MY HUSBAND PART1 💔:BURUNDIAN FILMS FROM 3FA COMPANY⭐ Breaking boundaries 🔨

  Рет қаралды 21,948

Fanny Lavine Official

Fanny Lavine Official

Күн бұрын

Пікірлер: 689
@gnfilms8582
@gnfilms8582 Күн бұрын
Love from GNFILMS ❤❤❤❤ Sabbas congratulates u
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 Күн бұрын
Sabbas ❤🎉🎉🎉
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 Күн бұрын
🎉🎉🎉❤❤❤
@blandinedusabe
@blandinedusabe Күн бұрын
Dutemwo ingaruka 😂😂😂🎉🎉
@aliceali9178
@aliceali9178 Күн бұрын
Sabasi ndagukunda cane kandi ibikogwa vyawe ndabikurikirana hejuru cane abass❤🎉🎉
@AimédonelIshimwe
@AimédonelIshimwe Күн бұрын
sabbas wacu sha turagukunda❤❤❤❤
@ElianeBukeyeneza
@ElianeBukeyeneza Күн бұрын
Abashuhiye iyi film nkanje Munshirureko❤ 3FA hejuru
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Күн бұрын
Ndabaye uwambere💃💃 abodutanguranye My husband tumenyane💪❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@Lynalynetv
@Lynalynetv Күн бұрын
Wikoranye sivyiza
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Күн бұрын
@Lynalynetv oya sinikoranye nabanje kuzana link mumuryango wesinzi ivyo warimwo😅
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 Күн бұрын
😢😢jewe akokantu ngo nabaye uwambere karambabaza😢😂so natwe turaje 😢😂
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Күн бұрын
@@kubwimanayvette6203 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 karibu🥰🥰🥰
@Niyongaborichard-f5j
@Niyongaborichard-f5j Күн бұрын
Respect ingaruka zirikwinshiii
@DANNYFILMSCOMPANY-d8m
@DANNYFILMSCOMPANY-d8m Күн бұрын
IYI FILM NIYUMWAKA NDABARABIYE NUBWAMBERE NDAVYE FILM NKAYIMARA NKASUBIRA KUYIRABA❤🎉
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Күн бұрын
@@DANNYFILMSCOMPANY-d8m Danny🌹🌹🌹
@AnithaManirakiza-k5y
@AnithaManirakiza-k5y Күн бұрын
Sha ahubwo jw ndibuze iyo Abel yakuye izimbaraga zogukina ari mubi nkuku
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 Күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂 ewe Dany sha
@Grace-iradukunda
@Grace-iradukunda 2 сағат бұрын
❤❤❤❤🎉🎉Danny turagukunda 🎉🎉🎉🎉🎉
@DonavineNiyonsaba-yr4pw
@DonavineNiyonsaba-yr4pw Күн бұрын
Courage beza banje mubirimwo neza hm ababona ko iyi film itwika musigire linke murigwarukundo💗💗💗💗💗💗💗💗
@MusaFloribert
@MusaFloribert Күн бұрын
Fafa nukuntu uremerew ukagum ur kukiv kwl urintarekazi mwishamb ryayo komeza kuturyoher mama wabo🎉🎉🎉
@MunyanaGrace-o1t
@MunyanaGrace-o1t Күн бұрын
Big up guys from USA ♥️abo dutanguranyije iyi film mumpe utu like bs♥️
@blandinedusabe
@blandinedusabe Күн бұрын
Duhe ama dollar 😂😂😂😂
@PrecideSni-n5v
@PrecideSni-n5v Күн бұрын
Abel inyuma yiyi film ndakwemerey gift vrmnt N.B film iheze🙌
@Boosterofficia
@Boosterofficia Күн бұрын
Ndabasavye turare dukwije 20k abafana tuvuge twese my husband 💓
@Ndayiragije-ug2sw
@Ndayiragije-ug2sw 51 минут бұрын
eg kbsa
@VanessaNdikumwenayo-b5h
@VanessaNdikumwenayo-b5h Күн бұрын
Amashusho yiyi film ni meza cane🥰 nayakunze nkibona trailler🥰 Sound🥰 Kbs 3FA tugomba dutangure umwaka ije muri NEW LOOK 🔥🔥🔥🔥 NDIHO akomeze kubagirira neza🗣️🗣️🗣️🗣️
@MucoRèneArlene
@MucoRèneArlene Күн бұрын
