Fernando - Korazon

  Рет қаралды 3,942,929

Mista Aye

Mista Aye

Күн бұрын

If You are loved or love someone, do not skip this video.

Пікірлер: 1 700
@bfaceofficial
@bfaceofficial 8 ай бұрын
Ntakirundi numva arko iy ndrimbo iranryoheye ♥️👌👌 muri Ukraine turabakurikirana cne🤣🔥🔥🔥🔥 big up san👌👌
@NgendakumanaAmosi
@NgendakumanaAmosi 8 ай бұрын
😂😂😂
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 8 ай бұрын
Hehe?😂😂
@Nestor800
@Nestor800 8 ай бұрын
Be Naw inomusi nduburabira murugi ejo urazi kwari ww ❤️❤️🙏
@JoselyneNiyomfise
@JoselyneNiyomfise 8 ай бұрын
😂😂😂😂 mwana wimatongo wow nibakureke vrt😂😂😂😂❤
@majedalotaibi9350
@majedalotaibi9350 8 ай бұрын
Wamatongo wahinduy ubwene gihug wimukie mur ukraine😂😂😂😂😂
@juliehirwa1967
@juliehirwa1967 3 ай бұрын
ndagukunda cyane abanyarwanda n'abarundi turi umwe nukuri turi abavandimwe go high brother Fernando from Rwanda
@egidelighttv1952
@egidelighttv1952 8 ай бұрын
Uwu muhungu azonatwica🎉🎉🎉 kuma hit song gusa. Kubemeranya nanje ko Dj Fernando akora hit ampe like❤❤
@KarJules-z5e
@KarJules-z5e 4 ай бұрын
Ari terrible😂❤
@BettyUwera-w2b
@BettyUwera-w2b 18 күн бұрын
Turaba kinda like 😢
@safarifrancois6331
@safarifrancois6331 8 ай бұрын
I can't stop watching and listening this song.❤❤... We love you our bro from Bujumbura... From Kigali Rwanda
@djbambone1711
@djbambone1711 8 ай бұрын
Kbx barundi muze duhaguruk dushigikir umuziki wac mwiza kuk nurwaruk rwacu ruriko rubikor neza barundi duhagurukir umuzik mwiz wacu murek kuza mur Shira imber amajambo atunguk mr ayé turinyum yanyu nkumurw we love muzika God bless you Dj Fernando x mélanin bwoy❤❤❤
@NiyibikoraJeanBaptiste-s6o
@NiyibikoraJeanBaptiste-s6o 4 ай бұрын
Ahonisa wa uyumwa ajeneza
@PetitBurundi
@PetitBurundi 7 ай бұрын
Twagiye aba kunze ino ndirimbo dutangure guhana like 🇧🇮🇰🇪🇷🇼🇺🇬🔥🔥🔥🔥
@KwizeraNicole
@KwizeraNicole 4 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@elienshowOfficial
@elienshowOfficial 8 ай бұрын
Iyi indirimbo irikudukoma mumbari kwa innocent Love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼❤❤
@uwinezacloudine5364
@uwinezacloudine5364 6 ай бұрын
I'm Rwanda 🇷🇼💪🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@katefreeman1994
@katefreeman1994 5 ай бұрын
2:22 ​@@uwinezacloudine5364
@IshimwePeace-p3t
@IshimwePeace-p3t 5 ай бұрын
❤❤❤
@pailot_250
@pailot_250 7 ай бұрын
Woe ntaho tuzagucikira pe noneho pe (Love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼)
@jeanmarieiradukunda9363
@jeanmarieiradukunda9363 8 ай бұрын
Listening this hit with my wife. bro thank youuu ,and we love you in 🇷🇼🇷🇼
@baranos5549
@baranos5549 8 ай бұрын
