Réverien Ndikuriyo yatanze imvo zituma ingabo z'Uburundi ziri muri RDC

  Рет қаралды 160,804

Indundi TV

Indundi TV

6 ай бұрын

#indundinews: Mu mugambwe #CNDD_FDD ngo kahise karabigishije bakora ico bazi , ingabo ziri muri Congo ngo ziriko zikora neza nico gituma zivugwa cane, ngo no muri #Somalie zimaze igihe kire kire zivugwa KO zovanwayo ariko Ku mvo zuko zifitiye akamaro aba Somaliya ntibazikura

Пікірлер: 278
@singasinga1307
@singasinga1307 6 ай бұрын
Ibigugu birarwira ibaze nawe umugabwe utwarwa nikijuju nkiki Tanzania bafashije kugushika kubutegetsi kubera muri bigugu kandi nubu muziko ariho muzohungira président winterahamwe ni mbonerakure ni kikwete Muri congo mwagiye gufasha interahamwe guhonya abatutsi ni nka zabo Tshisekedi ubu nawe niwe asigaye abakoresha muri make mwabaye abahutu ba Tshisekedi kugukunda zanyu ubu musigaye mushira abaronko yanyu kurusha ineza yigihugu Nabo ariko arabwira bose ba musuzuguye
@user-su5vt9sc5p
@user-su5vt9sc5p 5 ай бұрын
Umunyabwenge arihano😂😂😂😂
@claverniyongabo8366
@claverniyongabo8366 Күн бұрын
😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊
@yisongangabo9873
@yisongangabo9873 6 ай бұрын
Burundi waragowe😪. Uyu wi bitekerezo bicuramye, nawe azaba président! Kuko ngo afise AMAZURU PRESIDENSIABLE.😂😂
@user-lh9kw3sc1m
@user-lh9kw3sc1m 5 ай бұрын
Ko ufite ingebiteketezo
@gerardniyonzima5438
@gerardniyonzima5438 2 ай бұрын
​@@user-lh9kw3sc1moya PO pour😂😊
@HN-ur3kb
@HN-ur3kb 4 ай бұрын
Egoko ngo ntimushaka kwiga uburyo abandi bateye imbere ngo ntimuteye kimwe. Ariko nibyo imitekerereze yanyu irairiritse ndetse cyane
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 2 ай бұрын
Ukuri ni uko nyene Congo iteye imbere abantu bambere bavyungukiramwo ni uBurundi n'uRwanda
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 2 ай бұрын
​@@maishacenter-eastafricatv3976sobanura
@NiyinkingiyeLouis
@NiyinkingiyeLouis 6 ай бұрын
Uritwari.uvuga neza cane.❤❤
@JuvenalTuyishemeze-ic6wo
@JuvenalTuyishemeze-ic6wo 6 ай бұрын
Nukuri ahubwo nibarabe uburyarya bwurwanda bufise buhere kk urwanda rufise ububiko bubi
@user-cm3nd7um3l
@user-cm3nd7um3l 2 ай бұрын
none u rwanda uruzanye ute muri cndd-fdd?​@@JuvenalTuyishemeze-ic6wo
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 2 ай бұрын
​@@JuvenalTuyishemeze-ic6wo U Rwanda rureke petit,umenye ko umwana yica akanyoni bangana
@kazunguemmanuel1543
@kazunguemmanuel1543 4 ай бұрын
Abarundi ndabasobanukiwe ni ahantu nabaye kd hari n'Abandusha ubumenyi bahabaye ari bakuru ,ibyo umuntu ashobora gukora yitwikiriye politike n'umwanya afite nibyo bigaragaza uwo ariwe , guhora bikoma u Rwanda ntacyo rwabatwaye biba bifite akaboko kabirimo , ariko jyewe ndabwira abarundi banyumva cyane cyane urubyiruko ,nk'umuturanyi ubakunda ntabwo congo ikunda abarundi kuturusha, nta nibyo dufite nk'impamvu zifatika dupfa hagati y'Abarundi n' Abanyarwanda , gusa harimo imiyoborere y'Ababantu bafite ingenga bitekerezo ya Genocide bakuranye kugeza ubu, kd aba