Ndabemeye vrt mwibahwe kuba musubiye gukorana kuko musubiye guteza imbere igisata ça ciném vrt mwibahwe hejuru cn kuma team yose kandi turabemera turanabakunda❤🎉
@REMYNICEOFFICIAL
@REMYNICEOFFICIAL Күн бұрын
Love ❤from Remy nice Company
@WillaLight
@WillaLight Күн бұрын
Nae turakuziriye muri INKONGORO Y'IKIBI 🎉🎉
@REMYNICEOFFICIAL
@REMYNICEOFFICIAL Күн бұрын
@WillaLight Ni mukanya 14h Hazakuba hahiyeeee🔥🔥🔥🔥
@nsaburukundoemelyne4934
@nsaburukundoemelyne4934 Күн бұрын
waaooo film m'y hunsband abotiyitangurany tukazonayisozera mumpe akantu ❤ basha
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 Күн бұрын
Ariko Ubundi gukunda Fanny❤❤❤❤ ntaruhombo pe , Merci beaucoup kuri film nziza muduhaye 3fa nimwe banje to💐💐💐💐
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Күн бұрын
Maman 3FA izombaraga uzikurahe🤭🤭 uritanga pee👌 Imana ibandanye ihezagira ibikorwa vy'amaboko yawe🤲🤲
@MarcellineININAHAZWE
@MarcellineININAHAZWE Күн бұрын
Mama lao umwaka uwufutaguje neza ariko muriko mutwiba iminota sha umugabo nka Abel kabx nomuheba nono nawe pole sana umu boss nkuwo niyo hageze kwishuza agashahara ugira ubwoba fanny courageuse vrt ivyokora ukuriwe nkuko vyoshobora bake❤❤❤❤
@SaraphinaMichael-ff2df
@SaraphinaMichael-ff2df Күн бұрын
Iminota nimike cane ababonako iyo minota ari Mike mugonge hano batwongerezeko iminota nka cumi
@Vyette
@Vyette Күн бұрын
Nimike cyan p bongere iminota
@MmMm-hq8vn
@MmMm-hq8vn Күн бұрын
Shalom shalom ndabasuj mukivandim nipfuriz noel nziz abakiny bacu numwak mwiz tugiy kwinjiramw iman izobah ivyomukeney vyose ndets natwebw abafan izobituros
@FabiolaIgiraneza-cl3cc
@FabiolaIgiraneza-cl3cc Күн бұрын
Haaa ndaba film nsoma n'a commentaires 😂😂😂
@chainaigiraneza
@chainaigiraneza Күн бұрын
Nnj nuko😂😂
@AntoinetteIrankunda-p4x
@AntoinetteIrankunda-p4x Күн бұрын
Najew
@ReineFlorentineBizindavyi
@ReineFlorentineBizindavyi 6 сағат бұрын
Ego kweli
@Vyette
@Vyette Күн бұрын
Uwumvise akakaziki karingaki mur film umupfakazi 😅😅😅❤nanyihere like😂
@LeillaBaraka
@LeillaBaraka Күн бұрын
abacerewe nkanje tuze kumenyana nabari bayishuhiye tumenyane
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 Күн бұрын
Ababonye ingene Fanny akubita urumenyetso tumenyene😂ingene asohoye nono nka umengo ntamuzi😢 Fanny je sinzi nkabakurwanya ico bashaka😂naka jalousie konyene😂kuko wewe ntanumwe akwababa uruwambere knd uranikurikira ndabishingira intahe🥳🥳🥳ndaje ndayikurikirane😢😂3Fa hejuru cane❤
@AntoinetteIrankunda-p4x
@AntoinetteIrankunda-p4x 23 сағат бұрын
Nabibonye kwr arazi gukubiturumenyetso rwumusaraba😅😅😅🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@NadineIrakoze-b8f
@NadineIrakoze-b8f 16 сағат бұрын
Nukuri kw'Imana abantu mujalousa Fanny mubihaharike kuko nuwambere ntawundi mugire yoshobora kwirukangana inda munda nkiyo ingana uko.abanyeshari mubihaharike kuko Fanny aritanga vrma akazi kiw araka merita ahubwo nimubandanya mumugndako Imana izobakubita inkoni mutazi.jew nukuri arantangaza trop.burya nkumunsi azovyara azohava Aja gukina film😂
@graceiradukunda4620
@graceiradukunda4620 Күн бұрын
Uwo mugabo afise ingeso nkiziwuraho,umengo mwari mwamubonye imico yiwe
@AnithaAyingeneye
@AnithaAyingeneye Күн бұрын
Hhhh!!!!
