Chloé Ntare aratinye kurya ipiripiri ndundi Karababa 🤣🌶️🔥

  Рет қаралды 23,148

Best of 257 Official

Best of 257 Official

10 ай бұрын

#karababa with Alvin Smith na Lysa Carla Igiraneza #bestof257 ‪@alvinsmithofficial‬

Пікірлер: 56
@keinakeza8334
@keinakeza8334 10 ай бұрын
Nakunze ukuntu Chloé yunviriza akishura calmement ari pose🥰🙏🏽 Elle impose le respect bisous à elle 🤭😘
@loicbienfaitcakweri3162
@loicbienfaitcakweri3162 10 ай бұрын
Kubona wariye ipilipili ku kibazo ca 5, nakwemeye kabisa ! Kubisanzwe uri honnête !!!!
@huguetteniyonzima8586
@huguetteniyonzima8586 10 ай бұрын
Claraa nukuriii urarengejeee......,,gerageze ukosore uze uravuga caneee.😊😊
@elogemillerigiraneza7151
@elogemillerigiraneza7151 10 ай бұрын
Kubw Ukumutumira atumye kuv ubu ntangura kuza ndabakurikirana kuko NDAMUKUNDA cane peeuh 😍❤️
@justinhatungimana6740
@justinhatungimana6740 10 ай бұрын
Cloé numwana mwiza kandi aratuje sana sana kweri :Cloé wubahwe cane gose
@user-po5sg6vh4c
@user-po5sg6vh4c 4 ай бұрын
❤❤❤❤ ndabakunda bros, uyu mutumirwa ni mwiza shahuuu. Akwiye murugo niba atarufite. Ubalikiiiwe sanaaaa Zaidi brother,.... much lv from pichou Paul in Kenya Mombasa exactly cost.
@cocochanelle258
@cocochanelle258 10 ай бұрын
La fille est très belle !eeeh alvin baguhaye compliment bica vyanka ku subira kuvuga 😅😅😅
@angemelissakanyamuneza8334
@angemelissakanyamuneza8334 10 ай бұрын
Belle et intelligente !!😍😍
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 8 ай бұрын
Yishura bien Chloé. Bravo Coco :)
@safian.9518
@safian.9518 10 ай бұрын
😂😂😂😂après le compliment Alvin vyanse ko avuga😂😂😂😂
@user-qv8mk4om4p
@user-qv8mk4om4p 9 ай бұрын
Wubahwe wishura bein 😍😍❤️❤️
@famoustv4588
@famoustv4588 10 ай бұрын
Bonne émission ! 🍟
@iteritekasimplice8027
@iteritekasimplice8027 9 ай бұрын
Ico nkundira uyo aramanza agatuza akakwishura atekanye ataguhuzagurika birimwo ukabona kakwishura ibintu azi kbx respect
@arletteizere4859
@arletteizere4859 10 ай бұрын
Ndasavye Lisa azoze aravuga cane, ibibazo vyiwe ntanakimwe numvise, sinzi abumvirije muma écouteurs
@Irhubert2263
@Irhubert2263 10 ай бұрын
No muma écouteur vyumvikan nabi sound ntiyari meze neza Iyo production niyar fleshy
@Karol97875
@Karol97875 10 ай бұрын
Chloé NTARE ndagukunze saana
@FiftyD
@FiftyD 10 ай бұрын
ikigani ni fresh cane, ariko mukuremwo amazi kubera ntabwo aba ahanywe.
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire 10 ай бұрын
Izo sambusa umuntu yozisanga hehe
@cubahirodadyqueen4560
@cubahirodadyqueen4560 10 ай бұрын
Salut ! Ikiganiro canyu ndagikunda ariko lysa zuragerageza uvuge caneeeee harigihe tutumva neza ikibazo ubajije
@nancyina5241
@nancyina5241 9 ай бұрын
I agree, ChloE araryoshe: aratesa vrmnt...!!! Alvin na we iyo compliment bamuhaye: Ni ukuri, lol hehehehehhh...!!!
@octave8873
@octave8873 10 ай бұрын
NI KARABABA YAMA BASE
@acool5614
@acool5614 9 ай бұрын
Ni umuhanga ❤
@berrydushime7442
@berrydushime7442 10 ай бұрын
Carla buvuga cane misi yose wamuvuga buhoro eee
@ingabirechantrene2933
@ingabirechantrene2933 10 ай бұрын
Carikiryosh ndavuga ikiganiro
@safian.9518
@safian.9518 10 ай бұрын
@alvinsmithofficial iyo téléphone uguma ukubita ku meza please bireke.
@nadegeirankunda7499
@nadegeirankunda7499 10 ай бұрын
izo sambusa umuntu yozikurahe?
@alexahayo6235
@alexahayo6235 10 ай бұрын
😍😍😍😍
@inabigwiraelsie1496
@inabigwiraelsie1496 10 ай бұрын
Miss Erica she’s the best female artist Chloe yahengamiy kubagenzi biwe
@Olimalkey123
@Olimalkey123 10 ай бұрын
Avuze Bake najewe sindajamwoo nanyitege murama😂
@benignenibitanga2051
@benignenibitanga2051 10 ай бұрын
Harukuntu rero ikikiganiro kitigera kincika kubera la vache😂😂
@ndoricimpasimplicite3448
@ndoricimpasimplicite3448 10 ай бұрын
None Clara micro yiwe gt ?
@Bestof257Official
@Bestof257Official 10 ай бұрын
Question yambere 🤣🔥🔥
@cocochanelle258
@cocochanelle258 10 ай бұрын