bayobozi ba Reverien na neva nibo bambere bafite iyi ngengabitekerezo mbi , bakayiha bamwe muri mwe mukagotomera mukaza aha mukandika mu kisanzura ariko uko byagenda kose hari ingaruka mbi , mu haguruke mu rwanye ikibi, urugero rwiza umuntu yabaha: ni nde? murundi wageze mu Rwanda agahohotererwa ariko u munyarwanda wagera i Burundi bamutwika areba, cyereka afite aho ahuriye ni migambi yabo mibi,ariko kumwizera nabyo biragorana ,ese nuko Rwanda rwo ruba rutazi ibitegurwa nu yu mugambwe ? Kuki hadakorwa nkibyo tubona bikorerwa Abaturage baje kwihahira badafite na kimwe bazi kuri politike ,nihagira abishinga amagambo ava mukanwa kizi ndyarya muzaba mukurura akaga Bavandimwe , reka tuvuge kuri congo ngo kujyayo ngo impamvu nuko u Rwanda rucumbikiye abigeze kugerageza guhirika ubutegetsi , bivuze ngo bagiyeyo guhangana n'u Rwanda no kwihimura ariko ibyo siko bimeze ahubwo nubusanzwe iyo ukurikiranye usanga uyu mugambwe wa Revien umaze igihe kinini ukorera yo kandi ufatanya na FDR impamvu babihisemo niyihe ngo ni ukudatatira igihango bagiranye mu gihe babafashaga gufata ubutegetsi mu Burundi ibi ni ibikwereka ingenga bitekerezo imaze gukwira mu karere kd yagiye ihabwa imbaraga na banyapolitike babi ,uwari perezida wa Tanzaniya (kikwete) yirukanye abanyarwanda nk'imbwa yikoma u Rwanda afatanya naba bavuga discours zidashinga ,buri munsi yakiraga abayobozi b'umutwe wa koze Genoside mu Rwanda, bagamije gukora ubugome nk'ubwakozwe mbere ibyo ni ibikwereka u Rwango ruri mu karere , ariko uwabakiraga nawe ntacyo yavuga byamumariye ariko aracyagerageza niryo shimwe ahorana mu burundi , gusa ndashaka kubwira Abantu mu nyumva ko hari Abantu muri aka karere bahagurukijwe no kurwanya icengeza matwara ribi ry'u Rwango rushingiye ku ivangura moko no kurwanira ubutegetsi bitwaje ivangura aho ryashingira hose abo bantu barahari kd ushishoza wese nawe nabigire ibye , ikindi udashoboye politike nziza ,na curuze azagubwa neza,ahinge kinyamwuga,cyangwa yorore inkwavu ku mugani wa kiyongozi wanyu arebe n'ibindi akore aho guta abantu mu nzangano ,ibyo ubikoze neza mugihe haba hari politike nzima wagira ubukire n'amahoro by'igihe kirambye kandi ntiwazicuza ,duhumuke rero ntitukirirwe tuvuga ibidafasha bagenzi bacu kuko ivangura kwihimura no gushyira Abantu mukaga ababikora nabo ntibizabaha amahoro , naho ibya basoda bari congo Mwohereze n'Abandi benshi ariko gushoza intambara itari ngombwa, nukwibeshya gukomeye, noneho ukanayitsindwa ibyo ni ubugwari Bukabije, Abavuga ko abarundi n'Abanyarwanda atari bamwe na vision atari imwe baribeshya cyane kuko kuva kera twasangiraga akabisi n'agahiye tugashyingirana ,nubu ibyo navuze nta musemuzi muza gukenera , abantu bakajyaho ngo barashaka kubohora Abanyarwanda ese ninde wabibasabye ? Ese da ,ko nabaje i burundi bicwa ku manywa izuba riva , uko niko babohora Ababoshywe , ibyo bigaragaza umugambi mubisha, umaze igihe ndabasabye mwitandukanye nabyo rwose Abatuye aka karere mwese mbifurije amahoro !!
