Пікірлер
@FabriceNduwayezu-he8cg
@FabriceNduwayezu-he8cg Күн бұрын
Ibiganiro vy'amazi😂😂
@user-cr9md7sk2q
@user-cr9md7sk2q 6 күн бұрын
Komerezaho muhungu wiwacu, ivyiza birimbere,hamwe n'Imana vyose bizogenda ukuvyipfuza
@user-cr9md7sk2q
@user-cr9md7sk2q 6 күн бұрын
Komerezaho muhungu wiwacu, ivyiza birimbere,hamwe n'Imana vyose bizogenda ukuvyipfuza
@Africanhandsomeboy
@Africanhandsomeboy 6 күн бұрын
Kirundi ntacuzi muko agifaransa ciki??
@NezerweNelly-pd8lg
@NezerweNelly-pd8lg 10 күн бұрын
Uwimana shahu❤
@marcelin_hd
@marcelin_hd 11 күн бұрын
@casoartv iyo titre yanyu yari kuba EMERY SUN EST TU IL EN RELATION? Fille et Garçon qui peut draguer en premier ?
@casoartv257
@casoartv257 11 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂
@TikTok_GoodVibes
@TikTok_GoodVibes 11 күн бұрын
​​​​@@casoartv257ko mutwenga aho ntimubona ko ivyo mwanditse bidatahuritse bitanavugika? ...est-il "en" relation*
@casoartv257
@casoartv257 11 күн бұрын
@@TikTok_GoodVibessoma neza pour comprendre mugenzi Ntakosa twanditse sha biratahuritse cane.Ahubwo wewe ivyo wanditse 🤷🏽‍♀️
@TikTok_GoodVibes
@TikTok_GoodVibes 10 күн бұрын
​@@casoartv257comment Emery Sun peut être une relation? Expliquez-moi SVP? Musome ivyo mwanditse neza mwibagiye ""en"" kuko umuntu ntibabaza ko ari relation ahubwo babaza ko yoba ari en relation. Hama sije nanditse commentaire yambere uwambere nawe yihenze ko yagize ngo ""est-il tu en"" nawe ntibivugika ariko nawe nibaza ko ar erreur u kunyarutsa kwandika ariko jewe natahuye ico yari yashatse kubakosora donc musome mwitonze mwumve k ivyo mwanditse bivugika kimwe gusa je suis sûr et certain ko mwibagiye "en" imbere y relation kuko ivy mwanditse ntibivugika et puis normalement on écrit même "est-il" pas "est il".
@casoartv257
@casoartv257 10 күн бұрын
@@TikTok_GoodVibesariko le titre en soi veut dire qu’on se pose la question de savoir si Emery est en relation
@gloriosenininahazwe1678
@gloriosenininahazwe1678 11 күн бұрын
Emery sun,artiste nkunda!journaliste nawe ndakunda kwumva ijwi ryawe❤
@user-wn3bu9gy1t
@user-wn3bu9gy1t 11 күн бұрын
Plus nzobone Emery sun umunsi umwe nzocye nshaka nipfire vrt 🤷🤷ndabibasabyee muzoba mukoze bashya
@gloriosenininahazwe1678
@gloriosenininahazwe1678 11 күн бұрын
Nk'ubu uwonkorera suprise akamunzanira akandirimbira nk'umusi uraho🎉🎉
@gloriosenininahazwe1678
@gloriosenininahazwe1678 11 күн бұрын
Lolo uzotumiri Linah blanche,nawe ndamukunda❤
@positivemind2255
@positivemind2255 11 күн бұрын
Ati umubonye uzoce ushaka wipfire, watuje akanwa kawe ibintu bibi kweli uranambabaje
@nadegekamikazi
@nadegekamikazi 11 күн бұрын
Ntaco wokora ngo umuntu agukunde atagukunda,utwo tuntu twose umuntu akora muri couple ni ukugir urukundo rusanzwe ruhari ruvomererwe.Hama urukundo est un sentiment libre si igisirikare ntanamategeko arimwo umwe wese akunda uwundi uko amusanze.Belle émission courage
@user-gj6et6rg7y
@user-gj6et6rg7y 11 күн бұрын
ami pro the Mc
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 11 күн бұрын
Emery sun wubahwe
@bibikiki8437
@bibikiki8437 11 күн бұрын
Am a big fan of Emery sun❤
@ProtaisCIZA-oh8tx
@ProtaisCIZA-oh8tx 12 күн бұрын
amipron
@loicshi1403
@loicshi1403 12 күн бұрын
Arlette t'es une femme adorable
@loicshi1403
@loicshi1403 12 күн бұрын
Abarundi baragoye cane gose, turetse no kuvuga les hommes en general nakintu bigera bashima, abarundi tweho nurundi rwego. Baronse ico bakuvugako asha utavyihojeje woruha gose
@StephKenny
@StephKenny 13 күн бұрын
Ico kijama kiriyemera sana Anyway uraberew arlette
@ElvysBizoza
@ElvysBizoza 14 күн бұрын
Yabuwanyuma mwishure hahaha ndamwibutse
@herveirakoze7034
@herveirakoze7034 14 күн бұрын
Nsavye turamukunda abimenye!😊
@casoartv257
@casoartv257 14 күн бұрын
Waouh
@KennyNzeyimana
@KennyNzeyimana 16 күн бұрын
Nice kbx ikiganiro cigisha Sana gifise vibes courage
@NikuzeErica
@NikuzeErica 17 күн бұрын
Vyiza CNE👌🥰
@VianneyButoyi-ug5ki
@VianneyButoyi-ug5ki 17 күн бұрын
Noe boss kuciye wiyemer xnaa ndk uciye uvyic vyose kl ntuzosubir kl ngufii am soni mb yaba ufis am soni war kwi fat vide urik ugir ivyugur wakijuj w gaswer
@KuwakuMalumba6895
@KuwakuMalumba6895 17 күн бұрын
