Position ukunda cane n'iyihe Kim Nana ft

  Рет қаралды 25,270

Best of 257 Official

Best of 257 Official

Күн бұрын

Uje kuri karababa ibintu birashuha hahaha Kim Nana uu maquilleuse yinjiza é Million par mois aje kuri Karababa guhura na La vache originale na Lysa Carla. WAtch the entire episode

Пікірлер: 98
@kenny-gofficiel8287
@kenny-gofficiel8287 11 ай бұрын
Naturellement très jolie la Kim Nana😍😍 Façon elle répond intelligemment reo😍🔥Next week, witege amashugwe🥰🌹💐
@BernardNAHISHAKIYE
@BernardNAHISHAKIYE 11 ай бұрын
Uyumukobwa ndamukunze!! N'imvugakuri!! Felicitation Nana!!!!
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 ай бұрын
🙏🏽🙏🏽
@irakoze3762
@irakoze3762 11 ай бұрын
Yarigeze kunsiga nez tiro ingozi ndaryoherw nasa b1 sana Kim❤️ nzokuzanira gift ninaza burundi
@nanakim9451
@nanakim9451 11 ай бұрын
❤️❤️
@kiki_official2577
@kiki_official2577 11 ай бұрын
Franchement 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾 pour cette fille yishuye nezaa ibibazo, Elle maitrise Kandi ari sur d'elle meme enfain pour la 1er fois
@mimie58
@mimie58 11 ай бұрын
Sa clarté et sa sincérité m'épate 😍😍😍😍ari na trop intelligente❤️❤️ Bisous kim Nana 😘
@ChadeauMabano-kl3tl
@ChadeauMabano-kl3tl 11 ай бұрын
Waaauuuu nukuri vraiment uyumukobwa ari directe vraiment yishuye neza vraiment respect kbx ikiganiro kiraryoshe abaye umukobwa wambere avugishije ukuri hano
@SabumuremyiVenuste
@SabumuremyiVenuste 7 ай бұрын
J'aime tres bcp cette fille ,elle a dit la verte
@Nicecamille
@Nicecamille 11 ай бұрын
Vrt j'aime bcp, elle est très honnête,intelligente et naturellement belle.she deserves the best and flowers for sure😊😊😊
@aburundiangirl151
@aburundiangirl151 11 ай бұрын
This girl is just wooww😍😍♥️♥️
@destineeingabir1372
@destineeingabir1372 11 ай бұрын
Shn nta muntu atesa nka kim nana👌🥳🥳🥳yooooh aratesa
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 11 ай бұрын
Je Alvin vrt ahantu uri hab hari vibe kndi uri direct keep going Alvin uvuga ukuri
@skybingabireyimana-vz1xd
@skybingabireyimana-vz1xd 7 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥
@ChadeauMabano-kl3tl
@ChadeauMabano-kl3tl 11 ай бұрын
Hama umuhungu amaze kwishura akaba directe cane nkuyo mukobwa ni Dramat naw respect kbx
@KA__Divin
@KA__Divin 11 ай бұрын
Barundi twesee ndi hasiiii 🤲😭🤣🤣🤣🤣🤣
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 11 ай бұрын
Ndagukunze kubera Uri ouverte
@Farida-k4l
@Farida-k4l 11 ай бұрын
Kim Nana nagukunze pee uvuga ukuri ndasavye ubugenzi😊😊😊❤
@euphrasiendagijimana6841
@euphrasiendagijimana6841 11 ай бұрын
Je suis grandi à Bujumbura 😂😂😂😂😂😂 merci 🙏🙏🙏
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 11 ай бұрын
Kim ni keza vraiment
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 11 ай бұрын
😛😂😂😂😂 la vache ngumutipe ngwaryama umutwe urimwibase🙄😎😎😍😍😛😛
@setaseeta9779
@setaseeta9779 11 ай бұрын
Jew ibihora binryohera vyose n'ugutwenza kwa Alvin😂😂
@GacutiNiella
@GacutiNiella 11 ай бұрын
Kim take your flowers vrt💐👌❤
@irakoze01
@irakoze01 11 ай бұрын
Je suis grandi à Bujumbura 😂😂😂😂😂😂
@copainniyongabo5921
@copainniyongabo5921 11 ай бұрын
Mubisazw kugir igihug giterimber bakenew abakobw nkuyooo😂🤗😂😂😂
@nduwimana669
@nduwimana669 8 ай бұрын
She is honestly ❤❤❤kim
@christabellaininahazwe6066
@christabellaininahazwe6066 11 ай бұрын
Bravo kim Nana🎉🎉🎉🎉
@christellanirere1791
@christellanirere1791 10 ай бұрын
Mr6 Kim Nana😍😍😍😍
@BerniceNellaGAKIZA-dq1mh
@BerniceNellaGAKIZA-dq1mh 11 ай бұрын
Kim vrt sinarinzi ko uri honnête uko kose,je suis ta fanne vrt👌 21:01
@axcel_257
@axcel_257 11 ай бұрын
