SOLUTION COUPLE💝: Surprise 🔥Mamalao agiriwe Imuteye kuvuga Amabanga 🤭🙄

  Рет қаралды 27,008

Solution Couple

Solution Couple

Күн бұрын

Пікірлер: 383
@GuygoleNimwiza
@GuygoleNimwiza 10 күн бұрын
Mundimwo abakunda solution couple nkanj mundemere am like ❤
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 10 күн бұрын
Dans 3 min nkaba ndahashits ,abo dufatanije gukunda iyi couple muze duteram tubihere amashurwe yabo💐💐💐💐💐
@willyntahomvukiye2622
@willyntahomvukiye2622 10 күн бұрын
Maman lao ubundi wewe niwe wambere kwl pour nous. Ubundi turagukeje kuri awards yawe. Courage Fanny Lavine
@ReineFlorentineBizindavyi
@ReineFlorentineBizindavyi 10 күн бұрын
Jew nkunda fanny kd sindumw ndaz nabandi bamukunda nkanje ❤❤❤amashurwe yanyu basha nola yaraguyeko 🎉ficofico yubahwe vrt ndamufana❤❤❤rwa nisi sasa nuru star ❤❤
@ChantalMarieKwizera
@ChantalMarieKwizera 10 күн бұрын
Abatwengejwe naka nana tumenyane😂😂😂😂😂
@emelyneNishimagizwe
@emelyneNishimagizwe 10 күн бұрын
Je sinumva nkabantu baguma bavuga ko agashimwe ataragakwiriye nibazane uwaragakwiye tumurab atwerek ico yigisha abantu nkubu barazi ukuntu ubuzima bwacu bwahinduts biciy munyigish Maman lao aduha nibarek kumaramar sh Fanny yaje ubu ntawundi azosubira kuyitwar izo batway niziryanyen izisigay zose niz Maman 3FA❤
@ReineFlorentineBizindavyi
@ReineFlorentineBizindavyi 10 күн бұрын
Uvuze nkivy navuz p harya ninde wundi barikugaha 😂😂😂😂😂😂😂😂Barazi kwitera agateka nukuriiii😂😂😂😂
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 10 күн бұрын
Abo nabanyeshari ntuzi umu nyeshari ko ata nezeregwa n'umuntu Imana igiriy neza
@emelyneNishimagizwe
@emelyneNishimagizwe 9 күн бұрын
@@ReineFlorentineBizindavyi nibarek sh Fanny niwe ayoboye🥰
@AliceNiyonsaba-lg1nw
@AliceNiyonsaba-lg1nw 9 күн бұрын
Abantu ntacoba ngo ntibavuge ntibikunda bareke bivugire
@AlineMbonimpa
@AlineMbonimpa 9 күн бұрын
Courage fanny lavine ❤❤ nibindi bricaza abavuga amajambo baribeshaa
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 10 күн бұрын
Urugo rwa norsp na fanny nukur Imana yararuhezagiye ndabakunda mumabara yose❤❤❤❤🎉🎉🎉
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 10 күн бұрын
😂😂😂Emwe ndazindutse pe😂abakunzi ba solution couple murirwarukundo tumenyane❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 10 күн бұрын
Niho turi💪🥰🥰🥰 urangije umwaka neza usigaye uzinduka🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@AlidaIrakoze-z3m
@AlidaIrakoze-z3m 10 күн бұрын
Très important😂😂😂abumvis kakokajambo bagakunz muz hano
@HabumukizaEvelynne
@HabumukizaEvelynne 9 күн бұрын
👍👍👍
@dignecynthiakezakimana6017
@dignecynthiakezakimana6017 10 күн бұрын
