Fablice ati "Ivyo kwubaka isoko nkuru nshasha ya Bujumbura, ni akantu gato kuvyo twe dushoboye"

  Рет қаралды 19,017

Magazine Jimbere

Magazine Jimbere

Күн бұрын

👂🏾 Kurikirane ikiganiro cose Fablice Manirakiza yahaye Jimbere, ku mugambi wiwe wo kwubaka isoko risubirira iryahora mu kibanza c'isoko nkuru ya Bujumbura.
Ni umuyobozi w'ishirahamwe UBAKANation rimaze igihe rubaka ibigwati bitandukanye nka "Come and see Burundi", "Fab Home Village", n’ikindi kigwati kikiri mu rwubako mu Kabezi.

Пікірлер: 64
@hakizimanaelie8916
@hakizimanaelie8916 5 ай бұрын
Fabrice nabandiba patriot terimbere nkumuzinga kukarorero keza mwerekana mubu Burundi n 'Africa Imana Ibahezagire kandi ibongere ubwenge murintwari ubu Basogokuruza bacu ahantu Bari baranezerewe kubona ibikogwa vyiza nkibi mwikanguro ryiterambere kubarundi bifuza impinduka zubuzima ku Burundi nokw 'isi yose rero buri murundi aharihose ahamagarirwa kuba umuhizi nkuko Basogokuruza bacu barabahizi imbono 2040 -2060 yadushwayemwo.
@nsoro9135
@nsoro9135 5 ай бұрын
Man you are my favorite👊👊
@Nandaise
@Nandaise 5 ай бұрын
❤❤❤❤ we love your idea. Vraiment Fablice turikumwe nawe
@ClaudineTwagirayezu
@ClaudineTwagirayezu 5 ай бұрын
Bwana Fabrice, ndagukirikiranye neza. You make sense. Komerezaho, ndanezerejwe nuko tugufise, ntuze ucike intege, uri mu nzira nziza cane, ugumanye ubwo bwenge n'ishaka hari ibikomeye Uburundi buzoshikako mw iterambere.
@B-Y-N
@B-Y-N 5 ай бұрын
Hezagirwa hezagirwa muhungu wa Yezu. Imana ukomeze kukurinda ukomeze uteze imbere igihugu cacu ciza cu Burundi 👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 5 ай бұрын
Make Burundian proud. Make Burundi great again ❤❤❤ fablice manilakiza 🎉🎉🎉🎉 😂😂
@RomualdMinani-qj1nr
@RomualdMinani-qj1nr 5 ай бұрын
Abantu mukunda igihugu mwese nimwirambire
@josianenahama1868
@josianenahama1868 5 ай бұрын
Nukuri fabrince Imana ukuturindire impande zose
@IntaheTvburundi
@IntaheTvburundi 3 ай бұрын
Waaaaa Imana igukomereze amaboko igukoreshe
@Ndikubumwe2024Happy
@Ndikubumwe2024Happy 5 ай бұрын
Imana iguhe umutekano ,nukuramba uzosige uburundi heza
@IsidoreIRADUKUNDA
@IsidoreIRADUKUNDA 5 ай бұрын
God protects you Mr Fablice
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 5 ай бұрын
Big up. Men birerekako uri umundi wumutima ❤🎉🎉🎉
@DrNelsonJohnMuhirwe
@DrNelsonJohnMuhirwe 5 ай бұрын
Uhoraho yaraguhezagiye vraiment
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 5 ай бұрын
Ngiye kuzohunguka naje❤❤❤
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 5 ай бұрын
Karibu
@KennoKanse
@KennoKanse 5 ай бұрын
@@ibrahimcongeram.806 gira amahoro n'amahonda!
@Kana-uu8jv
@Kana-uu8jv 4 ай бұрын
Wubahwe mwana wo mubwa NTARE.twarabuze Turi benshi Ariko Imana izaduhorera kandi tuzabaho.nawe turakwifurije kumererwa n'eza wavuye mubihe bigoye.uteriteka igihugu cawe abakwanka bazakwandureko.
@ericballack8219
@ericballack8219 5 ай бұрын
❤❤❤❤ fablice
@NoahNiyonkinzo
@NoahNiyonkinzo 4 ай бұрын
Shaaa,imana ikujimbere shaaa
@family4love1234
@family4love1234 5 ай бұрын
We Sha ufise ivyiyumviro bigishushe apana ivyashaje, ivyo uvuga nivyo kandi kubantu turino Australia turavyumva cane guko nivyo tubayemwo. Naje nzojamwo muri investment
@augustavemuhoza
@augustavemuhoza 5 ай бұрын
Cool
@YonkurizaAlice
@YonkurizaAlice 5 ай бұрын
Uwuhoraho akuje imbere
@MrWeintron
@MrWeintron 4 ай бұрын
Courage
@Ndolimuricanvas