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 3 ай бұрын
Hariho ibikurengeye nkumwenegihugu muto. Kuko naw ntuzi ivyejo nibitegurwa haba iwanyu kigali canke Burundi umuntu mutomuto ntavyamenya abona biba
@jonasphilemon6956
@jonasphilemon6956 6 ай бұрын
Reve ndakwemeye
@japhetbizimana7471
@japhetbizimana7471 12 күн бұрын
Ndakwemera nkeseri 😂 abakwanka nabo bimanike 👊
@kahungu1able
@kahungu1able 6 ай бұрын
Ahubwo ntanisoni mugira, amahorwa abarundi babayeho ngo mupanga akarere, mukiririyemwo benewanyu😂
@horanimanaleonard1028
@horanimanaleonard1028 6 ай бұрын
Ndakunda umuntu avuga ivyo atahura
@salvatortuyishime3975
@salvatortuyishime3975 6 ай бұрын
Arko abantu ari kubwira ubanza batari kunyurwa nibyo avuga?
@ericballack8219
@ericballack8219 6 ай бұрын
Turiko turavyumva neza caane. Kandi avuga ibintu yumva ntavyo gukabakaba❤❤
@romaman737
@romaman737 4 ай бұрын
Abarundi batega amatwi abanyarwanda batega inda
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 2 ай бұрын
​@@romaman737niyompamvu mutindahara muhora mubanguye amatwi gsa
@harindabosco7378
@harindabosco7378 4 ай бұрын
Imana ibohore abavandimwe
@shumbushoemmanuel9763
@shumbushoemmanuel9763 6 ай бұрын
❤❤
@user-zo4ls8iz7h
@user-zo4ls8iz7h 5 ай бұрын
Mwajyize neza kohereza inabordable mwagize neza kohereza ingabomuri Kongo murangaye Kong o igafatwa nu Burundi babufata uburundi nibwiza ubuzima buroroshye kurusha murwanda
@user-ps3hy7bh2x
@user-ps3hy7bh2x 6 ай бұрын
Uwu mugabo ndamwemera kabisa.
@deontossantos6182
@deontossantos6182 6 ай бұрын
Birahimbaye kwumviriza uyu mugabo nukuri . Asigura neza kandi birumvikana . Uburundi turakeneye nk'aba❤
@nahayoegide9828
@nahayoegide9828 6 ай бұрын
Ayo majambo jew arandyoheye sana 😊😊😊
@sergesyandokoye1661
@sergesyandokoye1661 6 ай бұрын
Akubita mumutwe
@sebastienkatwali5603
@sebastienkatwali5603 6 ай бұрын
Nawe Imana irakubona,reka turindire umusi gusa iyomvugo yakagagazo izohinduka
@user-su5vt9sc5p
@user-su5vt9sc5p 5 ай бұрын
Wewe niwe ubufise
@user-su5vt9sc5p
@user-su5vt9sc5p 2 ай бұрын
Hama naw new itabona
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 6 ай бұрын
Besha ibigugu...ati " département d'etat, muhurira heh? Besha abo mwifatiy ariko mbona batanguy kubahinyura! Mbega vision mufis kirets kwiba igihugu urukombamazi nokwica abarundi no kubacamwo ibice! Barabagaburira kuko murya imfashanyo!
@AZTIPS
@AZTIPS 5 ай бұрын
Ndikuriyo nabanze akemure ibibazo afitanye na. NEVA buri mu mugambwe. If not umwe azabisa undi. Naho ibya congo nimubyohorere abarundi bagiye bagurwa $5000 buri kwezi ku musirikari
@jobirazanye5045
@jobirazanye5045 2 ай бұрын
Abishe abarundi muri 1972 na 1993 nturabumva ??
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 2 ай бұрын
@@jobirazanye5045 A part ivyo baguteyemwo, Ni ubuh bumenyi ufis kuri kahis k' u Burundi? Ndibaza ko iyo uzi akeng wari guhera 1965! Ukamenya uburyo abo buzukuru babamenja basambuy igihugu cacu. Ivyo muriko mukora ubu muri cndd fdd ndibaza ko ari continuité yumugambi ba sekuru batanguy guhera 1962! Gusa wew niw uri ukiri mumikino y'ubugoryi bwabo buhagaz kukinyoma. Uzubumviriz nabo ubu yaba ndayishimiye cank ndirakobuca basigay bavuga ko kera "u Burundi bwari bwiza"! Mushats mwohinduka kuko nubundi nimw mubigenderamwo mukwicwa n'Inzara ntavuz uburyo muherey mumahanga mwangara vyitwa ko mufis igihugu! Muzicuza na bado! Dieu ne réserve de surprises!