Solution couple murakunzwe pe!!bandanya uterimbere maman lao iki nigihe cawe cokunezerezwa numwami yesu🙏🙏🙏🙏mubandanye mubera akarorero keza kububatse
@jeannenirere743
@jeannenirere743 10 күн бұрын
We Fanny ziratontomwa ariko ntiziryana,komeza ubeho wongere ubeho nukuri uwugufana yaratomboye kuko wewe ntiwigera utsindwa respect 👏👏👏👏👏👏
@EstellaButoyi-g5o
@EstellaButoyi-g5o 10 күн бұрын
Très important!! Maman lao kur can nih nkwipfurij ma chr!!! Hm kuber Imana uzokwibaruk neza
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 10 күн бұрын
Solution couple ndabakunda kuko muduha ibintu birenze n'urukundo ruranga umuryango wanyu❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@CynthiaKOMEZA-ib9vi
@CynthiaKOMEZA-ib9vi 10 күн бұрын
Abo bakobwa ukuntu bicaye nkabashitsi reo umengo si muhira iwabo😂😂😂ukuntu umengo ntaco banezwe!Amashi kur Joshua ari Dynamique ukuntu👏👏👏
@ShammahNkurunziza-h9l
@ShammahNkurunziza-h9l 10 күн бұрын
Kabisa imana imwagurire kuel umu mama wacu dukunda ❤❤
@GcUh-mk4yw
@GcUh-mk4yw 9 күн бұрын
Nabisanzemo mutima ❤❤ iyo abarabu bandakaje mparanira nuko batankatir wifi iyo mbonye imirimo yanyu bimma kwihangana nkakomera vyukuri iman ibandanye kubahezagira 🎉🎉🎉
@ChristianNDAYISHIMIYE-q1e
@ChristianNDAYISHIMIYE-q1e 10 күн бұрын
Nashishikare guterimbere🎉🎉🎉🎉 turamukunda❤❤ fanny
@GuypedroMuhanuzi-eq4gu
@GuypedroMuhanuzi-eq4gu 10 күн бұрын
Intaree yanjee nintwarii kbx Big up xaan KL ham nshak kuj mur groupe yab fans ba solution couple.please munshiremw🎉❤
@ChadiaMutoni-s2k
@ChadiaMutoni-s2k 10 күн бұрын
Iconzi nuko ngukunda fanny uziko nabuze nimero yaw nkubwire uko ndagukunda❤❤❤❤
@ClementineIrakunda-l7s
@ClementineIrakunda-l7s 7 күн бұрын
Urayitor kwiy Channel yiwe iriko umubwire k umwikundira❤❤❤❤❤❤❤
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 10 күн бұрын
Guys abakunzi ba solution couple abakunzi ba maman lao munkandire kuga foto kuma like twagiye 👍👍👍
@HatungimanaPacifique-x2j
@HatungimanaPacifique-x2j 10 күн бұрын
Fikofiko ndaguhabwe izina niryo muntu amahoro ufise urayagaragaje .jewe ndinkumi ndahisemwo umugabo twitirana amahoro adusage munzu 😂😂😂😂
@RachelleIngabire
@RachelleIngabire 10 күн бұрын
Wauummmh Big congratulation mamalao ❤ jw nzokwam mvugako ndabakunda can knd can nzokwam ndumufana waw
@ndayisenga-ym5md
@ndayisenga-ym5md 10 күн бұрын
Imana ivuze ntibeshaaa dusabwa kuyizera gusa iyi couple ndayikunda canee❤❤❤❤
@ParfaiteNdungutse-p6s
@ParfaiteNdungutse-p6s 9 күн бұрын
Abamwita runyuzi mumaramare je Ubu ndamwita Gisubizo,nzanyumugisha,vyishimooo ect.......❤❤❤erega harumuntu aza mubuzimabwaweee akakwibagizaaa ...
