Casoar TV

Күн бұрын

CHIT-CHAT Part 8 : 😫😫Harcèlement with Monna ft Kelly Townaire
Casoar tv
Casoar Company
Nos services:
- Imprimerie
- Location des appareils
- Couverture médiatiques
-Salon de maquillage
-Production des documentaires
-Vidéographie et photographie ( mariage et autres évents
Dukorera Central building aho benshi bita kwa Kabwa bureau numéro 306F muri étage ya kabiri
Mufise ico mubaza hamagara kuri:
+46 73 614 70 72
+257 72 36 73 50
Murakoze

Пікірлер: 54
@inagwen8086
@inagwen8086 4 ай бұрын
Akntu ka petit besoin na gd besoin niko kabi🤣🤣🤣🤣🤣
@user-cu9pq2ln3s
@user-cu9pq2ln3s 3 күн бұрын
Nn iy genre aguma avuga kumenga ayikoresh ah itategerezw gukoresh cnk nitw tutaz ururimi😀😀😀😀
@macjoy4897
@macjoy4897 4 ай бұрын
At least areseya kandi ariko aramenya ikirundi. Kelly ibandanirize ntubumvirize. I like your personality 😊
@donnar3790
@donnar3790 4 ай бұрын
Kelly townaire courage courage wagize intambwe idasanzwe , sibose bagira courage yukwiga ururimi, haribavukira hanze benshi ariko bakanka kuciga, so BIG UP TO YOURSELF BROTHER
@niyibitangasamson4156
@niyibitangasamson4156 4 ай бұрын
Monna walda, Rihanna from 🇧🇮
@KaJoyceTia
@KaJoyceTia 4 ай бұрын
Mona tu es une fille intelligente,talentueuse et belle. Tu as tous pour réussi par contre dans tes entrevues ça serai mieux de choisir une langue ukoresha kuko uwutumva izondimi zose biraderanja cane. Komeza akazi kawe kuko urabishoboye. Ndakwikundira cane🫶
@mimiira9382
@mimiira9382 4 ай бұрын
J’ai juste retenu *mes besoins, petit besoin, grand besoin 😂😂😂*
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 4 ай бұрын
My two people Mana ndakunda kelly kurundi rwego na mona I love you so do much 😍😍😍
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw 4 ай бұрын
Mona non mubaz kuvugaguco vyazananyehe ereg ntidutahura weee😂😂
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 4 ай бұрын
Mona urasa neza vraiment ❤❤❤
@charleskwizera2358
@charleskwizera2358 4 ай бұрын
Monna turabakunda muraduteramish ariko namba mutinya kuvugwa ntibikunda akazi kanyu nokuvugwa birajana ntanimpamvu yokubatera amajambo hama abavuga ibidakenewe nabo nyene bikebuke sivyiza hama utumiye umutumire zumuha umwanya ukwiy avuga Abe guest ube host vyobabvyiza
@user-qi8kc3fj7q
@user-qi8kc3fj7q 4 ай бұрын
😂😂😂Ama besoins arabaye Ama besoins😀😀Kelly ndakwemera fo😀😀Mona we love u toi❤️
@nadegekamikazi
@nadegekamikazi 4 ай бұрын
Yesuuu weee izo petit besoin na grand besoin est ce k umuntu ntashbor kugir les deux besoins en mm temps 😂😂😂😂😂😂.gusa je birantwenza.
@user-zs9cu1fv6m
@user-zs9cu1fv6m 4 ай бұрын
Monna u so beautifull❤
@KellychristaGiriteka
@KellychristaGiriteka 2 ай бұрын
Eg urisiguy bas😂😂😂😂😂😂
@user-ku9hu3dp3u
@user-ku9hu3dp3u 4 ай бұрын
hhhhhaaaa Kellyyy, basha kuberiki yabifashe negativement, benshi ndazi tuzi ko aba ari comedie, abihevye ntitworyohegwa
@cappucinella9120
@cappucinella9120 4 ай бұрын
nibaza harcelement ou bullying ni kunyuzura niko ndabiheruka canke guhohotera umuntu sinzi 🙏🏾🙏🏾🙏🏾
@bibikiki8437
@bibikiki8437 4 ай бұрын
Bulling ni uguhohotera Mona Jewe uyo mutumire ndamwikundira ❤️❤️❤️
@Nickojunior
@Nickojunior 4 ай бұрын
ENGLISHING
@ClaverMbonimpa-ir8hj
@ClaverMbonimpa-ir8hj 3 ай бұрын
Monna ndakwemera sana
@kimana8818
@kimana8818 4 ай бұрын
J sindam jugea 😂😂😂 ahubw nahor nibaz kwar comédie 😂😂😂
@_-wt8ns
@_-wt8ns 3 ай бұрын
Uranryohera momo sinokwima komanter urihep
@loulumony8519
@loulumony8519 4 ай бұрын
Mona ndagukunda cyane❤❤🎉🎉🥳🥳💋🇴🇲🇧🇮
@anicetniyonkuru5373
@anicetniyonkuru5373 4 ай бұрын
Courage Kelly wameny ikirundi biriko biraza