@HusEhe
@HusEhe Күн бұрын
​@@AnithaAyingeneye😂😂😂😂
@alees4907
@alees4907 23 сағат бұрын
Mpor mpor mwiz 😢😂
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 10 сағат бұрын
Mpore mupfaso abakenyezi dukenyerera kuri vyinshi
@KarerwaOdette
@KarerwaOdette 12 сағат бұрын
Burundi bwacu burundi buhire ,🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ndabakunze caaaane mwubahwe bakiny beza❤❤❤❤❤
@DjumaNdayishimiye-rc7ol
@DjumaNdayishimiye-rc7ol Күн бұрын
Tugiy kuhaturir kbs hashak hash mama lao hejur emw mpak ndayirangij mundemer hemw ndabasavy❤💃🇧🇮💪🙏🙏
@KevineHeppy
@KevineHeppy Күн бұрын
Flm nzizacane ariko fani nkabafana bawe raba uturyohereze utwongere iminota
@uwurukundobella-uv4xx
@uwurukundobella-uv4xx Күн бұрын
Fanny wanjeuu disi,namajambo arankamana kubwo urukundo ngukunda ❤❤
@joselynenshimirimana6815
@joselynenshimirimana6815 Күн бұрын
Uwo mwana arimunda niwe ambabaje😭😭😭❤❤
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 Күн бұрын
😰😰non fanny uko kuntu bagusunur n'inda munda yesu weee ndagiz ubwoba!uratwigur disi kugir utunezereze Iman ikomez kukwitaho sha🥰🥰film itanguy neza nizer ko izotwigisha
@EvelyneNkurikiyimana
@EvelyneNkurikiyimana Күн бұрын
Nari nkumbuye akaziki ko mumupfakazi❤courage
@VanessaNdikumwenayo-b5h
@VanessaNdikumwenayo-b5h Күн бұрын
Lavine wewe impande zose nirutwitsi🔥🔥🔥🔥 Abel muri New Look🥰
@SantaIrakoze
@SantaIrakoze Күн бұрын
Nkumunt adakund fanny amerew gt 🤌🤌mama lao respect vrt urumw ah ubon utwerets ubuzim bensh babayh mungo zabo biduh icigw ndgukund uvyumv♥️♥️♥️Imana ize ikuje imbere umu bébé wcu umurind amarira 🎉🎉🎉
@VanessaNdikumwenayo-b5h
@VanessaNdikumwenayo-b5h Күн бұрын
Séries yanje nshasha yibihe🥰🥰 Abashuhiye iyi Séries nkanje tumenyane🤝 Guys bcp de partager ubutumwa bugere Kure buvure benshi Fans 3FA🥰 I Wish You All Mary Christmas And New Year GOD Bless You🗣️🗣️🗣️🗣️
@Lynalynetv
@Lynalynetv Күн бұрын
Jewe mukanya nagira nje muri comme kuko nari bayibuze
@VanessaNdikumwenayo-b5h
@VanessaNdikumwenayo-b5h Күн бұрын
@Lynalynetv pole
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 Күн бұрын
Vava merci pareillement mwiza🙏🙏
@MadinhMadinh-q2g
@MadinhMadinh-q2g Күн бұрын
Mumunoya wakane nkaba ndahashitse nimundemere nanje mume like basi❤❤❤
@AngefreuristeIrakoze-ss5jn
@AngefreuristeIrakoze-ss5jn Күн бұрын
Mwebwe rer muzotwicish umunezero ndabakunda 💖💖
@AXELLAassia
@AXELLAassia Күн бұрын
😢😢😢😢MANA mfasha iyi films ntindize nkumupfakazi S 😭😭😭😭