@jacksonNdayishimiye-lv7gj
@jacksonNdayishimiye-lv7gj 4 күн бұрын
Gusa abarundi murazi guca ibijuju abantu none kugira igihugu gutere imbere nkibundi bihugu habuziki?
@noelntirandekura7604
@noelntirandekura7604 5 ай бұрын
Burundi Komera mutere imbere turabemera cane 🇺🇸
@user-xy4nk9rl1z
@user-xy4nk9rl1z 6 ай бұрын
Diviser pour regner ni cyo aba bagabo bayoboresha uburundi
@SebastienManirakiza-yl7jb
@SebastienManirakiza-yl7jb 4 ай бұрын
Bavubga n'a b nkonishaj
@maniraycorneille
@maniraycorneille 3 ай бұрын
Mutama twobonana gt tukaganira turikumw. Sinovuga Ngo Komera hubwo dukomezany
@spesirakiza7063
@spesirakiza7063 6 ай бұрын
Yemwe mbono ya dd !
@siimon559
@siimon559 6 ай бұрын
Niki makaki yinca bwoba. U know a reaaaaal monkey
@user-su5vt9sc5p
@user-su5vt9sc5p 5 ай бұрын
Icyo nsaba Imana nuko yokwongera 70ans
@kamanziwilliam3212
@kamanziwilliam3212 6 ай бұрын
U Burundi bufatanya na FDLR hariya muri Congo ariko muzakubitanwa.
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 2 ай бұрын
Fata Goma turabe😂
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 2 ай бұрын
​@@maishacenter-eastafricatv3976M23 aho yafashe sihato
@KimeraMohammed
@KimeraMohammed 5 ай бұрын
Irambire❤️❤️❤️ mutama tubarinyuma aho turi hose
@Ahmedi1234
@Ahmedi1234 6 ай бұрын
Jewe ikintu novuga kuburundi UPDF yo muri uganda kigwanya imitwe igwanya uganda iba muri congo hama kuki mweho mutajya muri kongo kugwanya red tabara dore ko yananateye ivuye congo mukajya kugwanaya M23 mutazi nibyayo nibyo igwanira icyo nicyi kibazo jyikomeye
@dstar4906
@dstar4906 6 ай бұрын
Barwanya ubwoko,knd ntibarusha habyarimana cg nabandi babusha babanjirije.
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 2 ай бұрын
Nibyo rata barwanya ubwoko,ark ntibanabishoboye birirwa babamurura amatwi gsa
@user-xy4nk9rl1z
@user-xy4nk9rl1z 6 ай бұрын
None ko izo mbaraga zirwanya M23 kuki zitarwanya red tabara ,uri kubeshya abarundi ngo gutera imbere buhoro buhoro ntabwo cndd fdd ishoboye nagato
@user-mf3fp8oh2i
@user-mf3fp8oh2i 5 ай бұрын
Komera mutama imvukiraya makamba
@Ado-J6834
@Ado-J6834 5 ай бұрын
KOMERA KOMERA MUTAMA❤❤ J'AIME CNDD-FDD
@dstar4906
@dstar4906 6 ай бұрын
2015!!!