Ni Burundi honyene umuntu akora hit akoresheje DOCOMO👊 respect brother🇱🇷🇷🇼
@florismugisha5509
@florismugisha5509 8 ай бұрын
Kevin kade yavuzeko ariwe akora ama hit ng Dramat vyanse mumubwire aze yicare yige kur hit za Fernando🇧🇮🇧🇮♥️
@DrillTrapFusion
@DrillTrapFusion 8 ай бұрын
Love this one from rwanda 🇷🇼
@DavidoWhitey
@DavidoWhitey 6 ай бұрын
Wrwy
@umuzikimurundi257
@umuzikimurundi257 8 ай бұрын
Another hit in town 🔥🔥 Stratégie DOCOMO mukazi kose 😂😂 big up sana @dj_Fernando uri mukazi kbx 🙏🙏mumpe izo like wana
@ezechielcreative1523
@ezechielcreative1523 8 ай бұрын
😂😂😂
@Africa-i8h
@Africa-i8h 8 ай бұрын
All VAR to this Gentleman His super talented Love from UGANDA ❤️ Go on brother
@charlesAkimana-tc5il
@charlesAkimana-tc5il 8 ай бұрын
Dj Fernando mista aye komera Can Mugabo ukomeze numugenzi wawe Gusto melanin bwoy umube hafi mufashanye muri rwarukundo jew ndabakunda nsinshaka Ko mureka gufashanya ndabasavye👏👏👏👏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💓💓💓💓🌹🌹🌹
@OdetteNiyibizi
@OdetteNiyibizi 8 ай бұрын
Yebabaweeee ndabuzico mvuga kbx
@OdetteNiyibizi
@OdetteNiyibizi 8 ай бұрын
Ndarengewe nukuri uyumuhungu aja kunyica.
@KGL_250
@KGL_250 8 ай бұрын
All the way from Kigali Rwanda 🇷🇼🇷🇼
@Dioss257
@Dioss257 8 ай бұрын
Number one kuyiraba mump likes zanj🎉
@Iradukundaange-wz1kg
@Iradukundaange-wz1kg 8 ай бұрын
Mubuzim zinjya mpagaz kumv iyindirimbo kuber ubwiz bwayo ndetse nijwiryiza nkakundukunt usekawiza we warakoze kudutekerezah ukayiduha merci bocau
@Zadig_Le_Juste
@Zadig_Le_Juste 8 ай бұрын
Nimba uri ngaha muri 2099 menya ko nari ndahari muri 2024 iyi yari hit song ya mbere🎉
@InnocentHavyarimana-od9nn
@InnocentHavyarimana-od9nn 8 ай бұрын
Gabanya itabi 🤣🤣niryo numva ngorituma izuba urimmbona nkimvura,mumvura naho ukumvumeng n'izuba,wagera kuri Tanganyika naho ngonubugararwa🤣🤣nne nawe ngo 2099🤔🤔🤔rizobica
@rusyolecomedien
@rusyolecomedien 8 ай бұрын
Non muri 2099 urihe😹😹
@romeodallaireabizeye497
@romeodallaireabizeye497 8 ай бұрын
😂😂😂😂
@placidebien8460
@placidebien8460 5 ай бұрын
😂
@benikayiragaba
@benikayiragaba 5 ай бұрын
Incuti c'est quelqu' un d'irréprochable Thank you for the song❤❤😘
@ndayijeanclaude5094
@ndayijeanclaude5094 8 ай бұрын
Mr Ayee mur'iyi minsi uriko uradutamwo kbs, you're a good writer,giod singer, best melody,...... man keep it up
@thelad391
@thelad391 8 ай бұрын
Beautiful song ❤️🙌🙌 Love from France 🇨🇵🇧🇮
@vuguzigaignace2488
@vuguzigaignace2488 8 ай бұрын
Yuma ya Big fizzo na kidumu mbonye undi murundi yigaririr abanyarwanda ❤❤❤❤❤❤
@muyogwaisma1764
@muyogwaisma1764 5 ай бұрын
This song has hit the whole of E. Africa, I am writing from Uganda it has taken the TikTok, thanks for the firely song.
