Pastor Lopez - Imana y'akandi karyo (Official Music Video)

  Рет қаралды 917,267

Pastor Lopez NININAHAZWE

Pastor Lopez NININAHAZWE

Күн бұрын

Пікірлер: 913
@havyarimanakanykarlie5200
@havyarimanakanykarlie5200 2 ай бұрын
N'Imana yakandi karyo n'Imana ihindura ibihe abatabizi baze ndabibabwire ingene yanyiyeretse ingene yampaye kuvyara ngaheka inyuma y'imyaka nibaruka bagaca bapfa🙏🙏
@GetuMbonihankuye
@GetuMbonihankuye 2 ай бұрын
Imana iguhezahire
@DelphineTUYISABE
@DelphineTUYISABE 2 ай бұрын
Ameeeeeen iragahezagirwa iyo Mana yacu❤❤❤
@havyarimanakanykarlie5200
@havyarimanakanykarlie5200 2 ай бұрын
Amen Bose
@emerykarabera5053
@emerykarabera5053 Ай бұрын
Gloire à Dieu!🙌🙌..uragakira!
@PamellaKubwimana
@PamellaKubwimana Ай бұрын
Yesu agiraneza ❤ niwonkw muvyeyi❤❤❤
@NElianeMignone
@NElianeMignone 3 ай бұрын
wow I'm mignone from Rwanda🇷🇼 this is so amazing🙌 imana yakandi karyo
@لويز-ت2ق
@لويز-ت2ق 5 күн бұрын
Yes nahora ndira ariko ubu ndiko ndatwenga kuko wampinduriye ibihe ndagushima mwami wanje❤
@ericjimmymugisha
@ericjimmymugisha 3 ай бұрын
Aide-moi à mettre des puces bleu et à partager cette vidéo pour manifester le niveau de gratitude k nous avons envers cet adorateur 🙏🙏
@francoisnikwibimpaye1631
@francoisnikwibimpaye1631 2 ай бұрын
Moi je ne peut Pas comment faire ça😮😮😮😮😮
@HavyarimanaEvelyne
@HavyarimanaEvelyne 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😊😊❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@ClaudeIrakoze-o4s
@ClaudeIrakoze-o4s 2 ай бұрын
Cndabashimiy indirimb iraryosh​@@HavyarimanaEvelyne
@HavyarimanaEvelyne
@HavyarimanaEvelyne Ай бұрын
❤❤​@@francoisnikwibimpaye1631good song
@DusengimanaClaudy
@DusengimanaClaudy Ай бұрын
@@francoisnikwibimpaye1631
@joellakwizera9175
@joellakwizera9175 3 ай бұрын
😭😭😭😭n'anj nimuze ndababwire ukuntu Imana yanyiretse 🎉🎉 My favorite Singer ❤🥰 pasteur Lopez 👌je l'aime bien
@mkfouad548
@mkfouad548 2 ай бұрын
Uri Imana y'akandi karyo❤ Watching from Rwanda 🇷🇼
@nancy-gaellefasoni4001
@nancy-gaellefasoni4001 3 ай бұрын
Une très belle chanson qui glorifie la PUISSANCE de l’amour de Dieu. Imana Ibongere inkomezi n’amavuta Yayo Pasteur Lopez; car le monde a besoin d’entendre la BONNE nouvelle à travers ces chants et ces belles mélodies inspirées du coeur de Dieu.