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 Күн бұрын
Ntegerezwa gutangurana na my husband mbon arimwoto kbs🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
@FasisiNuru-j3o
@FasisiNuru-j3o Күн бұрын
Nciy nkumbur umupfakazi basha❤❤❤❤❤❤
@HusEhe
@HusEhe Күн бұрын
Kubera iyo nanga❤❤😂😂😭😭😭😭ncandira ndayumvis
@RoseRose-cb6qq
@RoseRose-cb6qq Күн бұрын
EBABAWEEEEEE. FANIIII. NUMWANUFISEMUNDA. NIGIKI. YOOONDUMIWE. KWERI. GUSANUMURIROKWERI❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@ClaireNtisi
@ClaireNtisi Күн бұрын
Muragaterimbere cane ariko iyi filme ntiyakiniwe muburundi??c'est quel pays?
@NiyibigiraElysée
@NiyibigiraElysée Күн бұрын
Mugwanda
@VanessaDior-q6j
@VanessaDior-q6j Күн бұрын
Uyumwana wa Fani tuzomwita ngwiki gaye😢😢😢😢
@ParfateIrbka
@ParfateIrbka Күн бұрын
Tuzomwita Ntagufyina
@alees4907
@alees4907 23 сағат бұрын
Tuzomwit ndimukaz😂😂
@LeaPapa-p8o
@LeaPapa-p8o 22 сағат бұрын
😂😂😂😂😂😂
@EsperanceHabarugira-ej1zo
@EsperanceHabarugira-ej1zo 13 сағат бұрын
Jew mber mbona umenga bazoba babiri.gusa azodhikira kwagitinga😂😂😂.gusa bakire amashugwe yabo.🎉🎉🎉🎉
@DianeIrankunda-fo2ds
@DianeIrankunda-fo2ds 7 сағат бұрын
Film yakiniw mu Rwanda shaa ❤❤Courag 3FA
@FannyMugisha
@FannyMugisha Күн бұрын
Iyi Filme kwije Itavyorosha kbsaaaa bashaa Nigisasu ndabarahiye 🔥🔥🔥🔥🔥🔥💙💙💙
@MogshappMogshapp-l5t
@MogshappMogshapp-l5t Күн бұрын
Mashallah munyibukije ukuntumvyara abahungu ubwonanj ntazohavangirankuko gays Jew m onabotureka cambucafiko egahavyara umugabo twakir ivyomuduhaye
@NadiaMurekatete-s2e
@NadiaMurekatete-s2e Күн бұрын
Ariko Faaa uwomwna uramuruhish Geragez ukore bik😂😂
@nsaburukundoemelyne4934
@nsaburukundoemelyne4934 Күн бұрын
umuntu yabonye norasque ingene bamwugarana mukabati ningene Fanny yamusohoye ahenura ampe link
@terimberejaliajalia8284
@terimberejaliajalia8284 Күн бұрын
iyi film ije kuturiza ivyo mbona.ako karirimbo ko mu mipfakazi,karantera intimba😢
@GcUh-mk4yw
@GcUh-mk4yw Күн бұрын
Ababonak My Husbund arumuriro tumenyane🎉🎉🎉🎉🎉 Fanny nukuri urashoboye mwana wamama numwanya munda ugwo rugamba Iman igufashe pee🎉🎉🎉🎉
@kevingirayezu9357
@kevingirayezu9357 Күн бұрын
Iraryoshe iteguyenkumupfakazi❤❤
@BénigneAkeza-p7d
@BénigneAkeza-p7d Күн бұрын
Abumvise aka music kumupfakazi mumpe like tumenyane,👍👍abayitanguy bazonayimara tugonge hano❤❤❤
@NadineNiyonsaba-h6n
@NadineNiyonsaba-h6n Күн бұрын
Lavie ati ,, mabuja,, 😅😅😅. Gusa ndi mubagiye kuyiraba kugeza kuri final🎉🎉🎉
@AliceCuki