@amandaingabire9064
@amandaingabire9064 4 ай бұрын
the interviewee became the interviewer
@user-xr8mv7fd1d
@user-xr8mv7fd1d 4 ай бұрын
Grand et petit besoin😂 waragiz effort
@BahatiTido-hj6cv
@BahatiTido-hj6cv 4 ай бұрын
Jew vyaranshikiye nkivyo vya Kelly Sha birababaza
@yumvirabayisabapacifique
@yumvirabayisabapacifique 4 ай бұрын
Bukebuke azokimenya ikirimi cikirundi kiragoye
@elisha5552
@elisha5552 3 ай бұрын
Weweee ndakwumviriz pee eka illegal ndazi😂
@user-mr1jq8ml4k
@user-mr1jq8ml4k 4 ай бұрын
Ndagukund sha monna ❤❤❤
@garythebeast3056
@garythebeast3056 4 ай бұрын
Baragushavuje cane birunvikana reka kwisigura abakwanka nikobazoguma wewe komeza ivyurimwo
@Niyukurieri-tf5ii
@Niyukurieri-tf5ii 4 ай бұрын
Ok
@KaJoyceTia
@KaJoyceTia 4 ай бұрын
Abanzi deeplement😂😂😂
@mtotowainchi2023
@mtotowainchi2023 4 ай бұрын
Kukivuga nabi nikimwe na kutazi gutandukanya R na L nikindi. Kelly uwe na R avuga, nikuberiki afise ingoranye yokuvuga R ????
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 4 ай бұрын
Besoins nibaza KO ashak kuvuga les ambitions
@NishimikijimanaBelyse
@NishimikijimanaBelyse 4 ай бұрын
Yoo nanje narinzi ngo nivyo yigira nukuri sorry gusa jew aranryohera nabifata nka comedie nyene bikantwenza
@emelynendayishimiye4595
@emelynendayishimiye4595 4 ай бұрын
Mona nda❤ cane vrt
@dushimedidier2856
@dushimedidier2856 4 ай бұрын
Ndamanyutse 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@consolateniyonzima5720
@consolateniyonzima5720 3 ай бұрын
U did
@Peacell422
@Peacell422 4 ай бұрын
😭😅🤣 Ambitielement
@milkainahogota5718
@milkainahogota5718 4 ай бұрын
C n est ps impossible
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 4 ай бұрын
Bizoza polepole
@lareinegaga
@lareinegaga 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂 Ariko haba harimwo comédie? Jewe narinziko ari umu comedian sans blague😂 n’ubu sinibazako biri serious atari comedian 😢😂
@cmri6858
@cmri6858 4 ай бұрын
bullying yoba ari gukandamiza?
@evelynekaneza
@evelynekaneza 4 ай бұрын
None uvuga ururumi uruhe?
@FB-df6bp
@FB-df6bp 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 4 ай бұрын
reka nitorer agatebe mbe ndatwenga gato
@arlinekuradusenge4279
@arlinekuradusenge4279 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@Karol97875
@Karol97875 4 ай бұрын
Caméra imez faux murab muhindure
@casoartv257
@casoartv257 4 ай бұрын
Karol97875 woduterera?
@Princess_Graah
@Princess_Graah 4 ай бұрын
​@@casoartv257murakoze kumuha iryo teka😂😂😭
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul 4 ай бұрын
Akagahungu ntigakwije karagend kwiga nez kuvuga
@donnar3790
@donnar3790 4 ай бұрын
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul. Ubwo wafashe umwanya urumviriza neza ikiganiro cose uramenya na kahise kuyo muhungu? Wokamenya neza ahubwo womuha courage, yakuze avuga igiswahili kuko kwiga ururimi sikintu corohera bose , nkawewe wosanga nuwoguha ngo wige urundi rurimi vyokugora cane 😂
@user-mr1jq8ml4k
@user-mr1jq8ml4k 4 ай бұрын
Kuki basha dufis inzigo tube tuvuga neza
❌Разве такое возможно? #story
01:00
Кэри Найс
Рет қаралды 6 МЛН
مسبح السرير #قصير
00:19
سكتشات وحركات
Рет қаралды 11 МЛН
At the end of the video, deadpool did this #harleyquinn #deadpool3 #wolverin #shorts
00:15
Anastasyia Prichinina. Actress. Cosplayer.
Рет қаралды 16 МЛН
Rumonge City: A Casual Tourist's Delight (23 Summer Vlog 5)
9:36
GATEKA Documents
Рет қаралды 8 М.
"Ma revanche" un film documentaire de Karirima Ngarambe A.
1:00:51
Karirima Ngarambe Aimable
Рет қаралды 12 М.
❌Разве такое возможно? #story
01:00
Кэри Найс
Рет қаралды 6 МЛН