@user-tk9pp2bm8y
@user-tk9pp2bm8y 5 ай бұрын
Nyakwubahwa nivyo mwagize neza,ahubgo mwongereze abasoda benshi muri Congo, kuko umubanyi agize ingorane namwe muba muzifise, Imana iberahose icarimwe muzohurireyo
@georgemushayija7580
@georgemushayija7580 4 ай бұрын
Bazashira ijanga nimicyecye bazongeje ibiciro
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 2 ай бұрын
​@@georgemushayija7580oya abanyarwanda ntibapfa😂
@ZidaneBukeyeneza
@ZidaneBukeyeneza 4 ай бұрын
Niwe twari dusigaranye imana iduncungire kbsa
@Ahmedi1234
@Ahmedi1234 6 ай бұрын
Wallah uyumugabo ndamwemeye ngo ntituri nkurwanda kuko twe dukora umushinga ujyendana na baturage bose apanakureba abantu bamwe perfect kbx
@salvatortuyishime3975
@salvatortuyishime3975 6 ай бұрын
Araguhenze mugabo,ibyo avuga sibyo akora
@ntarejohn1843
@ntarejohn1843 6 ай бұрын
Ntanubwo muzigera mumera nku Rwanda mwabarundi mwe uRwanda niyindi level
@user-ce6gi8dk5p
@user-ce6gi8dk5p 6 ай бұрын
Muranguha ikiraro canyu citerambere kiriko kisamburwa muri Congo muzosongora
@user-wp7lm5zx4u
@user-wp7lm5zx4u 4 ай бұрын
Izohene zurwanda uzimpereye inyishu itomoye john
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 2 ай бұрын
Hhhh uri urugero rwiza rwinjiji petit yangu kura ibukarito bagushyize mumaso ngo wekumenya ibiriho U Burundi kutigira kurwanda bihombya iki abanyarwanda
@AhishakiyeLaurent-eq9fd
@AhishakiyeLaurent-eq9fd 3 ай бұрын
Nn umukuru wumugabwe niw atanga imvo zituma abasirikare bar mur RDC kandi harih numukuru wigisikare yinumiye
@kapera257
@kapera257 4 күн бұрын
Icikibazo nanje naciyumviriye KBC😂
@user-md7fw5xm8l
@user-md7fw5xm8l 5 ай бұрын
Arikose ibyo bavuga k uburundi ko batabivuga kurwanda cyangwa Ubugande kuko ara bana babo ntacyo bavuga
@NiyonkuruDonatien-pr6xi
@NiyonkuruDonatien-pr6xi 2 ай бұрын
Dhuu
@georgemushayija7580
@georgemushayija7580 4 ай бұрын
Sha,wowe nanubwo nako kankureke idegebye
@uwimanadedinne3983
@uwimanadedinne3983 4 ай бұрын
Ntac nvuze jw nguma nirabir gus kk iyis nimiruho gus😊
@ericmugisha
@ericmugisha 5 ай бұрын
Murababono
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 2 ай бұрын
U Burundi wagira ngo si igihugu, ni carihie
@niyonkurupascal896
@niyonkurupascal896 5 ай бұрын
Burundi wee waragowe kabisa kuyoborwa na CNDD
@NkunzimanaPascal
@NkunzimanaPascal 6 ай бұрын
Coup de chapeau kabsa. Ramba kabsa
@user-cr4xx4qf1e
@user-cr4xx4qf1e 4 ай бұрын
Neza cane!!! Guma kw'ivora pe!!
@thewisetv3989
@thewisetv3989 6 ай бұрын
UWUKWANKA AKWANDUREKO BANDANYA MUPANGA AKARERE ABANSI BARIKOBARIGARAGAZA IMANA NAYO ISUMBA VYOSE HARUMUSI ABARUNDI TUZOTANGAZA BENSHI
@nizigiyeemmanicool7387
@nizigiyeemmanicool7387 5 ай бұрын
Wewe ufise umusoda ukaba udashaka kwapfa mubwire aveyo kuko numunyagihugu,rero igihugu kiguhaye mission yigihugu,,wanka kuberiki wewe uba urumusoda cank umunyagihugu
@didpoetry
@didpoetry 5 ай бұрын
Mwibicira ubusa, M23 irahanira ukuri.
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 2 ай бұрын
Uretse ko batanabashoboye
@emmanueluwamurengeye1049
@emmanueluwamurengeye1049 6 ай бұрын
😂😂😂 Genda burundi wararushye ibaze ibisobanuro atanze kubasirikare bigihugu bari gutikirira muburundi? Kivu yaruguru ihuriyehe nuburundi? Bazashirirayo namafranga ibi bisambo bibiri byagabanye kumaraso yabana buburundi barigushirira congo (NEVA NI KIRIMARIMA ) Bizarangira babishwaniye basubiranemo
@KimeraMohammed
@KimeraMohammed 5 ай бұрын
Uragumure abafite agatima ka red tabara nayo umusirikare wigihugu🇧🇮aba YARATOJWE💪💪💪
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 2 ай бұрын
​@@KimeraMohammedAtozwa iki kombona bameze nkamabandi
@HabiyakareVenuste-cl5qf
@HabiyakareVenuste-cl5qf 4 ай бұрын
Amahirwe abarundi bafite (abayobozi bafite akabaraga ).