@AliceCuki Күн бұрын
Kure cane Imana ibaje imbere arik irababaje🤔🤔🤔🤔🤔🤔
@VanessaNgabire-nr1it
@VanessaNgabire-nr1it Күн бұрын
Ndakund ingene mukina muhanura ❤🎉, Ariko nibaza ko mubuzima bisanzwe atabagabo bariho bakimeze Nkuko kwa Abel, Kuko bub ar ubugugu no kwihenda bidasanzwe.
@NewasSong-f7s
@NewasSong-f7s Күн бұрын
Yoooooo 😂😂😂😂❤❤❤❤ iyiyo ijarumuruturutu fanny 😂😂😂😂😂❤❤❤❤ wubahwe
@EstellaUwikunda-yb9so
@EstellaUwikunda-yb9so Күн бұрын
Filmi imeze neza fresh irimo inyigisho courage yesu abashigikire
@MoniaDusenge-cd6nh
@MoniaDusenge-cd6nh Күн бұрын
Flm nziza cn yigisha fanny tura❤❤
@angenadegempuhwe-tp8bm
@angenadegempuhwe-tp8bm Күн бұрын
Film iryoshe🔥🔥🔥Lavine wee❤hejuru cane bakinyi beza🇧🇮🙏
@IrakozeNadine-et8gr
@IrakozeNadine-et8gr Күн бұрын
Courage Mama lao ukomeze gusengera urugo gwawe bizogenda neza ❤❤❤
@NdayisengaEddyssa
@NdayisengaEddyssa Күн бұрын
Abumvis akaziki KO mumupfakazi tumenyan
@GloriaNduwimana-s5n
@GloriaNduwimana-s5n Күн бұрын
Nanje nagakunze cane gose
@Doreen-Nana
@Doreen-Nana Күн бұрын
Iyi films ni fire 🔥 ndabarahiye Kubakunda nitegeko nihaye❤❤
@TuyizereChanella
@TuyizereChanella Күн бұрын
Respect kur faxine ukuntu ukina n'inda munda
@anemarry8755
@anemarry8755 Күн бұрын
Jeho nzotera commenter kuyikurikira nabaye uwambere nimama😂😂😂😂 ariko rero sijembonye irashikiriye😅😅🤣🤣🤣💞💞💞💕💥💥💥💥💥💥💥💪💪💪
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 Күн бұрын
My husband 😍 💕 umugabo nkuyo ntawe noshobora😊
@NishimweDivine-cq5ki
@NishimweDivine-cq5ki Күн бұрын
Uwutaraburorwa avuga ngo nubunya😂😂
@alees4907
@alees4907 23 сағат бұрын
Nukur nakasamutw 😢
@AnnydeoHashtag
@AnnydeoHashtag 15 сағат бұрын
Ivugire make nimbukirinkumi😢 gus imana iturind ingonkizo
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 10 сағат бұрын
@@AnnydeoHashtag non nibeshere ngo nokwihangan atavyo noshobora ndinkumi ariko ivyo kwel ukunt ntey ntabwo nokwihangan kuko ntavyo noshobora nukuri. Imana itabare ingo nkizo peeee
@AnnydeoHashtag
@AnnydeoHashtag 10 сағат бұрын
@niyogushimadorine6086 ereg ntawobishobor nuko gus isiyuwumus mbon arihigez ahubw iman idutabar turahanzwe
@GloriaNduwimana-s5n
@GloriaNduwimana-s5n Күн бұрын
Yooo ncumva akokaziki gisa ndayikunze nkumupfakazi abishira akokaziki basha mubinyereke😅😅😂😂
@AclerineBanga
@AclerineBanga Күн бұрын
Film nziza Fanny and Nora hejur cn tura❤
@DivineTuyisenge-m5j
@DivineTuyisenge-m5j Күн бұрын
Umunezero ugiy kumpotoro kuel😂😂😂 Mamalao hejuru cne🎉❤ ndagukund cne uvyumv❤🎉🎉🎉
