El Pacifico King - BWA BWOKO ft GGDancers (Dance Video)

  Рет қаралды 1,376

Fico Fiko

Fico Fiko

Күн бұрын

#Gospel #BwaBwoko #Music #THEGOODNESSOFGODEP #GGDancers #GGSOUND #GospelMusic
1 Petero 2:9 ( Ariko mweho mur' ubgoko bgatoranijwe, mukoranije kuba abami n'abaherezi, mur' ihanga ryera, abantu bashiriweho kuba inyegu yiharije, kugira ngo mukwize ishimwe ry'Iyabahamagaye, ikabakura mu mwiza, ikabashitsa mu muco wayo utangaje:)
Prod. Audio House : GMade10
Prod. : Gn LFLS
Dir ; Emma B
Lyrics :
1. Tuva muri BWA BWOKO butananirwa,
Tuva muri BWA BWOKO bw'abera
Tuva muri BWA BWOKO butarwara, mmmh butarwara
Turi rya hanga IMANA yiharijeee, yitoranirije
Ngo dutangaz'ishimwe ryiwe
Niyo mpamvu dufis'ubuzima bwiwe
Mbega twebwe tuja hasi? Noooo
Inkuru yacu n'imbere gusa? Egooo
Turavuga bikaba, Twavyawe n'Ijambo,
Twavyawe n'Ijambo ritabora
Twavyawe n'Ijambo, Twavyawe n'ijamboo ririho rigahoraho
Ref/
(Music) Mva mw'Ijuru
(Music) Mva mw'Ijuru
(Nd'Umwana w'IMANAA, Mva mw'Ijuru) x2
2. Twajakariye kugororoka,
Kunanirwa vyovyo kuri twe ntibishoboka,
Bwa Bwoko, Bwa Bwoko, Bwa
Bwa Bwoko, Bwa Bwoko butavumika Yeah
Mu mishishagu niho twakiriy'ingwara,
Mukugenda tuduz'ibitugu tugara,
Ubu dufise Mpwemu, We're the some n'abandi Bose bamwakiriy'uwo Mpwemu,
Nitwe tur'umuriro utongora,
Ibitomugora ntivyotugora,
Na canecane kw'Ijamb'ar'inkot'ikarishe cane natwe twararyizeye dutegerezwa kury'ivyamwa vyaryo
Turavuga bikaba, Twavyawe n'Ijambo,
Twavyawe n'Ijambo ritabora
Twavyawe n'Ijambo, Twavyawe n'ijamboo ririho rigahoraho
Ref/
(Music) Mva mw'Ijuru
(Music) Mva mw'Ijuru
(Nd'Umwana w'IMANAA, Mva mw'Ijuru) x2
(Nd'Umwana w'IMANAA, Mva mw'Ijuru) x2