@josephofficiel145
@josephofficiel145 8 ай бұрын
Ooh Mon Korazon Je t'aime bcp❤ ariko nkubu mumpfuye agasoni mukampa na Like 5 basi mwobiki vrt! 🔥🔥🔥
@InesIgiraneza-md4rb
@InesIgiraneza-md4rb 8 ай бұрын
😂😂❤
@UwinezaZakariya
@UwinezaZakariya 8 ай бұрын
❤❤❤❤🎉
@user-mt3rz
@user-mt3rz 8 ай бұрын
😂😂😂😂sh w nae urakze chaggy
@ndagijimanaemmanuel6990
@ndagijimanaemmanuel6990 6 ай бұрын
bother much respect kbs
@MurekateteClaudine-q4p
@MurekateteClaudine-q4p 5 ай бұрын
Nic kbx
@caramamttv
@caramamttv 6 ай бұрын
Urafise impano yo kuba umu star w’Isi ….imana ikujimbe ugumane imbara ushirizeho cane ..kuva utangur gusohora indirimbo yawe yamber narumva kufis impano….courage courage
@loubnahumutesi6949
@loubnahumutesi6949 4 ай бұрын
Umukunda mw,iki uba ushakaiki
@harerimanaevrard9040
@harerimanaevrard9040 8 ай бұрын
Ebagabo jewe numva igihindi mugabo iyi ndirimbo irandenze❤❤Dj fernando baguhe amashurwe yawee vrt🎉🎉🎉🎉1M ds une smne ubu uwamber ubikoz muburundi🇧🇮🇧🇮🫡
@Footballhives
@Footballhives 8 ай бұрын
Niba ukunda Aye, nange nkorera kwifoto unteze imbere
@UwaseBonnel
@UwaseBonnel 5 ай бұрын
💙💚💜🧡❤️😍
@hittoptv
@hittoptv 8 ай бұрын
Ngoma Kali sana Courage kaka🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽
@AlineCiza
@AlineCiza 8 ай бұрын
Cool🎉 sana iyi ndirimbo yocikwica turakurikirana san🇷🇼
@DjErick123
@DjErick123 8 ай бұрын
❤❤Big love from RWANDA 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@LeaKitsama
@LeaKitsama 5 ай бұрын
Fernando is good,is super
@LeaKitsama
@LeaKitsama 5 ай бұрын
Fernando c'est mon pote
@MukadusengeChadia
@MukadusengeChadia 3 ай бұрын
Umuntu ukunda Fernando impa like ❤
@Anitta_Shema
@Anitta_Shema 8 ай бұрын
En mode Docomo encore une fois 😂😂🎉 amashurwe kumuhungu wacu ❤❤ more blessings and keep shinny
@IrasubizaJeannette
@IrasubizaJeannette 5 ай бұрын
Dj fernando ndagukunda pee nuko bitoshoboka ngo basi duhure nkwisuhurize. Kuko mdagukunda cyane
@IrasubizaJeannette
@IrasubizaJeannette 5 ай бұрын
Abantu mwese mukunda nando nkanjye mureke twihuze kbs mumpe like abasa twimanukire
@BæshiriRĩchbdi
@BæshiriRĩchbdi 8 ай бұрын
Yeeeeeee mn je ndumiwe arankomye ndavyemeye uwukomwe nkanje ampe like 🔥🔥🔥
@AkimanaRachel
@AkimanaRachel 6 ай бұрын
Abamukunda twese mubiju❤❤❤❤twujuje 1m vier
@mboninyibukaeric5542
@mboninyibukaeric5542 8 ай бұрын
Bujumbura na Kigali harahiyeeee🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼👏👏👏👏
@cizalucien374
@cizalucien374 6 ай бұрын
Hit song 🎵 in 2024 big up sana king of buja fleva
@DavidNdegeya
@DavidNdegeya 8 ай бұрын
Kwa Mandela 🇿🇦 twarituriyindirie the song is so sweet I swear 🎉🔥🔥
@AutricheShabani
@AutricheShabani Ай бұрын
New song vraiment music Burundi nayipenda sana nagisi sisikiyake kirudi mais nayihelewa kuyijuwa nice Fernando
@AkimanaAnge-t6j
@AkimanaAnge-t6j 8 ай бұрын