@rablaasdq2341
@rablaasdq2341 Күн бұрын
Harahiye mbega uburyohe bwa flime ndayisubiyemwo gatatu😂😂❤❤❤🎉🎉🎉🎉murategura pe
@CecileIrampaye-k2o
@CecileIrampaye-k2o Күн бұрын
Iyifilm vyukur irandiza ndikuyiraba angel Nakhan muranryoher muvyumve 🎉🎉🎉mbipfurij kuger kure
@IradukundaJeanine-r6h
@IradukundaJeanine-r6h Күн бұрын
Imana iguhezagir gos
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 Күн бұрын
Umugabonkuyo nzoshake sazire muhira mana uzomunyime nukur sinzobabara😢😢😢😢
@BikorimanaFidelite
@BikorimanaFidelite Күн бұрын
Nn nka Nola yaraj mubiki mucumba😂😂😂😂😂❤😢😢nih bagira banamufate❤❤😂😂😂
@GrettaIteriteka-rj1ji
@GrettaIteriteka-rj1ji 10 сағат бұрын
C'est la 1er fois😊for sure ndavye film nkiyi❤Fanny lavine hejuru cne❤
@EstellaUwikunda-yb9so
@EstellaUwikunda-yb9so Күн бұрын
Hhhhhh nisanze natwenze abagabo bameze nka beri mwisubireko
@SandraMuco-gu5uw
@SandraMuco-gu5uw Күн бұрын
Uwomu bébé Fanny nukuzurumvirizako agihema😂 turabakunda❤
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz Күн бұрын
Ngaho Norasque yibereye umunyagikoni mpise nseka😂😂urampa numve k'umynyu wakoze bro 😂😂
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e Күн бұрын
Number one couragee nivyiz eg eg egg ❤ nice mii pe 🙌🙌🙌 eg 💯✍️💯✍️💯✍️💯✍️💯✍️
@hakizimanagerardine5666
@hakizimanagerardine5666 Күн бұрын
Nukur muhezagirw ibnt mwakiny bibaho knd cne 🙏
@VanessaDusenge
@VanessaDusenge Күн бұрын
Mbega film ibabaj mpol Sha Fanny wnj gusa nono aratimba sinokwemer kobafatir umugore uko gusa nuk Ari film
@ZuhuraIradukunda-c1v
@ZuhuraIradukunda-c1v Күн бұрын
Nukur narindayirindiranye igishika cinshi pe
@EzakoSandraBella
@EzakoSandraBella Күн бұрын
Muzonatwica kabx je ndabakunda mazeu ingen norasque yigira rero
@hadijasalim7769
@hadijasalim7769 Күн бұрын
Iramara niyambere ndayitanguye nzoyiheza insha allah
@LeaNiyibitanga
@LeaNiyibitanga 11 сағат бұрын
Iyi film irarenze irababaje ikanatwenza
@stitore2388
@stitore2388 Күн бұрын
Vyukuri ndishimye kubona Abeli n'a fanny basubiranye bitashimishije 🤼‍♀️🤼‍♀️🤼‍♀️🤼‍♀️ courage mwubahwe
@MucoNelly
@MucoNelly Күн бұрын
Film ndund hejur cyn fanny wng❤❤❤❤
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 Күн бұрын
Amashurwe kuri 3FA
@LydiaIrakoze-c1s
@LydiaIrakoze-c1s 23 сағат бұрын
Ooooh film nziza cn waaoo Fan ndets n'a chr ww mwam muri bien ababon rr film kigiy kudukur stes bamp Aka lik ❤❤
@TheodanieNdayisaba
@TheodanieNdayisaba Күн бұрын
Kora izo firti sha nono