Direct gyl amashurwe yae bayaguh🎉❤
@jimcolinmatonde6039
@jimcolinmatonde6039 11 ай бұрын
Elle est vrt honnête
@evrarddushime3420
@evrarddushime3420 10 ай бұрын
Big shout-out Kim nana👊👊👌👌💕
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 11 ай бұрын
😂ikiganiro cari kiryoshe vraiment
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 ай бұрын
Merciiii
@Bigpappy01
@Bigpappy01 11 ай бұрын
Sikia sasa😂😂😂
@keinakeza8334
@keinakeza8334 11 ай бұрын
Respect à toi kim Nana 😂🤭😘
@VaC006
@VaC006 11 ай бұрын
Kim the missionary who discovered makeup lol
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 ай бұрын
😆😆
@guy7712
@guy7712 11 ай бұрын
😂😊
@cynthiairakoze3025
@cynthiairakoze3025 11 ай бұрын
Num chrie sha nanj ndayihurijekooo naweee😊😊
@AnniellaGalyam
@AnniellaGalyam 11 ай бұрын
Cuddo bestie♥️ Wishuye neza ma belle😘
@nanakim9451
@nanakim9451 11 ай бұрын
❤️❤️
@ingabirealainthia6303
@ingabirealainthia6303 11 ай бұрын
Mwahorah vrt
@dididivine8850
@dididivine8850 11 ай бұрын
Dukeney monia fleur
@cyriaquendihokubwayo4086
@cyriaquendihokubwayo4086 11 ай бұрын
Très jolie ❤❤❤❤
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 11 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣iyi émission yama inyicaa 🤣🤣🤣
@bukeyenezadivine724
@bukeyenezadivine724 11 ай бұрын
Flcitatio pour elle🤍🌹🌹
@aymaraymar3712
@aymaraymar3712 10 ай бұрын
Tu suis grandi kbs😄😄😄
@gishikaprince5920
@gishikaprince5920 11 ай бұрын
That girl ❤🔥🔥🔥🔥
@nahimanajohnson2221
@nahimanajohnson2221 11 ай бұрын
Mubikora neza
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 11 ай бұрын
👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾félicitations vrmnt Kim Nana Ikiganiro caryosheee
@MUNEZEROKevin-tk3py
@MUNEZEROKevin-tk3py 11 ай бұрын
Kim nana hejuru yaryoheje ikiganiro ❤❤
@MahangaSophia
@MahangaSophia 11 ай бұрын
😂😂😂i love this show
@shemaarnould6486
@shemaarnould6486 9 ай бұрын
Nana tellz truly
@christainc.5217
@christainc.5217 11 ай бұрын
Kuririmba vyanse mukorogo wayihevyuraberewe bwabudemu warahevye kubukinisha😂😂
@alaninalvittaavnin7505
@alaninalvittaavnin7505 11 ай бұрын
Turamushaka double jay na Monia Bashaa turabashaka
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 ай бұрын
Twabandikiye ntibararonka umwanya
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 11 ай бұрын
​@@Bestof257Official Muzozane Cece wo kuri Tike toke (umwe Dram t yakunze)
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 ай бұрын
Hahaha urashaka akavuyo, sawa tuzomutumira@@karoprint-nb7mu
@m_nick4750
@m_nick4750 11 ай бұрын
21'30" nana mukajwi koroheje ati "karacari vierge"? Ashaa birumbikana neza cane 😂😂 Alvin nawe kwl yavyemeye nkuwumaze kubipima 😂😂 kim ukuntu bimutangaje navyo nyene si ibisanzwe 😂
@BrianNsabimana
@BrianNsabimana 11 ай бұрын
J’ai rien contre elle mais 2millions par mois c’est abusé 😂😅
@bellairadukunda2263
@bellairadukunda2263 11 ай бұрын
Alvin❤❤❤❤
@Bigpappy01
@Bigpappy01 11 ай бұрын
Za Dogstyle nazo mn???😂😂😂🙊🙆🏾🙆🏾🙆🏾🤒😁💉
@darcisn
@darcisn 11 ай бұрын
Double jay and b face turabakeney
@LiesseDado
@LiesseDado 10 ай бұрын
Mwoshobora kundonsa adress yaho Kim nana akorera make up
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ndabuze comment novuga kuk ikiganiro kiraryoshe
@nyamurangwajeanmarie5331
@nyamurangwajeanmarie5331 11 ай бұрын
Bavuga abahuje amanyo barogagana
@shemaarnould6486
@shemaarnould6486 9 ай бұрын
Arvin aca bwivu
@NshikiriyeFabrice
@NshikiriyeFabrice 11 ай бұрын
Ikiganir Ni ciza
@berrydushime7442
@berrydushime7442 11 ай бұрын
Muzozane b face
@bukombembisa1999