Waaaa indirimbo nkizi nizotuba dukeneye ziruhura umutima courge urimukazi neza can❤❤❤❤❤❤
@rayjuvent2465
@rayjuvent2465 6 ай бұрын
D one nkumuririvyi mugenzi waw Indirimbo ufise ziraryoshe kd niyi iraryoshe .. Raba iyo utanguy igitero cambere uze uratanguze nigiswahili ck icongereza kuko nivyiza Bizotuma kd wagura umuzik ww muri east africa Ni buraya urakoze
@theogeneuwiringiye2407
@theogeneuwiringiye2407 2 ай бұрын
Ni Theo Mu Rwanda iyo ndirimbo niyu mwaka kabisa❤❤❤
@JeanclaudeNiyibogora-qd9nw
@JeanclaudeNiyibogora-qd9nw 8 ай бұрын
,😭😭😭😭😭😭@Dj Fernando ndarengewe aho numva norira vrmt ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ ntabwo nahora nkunda kwumviriza indirimbo mwenizi ariko bigeze ngaha numvanonarira kubwimpano utekeye🎉🎉🎉 abandi bariko bayumviriza bisubiriza nkanje mumpe iyo like twiryoheregwe
@IsimbiAngelidivine-mk7rg
@IsimbiAngelidivine-mk7rg 6 ай бұрын
Ndagukunda wamuhunguwe uririmba neza kd uririmba ibintu binyubaka noneho mfite umwana ugukunda sanaaaaa ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@MushimiyimanaClarissa
@MushimiyimanaClarissa 6 ай бұрын
❤❤❤❤❤😮😮😊😊ndagukunda sana🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇧🇮 Rwanda
@Erick_Sky
@Erick_Sky 8 ай бұрын
Love 💕 from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 umpe like.
@Erick_Sky
@Erick_Sky 8 ай бұрын
@munyamahorotrust5577 igura angahe x iyo proteins
@joyfulfriendsproject1989
@joyfulfriendsproject1989 8 ай бұрын
Likessss nyinshi hano kubemerako Abanyarwanda twayamanitse Fernando afashe u RWANDA bugwate night club zose niwe 🥺🥺😄🤣🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@Lovehimsweet
@Lovehimsweet 8 ай бұрын
kzbin.info/www/bejne/iYG4lYehbcqUnqM
@manicyriaque1318
@manicyriaque1318 8 ай бұрын
Urwanda twarufashe rwose,ntandiro atariyo muburundi ncumvuriza,kuko indirimbo zabarundi ubu ziri kurundi rwego,abavyemera mumpe likes nisubirire kugatumba
@joyfulfriendsproject1989
@joyfulfriendsproject1989 8 ай бұрын
Wap ni Fernando dukunda gusa
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 8 ай бұрын
@@manicyriaque1318 muta ntekana urek gutera amajambo ahoburiko uravyonga isoko Tuma ubaryosha basi mukubah ama likes system 🎲
@PresenterSalomond-py9mk
@PresenterSalomond-py9mk 8 ай бұрын
😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✊🏼✊🏼✊🏼
@Bonheurscott-r8z
@Bonheurscott-r8z 7 ай бұрын
Fernando kweri urafis talent yo k'uririmb indirimb z'iryosh gusa ntanimw urasohor ibish too😋💞💞💞💞
@Ni_Jeleeh
@Ni_Jeleeh 8 ай бұрын
iyi ndirimbo nayumvirije kur volume yibisazi umubanyi avyumvise aca ahamagara umuporisii, umuporisi nae ahashitse biramwankira aca ahamagara komiseri, nae nyene ahashitse arayamanika aca atumako procureur, we akihagera aca avuga ati :"kuki mushaka guhagarika hit nkiyii kandi ikwiye kuba international"
@RockyJames-yo4zw
@RockyJames-yo4zw 8 ай бұрын
Ndamanyagurits koko
@victortangishaka.