@moniadushime8499
@moniadushime8499 3 ай бұрын
Uri IMANA ihindura ibihe ndabihamya🥳🥳 IMANA ibandanye igukoresha ivyubuhizi Pasteur Lopez🙌🏼
@amenisosthene6681
@amenisosthene6681 3 ай бұрын
Oooh... Mbega indirimbo y'amavuta, indirimbo irimwo ihishurirwa ridasanzwe ... N'Imana ihindura ibihe koko🙌🙌🙌
@irakozefranckey-board1194
@irakozefranckey-board1194 3 ай бұрын
Basi abemeranya ko iyi ariyo ndirimbo tuzotahirako muri concert tumenyane😭🔥🔥🔥
@sadrickniyonkuru5764
@sadrickniyonkuru5764 3 ай бұрын
This song will be my testimony in a few months
@quentinahishakiye8854
@quentinahishakiye8854 23 күн бұрын
Amen
@mugishaherve47
@mugishaherve47 3 ай бұрын
Abamaz kuyirab incuro zirengaa 10 bamp iz like 🎉🎉❤❤
@WorhiperGuylainBoanerge
@WorhiperGuylainBoanerge 3 ай бұрын
Woow indirimbo nziza cane, merci bcp Pastor muraduhezagira caneeee vrt turafashwa n'indirimbo zanyu
@nyleneuwimana6184
@nyleneuwimana6184 2 ай бұрын
Intanga zacu twari twarazimanitse hejuru waradutabaye Mana shimwa Mana Mukobwa wa Yesu komeza ujimbere ❤️❤️❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹
@sandrinenikuze5836
@sandrinenikuze5836 3 ай бұрын
Amen amen 🙌🙏 si la porte se ferme, la fenêtre s ouvre, N Imana ihindura ibihe😢 Crois toujours en lui Dieu seul
@GrettaNduwamahoro
@GrettaNduwamahoro 2 ай бұрын
Urimana yakandi karyo 🥳🥳🔥🔥abatabizi nibaze ndababwire ingene wanyiyeretse 🎉🎉 Hallelujah nImana ihindura ibihe shaa 🥰🎉🎉
@EvelyneNdahabonimana
@EvelyneNdahabonimana Ай бұрын
Si vous croyez que Dieu est grandiose aho wagandaye ahashira umunezero mukuvyemeza nimumpe ayo ma like🎉
@DarleneIrakoze-s4w
@DarleneIrakoze-s4w 2 ай бұрын
Egoo cn uri Mana ihindura ibihe my favorite song, 🥰🥰🙏🙌🙌🙌
@25mahoro
@25mahoro Ай бұрын
Watching from Montreal 🇨🇦 Thank you Man of God for this amazing song …N’Imana yakandi karyo , N’Imana ihindura ibihe 🙏🏾🙏🏾🙏🏾💃🏽💃🏽💃🏽💃🏽
@dativenininahazwe2164
@dativenininahazwe2164 2 ай бұрын
Imana y'akandi karyo sha, Pasteur Lopez Imana igukomeze Nawe ubandanye udukomeza mundirimbo zawe.
@Willy_ngenzi
@Willy_ngenzi 2 ай бұрын
I've watched this song 10 times Now I can say something 🎉 I'm impressed The song is giving Everything Musicians ✅ Bvs✅ Stage✅ Music arrangement✅ God bless you Pastor ❤❤❤ Rwandan promoters should invite you here in Kigali cause wowww🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🙌🙌🙌🙌🙌
@KessyArseneNdikumana
@KessyArseneNdikumana 3 ай бұрын
Ur'Imana yakandi karyo nukuri❤❤❤ God bless you pastor Lopez❤
@arielleir.1540
@arielleir.1540 3 ай бұрын
I play and replay this song!!!!❤❤❤❤❤❤Thank you Pastor....Imana ikwongereze amavuta🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 3 ай бұрын
Nukur iyomana niyakandi karyo muhezagirwe mwongerwe inkomezi kristo yesu abahaz ijambo ryiwe muraduhezagira can🎉🎉🎉🎉🎉🎉🌹🌹🌹❤️❤️❤️❤️
@Ineza_tvShow
@Ineza_tvShow 22 күн бұрын
Nibanamwe mubakunda mukore sabone mukande rayike
@ruthmbabazi9922
@ruthmbabazi9922 18 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤😢 This beats deeps to my 💜❤️. Hallelujah hallelujah hallelujah endlessly,😊💯
@nardSkylar-uv1pu
@nardSkylar-uv1pu 3 ай бұрын
Indirimboo inyegerej n'IMAnA ❤ kurundi rugeroo 😊 Ur'IMANA yakandu karyo w'AMANA weee🥳
@JboscoNdayirorere-kq8sl
@JboscoNdayirorere-kq8sl 3 ай бұрын
Ur'Imana ihindura ibihe , Imana yakandi karyo❤ Hallelujaah. Iyi ndirimbo irampezagiye cane vraiment
@patienceniyonkuru3350
@patienceniyonkuru3350 3 ай бұрын
Waouuhhhhhhhhhh motooioooooo merciiiii bcp Pastor iyi ndirimbo ishitse narindayirindiranye igishikkkkkaaaaaa cinshiiii
@AngeNellyINGABiRe
@AngeNellyINGABiRe 2 ай бұрын
Imana yakandi karyo icubahiro cose nicayo,iguhezagire cane mukozi wimana
@fafapraiseofficial
@fafapraiseofficial 3 ай бұрын
Ooooh amavuta menshi kumukoz w'Imana Lopez ndikondafashwa❤
@ElieNIYONKURU-kg3vn
@ElieNIYONKURU-kg3vn 4 күн бұрын
nukuri 🎉nimana yakandi karyo kuk yampinduriy vyinshi
@GloriaTuyisenge
@GloriaTuyisenge 28 күн бұрын
N,Imana ihindura ibihe nukuriiii 😢😢😢narabibonyeee nanjee nobihamya💃🏿💃🏿💃🏿mugishingo co kwiheburaa nukurii yahashize indirimbo nsha yinshimweee😂😂🎉🎉
@kezamutimadonkenthia980
@kezamutimadonkenthia980 3 ай бұрын
🥳🥳🥳🥳 ugira nez mwami Yezu aguhezagir Can Pastor lopez
@DivIN257
@DivIN257 2 ай бұрын
Ur,Imana yakandikaryo Ur,Imana ihinduribih mwarahezagiw vrt iy song uranyubak cne🙏🌹🌹🌹❤️🤍💚🥰🇧🇮
@elianemushiranzigo
@elianemushiranzigo 3 ай бұрын
Haleluya. Mana uri Imana y'akandi karyo. Imana ihindura ibihe. Ndashinga intahe.