@mugumealex9873
@mugumealex9873 6 ай бұрын
Niba mwafunze umupaka kubera Red Tabara murabanyabwoba bambere, Shyingiye kubibazo byubukungu mufite mwibeshye, Urwanda rwo murwihorere mufite imyaka 50 mbere yuko mugera aho rugeze.
@user-su5vt9sc5p
@user-su5vt9sc5p 5 ай бұрын
Ikibazo litige se
@user-su5vt9sc5p
@user-su5vt9sc5p 5 ай бұрын
Ikibazo kirihe
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 2 ай бұрын
​@@user-su5vt9sc5pikibazo kirahari niki,mutema ishami mwicayeho
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 2 ай бұрын
​@@user-su5vt9sc5pGushyanuka byo muri indashyikirwa🙌
@thewisetv3989
@thewisetv3989 12 күн бұрын
Babwire izontumva
@niyibiziedouard7895
@niyibiziedouard7895 17 күн бұрын
Uburundi bufite ibibazo kuyoborwa nabantu nkamwe
@DiegoBujonga-ru5qn
@DiegoBujonga-ru5qn 3 ай бұрын
Ntivyorishe
@meabdiinfo
@meabdiinfo 3 ай бұрын
Uri intwari turamwemera. Guma kwi volant
@cadeaunsabiyumva5304
@cadeaunsabiyumva5304 3 ай бұрын
nzokugwinyuma uvuze kuri nkurunziza
@vyamunguremy6834
@vyamunguremy6834 6 ай бұрын
Ciye ndamukunda bimwe nirenzurugerope kuko ahayavuga ukuri kuzuye ndi Imaputo nyakubahwa ndagufana caaaane mutama wacu wirambire
@user-ip9hz5vf9o
@user-ip9hz5vf9o 5 ай бұрын
Yirambire Umuvyeyi wacu
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 2 ай бұрын
Jemurahenda abtabizi twentimwoduhenda
@nizigiyeemmanicool7387
@nizigiyeemmanicool7387 5 ай бұрын
Nivyo aho baguma basakuza nuko ubu twahuriyeyo kabisa ico nkukundira wewe uriyemera kabisa kandi nivyiza mba numva nanj nishimye
@francinembabazi695
@francinembabazi695 4 ай бұрын
Hhhhhhh!!muri kwica abantu mubaziza uko bari ngo congo nitera imbere namwe muratera imbere murindire ibyo muriko muzabyishyura
@philiberthabogorimana3904
@philiberthabogorimana3904 4 ай бұрын
Uti ntaw bagaburira kweli. Henda izombonerakure nyene zigenda nkintama.
@philiberthabogorimana3904
@philiberthabogorimana3904 4 ай бұрын
Ubu rero bimeze neza. Biri kumurongo ko umengo bitera biyangara.
@TherenceNyabenda-oc2tt
@TherenceNyabenda-oc2tt 4 ай бұрын
Komera mwubahwa
@bdtvurumuri7712
@bdtvurumuri7712 Ай бұрын
Mwakweneye ko mwajyanywe muriCongo nogufatanya naFDRL kwica abatutsi bomuriCongo Amaraso yabaTutsi ariko aratera abarundi umuvumo wubuhirimbiri
@RoseNijimbere
@RoseNijimbere 14 күн бұрын
Abanyarwanda murwaye ingwara bita génocide n'a tutsi,iyo mutayikize ntimuzomenya kubana nibihugu bibanyi
@franciskarangwa6554
@franciskarangwa6554 3 ай бұрын
Ntampanvu nimwe nagato >> Nuguhubuka nu ubusambo >> nimibare>> micye cyane >> nkubu koko urasobanura iki??nothing what soever >> abantu Morongora Igihugu nkuragiye amatungo!!!
@user-hg4rp4gx1s
@user-hg4rp4gx1s 5 ай бұрын
Mutama avuzukuri ntakuntu bovuza induru batabona ico bababujije muri Congo
@MasongaBenEugene-ze7vi
@MasongaBenEugene-ze7vi 5 ай бұрын
Vraiment ndagukunda cyane, gusa ndagusaba utazajya mu matiku ya politique ya banyarwanda na barundi uri umugabo pe uvuga neza cyane
@MasongaBenEugene-ze7vi
@MasongaBenEugene-ze7vi 5 ай бұрын
Ndifuza kandi ndagusabira ko wazaba president wu burundi kandi ndakubona ubaye president amahoro yahita aza mu rwanda nu burundi
@mudasayasamuel162
@mudasayasamuel162 6 ай бұрын
Mukomeze uwo mubano kandi na RDC similar.
