Waaaaoooh urakoze caane Claudette,,,,vyukuri ni vyiza caane kubana n umuntu afite umubano mwiza n IMANA kuko hari ivyo adakora ataruko atinya uwo bubakanye mais aruko atinya gutakaza umubano we n IMANA waaoooh ico nico ciza kugira IMANA faundation y urugo.. Vyukuri guhitamo uwo mwubakana ni ikintu co kwitondera kuko bisaba gukunda mugenzawe nkuko wikunda ikirenze ikitanga Eeeh basore muraba mwumva being a man is not easy ....uhezagirwe caane Claudette ❤
@UwaJanvielАй бұрын
Uku ni ukuri kuzuye merci bcp,kandi Imana ikomeze ikuzuze ufashe imitima ya benshi.I love you❤
@tuyishimiresophie7818Ай бұрын
Ku mutima niho ubarizwa hejuru cyane kd ndagukunda cyane uri umujyanama wibihe byose