@yvanromeoniyonkuru8050
@yvanromeoniyonkuru8050 Күн бұрын
Abubatse nkuko kwafani mwihangane
@BechouAkimana
@BechouAkimana Күн бұрын
Mbaye uwamber vrt mumpe like zanj ubundi tuhatwik twimanukir🎉🎉🎉🎉
@BenithaKubwimana-l4w
@BenithaKubwimana-l4w Күн бұрын
Twagiye mur film irangiza umwaka ❤❤❤❤❤kanini
@BellaNiyonsaba
@BellaNiyonsaba Күн бұрын
Ndagukunda fany❤ urashoboye
@BestineIrankunda-mc2kn
@BestineIrankunda-mc2kn Күн бұрын
Noe gabemwe gukina nkiku ubabaye ufte ninda umwana ntakibazo agira😢😢😢😢
@DivineBukuru
@DivineBukuru Күн бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉mauwa yenu 3fa nawapenda
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 Күн бұрын
😭😭flm itey agahinda basi Mbega my husband weeee 🔥🔥🔥🔥
@WinnycynthiaIteriteka
@WinnycynthiaIteriteka 6 сағат бұрын
Ewe Nora sha mabuja😂😂 courage ba ndugu
@ElianeBukeyeneza
@ElianeBukeyeneza Күн бұрын
Hhhh fiko fiko ngo nize ivyubuganga Abel naw aha mumodoka nimubitaro😂 mwubahwe
@HusEhe
@HusEhe Күн бұрын
😂😂😂😂😂😂
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 Күн бұрын
Umuntu azi ko ari pote pema ,ata film y i burundi imucika abingaragarize rwose rwosee😂😂😂. Assia claudine mukaremeraa 🎉🎉🎉
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Күн бұрын
@@hildenyandwi1142 🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️ uyo muntu niyizane🤣🤣🤣
@FfZs-v9h
@FfZs-v9h Күн бұрын
Fanny undezehe nukur ndagukunda cn ntago nokuvanga nabiiii kk uranduhura ma chérie
@AkimanaSandrine-r8j
@AkimanaSandrine-r8j Күн бұрын
Courage vrt murashoboye❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@EmelyneIrakoze-cx3bd
@EmelyneIrakoze-cx3bd Күн бұрын
Fanny uraz uriyumviriz ntuzuhave umuhomvy norasquen kumwan wiw iyo film irababaj kwr couraj
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official Күн бұрын
Ukiskia Funga mwaka ndio hii😂🔥🔥
#Impeta S2 #lavie #Impeta EP8 ESE KEVIN ARAKORA IKI?
32:10
Jojo Films
Рет қаралды 11 М.
БАБУШКА ШАРИТ #shorts
0:16
Паша Осадчий
Рет қаралды 4,1 МЛН
UFC 287 : Перейра VS Адесанья 2
6:02
Setanta Sports UFC
Рет қаралды 486 М.
Série - Lady Diama - Saison 1 - Episode 37 - VOSTFR
56:20
Marodi TV Sénégal
Рет қаралды 176 М.
My Daughter Ep38: izabella mumazi abira
32:56
OBE TV SHOW
Рет қаралды 81 М.
AMARIRA YA BELLA PART [ FINALE]
28:03
E SeeTV📺
Рет қаралды 3,1 М.
INGARUKA SERIES S8 EP 19  Amabanga aramenyekanye.
27:12
GN FILMS
Рет қаралды 44 М.
БАБУШКА ШАРИТ #shorts
0:16
Паша Осадчий
Рет қаралды 4,1 МЛН