@user-hf7po4nf4j
@user-hf7po4nf4j 5 ай бұрын
Ivugire nyakwubahwa nitwe tuzi aho mugejeje igihugu mucubaka
@dieudonnensengiyumva82
@dieudonnensengiyumva82 4 ай бұрын
Umunyamabanga mukuru wa cdd fdd muburundi arahari?
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 2 ай бұрын
Bakwise Maisha ya kuoza ntibibeshe
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 5 ай бұрын
mutama guma mupanga akarere kuko ndabona hara bajingitwa kuko babuze ahobamenera, Uburundi sugwanda, dukore twisunze amatengeko mubwoko bwose muntarazose, mugume murikanuye.
@philiberthabogorimana3904
@philiberthabogorimana3904 4 ай бұрын
Ko umengo ntamwimbu mutanga uboneka muri congo. Umwaka uraheze muri congo ariko umusaruro ntuboneka.
@user-zj2tj2sz9v
@user-zj2tj2sz9v 3 ай бұрын
Komera mwubahwa! Utanze icirwa gihambaye, abandi bocabavuga ngo" komunkuye mubutegetsi vyose ndabihevye" Komera!
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih 6 ай бұрын
Nyamba aramatora yegerej usigay uvuga amajambo y,ubweng umusoda yaremew gupfa n,ugukira
@infinixhot1971
@infinixhot1971 5 ай бұрын
Muzabona essence mumyaka itaha 100
@bwenge5332
@bwenge5332 2 ай бұрын
Nonese ko arimwe mwarasaga abarundi muturuste tanzania none uragirango abandi baturuke he 😂😂😂😂ngo mujya muri congo muze muri benshi rwose nibyo dukeneye rwose ariko ndaguhamirizajo uzaza aataha azataha arikimuga cyg yahahamuste ubimenye rwose
@user-yl3mr5hy5s
@user-yl3mr5hy5s 6 ай бұрын
Uriwe
@ZIVUZEBEATS
@ZIVUZEBEATS 5 ай бұрын
Ibi bisuma bisuma ntaco bizobashikanako nkibintu Ariko aravuga 😅😅😅😅ntagira ubwege nubwo Kuja gusoba
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 2 ай бұрын
None kotanzaniya yatwaye igicecuburundi komutakigaruza kigomayose niburundi komutayikwirikirana gute muhereza basodamuricongo atacomuzigayo iyobaba bagwatanzaniya gukurikira
@sekibibibatume4719
@sekibibibatume4719 6 ай бұрын
Urumugabo mudukorere umuti mudukize ingoma zibitugu
@gegerenne897
@gegerenne897 6 ай бұрын
Reka kudehenda shaa Uriko uravugishwa,Abana ba barundi bariko barabicyaa muri Congoi kunyungu zanyu .muzobibazwa .mutahukane ifungwa M23 yafashe kwanzaa,time we will tell
@ntabashwaamos9755
@ntabashwaamos9755 5 ай бұрын
Ariko biteye isoni kubona umuntu wugabo nkuyu avuga ubusa nkukunguku
@bwombobwombotv
@bwombobwombotv 5 ай бұрын
Burundi muri ibicucu
@romaman737
@romaman737 4 ай бұрын
Nyoko
@EpimaqueIratwumvira
@EpimaqueIratwumvira 6 ай бұрын
Nimwaburabinjira muzoca mubigenza gt
@nyandwiremy5938
@nyandwiremy5938 3 ай бұрын
Abasında babarundinabarwanyi
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 6 ай бұрын
Ndikuriyo asa nagakoko nyene ntiyobura kwica abana babarundi.
@etienneuwimana3797
@etienneuwimana3797 2 ай бұрын
Nywa amazi uwo muriro w'urwanko urazima
@ntarejohn1843
@ntarejohn1843 6 ай бұрын
Abarundi mukennye mumutwe no kumubiri puuu uRwanda rwarabasize
@user-ce6gi8dk5p
@user-ce6gi8dk5p 6 ай бұрын
Muranguha ikiraro citerambere ryanyu kiriko kirahomorwa muri Congo buca musongora, natwe umutungo kamere turawifitiye tuzoba turaterimbere.