@euniceniyogakiza6900
@euniceniyogakiza6900 2 ай бұрын
Ameeeeeeeeen n'Imana ya kandi karyo,n Imana ihindura ibih,abarira ikabahoza bakaza bashima buzuy ibitwengatwenge,amen,Uri Mwiza Mana❤❤❤❤❤❤
@nibonaemelyne3468
@nibonaemelyne3468 2 ай бұрын
n'IMANA yakandi karyo vrement ❤haleluyaaa❤
@DUSHIMIMANAInnocent-bl6dx
@DUSHIMIMANAInnocent-bl6dx 8 күн бұрын
Uri Imana yakandi karyo pe nanjye ndumuhamya, Imana yakoze ibikomeye mu munota wanjye wanyuma w' ubuzima abandi bose bihebye Imana yahise yiyerekana none ubu ndaririmba ngira nti: uri Imana yakandi karyo nukuri ndashima Imana cyane
@ShammahCharmelle
@ShammahCharmelle 15 күн бұрын
Que Dieu vous bénisse ,et la chanson est très adorable 🥰🥰🥰eg bonne continuation 👏👏👏
@tuyizererachel8932
@tuyizererachel8932 3 ай бұрын
Amen amen uri lmana ihindura ibihe
@alicenduwayesu7245
@alicenduwayesu7245 3 ай бұрын
Yes NImana ihindura ibihe 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏 Uwiteka abandanye akwagura kabisa aguhishe kure Lopez🎉🎉🎉
@hakizaines1514
@hakizaines1514 3 ай бұрын
Waaaaauuuuu.....Imana yakandi karyo, Bless u so much Pastor Lopez, we love uu
@hunerpierre
@hunerpierre 3 ай бұрын
You're God who changes events. I was in tears but you fulkfuled happyness. Uri Imana y'akandi karyo
@ISHIMWEFiston-iz5bo
@ISHIMWEFiston-iz5bo 3 ай бұрын
Ur'lmana yakandi karyo ❤ Bless you pastor Lopez we love you
@vanessanishimwe-p8t
@vanessanishimwe-p8t 3 ай бұрын
Haleluaaa ur IMANA ihindur ibihe nanje narabibonye🙏🙏🙏🙏🙏merciii pastor pr cette chanson
@quinthiairera836
@quinthiairera836 3 ай бұрын
Abahora barik bararira ub barik baratwenga🙌thx u Lord🙏🥰
@DCH-681
@DCH-681 Ай бұрын
❤❤❤❤❤ love from Rwanda 🇷🇼
@NYABUMBALEARDERSHIP
@NYABUMBALEARDERSHIP 2 ай бұрын
Vraiment Iyindirimbo Pasteur yayiririvye hageze, Famille NDIZEYE irimunyishu. Imana yaduhinduriye ibihe, Mana urimwiza ukura kucavu
@emmanuelnshimirimana8923
@emmanuelnshimirimana8923 3 ай бұрын
Amen uri Imana uhindura ibihe kandi ur'Imana y'akandi karyo, thx Paster kuhezagira
@nanettenibelle8242
@nanettenibelle8242 3 ай бұрын
Thank you pastor for this ministration. Ni koko Imana yacu ni Imana yakandi karyo
@OresteIGIRANEZA
@OresteIGIRANEZA 3 ай бұрын
Uraduhimbara cane!! Nk'abakunzi bawe rr muhezagirwe.
