D ONE abwiye SANTA amajambo akomeyell Icatumye amuyambira arakivuze

  Рет қаралды 19,246

Isaac Tv

Isaac Tv

Жыл бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 74
@fafyfafy8182
@fafyfafy8182 Жыл бұрын
D ONE turagukunda saudi alabia waraduteramitse cane vrmt je NDUMURUNDI hewe wubahwe ziduha ibirungo kabisa niwe waduteramitse cane wubahwe hejuru cane ❤
@eliebayubahe6649
@eliebayubahe6649 Жыл бұрын
Uwo mu frère D-one Imana imutuzigamire. Impano yiwe iriko iragaragara pe!
@ChachaChany
@ChachaChany Жыл бұрын
D one ndamwikundira cane muhuy mu nzira ntabwo womenya k ari umu musucien numwan yitonda kd afis indero ntiyitwar nk'abandi
@angenadiairakoze
@angenadiairakoze Жыл бұрын
D one akwiy gushigikirwa vrm ararenganwa ukuntu.gus santha arakwiy kwigirisha agakund uyumwana wigihugu kk amufitiy urukundo rutagabanije
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 Жыл бұрын
D one vt arakunzwe IMANA igume imushoboza
@georgetteniyonkuru9060
@georgetteniyonkuru9060 Жыл бұрын
Korge one
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 8 ай бұрын
D-ne courage 💪💪💪
@IreraGad-zo3qi
@IreraGad-zo3qi 7 ай бұрын
Rondera D-one turamukeneye turamukumbuye mukiganiro
@user-yq8je2pj1r
@user-yq8je2pj1r Жыл бұрын
Big congratulation D-one ndagukunda vrt uterijimbere vrt uzokomeze witwara uko nasanze twitirana izina ryikirundi
@AdrinSibomana-to4ii
@AdrinSibomana-to4ii 6 ай бұрын
Ndakunda ibikogwa vya d one
@Niyokwizigirwamenedora
@Niyokwizigirwamenedora Жыл бұрын
D_one ❤️❤️❤️❤️❤️💪💪💪 Iman iguhezagire can
@user-ue2cu3ws2s
@user-ue2cu3ws2s 5 ай бұрын
Yubahw 'ndamwer san wa kayanz
@yvettekazaneza8632
@yvettekazaneza8632 Жыл бұрын
My favorite D One courage bro wang
@yvetteniyokindi3803
@yvetteniyokindi3803 Жыл бұрын
Uwo mwan naho batamubona arakunzw nabarundi canee kurusha abandi mwiyimisi ni cendajuru niwe ayagwa😅
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Жыл бұрын
Ukwo nukuri
@antoinetteiradukunda4918
@antoinetteiradukunda4918 Жыл бұрын
❤❤ Don ndagukund nibikogwa vyawe vyose
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 Жыл бұрын
D- on nukur ndamukunda ❤nkakunda nibikorwa vyiwe 😢🎉
@ChachaChany
@ChachaChany Жыл бұрын
D one courage mwan w'igihugu urakwiy gushigikirwa kd cane
@meddy-killerofficial2417
@meddy-killerofficial2417 Жыл бұрын
D-one you are my favorite bro
@user-mc1jg3hg9e
@user-mc1jg3hg9e 7 ай бұрын
D one congratulation
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 Жыл бұрын
Congraturation D-One🎉🎉Arik Isaac uravurugana kubi ngobarik bavuga icongereza cinshi😂😂😂
@maniragabaeric1558
@maniragabaeric1558 Жыл бұрын
D one courage sana imbere niheza
@user-jm3pc7tu7c
@user-jm3pc7tu7c Жыл бұрын
Fèlicitation D on
@AppolinaireNdikumasaba-fq8uw
@AppolinaireNdikumasaba-fq8uw 6 ай бұрын
Niwewe nyen
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 Жыл бұрын
D-one wagiye wihoza ivyo bisuko kobitakuberey nukuri kandi felicitation kbs
@wre1565
@wre1565 Жыл бұрын
Hejuru cane D-0n
@niyitanganelly8942
@niyitanganelly8942 Жыл бұрын
Arik Isaac Channel yaw mwiyimis nturik uradutamw ibiganir vyish rab uzuraduh ibiganir vyish
@laicntungwqnayo3296
@laicntungwqnayo3296 Жыл бұрын
D one the one boy
@nijimberefrancois8410
@nijimberefrancois8410 Жыл бұрын
Uyo mutipe nisawa
@dianenkurunziza3799
@dianenkurunziza3799 Жыл бұрын
