Рет қаралды 1,067
🤌🏽 Uronse amakuru nyayo, canke wiboneye uwakoze amabi afatiye ku gitsina, womushengeza ?
Mbega ubutungane bw'Uburundi buvyifatamwo gute, mu gukora amatohoza no guhana mu bijanye n'ayo mabi ? 🤔
Fata akanya urabe inkuru y'uno musi twayihariye ico kibazo.
#KuMusi
#ubutungane