@delphinekigeme8099
@delphinekigeme8099 3 ай бұрын
Ooooh mon Dieu,mon consolateur .ri yakandi karyo nukuri
@landryinnocent765
@landryinnocent765 3 ай бұрын
Can't wait for this 🙏🙏 Uwo musi twahagiriye ibihe vyiza cane Warahezagiwe man of God
@mugishalysepamella9640
@mugishalysepamella9640 3 ай бұрын
Haaaleeeeluaaa Lopez va de l’avant mon frère
@JoellaNiyonkuru-l5z
@JoellaNiyonkuru-l5z 3 ай бұрын
Ni Mana ya kandi karyo kweli 🙌 twiteze ineza yawe Mana 🙏
@BlandyBazumutima
@BlandyBazumutima 2 ай бұрын
Hallelujah Amennn n'Imana yakandi karyoo 🥺🥳🥳🥳🙌🙌🙌🙌🙌❤️❤️
@dianekaneza-qg9mb
@dianekaneza-qg9mb 3 ай бұрын
Yesu akunezereze caane ,aguhezagire,amavuta menshiiiiiiiiii ,Mana uri Mwiza Egooooo,Uri Mana yakandi Karyo nukuri
@LouiseKanyana-h9o
@LouiseKanyana-h9o 2 ай бұрын
amen ndahezagiwee caane kabisa n Imana yakandi karyo kndi ihindura ibihe iyooooo allelua
@CorneilleNiyomukiza
@CorneilleNiyomukiza 2 ай бұрын
I am so blessed with this song
@ndikumananoel5422
@ndikumananoel5422 2 ай бұрын
Amen amen,ndavye Meza ko uhindura ibih Mana nziza
@TindoMan-ki8dq
@TindoMan-ki8dq 26 күн бұрын
❤❤❤❤
@TindoMan-ki8dq
@TindoMan-ki8dq 26 күн бұрын
Kwel
@FreddySibomana
@FreddySibomana 3 ай бұрын
Waouh this song so Good I,m blessed Bless u pastor 🙏🙏 Ndagukunda jewe Ni number one kugurikirana 🙏
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 3 ай бұрын
Alléluia 😭 😭 😭 🙌🏾🙌🏾🙌🏾Merci Seigneur pour m'avoir aimé sans condition aucune condition
@arlette8197
@arlette8197 2 ай бұрын
Good song.God bless 4:05 u Pastor Lopez❤❤❤ 3:58
@nijimbereguyalex4188
@nijimbereguyalex4188 3 ай бұрын
N' Imana y'akandi karyo🙌 God bless you Pastor
@paternesonofgod
@paternesonofgod 3 ай бұрын
Amen praise to God 🎉🙏😍
@marlosmugisha2686
@marlosmugisha2686 2 ай бұрын
Imana y'akandi karyo Amajambo y'ubuzimaa
@egideniyokwizera5941
@egideniyokwizera5941 3 ай бұрын
UrImana yakandi karyo UrImana ihindura ibihe abatabizi nibaze ndababwire ingene wanyiyeretse hallelujah
@NadiaNshimi-ob8ui
@NadiaNshimi-ob8ui 3 ай бұрын
Uri mwiza Mana shimwa🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@marcenenirera8871
@marcenenirera8871 Ай бұрын
I didn’t know this song is ours.even people who speaks English,they are trying.merci pastor uratunezereje
@dally89
@dally89 3 ай бұрын
🥳Pastor Imana iguhezagir cne amavuta menshii
@beatricenkurunziza3136
@beatricenkurunziza3136 Ай бұрын
Amen amen kabisa n'IMANA amen ikora ibikomeye twarayibonye
@clementinendayikeza6240
@clementinendayikeza6240 3 ай бұрын
Nukuri n'Imana yakandi karyooooooo🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@ngendahorurijeannedarc9827
@ngendahorurijeannedarc9827 3 ай бұрын
Warakoze Mana uhindurira ibihe pe
@geoffreybasesa2015
@geoffreybasesa2015 3 ай бұрын
Nije mbizi bashaaa.... yarabimpinduriye😢😢. Yesu shimwa.
@MugishanumzMugishanumzGedenumz
@MugishanumzMugishanumzGedenumz 20 күн бұрын
Ego cane nimana ihindura ibintu ❤
@bernardnsabiyaremye2904
@bernardnsabiyaremye2904 3 ай бұрын
Amashi menshi ku Mwami Mana !courage Mukozi w'Imana
@mugishalysepamella9640
@mugishalysepamella9640 3 ай бұрын
Halleluiah Halleluiah. God bless you Mr Lopez
@DominiqueNtahombaye
@DominiqueNtahombaye 27 күн бұрын
❤❤❤ indirimbo nzoza caneeee
@NishimagizweAristide
@NishimagizweAristide 3 ай бұрын
My pastor Imana iguhezagire
@gldenbwoyrichou224
@gldenbwoyrichou224 3 ай бұрын
❤❤❤❤ndakunda ukuntu wandika urongowe na Mpwemu yera ukandika vyiza Kandi vyingenzi❤❤❤❤
@IrabiziSolange
@IrabiziSolange Ай бұрын
Imana ibagurire imbago ibashyigikire
@KellyDushime-gk1lb
@KellyDushime-gk1lb 3 ай бұрын
Glory to God 🙏the song is everything
@sabiyimpafelicien1854
@sabiyimpafelicien1854 3 ай бұрын
Amen Amen! Yes He is a God of other opportunity...