@victortangishaka. 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Ndakwemey vmt
@DJkb95771
@DJkb95771 6 ай бұрын
Sha wewe nukuri imbavuzanje😅😅😅😅
@IngabireTina-xo6sk
@IngabireTina-xo6sk 8 ай бұрын
Much love from Rwanda 🇷🇼 ndagukunda chr 💗🥰🙏
@JanvierIrakoze-hq3tb
@JanvierIrakoze-hq3tb 6 ай бұрын
Hi dear
@Huberto-marino257
@Huberto-marino257 8 ай бұрын
Hit Man💪💪 iyo ngeso siyo uguma ukora ikosa ryarindi nyene Ryo kutabisha indirimbo erga uzotwicisha ama hit
@DelphineIrakoze-e8c
@DelphineIrakoze-e8c 7 ай бұрын
Courage nyinshi kuo ntutomboza ni talent wiftie ❤❤❤
@Ernest-2-l7
@Ernest-2-l7 8 ай бұрын
New kenyans🇰🇪 fan In the hause. I don't know understand the language but music 🎶 is a universal language. bt honestly I don't mind someone who can teach me Kirundi at All 🙏
@youngfmsjulen1017
@youngfmsjulen1017 8 ай бұрын
Welcome Eastleigh ,kikomba road 😅😅😅😅
@Ernest-2-l7
@Ernest-2-l7 8 ай бұрын
​​@@youngfmsjulen1017 Tell me where to ride? I really want to know that language
@KhamissiNikha
@KhamissiNikha 8 ай бұрын
You're welcome that language is very simple to understand
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 8 ай бұрын
Kalibu burundi ❤❤
@Dillog257
@Dillog257 7 ай бұрын
Welcome if you'are interested by kirundi
@EricIrakoze-q9m
@EricIrakoze-q9m 8 ай бұрын
Beautiful song I'm big fan of you man keep streaming korazon❤❤❤❤
@njmdukore
@njmdukore 8 ай бұрын
What a talent! Lyrics✅, Music✅ Video, inspiration ko creation ikunda avec peu de materiels meme🥰 Big Up Mista Aye. Abemera ko Frnando abirimwo neza mumpe izo like
@AristideMpawenayo
@AristideMpawenayo 6 ай бұрын
Whaoh I am feeling the words which are gathered here. I am so proud of this song Love from Burundi 🇧🇮 Keep up Mr Kivumbi King 👑
@GerardNoritogera-jj7mh
@GerardNoritogera-jj7mh 8 ай бұрын
Dj Fernando urimukaz rek nub nkubwir iy songs igih kub hit kk mbon irerenz rek twiber mumunyeng w'urukund ♥️♥️💞💖✌️💋 Zambia
@DodoSimpleboy-qx6fe
@DodoSimpleboy-qx6fe 6 ай бұрын
Umufana wes afan Dj fernando yihangane asigeho like kuriy comment
@utd_team_forever1251
@utd_team_forever1251 8 ай бұрын
E yé ye ye ona na na na nanaaaaaahh🔥📍 #KozWeLoVeMuzzzzzz🚀🌏🔥
@NkotanyiJustin
@NkotanyiJustin 3 ай бұрын
Much love from Rwanda 🇷🇼 bro keep it up kazima Imana igukunda
@user-mt3rz
@user-mt3rz 8 ай бұрын
Ndakeney unyigishe kuririmb NK ww?❤🎉kl Imana iguhezagire igukomeze knd ukurire mubiganza vyimana🇧🇪🙏🙏
@MeganNssangalambogo
@MeganNssangalambogo 6 ай бұрын
Am in love with this song. It makes me smile thou some words are high for to sing
@young-b_official
@young-b_official 8 ай бұрын
Let's take this industry to the World broh😉🏆🔥🔥🔥
@myphlinekisivuli6199