@Ndolimuricanvas 5 ай бұрын
Umugambi ni mwiza cane
@KennoKanse
@KennoKanse 5 ай бұрын
Komera cane muhungu, mutugarurire umunezero satani yatunyaze.🎉
@PapiasNiyobuhungiro-sq5ku
@PapiasNiyobuhungiro-sq5ku 4 ай бұрын
Turagukunda cane mwana wigihugu
@pascalndayiragijepascal1393
@pascalndayiragijepascal1393 5 ай бұрын
Uyu mu petit ndamukunda cane.Afise lmigambi yubaka.Abantu benshi barakwiye kumwigirako
@JamesNyandwi
@JamesNyandwi 5 ай бұрын
Komera
@AimeHakizimana-q4v
@AimeHakizimana-q4v 5 ай бұрын
Incabwenge dusabe uronsw umutekano ukwiye
@NIYOMUKIZZofficial
@NIYOMUKIZZofficial 5 ай бұрын
tres bon fabby niwe wacu
@MELCHISA229
@MELCHISA229 5 ай бұрын
Fabrice jw ndagufana cane . Kk Ubu dukeneye ibikorwa ntidukeneye amajambo. Abamajambo bzreke ugwize ibikorwa. Kandi nkeney Num yaw
@NsengiyaremyeClaude-c6c
@NsengiyaremyeClaude-c6c 5 ай бұрын
Tworonka abandi babiri nkawe ntankeka izina uburundi ryohinduka vuba caan uko risanzw rivurwa hanze yabwo.
@EricMpawenimana-z1w
@EricMpawenimana-z1w 5 ай бұрын
nukuri twari tubuze incambwege zikunda igihugu imana ikije imbere
@MmatthiasMmathias
@MmatthiasMmathias 5 ай бұрын
Uhezagigwa mwana w uburundi
@emmanuelndayegamiye3857
@emmanuelndayegamiye3857 5 ай бұрын
Ntababeshe jw umutahe bawushize kur 100k. Abarundi bafise inoti bogura nk'imitah 1000k. Kandi isoko yokubakwa vuba
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 5 ай бұрын
😊👍🏾
@SamuelNSABIMANA-ul2lo
@SamuelNSABIMANA-ul2lo 5 ай бұрын
Turi nyuma tubizera twigire neza nimitahe yabantu batobato tuzisangemwo vyadyoshe
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien 5 ай бұрын
Nukuri woe nimana yakuduhaye ngowuback uburundi mbuwukeney nimeroyaw yakubonagutex
@family4love1234
@family4love1234 5 ай бұрын
Cinema izokwinjiza amahera cane kandi abakora films, indirimbo zitandukanye ivyovyose bizoza birerwkanwa muri cinema aho abarorerezi Bose bazokwinjira kumahera
@family4love1234
@family4love1234 5 ай бұрын
Tangura gu creatinga policy and procedure na register kubantu bazogira investment hamwe na account tuzogirako transfer. Twubake igihugu cacu abo turiko tivyarira ino bazokure biyumvamwo igihugu cacu kuko bazoba babona gisa nivyino
@DiodonneMpayumuremyi
@DiodonneMpayumuremyi 3 ай бұрын
tubaye turashima nimutaba nka babarundi baharanira inyungu zabo nivyo bizingamitse igihugu
@irakazaeriekim4753
@irakazaeriekim4753 5 ай бұрын
Nanje ndumurundi w ingozi RUHORORO
@antheremworoha7394
@antheremworoha7394 5 ай бұрын
Naje ndagushigikiye FABRICE sinobura iiumbi ijana
@EricNSENGIYUMVA-h5p
@EricNSENGIYUMVA-h5p 5 ай бұрын
Nimwubake iyo Soko muhejeje muce mwiga ikindi kibaza Kiri ahagutse mwubake ikibuga cumupira kimeze neza
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 5 ай бұрын
Twizeteko uzotwubakira isoko uduga ukamanukanwa nivyuma nkahandi mubindi bihugu wihagararira bikakudugana aba🇧🇮 muranryohera kwel 😎😎
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 5 ай бұрын
Nkeka azo bifora
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 5 ай бұрын
😂Fabrice asigaye yirata bikabije mbega aribagira ko igisata ça reta marché public kitafuswe.nuko uri umwana atonye kukirimba 😂😂😂😂
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 5 ай бұрын
😂😂😂😂ariko akavuyo kaba DD 😂😂isoko haba appel d'offre ntakavuyo kajamwo kuvuga k ubishiboye ntibikwiye😂😂😂
@BizaJonny
@BizaJonny 5 ай бұрын