Пікірлер: 39
@manlightniz349
@manlightniz349 8 ай бұрын
Bwa bwoko bwa bwoko bwatoranijweee
@Ebukuru83
@Ebukuru83 8 ай бұрын
courage cane brother
@oseirankunda3733
@oseirankunda3733 8 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉 bwabwoko kbs 🎉🎉🎉 baratuzi
@tonnykevinirakoze8411
@tonnykevinirakoze8411 8 ай бұрын
Turi bwa bwoko bwoko buravumika👌👌
@abidalwasafi2525
@abidalwasafi2525 8 ай бұрын
🔥🔥🔥 bwabwoko nic
@desirendayisenga4513
@desirendayisenga4513 8 ай бұрын
Keep shining
@djuhuru1364
@djuhuru1364 8 ай бұрын
Turi bwabwoko 🔥🔥🔥
@naorach6634
@naorach6634 8 ай бұрын
Mva mwijuru bwabwoko ❤❤❤❤
@Dian-j4w4f
@Dian-j4w4f 4 ай бұрын
Fiko fiki nda ❤❤❤❤
@gloryngenda6046
@gloryngenda6046 8 ай бұрын
Yes turibwabwoko❤
@calebiranzi-ew3vu
@calebiranzi-ew3vu 8 ай бұрын
❤❤Keep shining !! Baratuzii🎉
@iranzifiacre5551
@iranzifiacre5551 8 ай бұрын
Wow, indirimbo z'ubwiza !
@ggdancers9474
@ggdancers9474 7 ай бұрын
Turi Bwabwoko #BARATUZI.........💪👑
@ChannyQueenofficial
@ChannyQueenofficial 8 ай бұрын
Bwabwokooooo🎉🎉🎉🎉🎉🥳🥳
@LivinNimbona
@LivinNimbona 8 ай бұрын
Bwabwoko bw'abami n'abaherezi best song❤❤❤
@PatKOfficial1
@PatKOfficial1 8 ай бұрын
Twavyawe nijambo ririho rigahoraho💥💥
@BukuruDaniel-mp1vn
@BukuruDaniel-mp1vn 7 ай бұрын
Ibintu nisawa imana ibandanye kubaha inkomezi
@douceaxella1388
@douceaxella1388 8 ай бұрын
Bwa bwoko🔥🔥
@NdayizigiyeReno
@NdayizigiyeReno 8 ай бұрын
Turi bwa bwoko❤❤❤
@landryperkrinofficial8628
@landryperkrinofficial8628 8 ай бұрын
Baratuzi turi bwa bwoko butavumika 👌👌👌
@landry7585
@landry7585 8 ай бұрын
Bga bgoko mvamwo🔥
@AnithiaIrankunda-et8sl
@AnithiaIrankunda-et8sl 8 ай бұрын
Courage
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 4 ай бұрын
Fiko fiko🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@kasongo8693
@kasongo8693 8 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥
@Fullife_ir
@Fullife_ir 8 ай бұрын
Bwabwoko bwabwoko butavumila baratuzi 😊😊
@EdyneNininahazwe
@EdyneNininahazwe 2 ай бұрын
Courage fikofiko ❤❤
@annewollys
@annewollys 8 ай бұрын
💥🔥❤️
@yvanbayubahe6319
@yvanbayubahe6319 7 ай бұрын
Courage cynee broda ❤️🌺💐🫶🏼
@dizzoTrix
@dizzoTrix 8 ай бұрын
I like it bro userukira ubwami neza
@glorianinziza6227
@glorianinziza6227 8 ай бұрын
Bwabwoko🎉🎉
@jessndayi
@jessndayi 8 ай бұрын
Uwiiii 🔥🔥🔥🔥
@irambonajules80
@irambonajules80 8 ай бұрын
Good song
@alzonmedia
@alzonmedia 8 ай бұрын
❤❤❤
@irad_elsieee
@irad_elsieee 8 ай бұрын
Bon courage😊
@ndayikezapascaline8416
@ndayikezapascaline8416 8 ай бұрын
Turi ihanga ryera
@Iam_bataboy_photography
@Iam_bataboy_photography 8 ай бұрын
Tuva mwijuru
@therencecintije9138
@therencecintije9138 7 ай бұрын
Abasanganguzi
@ndeanaeddy
@ndeanaeddy 7 ай бұрын
Birazwi Turi #Bwabwoko
@therencecintije9138
@therencecintije9138 8 ай бұрын
Abasanganguzi
PSY - GANGNAM STYLE(강남스타일) M/V
4:13
officialpsy
Рет қаралды 5
ДЕНЬ УЧИТЕЛЯ В ШКОЛЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3,5 МЛН
How To Get Married:   #short
00:22
Jin and Hattie
Рет қаралды 28 МЛН
Worst flight ever
00:55
Adam W
Рет қаралды 41 МЛН
iPhone or Chocolate??
00:16
Hungry FAM
Рет қаралды 53 МЛН
Zifukwa Za chinsinsi zomwe zimachitika Ku mulalkho was alhomwe
5:57
Sam Malvitha
Рет қаралды 3,6 М.
M King-murekagende ft six T boy & Sniper (officiel vidéo)
3:48
When Royal Guards Fight Back!
8:08
Fighting Spirit
Рет қаралды 5 МЛН
Zaburi
4:50
Guhimbaza - Topic
Рет қаралды 4,5 М.
ДЕНЬ УЧИТЕЛЯ В ШКОЛЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3,5 МЛН