@myphlinekisivuli6199 6 ай бұрын
Another Kenyan here.🇰🇪🇰🇪🇰🇪
@wisdomstudioarchitecture
@wisdomstudioarchitecture 8 ай бұрын
Ecouté depuis les bureaux du Ministère de la Fonction Publique au 🇧🇮 Uyu mwana arashoboye🎉🎉🎉🎉🎉
@SeraphineMuhawenimana-hg2zs
@SeraphineMuhawenimana-hg2zs 5 ай бұрын
Murwanda turabakunda barundi beza🇷🇼
@NgendakumanaAmosi
@NgendakumanaAmosi 8 ай бұрын
Yebagabo ibinibiki dutemwo video nayo hakiri kare nimba urindiriye video nkanje numpe like ✊✊🔥🔥🔥🇧🇮
@AudilonAudry
@AudilonAudry 6 ай бұрын
Hit after hit😍😍😍
@niyondikojoffre1841
@niyondikojoffre1841 8 ай бұрын
Gahunda niyayindi nyene bakora am quality natwe dkora am hit avec doccomo😂😂
@safarifrancois6331
@safarifrancois6331 8 ай бұрын
Cyz abahanzi bacu musigaye mutwemeza sanaaaa❤. Courage 💪💪
@florismugisha5509
@florismugisha5509 8 ай бұрын
Izi hit twazifuje imwaka myinsh noe umuziki uwugiz international ❤❤❤❤❤
@NdahayoAbdul
@NdahayoAbdul 3 ай бұрын
Indirimbo zawe ziranyura pe ! Imana iguhe imugisha ; kdi turi abavandimwe
@nikuze-nv5nw
@nikuze-nv5nw 7 ай бұрын
ni fresh kbx uri hejuru cyn👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌🎶🎶🎶🎶😍😍😍😍
@NsabimanafurahFurah-c6j
@NsabimanafurahFurah-c6j 5 ай бұрын
Kbx mutaaa❤❤🔥🎶📺
@paintboxtv250
@paintboxtv250 8 ай бұрын
Love from Rwanda💙💛💚
@Appo-pro
@Appo-pro 8 ай бұрын
Nice melody, lyrics, sweet message ❤️❤️ what a nice song!!
@Musindi736
@Musindi736 8 ай бұрын
Kuyunviriza keshi gashoboka nivyo dukwiy kugira umugenzo🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@Jaime30-g6v
@Jaime30-g6v 3 ай бұрын
Umva nge mbanabuze icyo mvuga kbx dj Fernando aba yankomye ndamwemera cnee❤❤❤
@AKARFILMS
@AKARFILMS 8 ай бұрын
Love you Fernando from naija 🇳🇬
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 8 ай бұрын
❤❤
@HakizimanaConsolateHakizimanaC
@HakizimanaConsolateHakizimanaC 8 ай бұрын
Bandanya uko mugenzi kandi courage 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤iyo ndirimbo yaturyoheye🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
@ndayizeyeromward
@ndayizeyeromward 4 ай бұрын
Fernand numujama nshaka dukubite korabo tuyikubit cank tuyirek
@RockFilmsAgasobanuye
@RockFilmsAgasobanuye 8 ай бұрын
International banger uracyabikora neza courage bro❤❤❤🎉🎉🎉
@Burundi-b2v
@Burundi-b2v 7 ай бұрын
Nice song ❤
@BeatriceMukamana-g7c
@BeatriceMukamana-g7c 5 ай бұрын
Ulankom my brother bas impa like
@kachopeabel1793
@kachopeabel1793 7 ай бұрын
thank you for making my days and nights colorful 🎉🎉🎉🎉
@MukamusoniSabine
@MukamusoniSabine 6 ай бұрын
Cyaze ndakwemera❤❤❤❤❤❤
@Lion_killer4
@Lion_killer4 8 ай бұрын