@dushimeevody6886
@dushimeevody6886 10 күн бұрын
😂😂😂😂 Fiko Fico weeee surprise iteguy abahung irarenz vrt🎉🎉🎉 gusa biraryoshe nukur kdi binyeretseko mukundana kdi ataburyary burimwo 😅😅😅mubandanye muhezagirwa
@NaviAlvineNishimwe
@NaviAlvineNishimwe 10 күн бұрын
Famille yanyuu iratesaa ndayikunda peee basha umunezeroo uzobahotora😂😂murambir kubon ivyizaa
@AlidaNdikumana-j6x
@AlidaNdikumana-j6x 10 күн бұрын
😂😂😂idatimai kwako,...I date 😂😂ewe Nana sha,muryoherwe diii,courage à vous Lavine
@nishimwealine1535
@nishimwealine1535 10 күн бұрын
Waaaauuuu ubundi umugisha wimana uratungisha nukur iyi famille yarahezagiw kure Can hashoboka uwiteka akomeza yagura imbibe
@irakozeshela1809
@irakozeshela1809 10 күн бұрын
Mama lao 🎉🎉❤kure caaane hejuru caane dabakunda muhezagirwe hama uhorqho yitambike muvyawe uze wibaruke amahoro❤
@christinedusabe8575
@christinedusabe8575 9 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂fanny urumunya mwaro peee.ngo ayomahera nkubu iyo muyampa😂😂😂😂asha ndatahije jojo ahari.mwari kuvukana n'a fanny😅😅😅😅😅😅😅
@UwingabireEsperanceDgjjkk-t1q
@UwingabireEsperanceDgjjkk-t1q 10 күн бұрын
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉 jewe nanje ndamukunda nkakunda nabana biwe Alacia josuwa mwese muri rusangi na norspue murimake umuryango wanyu ndaweretse yesu kristo nkumwami numukiza mubugingo bwacu awugabe uwuganze ❤❤❤🎉🎉🎉
@blandinechanisseiteriteka2072
@blandinechanisseiteriteka2072 10 күн бұрын
sinzi nkabavuga ngo ntiwari ukwiye ahashimwe ahubwo bakongere nakakabiri 🎉 best influencer nibaguhe ama shugwe yawe niwe tuzi gusa uri mubantu batumye nkunda film ndundi urimwo kuva kumupfakazi nubu sinikausha film zawe nibiganiro vyawe❤❤
@AliceCuki
@AliceCuki 10 күн бұрын
Imana ibajimbere Kandi aze yibaruke amahoro Yesu aramubona🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@EmelyneKezakimana
@EmelyneKezakimana 8 күн бұрын
😅😅😅😅 je nukuri murampimbara , Nana 💋💋 ndakikundira nukuri mumuryango wanyu urigisha canee🙏🙏
@HatungimanaPacifique-x2j
@HatungimanaPacifique-x2j 10 күн бұрын
Amashi meshi kuri fiko kuko numugabo ntitwari pe nono arakwemeje sinzi ivyuzigira.fiko umugabo agumya ibanga wakoze kubibahisha kuko ni surprise
@KeinaArakaza
@KeinaArakaza 10 күн бұрын
Norasque nae gabanyumunoho nguwumuvinyu niwe wawuguze😅 kdabakunda❤
@BellaNiyinzigama-lo3to
@BellaNiyinzigama-lo3to 10 күн бұрын
Courage mama Rao ufise abana beza kweri imanimbere turagukunda❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@BurundiGospel
@BurundiGospel 10 күн бұрын
Ndakunda uwu muryango caane, ndakunda Fanny Lavine, ni umukenyezi w'intwari ni akarorero ku barundikazi, mba mbona Fanny azokwandika amateka kw'isi yose. Uzokwibaruke neza ma Fanny.❤❤❤❤
@SandraMuco-gu5uw
@SandraMuco-gu5uw 10 күн бұрын
Umuryango mwiza mushishikare kubo nImana tubigirako ibintu vyishi❤🎉
@AudreyKubwimana
@AudreyKubwimana 10 күн бұрын
Courage fanny wacu kure can nih nkwipfurije
@PascalNishimwe
@PascalNishimwe 10 күн бұрын
Fanny ndamukunda cn nibamureke kuguma bamuvuga turamwikundir can❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@IRADUKUNDAYvette-bt6hq
@IRADUKUNDAYvette-bt6hq 10 күн бұрын
Ako uherejeko niko. Keza😂Alicia nawe azi ubwenge umugabo muzima disi Imana iduhe abo tuzumvikana Fico disi afis umutima mwiza Solution couple Imana ikomeze Kubageza kure❤
@Luise-k8y
@Luise-k8y 10 күн бұрын
N'aho nzoba ndumwe mama Lao n ziguma nkwiyunvamwo❤❤❤
@EdmondDejoie
@EdmondDejoie 8 күн бұрын
Imana ibahezagire,ndumva tuzoronker bébé mugihe kimwe😅😅😅😅
@miracleange1588
@miracleange1588 10 күн бұрын
Mukomeze gut Agata beza banje ndakunda ukuntu abegwa niyombanyi nukuntu yifashe agirastinde ababibona nkanje mudusigeko utwoturinke imigisha myishi cane cane kubaha imana noguca bugufi nokubaha uwariwe wese utarabiye ukwareha cankese ukwangana ndibaza urabitahuye ivyo mvuze hezagigwa mwiza 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉wanje ntanivyo a 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@Grace-iradukunda
@Grace-iradukunda 10 күн бұрын
Jew ndamukunda cn fanny lavine cane nibarek kumuvug tumwikundir CN GS ❤❤❤❤❤❤❤ ndamwigirak vyinshi cn gs 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 amashugw nigwiwe
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 10 күн бұрын
Jewe ibintu vyanyu ndabona bizohava binsubiza murukundo.courage la famille muri akarorero kurukundo nyakuri.
