No video

CNARED yisunze ibibazo igihugu kirimwo isaba ko leta ya Ndayishimiye yotanga imihoho

  Рет қаралды 1,971

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Ubutegetsi bwa Evariste Ndayishimiye n’abo bari kumwe mu kurongora igihugu bakwiye gutanga imihoho hakiri kare canke na ho inzego z’umutekano hamwe n’urwaruka bafate ibintu mu minwe kuko ubwo butegetsi bwananiwe gutorera inyishu ibibazo vyinshi bihanze igihugu n’Abarundi. Ivyo biri mu vyashikirijwe mu mwiherero w’urunani CNARED-Giriteka ruhurikiyemwo abanyepolitike batavuga rumwe na leta y’Uburundi. Urwo runani rukerekana ko abatwara igihugu muri kino gihe cabananiye uravye ubukene butagira izina bw’ivyankenerwa buri mu Burundi. Onésime Nduwimana, umunyabanga shingwabikorwa wa CNARED, akavuga ko akarwi k’abasirikare karongoye igihugu karengewe n’ibibazo vy’igihugu ari na co gituma umukuru w’Igihugu yama yidoga iminsi yose ata nyishu atanga.

Пікірлер: 4
@RudakemwaJeanBosco-q6c
@RudakemwaJeanBosco-q6c Ай бұрын
Ibipatane birakwishe mubugande none uriko ubweja
@user-ei9zz1gs7k
@user-ei9zz1gs7k Ай бұрын
Birababaje cane kubura ayucira nayo umira
@Irene28092
@Irene28092 Ай бұрын
Ewe Onesime, Ubu uravuga ayamuhe. Kera wavuga ayandi, tu cherches le pouvoir gusa
WHO CAN RUN FASTER?
00:23
Zhong
Рет қаралды 45 МЛН
The Joker kisses Harley Quinn underwater!#Harley Quinn #joker
00:49
Harley Quinn with the Joker
Рет қаралды 12 МЛН
黑天使遇到什么了?#short #angel #clown
00:34
Super Beauty team
Рет қаралды 47 МЛН
Témoignage de Dieudonné Hakizimana, militaire ex-FAB.
31:00
Tele Renaissance
Рет қаралды 105 М.
Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!
6:19
Mashariki TV
Рет қаралды 50 М.
VP Sara Duterte at Rep. France Castro nagkainitan sa budget hearing
7:54