Hit song fernando tumuhe amashurwe yiwe kbx🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉ham abumva kayakwiriye mumpe like kbx
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 8 ай бұрын
buryurukundo rujana umutima ahorushaka ugwanje gwowanzanyiwaweeee yyayayaya big up brother
@kingsam3712
@kingsam3712 8 ай бұрын
Nzorab indirimbo zinyamahanga uko zizosubira kutwinjirana😂😂 amashurwe nayawe🎉
@nishimwenoella1723
@nishimwenoella1723 8 ай бұрын
I like the way mwazibiye kûmpande zose uwuje arenganye gusto îmbere ya mr ayee ntahava baje arumigwi WLM ni nkingi ndakurahiye ❤
@emmanuelbushimiye7450
@emmanuelbushimiye7450 5 ай бұрын
From BURUNDI iyi hit song turayikunda cane nkanje simpemuka kuyumviriza courage frère
@NestaIshimwe-k9f
@NestaIshimwe-k9f 7 ай бұрын
❤❤ ❤ June still listening to this one 😮🤗
@juliehirwa1967
@juliehirwa1967 3 ай бұрын
love you from Rwanda amazing tones of voice 🥰
@blaisemuhoza1393
@blaisemuhoza1393 8 ай бұрын
Iyindi hit song kbs big UP saana Fernando 🙏🙏🙏
@leonidasndayisenga455
@leonidasndayisenga455 5 ай бұрын
Indirimbo nziza cane ❤❤❤❤
@mrfocuson
@mrfocuson 8 ай бұрын
FERNANDO I'm your fan everyday🎉❤ MrFocuson 🇧🇮
@chrisbiz6262
@chrisbiz6262 8 ай бұрын
*AKARIRIMBO KEZA CAAAANE BIG UP BRO UFISE UBWENGE BWINSHIÎIIII NDAKWEMERA
@GilbertNiciteretse
@GilbertNiciteretse 8 ай бұрын
Ndagukund numutim wanj !❤
@EricksoMarleyson
@EricksoMarleyson 3 ай бұрын
Sierra Leone ndimo kurikana iyindurimbo. Fernando uruwambere kbs.
@ElvisVyizigiro-vy6tr
@ElvisVyizigiro-vy6tr 7 ай бұрын
Indirimbo yankoze kumutima kweli Mr aye ubahwa
Fernando - Kazima IMANA inkunda ( Visualizer )
3:02
Mista Aye
Рет қаралды 8 МЛН
Chain Game Strong ⛓️
00:21
Anwar Jibawi
Рет қаралды 41 МЛН
It’s all not real
00:15
V.A. show / Магика
Рет қаралды 20 МЛН
So Cute 🥰 who is better?
00:15
dednahype
Рет қаралды 19 МЛН
Cat mode and a glass of water #family #humor #fun
00:22
Kotiki_Z
Рет қаралды 42 МЛН
DORCAS AMAZEGUSHIRA HANZE INDIRIMBO YARIRIMBIYE VESTINE YAGAHINDA😭😭
4:24
Element EleéeH - FOU DE TOi Feat Ross Kana& Bruce Melodie (Official Video)
6:30
Yago Pon Dat - Suwejo (Official Music Video)
5:49
YAGO TV SHOW
Рет қаралды 4,1 МЛН
We Love Muzika - Jana Nanje
3:28
We Love Muzika
Рет қаралды 3 МЛН
Israel Mbonyi - Tugumane
13:22
Israel Mbonyi
Рет қаралды 6 МЛН
Drama T - KOSHO (Official Video)
3:43
Drama T
Рет қаралды 7 МЛН
TETA _ QD (Official video)
3:18
ISANO MEDIA ENTERTAINMENT
Рет қаралды 7 МЛН
Bellissima Remix - Fernando & Eddy Kenzo[Official Video]
3:23
Eddy Kenzo
Рет қаралды 339 М.
Pastor Lopez - Imana y'akandi karyo (Official Music Video)
7:22
Pastor Lopez NININAHAZWE
Рет қаралды 3,1 МЛН
Chain Game Strong ⛓️
00:21
Anwar Jibawi
Рет қаралды 41 МЛН