@christella1725
@christella1725 10 күн бұрын
Cne rwose nanj nukwo knd narinarabi vuyemwo btuma dushka gusubira mur love
@HusEhe
@HusEhe 10 күн бұрын
😂😂😂😂❤❤❤❤​@@christella1725senga Imana izaguh uwo muberanye ibindi muzovyisangamwo
@christella1725
@christella1725 10 күн бұрын
​@@HusEheEgo cne nyn vyose biva mugusenga
@irakozeshela1809
@irakozeshela1809 10 күн бұрын
😂😂😂😂🎉❤ingo tubihereremwo naje nari narabihevye
@HusEhe
@HusEhe 10 күн бұрын
@@irakozeshela1809 vuga waje😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@AishaAisha-hr4vl
@AishaAisha-hr4vl 10 күн бұрын
Muragakira muvyeyi 🎉❤musubireyo ntihababa Kandi Iman ishimwe kowasi nvyimanga
@IRADUKUNDAYvette-bt6hq
@IRADUKUNDAYvette-bt6hq 10 күн бұрын
😂😂😂😂😂Nihtr kwer
@ancillankunzimana8544
@ancillankunzimana8544 5 күн бұрын
Sha mama lao ndagukunda Vrm kand xanee ndakunda nukuntu Ibintu vyose ibibamw ibikunze
@kwizerajustine3822
@kwizerajustine3822 10 күн бұрын
Très important !!!!joshua ❤❤❤hama nukuri ndakunda iyi famille.burya ndinze mpeza kubiraba nfise amosozi mu maso y, umunezero ❤❤❤❤fico fico sha ❤❤ uramara caneeeeeeeeee.kd ndakunda ukuntu ka Nana kisanzura kwa Fanny.Fanny warahezagiwe caneeeeeeeeeee❤
@justinendayisenga7180
@justinendayisenga7180 10 күн бұрын
Nukuriii vrmt ndabakundaaa caneee kandiii mukomeze mu rukundo murimwo mu twigishaaa vyinshiii peee uracahezagirw nibisumvya ivyo ter,imbere maman lao wacu ubundi ni wew tuzi🎉🎉🎉❤❤❤
@Jesiyv
@Jesiyv 10 күн бұрын
Ndaziñdutse abakunzi va solution couple ntimumbanite
@AngeliqueNduwamungu
@AngeliqueNduwamungu 10 күн бұрын
Courage mama lao terimbere nkumuzinga nakupenda mama
@RemyNkundimana
@RemyNkundimana 6 күн бұрын
Turashiminshwa nivyo muduha solutions couples muraryosha ibintu
@NadineManirambona-z4i
@NadineManirambona-z4i 6 күн бұрын
Ndabakunda caneee mama lao solution couple hejuruu💪💪💪
@RaissaIrakoze-z7i
@RaissaIrakoze-z7i 5 күн бұрын
Couples yanyu ninziza cane miruzuzanya uwiteka azabashoboze Bihore uko
@Gch-l5b
@Gch-l5b 10 күн бұрын
Fani ndagukunda uranyica niryojwi😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤
@AngeMerveilleIrankunda-dh7uj
@AngeMerveilleIrankunda-dh7uj 10 күн бұрын
Famille nkunda❤iman ibazigam ham agashimwe Maman lao yaragakwiye
@SadrineNiyukuri
@SadrineNiyukuri 10 күн бұрын
Fan ndagukunda cn imana imbere kandi uze wibaruke amahoro kugira ubashe kutunezereza bz
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 10 күн бұрын
Abakobwa ba Fanny kudusakoshi😂ndabakunda basha famille yanyu iratesa vrt🥳🥳🥳🥳
@DushimeDjududun-i5h
@DushimeDjududun-i5h 10 күн бұрын
Ico novuga gusa courage maman lao ikindi naco❤❤❤❤❤
@HabumukizaEvelynne
@HabumukizaEvelynne 9 күн бұрын
😂😂😂😂😂nukur ndapfuy nugutweng nora ngopfundurura uwomuvinyu ngonkubu wosanga ari PRANK😂😂
