Ababanyamakuru ntabwo ari aba professionel kuko bariko baramuvugira ivyo atavuze kandi babivuga nibigirankana.yavuze ko gukorana na congo urwanda bitaruraba ariko bo babeshe ko yavuze ngo uburundi gukorana na Fdlr, kandi ntavyo yigeze avuga.muri abanyamakuru ba feke gusa kuko mukutubesha mwibaza ko ikiganiro tutaciyumviye
@FtmE12915 сағат бұрын
Yavuzeko twagiye muri kongo imwaka mirongo 30 dukurikiye fdlr Kandi tugateza akajagari muri kongo rerowe aje gufasha Kongo kwicha aba tutsi (ngoninyeshyamba) Ha nyuma akavuga ko dukora akajagari Niba ababyeyi be bataramwigishije kubaha abantu nakore na amashuri yanimugoroba
@EmmanuelNzita-b2k2 күн бұрын
Mulabanya shenga koko ntamakulu muba mulima nugushwéza gusa
@JacquesVyizigiro2 күн бұрын
Yebagabo muvyomuvuga muze mutandukanya ub Burundi numugabwe muze mubisobanura kuko umugabwe urahava ariko Burundi buzamaho bisigureko ivyavugiwe mumugabwe bitandukanye n'a nivyovugwa n'a système yu Burundi
Yavuze gukorana na congo misubizemo ijambo ibya Fdrl ntabyo numvishije pee kerekani Niba congo Ari FDRL
@FtmE129Күн бұрын
Yavuze gukorana na kongo (Wazalendo =Fdlr =Burundi) Donc ariwe ari Kisekedi nti bavugisha ukuri Kandi burigikorwa dukora aha kwisi gifite igihembo cyacho Ou bien igihembo cya Gisekedi ou bien igihembo k’Imana 🙏 Ntiyibeshye nahoyaryarya abamwumva Ariko Imana ibona byose natishyura abana be bazishyura 🙏🙏
@samueltwizerimana589017 сағат бұрын
Abanyamakuru bo mû Rwanda nuko mukora analyse ?muri hasi caane kuko numvise mumuvugiye ivyo atavuze.yavuze kubijanye nogukorana n'a Congo ariko ababagabo babeshe ngo yavuze ngo gukorana n'a Fdlr.nta bunyamwuga mufise kuko iryo jambo benshi twaryiyumviye ahubwo muramaramaye pee
Muribesha cane! Subiramwo nez ivyo yavuze mureke kubesha rubanda, yavuze gukorana n'a RDC ntiyavuze FDRL. KND YAVUZE KO MUBEREKA AHA FDRL IRI NGO BAYIRASE MURANKA NON MUGANIWIWE (AKOKAJAGARI MUTERA MUBIHUGU BITURANYI NKAVYOSE VYURWANDA KAVA KUKI????) CANKE MURI BANTAMUBANO MWIZA!
@EmmanuelNzita-b2k2 күн бұрын
Kubesha nibwo babamo
@SamuNtaki-e5u2 күн бұрын
Les imbeciles be changent pas.ubu bugabo bwo murwanda bwigize imihirimbiri yikubesha NGO burikuvuga amakuru
@ismangirabakunzi519Күн бұрын
bayobewe ahobari x kand bafatanya mukurwana
@nyirahirwajeannemarie66302 күн бұрын
Ndikuriyo yaduduriyeko ntaco binona mu gufatanya na fdrl. Yavugishije ukuri bagomba gufatanya na fdrl mu kurwanya M 23 no kwitwaza u Rwanda bica aba civiles ba Congo ngo batsembatsembe abanyekongo b'abarwandophones. Uburundi bufise umugambi umwe na fdrl ntibashake ko biv7gwa baramaramara kumva ko u Rwanda rubahamya gukorana na fdrl mu bwicanyi. Barundi barundikazi iyo usangira n'umusuma uba uri umusuma. N'iyo usangira n'umwicanyi uba uri umwicanyi. Niko bimeze unywana na SUNEBA ugasuneba nkawe . icasha c'umukunzi wanyu fdrl muracambaye.
Wabana nabantu bachuramye nawe ngo uchurame?😅😂 Kandi niba bafasha kongo kwicha aba Rwandofone Rero na FDLR nikokazi ikora Dore impunzi Mu Rwanda Mu Buganda Kenya Tanziniya Harya bahunga iki ????? Kandi NDAYISHIMIYE yavugiye I Kinshasa ko azafasha urubyiriko gukuraho ubutegetsi bwi Rwanda 🇷🇼 Urumvise???
@ umuhirimbiri ???? Ce vrais 👎je ne crois pas 🤔au mesonge 🤪 Jyewe si pfite party pris Je dit la veriter Nubwo la veriter blesse ihaangane wumve ukuri nubwo ukuri kuryana disiiiii 😭😭😭
@AfriBuruКүн бұрын
@@FtmE129 indimi zirahindutse rero??? Yeweee!!! Tu crois que je ne comprend pas le français ??? Tu te trompes 😭😭😭 Vuga ikinya Rwanda cnk ikirundi! Ubugodyi bwanyu babwumve! Ntakuntu mwobuza umutekano mukarere mwitwatwaje ubusuma n'a macakubiri! Rindira ico murondera muzokironka umusi umwe ARIKO MUREKE KWIRIZA!
@ismangirabakunzi519Күн бұрын
@@AfriBurunone x ko turi muri congo turi muburundi ahubwo amacakubiri yanyu yaraberekanye ngo murabashyigikiye
Sha muri banyeshari pe ivyo ya vuze sivyo muvyga Birabasha 😂😂😂
@daviirizima74852 күн бұрын
Murabarwayi mwahimbye byeri!