This girl, she think she so big girl 😮 to me I think 🤔 she look just noma 😢 the all problems she talk to much French 😊 like in Burundi Bujumbura 🇧🇮 every day know French language. Uyu demu ana jita sex girl 😮 yeye ana zani Burundi Bujumbura 🇧🇮 yote yeye iko tu munene😅 that is so funny 😊 in Burundi Bujumbura 🇧🇮 so many girls are big more then u in Burundi Bujumbura 🇧🇮 stop ✋🏿 give u self pressure😢 u are beautiful 😍 and big girl. So what😮 who care about u😮 no sense 😮 we think about money now😅 no u big gri😢 Focus in live. Don't mind what people's say about u life😢 nani anakujali😅 GOD bless Burundi and all Africa! Ulisha kuwa olewa sasa kisha uzahee. Get merry and have children's. No body's care about u now🇧🇮🇨🇩🇹🇿
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 17 күн бұрын
Nubwo bizognda gt Amipro the Mc ntawundi azomusubirira kbsa
@NikuzeErica
@NikuzeErica 17 күн бұрын
Kabisa
@NikuzeErica
@NikuzeErica 17 күн бұрын
Courage ❤
@chadrackroutine
@chadrackroutine 17 күн бұрын
Gusa we nawe ubishizem kwiyemera kbx gusa turakwemera nk'umwana w'igihugu
@_-wt8ns
@_-wt8ns 18 күн бұрын
Bikugora kuvuga kuko uciramwo amafyeri meshi nikirimi cich antoka wigira umufarasa
@hakizimanaeduige8514
@hakizimanaeduige8514 19 күн бұрын
Ikiganiro ciza caane
@YetTC-qz9td
@YetTC-qz9td 20 күн бұрын
Ikiganiro ciza. Hariho abantu boshobora guhindura neza ibintu bakabishira ku murongo kandi abanyagihugu ni twebwe bo kubaha ubwo bubasha. Uwumva ni yumve
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME 21 күн бұрын
This is the one our Country needs. FRANCIS ROHERO 🧡🤍 Presidential 2027
@lcmedia343
@lcmedia343 21 күн бұрын
Turahari courage❤❤❤
@casoartv257
@casoartv257 21 күн бұрын
Selon toi qui nous suis ,c’est quoi la Démocratie ??
@eyeni9035
@eyeni9035 21 күн бұрын
Oui c'est possible !!! slmnt il faut juste avoir certains limite c'est tout!!!(Par exemple ne pas ce comporter comme des mariés !!!)et ne pas avoir des limites dans une relation amicale, c'est être le fruit d'une mauvaise éducation !!!.. Entre temps une relation amicale,peu aboutir a une relation amoureuse c'est possible !!!
@NoemaNGENDAKUMANA
@NoemaNGENDAKUMANA 22 күн бұрын
Ese B face murapfaniki na diamond kurafitaniy agashush kand turabakund
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 23 күн бұрын
Sujet nziza cane Merci beaucoup ivyo mwavuze vyose ningirakamaro❤
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 23 күн бұрын
Sujet nziza cane Merci beaucoup ivyo mwavuze vyose ningirakamaro❤
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 23 күн бұрын
❤❤❤
@user-rc8pk8lv3p
@user-rc8pk8lv3p 23 күн бұрын
Batibagiwe no kwifunga kuvyara kurugero 🎉
@user-xe1nl7tx4y
@user-xe1nl7tx4y 24 күн бұрын
Dépression post 😔😔bash fo en parler kuk ça fait mal avec 2 bb narayigiz ub rer j suis enceinte noe hargih numv umeng haj iy pre kuk umwn w 2 aracar umwan turaryman c bcp nukur😢
@cappucinella9120
@cappucinella9120 24 күн бұрын
Fablice uri intwari, uciye ubwenge kandi hakagira abandi bameze nkawe bavuka i Burundi tuzovayo cane gose
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 24 күн бұрын
ARLETTE kirazira gukoresha ISABUNE nimwe. Hanyuma kubagabo nabo bafise DUCT(umuyoboro) ushobora kononwa n'ISABUNI canke iyindi myanda kuko abahungu n'abagabo kuko nabo nyene IMMUNITY yabo ihera ahonyene kwiyinjiriro rya DUCT.
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 24 күн бұрын
Ba DAME beza kirazira kwinjiza into kirazira indani.
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 24 күн бұрын
Kirazira gushira ISABUNE kugimba c'irondoka Kuba MAMAN.
@diellamunezero4822
@diellamunezero4822 24 күн бұрын
UN bon sujet vraiment. courage
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 24 күн бұрын
❤❤
@nizigabosco3359
@nizigabosco3359 25 күн бұрын
Very good
@kimana8818
@kimana8818 25 күн бұрын
Sha numva mfis vyinshi vy kuvuga mugabo ndabuze aho mpera naho mpereza🙆🙆 ndashimir Imana les deux bébés mfis ma petite sœur twab turikumw mugb nah ntigez mbura uwumfash vyose nsanz ak dépression post partum katabura
@casoartv257
@casoartv257 26 күн бұрын
Un très bon sujet qui peut aider pas mal de gens, suivez 👌
@AngeMANIRIHO
@AngeMANIRIHO 26 күн бұрын
Je vous aime ❤ nous avons des intelligences dans notre pays 🎉