Wewe kora abakwanka ba kwandureko kabisa
@rahaytv26
@rahaytv26 5 ай бұрын
wubahwe disi.igiti cose Cama ivyamwa vyiza dusanzwe tizi KO Arico giterwa amabuye.rer wéwe FABRICE Uri kwisezerano ry,IMANA ntucike intege wéwe courrage ahubwo IMANA ihezagire ibikorwa Vy,amaboko yawe.ivyiza uriko akorera igihugu cacu c,uburundi ntawutabishima kiretse Bansi vyiterambere ( bu Burundi) wewe terimbere Kuko uriko urashitsa isezerano IMANA yasezeraniye igihugu cacu🙏🙏🕯️🕯️🤲🤲🇧🇮🇧🇮🤝🤝💎💎🫂🫂
@JeanparfaitNtiranyibagira
@JeanparfaitNtiranyibagira 3 ай бұрын
Intwari zigula zivuka vrt terimbere mwana wigihugu!!!
@ndayizeyeconsolatte
@ndayizeyeconsolatte 5 ай бұрын
Fabrice ndagushigikiye
@JeanpaulRudodwa
@JeanpaulRudodwa 5 ай бұрын
Komera kw'iibanga turagushigikiye usumba benshi
@Emma-zi9mw
@Emma-zi9mw 5 ай бұрын
Bro ikigihugu turakizi knd twakivukiyemwo, icamber nuko iyo radio RPA ivuze umuntu garantie aba ari imyaka 10 kugira Aje mwibuye cnk atangur ku bus, ica kabiri bro CNDD-FDD Turayizi Abo bagabo uko bahindukana turabizi ninkicomunda bagabo benshi nkawe baraduciy mu minwe, ikindi naco rek kuririmb isoko kuk ntayo uzokwubaka bro , knd umeny ko ww utari uwamber uyihawe
@NIYOMUKIZZofficial
@NIYOMUKIZZofficial 5 ай бұрын
gabanya critiques kuko uko vyamye siko bizohora
@Emma-zi9mw
@Emma-zi9mw 5 ай бұрын
@@NIYOMUKIZZofficial ww icecekere kuk niyihende agire faux pas imwe Gusa uzoc urab ico bita pouvoir icarico
@ndigimunaziri3575
@ndigimunaziri3575 5 ай бұрын
Haaaaaa none ikigihugu wakivukiyemwo ww wenyene ivyo uzi kugihugu ubizi weweyene twese niho tuvuka bro harinigihe ivyo wiyita ko uzi natwe tuzi vyinshi kukurusha. buri murundi wese arafise uburenganzira bwo gushikiriza iciyumviro icarico cose kubijanye nimigambi yiguhugu ciwe uwushaka aravyemera uwudashaka akabireka
@FidéleBikorimana-f1g
@FidéleBikorimana-f1g 5 ай бұрын
Ivyuvuga biratahuritse cane nkokubantu bate.bereye cank barigutembera barinderubuzima ibibarabitahura cane hakabura gusa umutahe mutama wewe ufise uwomwukoro korumuti muhezagirwe cane
@JulesBIMENYIMANA-z8l
@JulesBIMENYIMANA-z8l 5 ай бұрын
Urazi rukore?? Musaza naba kuryagatanu ryakera !!!?? Ronka ibintu kukibuga WWE narumasi urahazi n ogsifame yanduha amazi urayizi
@iradukundadiotreph2410
@iradukundadiotreph2410 5 ай бұрын
Duhe I number ya Fabrice akore kuri Whatsapp murakoze cane Iradukunda Diotreph
@ernestmbanzendore1219
@ernestmbanzendore1219 5 ай бұрын
Fabrice uri incabwenge n'ukuri. Umaze kwiyumvira PPP(Partenariat Public et Privee) u Burundi nibiyumvira iyo vision, mu mwaka icumi, ntawuzobona iyo bwaciye
@PierreKajiburundi-m5t
@PierreKajiburundi-m5t 5 ай бұрын
Hoptimist Man
@nyandwiildephonse8717
@nyandwiildephonse8717 5 ай бұрын
Turagushigikiye wewe urashoboye ab namajambo gusa twebw ebana bigihugu turi inyuma yaw
@MmatthiasMmathias
@MmatthiasMmathias 5 ай бұрын
Uhezagigwa mwana w uburundi
Mom Hack for Cooking Solo with a Little One! 🍳👶
00:15
5-Minute Crafts HOUSE
Рет қаралды 23 МЛН
Гениальное изобретение из обычного стаканчика!
00:31
Лютая физика | Олимпиадная физика
Рет қаралды 4,8 МЛН
Сестра обхитрила!
00:17
Victoria Portfolio
Рет қаралды 958 М.
How to treat Acne💉
00:31
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 108 МЛН
#TakeMeBack Rose Marie:''iyi ndirimbo nayandikiye uwo twakundana’'
27:43
Mom Hack for Cooking Solo with a Little One! 🍳👶
00:15
5-Minute Crafts HOUSE
Рет қаралды 23 МЛН