Hejuru cane D One🔥🔥🔥
@lolollololi1050
@lolollololi1050 Жыл бұрын
Hejuru cane D-one😍
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 Жыл бұрын
Isaac ndagukunda caaaane Urantwengeje ingene utwenze kuruyo mwongereza yisabira ubu sekirite 🤣🤣🤣
@nishimwealaine3451
@nishimwealaine3451 Жыл бұрын
Congratulations Mr mitoma❤hejuru can
@Eastafricacommunity257
@Eastafricacommunity257 Жыл бұрын
Good but SANTA nareke kuza amugarako ngo nuko amukunda kuko D-One numu brother ari sérieux kand yitahura cane enplus atekereje😘
@sidbgggh-il5ud
@sidbgggh-il5ud Жыл бұрын
Diwn oyeeeeeeeee
@nadegemerveilleiteriteka6837
@nadegemerveilleiteriteka6837 Жыл бұрын
Congratulations my favorite Artist 👏👏👏👏
@amanyasmary5348
@amanyasmary5348 Жыл бұрын
D one hindura kumutwe
@IfunguroYumutwenzi
@IfunguroYumutwenzi 7 ай бұрын
D on hejur
@francisniyokindi6737
@francisniyokindi6737 Жыл бұрын
Courage
@pascasienibona7235
@pascasienibona7235 Жыл бұрын
❤️❤️kayanza turagukunda
@niyondikoemile4018
@niyondikoemile4018 Жыл бұрын
I'like this guy d-one congratulations
@djover2328
@djover2328 Жыл бұрын
Duhe album D one uyumwaka kbs
@honorinenikore7496
@honorinenikore7496 Жыл бұрын
Congratulations 🎊 D one ndagukunda cyane
@jajakajaniri5813
@jajakajaniri5813 Жыл бұрын
🔥🔥🔥🔥💐💐
@wardatito8468
@wardatito8468 Жыл бұрын
Hello,💪❤️🇧🇮🇸🇦
@antoinebakevya8911
@antoinebakevya8911 11 ай бұрын
Umu artist atirata kdi azi vyinshi
@djover2328
@djover2328 Жыл бұрын
Kndi urwize amacollabo
@princedesire6270
@princedesire6270 Жыл бұрын
D one Hejuru,we love you bro ❤❤❤
@simbaboy2800
@simbaboy2800 Жыл бұрын
Can hejulu D ONE🎸🙏🙏
@francisniyokindi6737
@francisniyokindi6737 Жыл бұрын
Kwiga anglais ni vyiza uzogera kure
@divadaqueen6558
@divadaqueen6558 Жыл бұрын
D one hejurucane🥰🥰🥰🥰🥰🥰
@christabeb7503
@christabeb7503 Жыл бұрын
🎉🎉🎉❤
@crissneyoland
@crissneyoland Жыл бұрын
👍
@dfgdgdzvzv8164
@dfgdgdzvzv8164 Жыл бұрын
❤❤❤❤
@sumyafrance6893
@sumyafrance6893 Жыл бұрын
Mpole chr wanje uzoronka iyindi😢😢😢
@nihezagiresandrine4329
@nihezagiresandrine4329 Жыл бұрын
Conglatulations D one 🎉
@arbinuwamahoro7370
@arbinuwamahoro7370 Жыл бұрын
Umutip arambera can❤
@NdayisabaEvode-fe8hf
@NdayisabaEvode-fe8hf Жыл бұрын
Harya bazitangira hahaha ntahuzi
@KirundoGang
@KirundoGang Жыл бұрын
📸📸
@kubwimanavaudius6120
@kubwimanavaudius6120 Жыл бұрын
By the way kwari nyishiii????
@DJYESBCLAUDE
@DJYESBCLAUDE Жыл бұрын
Tukur inyum terimber nkumuzing
@ntabugiagnes6484
@ntabugiagnes6484 Жыл бұрын
Congrats Didi we love you ❤😢
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Жыл бұрын
D one juuu
@user-et8zh9zd6d
@user-et8zh9zd6d Жыл бұрын
👍👍👍👍
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 Жыл бұрын
D-one kimwe urashoboye
@candidekaneza8587
@candidekaneza8587 Жыл бұрын
😁😁😁😁
@user-so7ti7pk8y
@user-so7ti7pk8y Ай бұрын
d on.yubahw
@armanditka1145
@armanditka1145 Жыл бұрын
By the way 🥱🥱
@antoinetteiradukunda4918
@antoinetteiradukunda4918 Жыл бұрын
❤❤ Don ndagukund nibikogwa vyawe vyose
@bigirumanalululouise4540
@bigirumanalululouise4540 Жыл бұрын
❤❤❤❤
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 Жыл бұрын
❤❤❤❤
@aishahabiba2606
@aishahabiba2606 Жыл бұрын
❤❤❤❤
@mariumbahati7155
@mariumbahati7155 Жыл бұрын
❤❤❤❤
Uburanga buhebuje bwa Pamella cher wa The Ben
6:06
Inuma Media
Рет қаралды 25 М.