Carla vrmnt pliz il faut kuduza voix ntanakimw twumva uriko uravuga gerageza ucangamuke gato iyi émission iraryosh pliz gabanya amasoni alvin il faut gufasha carla
@ntsnziarmelkinte1695
@ntsnziarmelkinte1695 10 ай бұрын
Mugire effort muzoze muragikoresha umuntu yanyoye shot niho umuntu atabesha🤣🤣🙈🙈
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 10 ай бұрын
noe mubajij ku muntu yob amaze kwiba ninde yovyemanga ham bamubone kwar igisuma😎
@EmmanuelNiyonkuru-sj8hz
@EmmanuelNiyonkuru-sj8hz 10 ай бұрын
Ntakuntu mwoza murabaz na artist ba bahungu ???
@ennymuhimpundu3121
@ennymuhimpundu3121 10 ай бұрын
J muzontumire ntanakimwe nzishura kugira nirire i pilipili kuko ndayikunda muzozane nindimu😂
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 9 ай бұрын
Turagowe tuzohava dusanga atamukobwa numwe ari vierge tugifise mu Burundi ntamukobwa numw ndabona muzanye ngaho mumubajij ati wabaye deviergé ryari aravugati sindaba deviergé😂
@niyonkuruconsolee7820
@niyonkuruconsolee7820 10 ай бұрын
Lysa vuga cane hewe
@HarushamagaraAbdoullah
@HarushamagaraAbdoullah 10 ай бұрын
Jewe igihe dusohokana yambwiye indwi
@clairiaarakaza4566
@clairiaarakaza4566 10 ай бұрын
Clara ijwi rvyiw ntirisohoka neza..ntitumwumva
@dorineshemam
@dorineshemam 10 ай бұрын
Mubikina nabi mugomba gushiramo ipilipili nyinshiiii
@awilliambigmaster3199
@awilliambigmaster3199 10 ай бұрын
Carla nabe avuga cane mukubaza kuko ikibazo haraho tutavyumva,il faut parler comme le magistrat, journaliste, l'enseignante
@mugishatherence20
@mugishatherence20 10 ай бұрын
2ème journaliste, il faut mettre du volume
@Bestof257Official
@Bestof257Official 10 ай бұрын
Eeh iyi igihe tuyifilma ntitwari bwagure micro yakabiri 😢
@matogotahermes4729
@matogotahermes4729 10 ай бұрын
yeap ntakiryoshe nkokumva how muvugisha ukuri keep it up
@darcyakimana5587
@darcyakimana5587 9 ай бұрын
Carla avuga bukebuke cane nyimba atajwi afise nabareka ikiganiro kuko ibibazo vyiwe ntivyumvikana😥
@fionairiho8258
@fionairiho8258 10 ай бұрын
Clara buvug cne uriko urasoma ibibazo
@Irhubert2263
@Irhubert2263 10 ай бұрын
Imbere yogu posting suzuma Sound Guys, ntimeze neza Ikindi ibibazo mwabajij biri simple gusumvya ivyo mwabajije Mooo
@christinechristine-5619
@christinechristine-5619 10 ай бұрын
Mooo baramuboneye cane
@Sam_relaxing_music-Ali
@Sam_relaxing_music-Ali 10 ай бұрын
Je pense absolument pas que c’est la vérité peut-être environ 10 ou bien 8 parce que elle est belle pitonne est-ce que je vois je le connaissais pas encore mais je peux voir dans son visage
@coolboy1262
@coolboy1262 10 ай бұрын
Ab badad bigir ibint vyinsh knd basazw uy nimb ar Chloé n mow kenzie barasazw sn in harih ab dem beza CN knd babasumb nakur knd batekany batishim niy mamv ab usang batarongogw cnk z mariage zaw zitaramb kuber ubwishim nokwibun sn knd basazw vrmt uraz abn dufis beza babazumba nakur muga batekanye
@aburundiangirl151
@aburundiangirl151 10 ай бұрын
Clara uvuga buke cane, on entend presque rien
@michoumiracle_official
@michoumiracle_official 10 ай бұрын
@bestof257 murabe song uyu mu dada akorana n'a Alvin ntitumwumva
@EmmanuelNiyonkuru-sj8hz
@EmmanuelNiyonkuru-sj8hz 10 ай бұрын
Ntakuntu mwoza murabaz na artist ba bahungu ???
@mediatricenihangaza874
@mediatricenihangaza874 10 ай бұрын
Baramaz kuza Emery Sun na Masterland
MEGA BOXES ARE BACK!!!
08:53
Brawl Stars
Рет қаралды 35 МЛН
Получилось у Вики?😂 #хабибка
00:14
ХАБИБ
Рет қаралды 7 МЛН
A la rencontre de Chloé NTARE
9:25
Together in Action
Рет қаралды 1,2 М.
🦈 Ifi iyo zigwaye, bisaba mafaranga 1500 Fbu atarenga...
11:42
Nuku Burundi
Рет қаралды 1,5 М.
Position ukunda cane n'iyihe Kim Nana ft @alvinsmithofficial#karababa
40:22
Best of 257 Official
Рет қаралды 24 М.
В поисках семьи😢😱
0:56
Следы времени
Рет қаралды 8 МЛН
Мама хитрая😂​⁠​⁠@ladymilanapap4610
0:16
МишАня
Рет қаралды 1,6 МЛН
Love Challenge With Mellstroy And Mrbeast
0:19
BigSchool
Рет қаралды 7 МЛН
When You Get Ran Over By A Car...
0:15
Jojo Sim
Рет қаралды 13 МЛН
Это что за ?
0:27
ЛогикЛаб
Рет қаралды 1,5 МЛН