@user-su5vt9sc5p
@user-su5vt9sc5p 5 ай бұрын
Wamaze
@ntarejohn1843
@ntarejohn1843 5 ай бұрын
@@user-ce6gi8dk5p murarushye bashingantahe
@ntarejohn1843
@ntarejohn1843 5 ай бұрын
@@user-su5vt9sc5p urarushye mutama
@romaman737
@romaman737 4 ай бұрын
Wasanga uhora usabiriza muba diaspora 😂😂😂😂
@user-dp7qf1dw2g
@user-dp7qf1dw2g 2 ай бұрын
Vyarabacanze kurongora igihugu congo mwagiye korondera iki ko red tabara yabananiye kuyirondera yo ?
@dernelmpundu9759
@dernelmpundu9759 2 ай бұрын
Igihugu cacu carahuye n'isanganya kweli
@georgemushayija7580
@georgemushayija7580 4 ай бұрын
Urabeshya lmana yaturemye nimuzadushobora bgiwaje ufise itike komeza wiyemere mugiramakaba namarindira mugira umusi wawe
@Positivechallenge220
@Positivechallenge220 2 ай бұрын
Mugabo muratwenza koko
@dstar4906
@dstar4906 6 ай бұрын
Mubo mwarwanye x harimo abanyarwanda!!??
@ntwaraneadolphe5850
@ntwaraneadolphe5850 2 ай бұрын
Azisaze bamumene
@davidndaha9607
@davidndaha9607 6 ай бұрын
Igihugu ni Igisoda birumvikana ntamuyubo
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 5 ай бұрын
Uri Umuhutu.... Nico nigitutsi ntanikigisumba ! 😂😂😂
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 2 ай бұрын
Wararozwe
@prime_a
@prime_a 2 ай бұрын
😂 politiki burya ni imwe nukuragira ahantu hose uzabyumva ni ugenda naho gose 😅
@WillyIratanga
@WillyIratanga 3 ай бұрын
Bunyoni gt???
@user-gk9cu1sq2l
@user-gk9cu1sq2l 4 ай бұрын
Komera mutamawakuramba
@EpimaqueIratwumvira
@EpimaqueIratwumvira 6 ай бұрын
Ariko nuko imiryango yabo yishwe nakigoyi muzingene cubatse mukaba muzi ko iyasavye credi baminica ntikize numwanawiwe arinda aphanyene atize nkabandi
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 2 ай бұрын
Umuntu atazijozewashingitoni niwavuga ngoyahaririye numunyamerika shiramucongereza twumve ukowavuganye numunyamerika
@user-cm3nd7um3l
@user-cm3nd7um3l 2 ай бұрын
ese aracyarongoye senate?
Uko byifashe hirya no hino~#RIRARASHE
TV1 Rwanda
Рет қаралды 1,6 М.
Cat Corn?! 🙀 #cat #cute #catlover
00:54
Stocat
Рет қаралды 15 МЛН
A clash of kindness and indifference #shorts
00:17
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 70 МЛН
KINDNESS ALWAYS COME BACK
00:59
dednahype
Рет қаралды 150 МЛН
"Muri politique harimwo uguhemukiranira"
55:55
Indundi TV
Рет қаралды 54 М.
Igitero ca mbere ku kirimba ca Perezida Melchior Ndadaye mu 1993
33:08
Tele Renaissance
Рет қаралды 116 М.
Ku nama : ni igiki Hon. Agathon Rwasa azokorera abarundi niyatorwa ?
1:00:38
Джеки Чан лишил наследства всех своих детей! Что акажете?
0:41
Симуляция: МАТРИЦА МИРА
Рет қаралды 8 МЛН
Smart thief😳 لص ذكي…
0:19
MARYA & AMINE
Рет қаралды 5 МЛН
ХАЙПОВЫЙ ЧЕЛЕНДЖ В ТИКТОКЕ🤣
0:13
MEXANIK_CHANNEL
Рет қаралды 3,1 МЛН
Эта ведьма поедает детишек #фильм #кино
0:53
МеткийДик
Рет қаралды 4 МЛН