@AlnNn-yi8hg
@AlnNn-yi8hg 10 күн бұрын
❤❤❤🎉🎉 fiko wabikoze neza
@FhGgg-l2w
@FhGgg-l2w 10 күн бұрын
Couple nkunda cane🎉❤❤ ninakura nzoba nkamwe❤❤
@CarmellaNikuze
@CarmellaNikuze 10 күн бұрын
Maman lao ugum udukorer ibintu bitagase wubahwe cn iman ibashe kwivanga muvyawe p
@NKURIKIYEMediatrice
@NKURIKIYEMediatrice 10 күн бұрын
❤❤❤ndushak kubakund can nkund nibikogw vyany
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 10 күн бұрын
Ngo uwzokurikir ni jewe ewe fico fiko😂jewe ndagukunda😂
@alaineIngabire-gq2li
@alaineIngabire-gq2li 10 күн бұрын
Umuryango mwiza cane wishimye❤🎉❤
@audreyIkorivyiza
@audreyIkorivyiza 9 күн бұрын
Sha ndabakunda kwl je nzoza kubaraba mbere❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 9 күн бұрын
Solution couple biyamira mumunezero🔥🔥 bakunduko🌹🌹♥️♥️♥️♥️♥️
@MANARIYOChanella
@MANARIYOChanella 9 күн бұрын
Nzobakunda mpaka,kndi ababanka bihangane baniyakire cn kuko uwukuruta urumunyeshari agutera kumoka
@NdayikezaFrancine-k9b
@NdayikezaFrancine-k9b 10 күн бұрын
Ndakwikundira maze Imana ishishkare kukugirira nez ukuntu mukund g completa na ntare reo muranyica
@ReineFlorentineBizindavyi
@ReineFlorentineBizindavyi 10 күн бұрын
Nari nibagiye jeannette basha❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@LeillaBaraka
@LeillaBaraka 10 күн бұрын
solution couple kure cane niho mbifurije❤❤❤
@evelynetuyisabe1139
@evelynetuyisabe1139 10 күн бұрын
Agashimwe nukuri yaragakwiy fanny lavine ndamwikundira nkunda ibikorwa vyiwe numu happy pe.jew gusa sinkunda gucommenta.abantu nabo iyo uhezagiwe bategerezwa gufuha
@noemieuwizeyimana6649
@noemieuwizeyimana6649 10 күн бұрын
Ewe norasque Sha unyibutsa mukivogero.muss neza cane,FIKO fico nawe wubahwe ndagukunda
@claudinenimpagaritse
@claudinenimpagaritse 10 күн бұрын
Courage vrma fanny uwukwanka yoba arumurozi
@claudinebayubahe-jx8yq
@claudinebayubahe-jx8yq 10 күн бұрын
komez wibere mubwiza di Maman Lao ndakunezererew nanj cne Iman sinkabantu ubuy Bari batay niryo ryabay inkingi nkwigirako vyinshi mubuzima love u
@Channy-t8v
@Channy-t8v 10 күн бұрын
None Nana ntaramera amenyo kuva ah yaberey mapengu 😂😂😮
@Rweze
@Rweze 6 күн бұрын
😂😂😂😂😂ingo wishure Nana
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 10 күн бұрын
Fanny Lavine ndagukunda courage pe miii imana ninziza 🙌 I
@NiyonsavyeNoella
@NiyonsavyeNoella 10 күн бұрын
Courage mama lao Jew nkunda impanuro zawe
@AmeckPhiri
@AmeckPhiri 10 күн бұрын
Terimbere fanny Imana ubandanye ibubakire na nono ndabakund caan nurekan nabinzigo ndavuga abantu
@HabumukizaEvelynne
@HabumukizaEvelynne 9 күн бұрын
😂😂😂oy Fanny kl rek nubaheko kl umuvinyu
@ArlèneKaneza
