No video

Igice ca 1 c'ibibazo abamenyeshamakuru babajije Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo n'inyishu yabahaye.

  Рет қаралды 19,663

Cndd-Fdd - TV

Cndd-Fdd - TV

Күн бұрын

Mu gice ca mbere c'ibibazo abamenyeshamakuru babajije Umunyamabanga mukuru w'Umugambwe Cndd-Fdd Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo mu kiganiro yabagirishije kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 24 Ndamukiza 2024, mu ntara ya Ngozi, Umunyamabanga mukuru yarishuye kukibazo kijanye n'abavuga ko Umugambwe CNDD-FDD ufise uruhara mw'ikurwa ry'Umushingamateka Agathon Rwasa ku burongozi bw'Umugambwe CNL, Itangazo riherutse gusohorwa n'Abepisikopi Gatorika bo mu Burundi, inyigisho zigiye gutunganywa ku biswi vy'inkona, n'ibindi.

Пікірлер: 22
@HabaAugustin-fs2sd
@HabaAugustin-fs2sd 4 ай бұрын
Iyo ubujuju bwitiranijwe nugukunda igihugu ,ubwenge buhinduka icaha mukomeze inkubisi yacane yayitarukirijeko ,
@digitalhead1345
@digitalhead1345 4 ай бұрын
Ico kutinjirana telefone mukazi nico
@donnezi9884
@donnezi9884 4 ай бұрын
abubahwa bacu nimutwereke mubikorwa ko muriko mwitaho uburundi bwejo ndavuga aba jeunes mukurwiza ubuzi, kwubaka inganda,... Mutwugururire imbibe kuko akanyoni katagurutse ntikanamenya iyo bweze Hama muturekere amafranga mvamakungu akoreshwe ukuri kwamye kuko kuva muyihanije yarushirijeho kuduga ari naho amarundi aca ata valeur produits zikazimba cane igikuru ca vyose mugarukire agateka k'umuke e turabemera cane please fata ingingo zorohereza abenegihugu kuko biragoyeko Uburundi bubaho nka America mwaka kanya umuntu muto niwe ahabonera
@ClaudeNdayishimiye-im8oe
@ClaudeNdayishimiye-im8oe 4 ай бұрын
Tuze turiga kuvuga nukuryamira Abandi kuber nimwe mubakuriye nimwe mukwiye kubafata kumitima icamber mubanze mugire umutima muwushiremo urukundo niho ubasha kumva nukubona nukugwanya ikibazo cuwundi Abategetsi bacu ibindi turabona murabishoboye Ariko Habura kimwe gusa knd ico kibura nico gikomeye Urukundo kwita kubandi Abo mukuriye tumenye Twige kwita kubene muntu Dukurikirane bishiboka Abo dusumba tumenye kubitaho ninguvu ndemanwa Erega Ntabandi dutaho umwikomo mugihe Mutari kudukurukirana Nimwe turaba mwe bakuru bacu nimwe twahisemo please Abakuru mufashe bose mubereke ueukundo twimvanemo dufashanye bibineka Umwanya nuyu muwukoreshe ivyo musabwa nabenegihugu Tugwaneko Tugire CND FDD
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 16 күн бұрын
Mbereveriyano jewengomba ndakubaze?...wewega iyosiyubutundi warayiranguyee canke mbega kowigira mwichi canee uzorambira mwiyosi ..uzopfaa .napitankurunziza yarayisize iyosi
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 16 күн бұрын
Wewereveriyano urikigugu cumugabo , wewe nuriumuchingantahe urumukungu
@Caroline.1727
@Caroline.1727 4 ай бұрын
FDD NIBISUMA GUSA,
@kazabukeye
@kazabukeye 4 ай бұрын
Goreth Kamikazi muvyamupfunze harimwo kwita abantu ibikoko: Aho yise "les femmes intwari" ngo ni "Inkware ku mudugo". None mwebwe ko abana banyu mubita "ibiswi vy'inkona" ubwo Kamikazi ntiyapfunzwe kubera ari umututsikazi conyene ivyo gutebura bikaba vyavyuye agashavu umuhari FDD warubafitiye kuva kera? None ubu apfunzwe les femmes intwari baciye baduza agaciro batari bafise? Ntampuhwe bafise? Murakoze
@ltirnzimenya455
@ltirnzimenya455 4 ай бұрын
Cndd fdd🎉🎉
@ericnkunda1464
@ericnkunda1464 4 ай бұрын
None aho ariko arishura ibibazo yabajijwe??
@justincodyy6058
@justincodyy6058 4 ай бұрын
Fdd bafise inyo mumitwe yabo sinzi ko bibona aho ibindi bihugu bigeze///)))(((RABA NKIVYO BISHUKA BAMBAYE AMBARA ISUTI MWABISUMA MWE….fddd umugabwe wibijuju
@digitalhead1345
@digitalhead1345 4 ай бұрын
Wewe kuvuze ngo nawe warasavye kuzoca ukora arrêt zimodoka mukwihagarika kwabantu umu Nya politique yivanga muvyo kudandaza nkande
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 4 ай бұрын
Nta mugambi wo kugura indege numvise none air Burundi izoguma yakira izabandi gusa
@boashamah3642
@boashamah3642 4 ай бұрын
Iyi ngeso yo kwishurira ibibazo vyose hamwe wapi kabisa Niho usanga bimwe bitishuwe
@B.s3909
@B.s3909 4 ай бұрын
Ariko Cndd nimubonako tugeze muri 2024 sinkakera batubesha technologie itaraza , cabananiye numwana wo muri 2025 arabona ububeshi bwanyu.
@ericmugisha
@ericmugisha 4 ай бұрын
iyoporitike siyo ivyo nibintu vyoguhenda abene gihugu
@jewewewe1957
@jewewewe1957 4 ай бұрын
Aho amavola yaterewe, ubu nagira hageze aho gutanga le bilan? Kandi abarundi si intama,vyose vyategerzwa guca mu nama n'ingingo, none vyoose ni kudutwaza umukazo?
@anicetdoto6526
@anicetdoto6526 4 ай бұрын
Mwibuke nikibazo c’amabarabara
@clementdusabe3941
@clementdusabe3941 4 ай бұрын
👊
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 17 күн бұрын
Mwabijujumwe
@HabaAugustin-fs2sd
@HabaAugustin-fs2sd 4 ай бұрын
None abaoyobozi bacu iyo bagiye hanze bararaba amabarabara bacamwo?barabona aho basumira uko hasa😢?mwakoze ikosa kwiba igihugu cananyu Raba mufise imodoka nziza arko ntahomuzicisha,mufise amazu Meza arko muyinjira mutaragurik😅a😂😂😂😂😅😅
@cidemike6264
@cidemike6264 4 ай бұрын
FDD mukwiriye kwiga political mugahinduka kandi mukibuka ko igihugu atariciwanyyu gusa Muze mufata inyigisho hano kzbin.infoJh39kW2vDo4?si=VsmDBysFcH4i1hbI
Dad gives best memory keeper
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 20 МЛН
Чёрная ДЫРА 🕳️ | WICSUR #shorts
00:49
Бискас
Рет қаралды 7 МЛН
Фейковый воришка 😂
00:51
КАРЕНА МАКАРЕНА
Рет қаралды 5 МЛН
Pierre Nkurunziza dans Halleluya FC
2:06
Willy Nyamitwe
Рет қаралды 287 М.
Dad gives best memory keeper
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 20 МЛН