#TakeMeBack

  Рет қаралды 12,514

Magazine Jimbere

Magazine Jimbere

Күн бұрын

Пікірлер: 37
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 29 күн бұрын
Mubantu nkunda uyu muvyeyi arimwo ❤.she is a Star mubijanye nakaranga.
@johnbillirakoze6091
@johnbillirakoze6091 Ай бұрын
Merciii boku pour l'émission, twebwe twakuriye kuri izo ndirimbo de 17h à 18h avant k dessin animé itangura, murakoze caane kuduha histoire y'iyi ndirimbo dukunda caane. Mme Rose, Imana iguhezagire kuko waraturyohereje ubuzima igihe kinini, kandi nubu ukiriko
@irapretty659
@irapretty659 Ай бұрын
Iyi niyambere elle est juste wow❤❤❤
@kampimbarediane
@kampimbarediane Ай бұрын
Ndakunda Rose caane,Mafoza wanje wa Murikirukuri
@nab2008
@nab2008 Ай бұрын
Ikiganir ni nkiki let's support Jimbere mag💪❤💪
@krc0607
@krc0607 28 күн бұрын
21:48 😂😂😂 elle a tout a fait raison! Ntawuguma akurindiriye nk’i poteau😅😅😅😅😅 Mme Rose, twebwe twakuze tubumviriza à la télé👍🏾👍🏾👍🏾 Super émission, merci!
@dianekn7139
@dianekn7139 Ай бұрын
Mwakoze cane kuduha iki kiganiro c'umu Mama afise amajambo akomeye atwigisha mu buzima. Imana ishimwe kubona yaramutuzigamiye kandi imuzigame niyindi myaka myinshi cane.
@turusokashi4567
@turusokashi4567 Ай бұрын
Iyi histoire inyibukije cane iy'umwami actuel wo mubwongereza. Vyamushikiye uko nyene
@tssl5590
@tssl5590 Ай бұрын
Real Amazing artist yari talent yukuri!Bazomuh agashimw bari badyoshe n umuco kirundi ugoye
@SidonieFavé
@SidonieFavé 29 күн бұрын
Merci Beaucoup Rose Marie . Sidonie
@mariefranceinamahoro7389
@mariefranceinamahoro7389 Ай бұрын
Muvyeyi, vous êtes une légende. Wateramishije benshi❤❤❤
@CandideKanderere-ns4bn
@CandideKanderere-ns4bn Ай бұрын
Bravo et merci Rose du Burundi❤
@urlichdylan5763
@urlichdylan5763 Ай бұрын
Belle émission
@masisi62
@masisi62 Ай бұрын
Ohhh ndanezerewe caaane kukubona karanga ku Burundi❤❤❤
@cocohefelfoundation9363
@cocohefelfoundation9363 Ай бұрын
Uvuze ukuri kabisa nivyo twabayemo famille ngo ntiworongora umuririmvyi ngo numusazi ,nivyiza kuvuga ninyigisho ndagukunda❤
@KeinthadaniellaIngabire
@KeinthadaniellaIngabire Ай бұрын
Yitwa MAFOSA muri MURIKIRUKURI 🎉🙌❤❤
@willyndayizeye1039
@willyndayizeye1039 Ай бұрын
Reka kuvuga 😁
@BerniceIrakoze-b3b
@BerniceIrakoze-b3b Ай бұрын
Mafoza
@UwinezaAline-em2ue
@UwinezaAline-em2ue Ай бұрын
Mercy
@lilianegahimbare6924
@lilianegahimbare6924 Ай бұрын
Ndakwumva neza Rose.
@rosemarietwagirayezu2616
@rosemarietwagirayezu2616 Ай бұрын
Merci
@RizanieBucumi
@RizanieBucumi Ай бұрын
❤❤❤❤
@jacquesndabagirire7281
@jacquesndabagirire7281 Ай бұрын
Bravo!! ubu ntakuntu izo ndirimbo za kera, mwebwe mukiri en vie, mwokorana na bubu, mukaziryohora mu buhinga bwa none?
@GerardBayisabe
@GerardBayisabe Ай бұрын
Waauuhhhh,
@nadiavyukusenge4970
@nadiavyukusenge4970 Ай бұрын
Ndamukunda cane.kuko maze kubonana nawe amaso kumaso
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Ай бұрын
M Rose ntusaza nukuri harashize imyaka 20 ntakubona ariko uracasa nkuko wasape ✋
@gilbertnahayo4723
@gilbertnahayo4723 Ай бұрын
Yooo,uyo Muvyeyi aracariho kweri!Za mushiraho lumicash zabo tubashimire
@NzogerayoinJesusName
@NzogerayoinJesusName Ай бұрын
Hemwe, kumbe nuyo? Kabisa
@JeandeDieuHATUNGIMANA-cq1ni
@JeandeDieuHATUNGIMANA-cq1ni Ай бұрын
Mafoza wacu. Ahuba wubawe. Wabaye intwari kuva kera.
@MazimbaRodgers
@MazimbaRodgers Ай бұрын
Numva nagukunze maman
@placidentahonshikiye2385
@placidentahonshikiye2385 Ай бұрын
Shiramwo none iyo ndirimbo.
@geoffroygoodman6423
@geoffroygoodman6423 Ай бұрын
Urwedengwe = umukobwa ageze kurongorwa ageze kuzungagiza amabere
@prosperngaboyisonga5312
@prosperngaboyisonga5312 Ай бұрын
Palais des arts batarayijaba nkubu mpore Muvyeyi karabaye
@alainnahimana8542
@alainnahimana8542 Ай бұрын
Warintwarikazi vrma abubu bobo nakambaro kibara
@IngabireChristaBella
@IngabireChristaBella 27 күн бұрын
❤❤❤
@BerniceIrakoze-b3b
@BerniceIrakoze-b3b Ай бұрын
Mafoza
@leonidasnsabimana2749
@leonidasnsabimana2749 Ай бұрын
Ndashimye ko nsubiye kubona Rose! Ari mubantu bashishikaye guteza imbere akaranga. Ijwi ryiwe turarizi henshi. No kuri Église asomye igituma yaba aziko baca bibuka ryajui muma feuilleton.
UFC 287 : Перейра VS Адесанья 2
6:02
Setanta Sports UFC
Рет қаралды 486 М.
БОЙКАЛАР| bayGUYS | 27 шығарылым
28:49
bayGUYS
Рет қаралды 1,1 МЛН
😎 Mwari Munzi Ep 6: ka karirimbo "Bizuuh" urazi uwagakoze ?
24:46
Magazine Jimbere
Рет қаралды 1 М.
UFC 287 : Перейра VS Адесанья 2
6:02
Setanta Sports UFC
Рет қаралды 486 М.