@ArlèneKaneza 10 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤ ndabakunda nanje mubeho neza
@LiesseMugisha-x7z
@LiesseMugisha-x7z 10 күн бұрын
courage Maman wacu jwe nukuri abantu bavugako agashimwe katarakawe sindabumva jwe ndemera Norasque vmt araguter intege urazukuntu yaguma avugako kugishir mwihiganwa arinko kuvugako Fanny ariwe atahana igihembo ivyo birazwiko atawundi yotwara agashimwe atari intwarikazi yacu fanny
@MberionideHABONIMANA
@MberionideHABONIMANA 10 күн бұрын
Jewe ndagisengera Fanny . Uzokwibaruke Amahoro Imana'Imbere cane
@DativeIgiraneza-ck4hb
@DativeIgiraneza-ck4hb 10 күн бұрын
Fiko nkukunda kubi ♥️♥️♥️♥️ sinzikubiz😂😂😂
@EspéranceKaneza-n5s
@EspéranceKaneza-n5s 9 күн бұрын
😅😅 nn ko janett batamusohokana 😅😅😅 hm ngobaramukunda 😢😢😢 bos bakagenda bakamusiga😢😢😢
@ClementineIrakunda-l7s
@ClementineIrakunda-l7s 7 күн бұрын
Eeeeh!!! Arakunzw ereg ugukund umunt s ukumwamiz amata mukanwa nah utayamuh ub umukundaa
@ChantalMarieKwizera
@ChantalMarieKwizera 10 күн бұрын
Mugabo mwebwe bajama fiko mubonako adecona😂😂😂 ntimumwizera ngo CHR ugurura uwo muvinyu ntahave awutwara ngo wosanga ari prank😂😂😂😂 ndabakunda maze
@nadinentakiyisumba4417
@nadinentakiyisumba4417 10 күн бұрын
Courage vrt,Yesu agukomeze ndanagukunda caaaan
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 10 күн бұрын
Wawo kumbe wamukobwa wa Fany wundi nawe ninkumi kurugo rwego? None kombona aruta Alacia❤
@sarahniyonkuru-t9t
@sarahniyonkuru-t9t 9 күн бұрын
Nikundir nana ukuntu umenga yoheka fany karyohew xn xo l u ❤
@GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y
@GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y 9 күн бұрын
Nzira ya bose akomeje kubereka ko arinzira yumugisha ndatahije abamwise nzira ya bose kuko mbona harabantu bazorwara ibifukunyi kubwiwe
@ClarisseNishimwe
@ClarisseNishimwe 10 күн бұрын
I really love you you teach us a lot you are a good example to many 💞💓
@GerardHatungimana-mn9yo
@GerardHatungimana-mn9yo 10 күн бұрын
Nono wewe kweri mwena fiko murantwenza.ngubu ngurafise ijambo.mureke fiko arisigature🤣🤣🤣
@JuleslaurielBizimana
@JuleslaurielBizimana 10 күн бұрын
Encore félicitations mama lao 🥰♥️ ndabakunda cane
@NiyoguhayaAline
@NiyoguhayaAline 10 күн бұрын
Mwibaniye neza ndabakunda cane❤❤❤❤
@SamuelBucumi-x7g
@SamuelBucumi-x7g 10 күн бұрын
Ndabakunda Can,Imana ibakomeze
@EvelyneNdayiragije-xv2rw
@EvelyneNdayiragije-xv2rw 10 күн бұрын
Nukur ndabakunda❤ mwese
Какой я клей? | CLEX #shorts
0:59
CLEX
Рет қаралды 1,9 МЛН
УЛИЧНЫЕ МУЗЫКАНТЫ В СОЧИ 🤘🏻
0:33
РОК ЗАВОД
Рет қаралды 7 МЛН
$1 vs $500,000 Plane Ticket!
12:20
MrBeast
Рет қаралды 122 МЛН
The Ben - True Love (Official Music Video)
4:01
The Ben
Рет қаралды 878 М.
Какой я клей? | CLEX #shorts
0:59
CLEX
Рет қаралды 1,9 МЛН