@fatukobiriprime1847
@fatukobiriprime1847 3 ай бұрын
Imana ihindura ibihe! AMEN AMEN AMEN!
@clairianshimirimana4458
@clairianshimirimana4458 3 ай бұрын
Nanje yarabihinduyeeee hareruyaaaaaa urimana yakandi karyooo🎉🎉🎉🎉
@JessydrineNzeye
@JessydrineNzeye 3 ай бұрын
Just wow wow❤❤ good song 😍❤ may God bless you our past
@Francus1609
@Francus1609 3 ай бұрын
Amina, Mungu akubaliki Mchungaji Lopez.
@IradukundaJannete
@IradukundaJannete Ай бұрын
Ni Imana yakandi karyo pe 🙏 🇷🇼
@sindayiheburasonia
@sindayiheburasonia 3 ай бұрын
Ameeen Imana yakandi karyo❤
@MunezeroParfait-hx4ch
@MunezeroParfait-hx4ch 3 ай бұрын
Amen Yesu yabikoze nzanye indirimbo z'ishimwe
@نونو-غ3ك
@نونو-غ3ك Ай бұрын
N'Imana yakandi karyoooo nukuriii🎉🎉🎉🎉🎉
@DigneLouangeDusabe-fb2pw
@DigneLouangeDusabe-fb2pw 3 ай бұрын
Uri Imana ihindura ibihe🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@DorineIcitegetse
@DorineIcitegetse 2 ай бұрын
Amena mena nimana yakaryo
@yvan_ndi
@yvan_ndi 3 ай бұрын
❤️Ni Imana ihindura ibihe🙌
@FabriceNIMFASHA
@FabriceNIMFASHA 3 ай бұрын
Amen Haleluyaaaa
@ArseneNiyonkuru-b1b
@ArseneNiyonkuru-b1b 11 күн бұрын
Ameeen good song
@olabsy
@olabsy 3 ай бұрын
is this Kinyarwanda. sending you love from London. Repping my beloved countries Nigeria and the United Kingdom. Pls give us lyrics and interpretation of your songs, this melody is so sweet.
@elieiranzi3968
@elieiranzi3968 2 ай бұрын
Not kinyarwanda but Kirundi (burundi)
@KamikaziBrianna-mx4vm
@KamikaziBrianna-mx4vm 2 ай бұрын
❤❤❤ Uri Imana ihindura ibihe 🙏🙏🙏
@SteveNiyonzima
@SteveNiyonzima 3 ай бұрын
imana yakandi karyo❤❤❤❤
Pastor Lopez - NTIBESHA(Live recording Video)
9:50
Pastor Lopez NININAHAZWE
Рет қаралды 1 МЛН
Inside Out 2: BABY JOY VS SHIN SONIC 3
00:19
AnythingAlexia
Рет қаралды 9 МЛН
Как мы играем в игры 😂
00:20
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 3,1 МЛН
Chorale Saint Dominique de Bujumbura - Ko Ngihema  [Official Audio]
4:42
Chorale Saint Dominique de Bujumbura (Officiel)
Рет қаралды 446 М.
Israel Mbonyi - Yaratwimanye
15:38
Israel Mbonyi
Рет қаралды 7 МЛН
PASTOR LOPEZ NININAHAZWE - URANDENGERA (Live recording)
15:27
Pastor Lopez NININAHAZWE
Рет қаралды 138 М.
Alvella Muhimbare - Umubavu Ft Pin Pajo (Official music Video)
10:18
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 1 МЛН
NGUMIRIZE NIGINE IMANA | Josh Ishimwe (Gakondo style)
7:38
Josh Ishimwe
Рет қаралды 44 М.
None Urabikoze | Video with Lyrics | Elayone Music
7:33
Elayone Music
Рет қаралды 3 МЛН
Umwami Ni Mwiza Pe | True Promises| ( Official Music Video)
19:08
True Tunez
Рет қаралды 2,9 МЛН
Intahe y'ubuzima bwa Pasteur Lopez NININAHAZWE
13:26
Voix Locale TV
Рет қаралды 9 М.