@bukombembisa1999 10 ай бұрын
uwo mukobwa wo hagati ndashaka numero yiwe
@GraceDivine-q3j
@GraceDivine-q3j 11 ай бұрын
Bavuga cokikwe Na chloe
@jmc2196
@jmc2196 11 ай бұрын
Mbe nagaki kababa ?? Ga ntuze 🤣🤣🤣
@ChadeauMabano-kl3tl
@ChadeauMabano-kl3tl 11 ай бұрын
Viber za bien kbx kuri alvin
@youngboyz1683
@youngboyz1683 10 ай бұрын
2millio par mois?😂😂😂
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 11 ай бұрын
Ndabakunda vya hatari ham thx Kim nana je nshaka adress hubwo nzoj kumushorera please ndamuh num client ari permanent
@babywriter.99
@babywriter.99 11 ай бұрын
Galerie glic numéro 35, mpande ya Cristal club
@raoultunchi5927
@raoultunchi5927 11 ай бұрын
Position Missionnaire ngo bimez gt kubantu tutazi igifaransa?
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 11 ай бұрын
Yabisiguye ncuti
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka 11 ай бұрын
Umugore hasi umugabo hejuru 😂😂😂 yayindi ya papa na mama!!
@nimbeshahokevin4825
@nimbeshahokevin4825 11 ай бұрын
Muzohore gukoresha amata/lait de soja kuko amazi burya ntafasha
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 ай бұрын
aho challenge ica yoroha cane , maybe at the end yikiganiro
@marinaniyonzima2318
@marinaniyonzima2318 11 ай бұрын
😂😂😂😂
@popquent_b-bq2zg
@popquent_b-bq2zg 11 ай бұрын
someone to give me IG name of this girl😂
@ueush643
@ueush643 11 ай бұрын
Indaya mbaya 😮😮😮
@Gabriella-i7e
@Gabriella-i7e 11 ай бұрын
Indaya ni so
@ueush643
@ueush643 11 ай бұрын
@@Gabriella-i7e urumva ingene yishura ibintu vyubusambanyi ntankomanzi ngo missionary barundi twese nkuwo ninde yomutwara usanga ari uburaya bweruye no kumugaragaro
@Umurundi100
@Umurundi100 11 ай бұрын
Bro pls keep a little bit away ur wife mukiganiro 🤦🤦🤦birarambir gee . Alvin🌚come on gee🤦❗️❗️
@melchiadehishakiye8639
@melchiadehishakiye8639 11 ай бұрын
Birateye isoni n'agahinda .kandi ndababwire ukuri ibi bizosiga abantu habi cane .vyiza twohinduka tugahangana n'iterambere ryiza kandi tukarya ivyo twabiriye akuya kuko ivya gusa ni bibi .
@valeurboyvaleur
@valeurboyvaleur 11 ай бұрын
💀🤔🤔
@UwimanaRichard-g5n
@UwimanaRichard-g5n 11 ай бұрын
B face turamushk
@Umurundi100
@Umurundi100 11 ай бұрын
Bro keep a little bit away ur wife mukiganiro 🤦🤦birarambir gee🤦@Alvinsmith come on gee🌚❗️
@Just_Design.
@Just_Design. 11 ай бұрын
Umukobw mubi nkuy nind yomuronder kwr
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka 11 ай бұрын
Mubi kuri wewe apana kubandi. Ka nana gafise ubwirabure bwiza, du chocolat delicieux! Uwokampa ngo ngatemwo! 😂😂
@abdallahalhrbi3621
@abdallahalhrbi3621 11 ай бұрын
Wew ntumuzi muri secondair...ubu asa na Bikila mariya😢
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 ай бұрын
Twereke isura yawe turabe uwokurondera.
@safian.9518
@safian.9518 11 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥
@Umurundi100
@Umurundi100 11 ай бұрын
Bro keep a little bit away ur wife mukiganiro 🤦🤦birarambir gee🤦@Alvinsmith come on gee🌚❗️
Как мы играем в игры 😂
00:20
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 3,3 МЛН
Inside Out 2: ENVY & DISGUST STOLE JOY's DRINKS!!
00:32
AnythingAlexia
Рет қаралды 14 МЛН
From Small To Giant Pop Corn #katebrush #funny #shorts
00:17
Kate Brush
Рет қаралды 72 МЛН
iPhone or Chocolate??
00:16
Hungry FAM
Рет қаралды 47 МЛН
Rumonge City: A Casual Tourist's Delight (23 Summer Vlog 5)
9:36
GATEKA Documents
Рет қаралды 9 М.
LinoG yanse kurya karababa 🤣🔥🌶️ @LinoG_Umvukuri  @alvinsmithofficial
18:45
Как мы играем в игры 😂
00:20
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 3,3 МЛН